Accueil > Amakuru > u Burundi > Ikiganiro c’Umukuru w’Igihugu co kuwa 19 Kigarama 2014 - Igice ca mbere (...)
Ikiganiro c’Umukuru w’Igihugu co kuwa 19 Kigarama 2014 - Igice ca mbere (Audio)
lundi 22 Kigarama 2014
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
22 Kigarama 2014, 10:32, par mukobwajana
NI BAKORE AKAZI BOYE GUHENDA ABANTU NGO NI IKIGANIRO..UBONA YISHUYE IKI ..>>>>????MBE NI KUKI AHENDA ABATAZI UBWENGE ???NIZERE KO ATA MUNTU ATAGABURIRA AVYEMERA ATRI BA EDOUARD ,BA GENERAUX,BA BAKENYERERAKUBESHA NGO NI LIGUE DES FEMMES NAHO NASHWI BARI MU BINDI....
OK GUSA KURIKIZA IVYO WEMEREYE USA NTUKWEGE INDURU NGO URIKO URITOZA...
22 Kigarama 2014, 12:01, par Germain nikwigize junior
Ibiganiro vyiwe twarabihaze ahubwo ntageze ngo yitoze.
22 Kigarama 2014, 12:16, par nyamoya
ese ntawundi mugabo aba i burundi yotwara?ese nicyibare cyiwe?naveho nabandi bategeke.imyaka 10 iramaze
22 Kigarama 2014, 15:51, par Nuwera
Ubwambere dufise Imana ubwakabiri dufise Nkurunziza.uvyemere uvyanke biramureba ada CDDFDD kurico ntiduhinduka ntiduhindura, ariko amategeko gusa niyo tudashobora kurenga.
22 Kigarama 2014, 18:40, par Treasure
http://www.igihe.bi/play-presidence-burundi-ikiganiro.html
IVYO MUKORA VYOSE MUBIKORE POURVU QUE HATAPFA ABANDI BANTU ABAPFUYE BARAMAZE!!
23 Kigarama 2014, 08:08, par banguka
NDASAVYE PITER NTAZE AHIRAHIRE NGO BAMUHENDE NGO YITOZE IBIZOBA BIZOMUJE KUGATWE KIWE NABIWE!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! KANDI AZOKWICUZA ATACA AGISHOBORA GUKORA "intabwirwa ibwirwa nuko amaso atukuye "
23 Kigarama 2014, 08:39, par Said Hamad
@Nyamoya. Iciyumviro cawe cari ciza cane gusa ndibazanimba imbere yo kuza kuvuga ivy’iburundi wabanje kubwiraKagame wanyu akamenya icarico democratie.Mwebwe mwasubiye muntwaro ya cami none uriko uza gutanga amasomo i Burundiya demokarasi.Iyo bumenya umwe bwari ikindi.Twarabahinyuye!!!!!
24 Kigarama 2014, 21:59, par fire
mbe nkurunziza kuvah yagiriy ibiganir bimaz kuvamwiki?ko yavuze agabisha ads ikibiri ngo iyo umunt cnk umugambw ufise ikibazo umuti sikuja mwibaraba ngo ntaho vyandits, mumbarize igih yaja mwishamb avuga ngo barakumirew haraho vyanditse gufata inkoho.