Accueil > Amakuru > u Burundi > Reta y’Uburundi yagiriza Urwanda guha indaro imirwi itera Uburundi
Reta y’Uburundi yagiriza Urwanda guha indaro imirwi itera Uburundi
jeudi 24 Kigarama 2015
Umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Alain Nyamitwe ariyamiriza irungikwa ry’abasirikare b’Ubumwe bwa Afrika mu Burundi.
Mu rwandiko Reta y’uburundi yarungitse ku cicaro c’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika kw’igenekerezo rya 22 Kigarama 2015,umushikiranganji w’imigenderanire amenyesha ko Uburundi ari igihugu cikukiye kandi cigenga kandi umukuru w’igihugu imbere yo kwinjira mu mabanga arahira ko abasirikare mva makungu binjira mu gihugu ku ruhusha bahawe n’umukuru w’igihugu.
Reta y’Uburundi isaba ahubwo ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika kurungika abasirikare mu gihugu c’urwanda rwagirizwa na Reta y’uburundi guha indaro imirwi itera Uburundi.
Muri urwo rwandiko, Reta y’Uburundi imenyesha ko bizwi neza ko ibitero vy’iterabwoba no guhungabanya umutekano w’Uburundi biza bivuye mu gihugu c’Urwanda,kuko ariho abatera baronkera inyigisho za gisirikare bakaronkera n’ibirwanisho.
Kuwa gatanu igenekerezo rya 18 Kigarama 2015,ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika ryafashe ingingo yo kurungika abasirikare mu Burundi mu ntumbero yo gukinga amabi abandanya kwibonekeza.
Van Naris Mugisha
Messages
24 Kigarama 2015, 18:48, par Haaaa
Murata imitwe amajambo yabaheranye naho mwitwa banyamitwe izohava ibatakaraana yose
24 Kigarama 2015, 18:52, par SIBIRI
BARUNDI BARUNDIKAZI NAGIRE ndabibutse inkuru Y’abakera bagize bati mbe wewe Ah’urwanda rwatera wewe nta mutima wasimba Urwanda rero sivyubu rwamye ar’urwanda n’urwanda urwanda rutera Imitima y’abarundi uruhagarara IMANA izobibaharureko.
24 Kigarama 2015, 20:24, par Hitimana François
Mbe urwanda ko ruvurwa cane! Mubona bizokoroha?Mbe hoho,abanyarwanda nibo birirwa barica abantu muma Quartie,bongera bafata aba jeune n-abapapa?
24 Kigarama 2015, 23:28, par INTAGOHEKA
BATEGETSI BACU AMAJAMBO MAKE DUKOR IBIKOGWA VYISHI NUGWANDA NIMUREKE TUZORUKOSORE NIHO TUZOCA TWUBAHANA KANDI MUMENYE KO KUDAHANIMBWA KUGWIZ IMISEGA
25 Kigarama 2015, 05:47, par Mpozamarira Erias
Nimureke kuta imitwe kurwanda urwanda sirwo rwabatunye muhemukira igihugu.ingorane murimwo mwazitumwe nubutagodwa bwanyu, uworunaniye kubaka avugako arabamusambuza nawe ariwe vyananiye,Urwanda ruzobandanya ruterimbere namwe mutere musubirinyuma nkibirenge kubwokudatahura kwanyu.mutarahinduka ngo mubibikoko mutangure kurya abo mwonserimwe harumusi mwari bwumve ibihugu vyokwisi bisaba kohorungikwa ingabo ziza gukingira abanyagihugu mububurundi ? ntahura neza kwigi porisi canyu camaze kwononekara,igitigiri cabantu kimaze kwicwa naba porisi bamaze kubica, nabamwe bamwe mugisirikare ntibacibanga umuryagihugu. twebwe twarituzi kumu porisi ajejwe gukingira,umuryagihugu canke mugufata ibisuma,nabanwa utuyoga bagacika abasazi, nonubu uhuye numu porisi ntakubikemwo mwurusoro canke intambi,Imana ibikongeye imisi. norero mwarimukwiye kuvavanura nubwo bujuju bwanyu burengeye ubujuju bwose,mube abantu biyubashe mwubaha kiremwa muntu mukaniyubahiriza.ivyobizobahesha icubahiro mumakungu,nayubundi muzokwama muribicibwa mubantu nomumakungu. twavuga nuko tubwira abatumva,kwaheri nahubutahaaaaaaaaaaaa.
25 Kigarama 2015, 07:44, par turaje
sha muzavuga paka muruhe kuko muri guhenda abarundi namakungu ngo u Rwanda ? nanahamwe u Rwanda ruhuriye nabarundi ibibazo byanyu nimuticara hamwe nka barundi mwikemurire ibibazo ntanumwe uzaza ngo abikemure muzaguma musakuza paka ugihugu canyu kibaciye mu myanya yintoki kuko igihe mwaborogeye nikera , mbabazwa nabaturage bari kurengana bazira ubusa.
