Accueil > Amakuru > u Burundi > Radio ISANGANIRO na REMA FM zuguruwe
Radio ISANGANIRO na REMA FM zuguruwe
vendredi 19 Ruhuhuma 2016, par
Inyuma y’amezi icenda hari amaradiyo n’imboneshakure yigenga yugawe, ikigo kijejwe kugenzura itangazamakuru mu Burundi CNC (Conseil National de la Communication) camenyesheje ko kuva kuri uwu wa gatanu insamirizi zibiri arizo ISANGANIRO na REMA FM zirekuriwe gusubira gukora ukuri kwamye.
Mu kigo CNC (Conseil National de la Communication) bamenyesheje ko izo nsamirizi zibiri, ISANGANIRO na REMA FM zuguruwe inyuma y’ivyigwa vy’ama dosiye kuvyari vyagirijwe izo nsamirizi zari zugawe zikaba zisubiriye kwugururwa.
Abaserukira ayo maradiyo yuguruwe babanje gutera umukono ku masezerano biyemeje mu bijanye n’ugukurikiza amategeko agenga ukurondera hamwe n’ukumenyesha amakuru.
IGIHE
Messages
19 Ruhuhuma 2016, 13:53, par ernest
Nivyiza niba isanganiro yuguruwe mugabo barabe neza kwiyoreta yabicanyi idashaka kwabo banyamakuru banyeguruka kugira babamarire murivyabinogo rusangi birirwa baratamwo inzirakarengane nkuko babigize ubushize ngobafunguye abari bafunzwe bazira kwiyamiriza ihonyangwa ryamategeko rigirwa na nkurunziza nakarwi kiwe munyu bagacabagaruka bakabagandagura ubu akaba atanuwo kubara inkuru asigaye ikindi naco ntibemere ko babatamika ijambo aho bazohava basanga bariko baravuga gusa iyakokarwi gasha
19 Ruhuhuma 2016, 13:57, par Kegis
Baze basubire gushigikira aba apprentis putchistes canke aba apprentis combattants
19 Ruhuhuma 2016, 14:28, par INTAGOHEKA
TURASHIMWE IYONGINGO YOKUGURURA AYO MARADIYO MUGABO NUKURABAKO BA SINDUMUJA NTIBASUBIRE KUYAGUMURIRAKO ABENEGIHUGU HANYUMA AKAZIKEZA MUGABO UBWAMBERE DISPRINE
19 Ruhuhuma 2016, 14:56, par Reka
Nisawa boduha amahoro icutipfuza ko bakugirira ntuzokigirere abandi
19 Ruhuhuma 2016, 15:20, par Jewe
Abanyamakuru murabe neza ntimuce mwirara ngo muremerewe gukora ngo muhave muhunguka muva aho mwahungiye! Usanga ari umutego kugira bafate abo bashakamwo! Cane mw’isanganiro nayo Rema yoyo bari bayugaye kugira babanze basubirize ivyuma vyari vyaraturiwe!
Muragabe! Musenge kandi mwirinde ubwicanyi!
19 Ruhuhuma 2016, 15:25, par Rusakumba
Mbe Ernest, igihe za mujeri z’aba SANS ECHEC zaturira abahutu mu Nyakabiga, zikica zihagarikiwe n’abasoda b’abatutsi twatazira abakomagu canke ibinywamaraso, bwa bundi abatutsi ngirango mwoba mufise akagorane m’ubwonko. Mbe mwari muzi ko mutava amaraso? Mbe mwari muzi ko muva amata? Abajejwe umutekano ntibica inzirakarengane nk’uko mubandanya mubikora mugutera amagerenade. Bo barasa abariko bagaba ibitero vy’iterabwoba. S’ukubarasa gusa ahubwo mutaretse ivyo bikorwa vy’iterabwoba ahubwo TUZOBAMESA.
19 Ruhuhuma 2016, 16:13, par Gerard Mungu Anaweza
Nibugurure Na R.P.A
20 Ruhuhuma 2016, 06:32, par Abel
Sanganiroweee! Samirana Eka Nukri Twar Tkunyotew Can.Mbeg Rpa Yo Gte?
20 Ruhuhuma 2016, 06:58, par FISTON
nivyiza cane kozongeyegusamirana arlo zikurikiz amategeko ntizongere guca umutima abenegi gihu
20 Ruhuhuma 2016, 07:16, par Nduwamahoro
Yemwe Vyari Vyiza Kwugurura Ayo Maradio,ariko Ndasavye Nshimitse Ntibaje Muburundi Kuko Twamaze Kumenyako Hari Umugambi Wokubica Kuko Atakundi Bobaronka,nico Kimwe Nabo Bakuyeko Imitahe Mpuzamakungu Ntimuze,kuko Hasigaye Akanya Gato Mugaha Mugihugu Canyu Ataco Mwinuba Umukuru Witerabwoba Peter Nkurunziza Agira Veko,kuko Bitabaye Uko Mwogira Ngo Muraje Mukaruhukiri Mubinogo Rusangi,kuko Babarondeye Bakabubura Nico Gituma Babuze Ivyo Bashaka Bagira Batore Ivyobabonye Guma Mwihanganye Muri Mukuza Pe Turabasengera.
