Accueil > Amakuru > u Burundi > Reta y’Uburundi iremera irungikwa ry’abahinga ariko habaye ukwumvikana
Reta y’Uburundi iremera irungikwa ry’abahinga ariko habaye ukwumvikana
vendredi 19 Ruheshi 2015
Reta y’Uburundi irashigikiye irungikwa ry’abahinga muvya gisirikare n’bahinga muvyo agateka ka zina muntu,nk’uko vyasabwe n’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika,ariko igahakana ihindurwa ry’ikirangaminsi c’amatora.
Aime Alain Nyamitwe,umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu,amenyesha ko ata ngorane kw’irungikwa ry’abahinga muvya gisirikare hamwe n’abahinga mu bijanye n’agateka ka zina muntu,ariko agasaba ko hobanza kuba ukwumvikana hagati ya Reta n’ishirahamwe ry’Ubumwa bwa Afrika.
Umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu avuga ko bidashoboka ko haba igikorwa co kurungika abahinga ba gisirikare canke muvyo agateka ka zina muntu mu gihugu,hatabanje kuba ukwumvikana.
Aime Alain Nyamitwe amenyesha ko ishirahamwe ryabisavye ariryo ritegerezwa kubishira mu ngiro,mu maguru masha.Agasaba ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika gushira ahabona ibihugu bovamwo,igitigiri n’igihe bomara mu Burundi.
Messages
19 Ruheshi 2015, 11:18, par pajo buja
Uyo mushikiranganji avuga ivyo atazi amatora ntashoboka kuk atamutekano uhari abobawucunga nibo bawuhungabanya! non wunva amatora yobagute?
19 Ruheshi 2015, 11:22, par Mateyo
IYO MUTABYEMERA NGO MWIRABIREKO!
19 Ruheshi 2015, 11:33, par Délicia
Ubwobwoba nubwiki?humuramanyanga bucajahabona.mwabigiriratwebwebatobatomukibagirakonamwebucabibashikira.burakeyetuvyerekabagabo.
19 Ruheshi 2015, 11:37, par bizindavyi
nibz natw turaja iwab kand turi barurangranw ok baz hari ben wab bazsanga.
19 Ruheshi 2015, 11:49, par mugwengezo
Muranguha nibindi muzovyemera mbe uwomutwe wawe kusumbanye nicocatumye bakwita nyamitwe canke bakwise nyamitwe kubera ivyo uvuga?
19 Ruheshi 2015, 13:07, par emma
emma
nyamitwe hagararira igihugu turabashigikiye kandi ntimugire ubwoba. Muzokumvikane ibishoboka, ibidashoboka naho mubareke bakore ubwobwicanyi bwabo biharaje mugabo bamenye ko tubabona, bafata imbonerakure bakica bakazagiriza ivyo zitazi bamenyeko!!!
19 Ruheshi 2015, 15:56, par August
Nibind Tuzovymera Kuko Uburundi Bugz Kur Nibabazan Batwak Ibigwanisho Twbw Imbonerakur Twasanz Baratubsh Muku Biduha.Bavyak Naba Msd Aba Fnl Barabifis Nabo Nyen.Haramb Nkurunziza
19 Ruheshi 2015, 16:38, par OKAY
Ko numva Reta y’Uburundi ifise ubwoba? hahaha Mbega sibo bavuze ko atabigwanisho vyahawe bwa buhungu bwabo? None ikibazo kirihe ubu naho? Reka abahinga baze babikure mubanyagihugu batabifitiye ivyemezo vyo kubitunga, hanyuma ababifatanwa nabo bavuge uwabibahaye. Wumva ivyo atarivyo vyiza nimba atanakimwe mwiyagiriza? hahaha IBISAKA VY’IMBWA BIRAHIYE!! Ngo muzomanza kwumvikana hahahaha. Ariko ikintu naje noshigikirako, Ntidushaka uwuva Murwanda kabisa.
19 Ruheshi 2015, 22:04, par ffu
mwihende mwanke none hhhhhhuuuuuu
19 Ruheshi 2015, 22:22, par ALBERT MPOZAGARA.
IVYA DD BIRAGOYE!NONE KOBAVUGAKO AMATORA ADASHOBORA KUNGURUZWA,ABO BAHINGA BOZA MURIYIMINSI ISIGAYE,BABISANZEYO IVYO BIGWANISHO HANYUMA AMATORA AKABA KUWAMBERE?IVYOBIGANIRO BABANZA KUGIRA NA U.A BASHAKA KUYIHA IGITURIRE!EREGA RETA NA OPPOSITIO NI ABABURANYI!NIBATEGE IMITW NK,ABAMOBWA BOSE!CANK IVYOBIGANIRA U.A NIBIGIRANE N,IMPANDE ZOSE.
20 Ruheshi 2015, 04:24, par bitariho
abarundi mwarabuziheroryimiti umanyumwe ngontimushakako abanyamahanga binjiramubibazo vyuburundi nonekwaribobariko bafatingingo mukazemerazose burya ntibonako murikomurawota mutabizi? hahahaha
20 Ruheshi 2015, 11:36, par Aime Patiri
MURAGOWE!!AHO BANKA KO BAZA NI KUBERA IKI?BARATINYA KUKO BAJE BAZOBANZA KUBOHA ABA DD BOSE!!!! MBE KO ABARUNDI BAGENDA MUBINDI BIHUGU?