20 Ruhuhuma 2016, 11:26, par jerome
Ni vyiza ko amaradiyo agiye gusubira gusamirana ariko bubahirize amategeko kandi bamenyeka baje gukorera igihugu n’abenegihugu bataje kubabwira ibihuha ngo bate igihugu cabo bagorerwe mu mahanga. Abo nabo batifuriza abamenyeshamakuru gutaha n’uko bafise intumbero ariko twarabamenye. Ayo maradiyo yuguruwe niyaguma yumviriza abanyoye ibiyayuramutwe bahawe n’abanyepolitike bataye umurongo ni kazi kabo. RPA nayo yarironkeye aho ivugira ntikeneye kugaruka mu gihugu cacu. Ariko nabayakiriye burakeye kabiri izobakura udushambara abaremeke inteba ishushe. Igihugu cubakwa n’abagikunda nticubakwa n’abatera amagrenade ibibondo ,abakecuru n’abakenyezi n’abandi bazira ubusa. Ayo maradiyo rero turayateye intege mugabo ahumurize abenegihugu areke kubaca intege
20 Ruhuhuma 2016, 13:10, par Nerson bahati
Nivyiza
20 Ruhuhuma 2016, 19:59, par 69848069
turashimwe ingingo yafashwe yakugurura aya maradiyo.mugabo azoz aratangaza amakuru yo adacinishamwo abenegihugu nka RPA MURAKOZ
20 Ruhuhuma 2016, 20:01, par 69848069
turashimwe ingingo yafashwe yakugurura aya maradiyo.mugabo azoz aratangaza amakuru yo adacinishamwo abenegihugu nka RPA MURAKOZ
20 Ruhuhuma 2016, 20:26, par Cédrick BUKURU
Turashimye Mutugarukaniye Ayama Radio,giravuba Erizze Atangure Kutumenyesa Inkino Zabaye.Murakoze Turashimye.Ijwi Ry’abanyagihugu(E R P A) Komutaryuguruye?
20 Ruhuhuma 2016, 20:28, par Cédrick BUKURU
Turashimye Mutugarukaniye Ayama Radio,giravuba Erizze Atangure Kutumenyesa Inkino Zabaye.Murakoze Turashimye.Ijwi Ry’abanyagihugu( R P A) Komutaryuguruye?
21 Ruhuhuma 2016, 07:18, par Kabura Esron
Indwara mukuza irihuta mukugendikitonda.Nugushima biriko biraza nibagerageze ubwicanyi nabwo buhere!
21 Ruhuhuma 2016, 10:07, par niyibizi oscar
none izora dion tuzikwirikirana kuri megaye zingahe
21 Ruhuhuma 2016, 10:23, par nsengimana prosper
vrement,turashima kubabuguruye izinsamirizi,ahubwo baraba nizisigaye bazugurure kuko ata mwana n’ikinono,en plus de ça,icotutaramenya ntituziyuko,n’ibiganiro birekuriwe kwumvirizwa
21 Ruhuhuma 2016, 11:43, par Javan
Nivyiza Twebwe Twishaki Nkino Gusa Ibisiye Nivyabanye Porotike
21 Ruhuhuma 2016, 13:20, par Niyibizi Oscar
TUzikwirikira Kuri Emeil Kangahe
21 Ruhuhuma 2016, 17:25, par Elyise
Nukuri Izo Radio Zuguruwe Hageze Kuko Ntacozibuza Ntamakosa Zakoze Nivyizacane.
22 Ruhuhuma 2016, 14:05, par Desire
Ndashimye Cane Kubona Izonsamirizi Mugaboturashakakunya Megaye Isamiranirako Murakoze
22 Ruhuhuma 2016, 22:43, par Ndayizeye J.Claude
Nivyiza Kweri None Zizotangura Gukora Ryari?
23 Ruhuhuma 2016, 14:41, par didier
ko ntarazunv ko zivg mbarr kont yay
24 Ruhuhuma 2016, 16:27
KONTARAZUNVA.ZISAMIRANA.MWOBAMUKOZE.KUZUGURURA.
24 Ruhuhuma 2016, 20:38, par Evariste
RPA YOYO NIBIKI?IZUGURUGWA RYARI?
25 Ruhuhuma 2016, 05:04, par KING-BOY
EMWE NDARYOHEW CANE MUGABO SINZI KO ZIROSHIKA IMIHINGO YOSE.
25 Ruhuhuma 2016, 05:08, par King Star Ruburi
Ego Komeza Muzugurure Maze Na R.P.A Nayo Muze Muyugurure Maze Nayo Ikorere Kumutaga Ikurikize Amateka Amategeko Uburundi Butere Buja Imbere