25 Kigarama 2015, 12:08
KOMERA MUTAMA NYAMITWE UBURUNDI RI IKIAUGA CABASODA BAVUYE HANZE MBERE KUNTWARO YA BUYOYA ABASODA BAVUYE NTIYEMEYE ARUKO DUHAYE TUMUSEKURA NABO BA AU NIBAREKE KUKO NO KURI BUYOYA BARI BARORERA GUSA
25 Kigarama 2015, 14:54, par ngendahayo
ariko ibyo mwirirwa muvuga urwanda urwanda umunsi rwashavuye bamwe birirwa bamoka ngo uburundi si kongo bazoziba iminwa kuko urwanda nigihugu gitekanye ciyubaste muri vyose nimureke kubasarirako ndabinginze

25 Kigarama 2015, 15:41, par miweto
Nyamitwe nta diplomatie azi.u Rwanda ni igihugu cyigenga gifite uburenganzira bwo kwakira impunzi zose ziza zirugana.kuba rero zarabacitse mutazishe ntibivugako arizo zibatera kwirirwa mwicana.niba kandi muzi aho ababarwanya batorezwa mu Rwanda muzambuke muhasenye.u Rwanda rwashenye inkambi za Bukavu na Goma muri ex.zaïre kuko havaga abarutera.ngaho namwe muzambuke niba mubona mufite ibimenyetso bifatika ariko isasu rya nyuma nirisohokera i Bujumbura ntimuzicuze.byanabafasha twahita tubigisha guhinga muhuza ubutaka munahinga igihingwa kiberanye n’aho muri,aho muri imbo twahabyaza umusaruro mukareka guhorana inzara.nicyo kiyaga cyanyu twagishyiramo uruganda rwamashanyarazi ahagije bujumbura tukanabubakira amasoko meza,ibitaro,amashuri,imihanda,tukubaka n’igisirikare cyanyu n’igipolisi bikaba iby’umwuga kandi ntibyitwe ibya cndd/fdd bikaba iby’uburundi n’abarundi ntibyongere kwirirwa byica abanyagihugu ahubwo bikaba ibyo kubarinda bo n’ibyabo.Mwagerageza se?
25 Kigarama 2015, 17:20, par Mutabazi
Ariko Mbaze Nyamitwe ,ni izihe nyungu mukeka ko u Rwanda rwakura kumutekano muke w’u Burundi bwa Nkurunziza?
25 Kigarama 2015, 19:01, par Aloys
Igihugu carikukiye kandi kirafise ingabo zikwiye kuburyo gisagurirako namakungu,ntamvo nimwe yotuma haza abanyamahanga muburundi!nibaza kudutera tuzobivuna.
25 Kigarama 2015, 21:25, par patriote
Un terroriste,c,est un terroriste point final.Abo wita canke mwita aba jeunes mwe na Maggy ne sont que des terroristes suicidaires drogues a la manière al kaida et concors .Les forces de l ordre qui comprennent ldes tutsi et des hutu,et des twa patriotes les desintoxiqueront
25 Kigarama 2015, 21:49, par Ntidendereza
Un terroriste,c,est un terroriste point final.Abo wita aba jeune mwe na Maggy ne sont que des terroristes suicidaires drogues par un petit groupe des nostalgiques d,un pouvoir etnico-regionaliste hima.Les forces de l,ordre qui comprennent des tutsi,des hutu et des twa patriotes les desintoxiqueront
26 Kigarama 2015, 07:51, par Bosco
Ariko Urwanda muvuga koko muba mwumva mufite ukuri?mwazanye interahamwe muziha ikiraka cyo kwica abaturage banyu none muravuga ubusa twe ntabwo twaha indaro abahungabanya abarundi turaziko ari abavandimwe gusa mushatse mwakwirukana interahamwe iwanyu kuko zitera umwaku uwihaye gukorana nazo ntamahoro agira zishe benshi
26 Kigarama 2015, 08:13, par emmanuelgakozi@yahoo.fr
Leta yu Rwanda ivyo ikora vyose ni bifasha Abarundi kwumvikana iyo igihugu gifise abansi bawe urondera ingene mwumvikana mudatukana niho inyishu ishoboka kuko amajambo ntanyishu. Murazi neza ko ico Nyen’Icubahiro Prezida Kagame yitumye igishikako ntawe atinye. Ateye u Burundi ntivyoba ivyo muvuga. Yabikora ku mugaragaro atabwaba ariko siko biri. Ubumwe bwafrika nico gituma bwarungice izo ngabo mwanka. bitabaye gutyo hari gihugu gishobora gukemura ico kibazo vuba. kandi si vyiza. kungaruka. Abanka izo ngabo nuko bafise inyungu zabo bwite. murazi ingabu twabonye mu Burundi ingene za koze neza bigashimwa. none ubu muraziyamirije? zarabacungera n’umutekano. rekaka zize gufasha. Imana ibafashe gutahura. Gakozi Emmanuel i Pretoria. phone 27 633 866 644

26 Kigarama 2015, 08:30, par People
Muri kwica abanyagihugu banyu mwarangiza mugashaka kubeshyera ibindi bihugu! Mbega ubwenge bucye! (Ngaho ngo uRwanda! Ngaho ngo belgique!) Barundi leta yanyu ntibahende. Irongowe nabatekamitwe gusa. Sinzi impamvu mutabibona! Nkurunziza ntacyo azabagezaho... Nakimwe... Nakimwe... Nothing... Niyo yarongora 100ans ariko bazamuhe kuba coach wa equipe... Nabyo sinzi ko abishoboye kuko ntashobora kumenya amazina yabakinyi. Umuntu wavuze ngo Zidane ni uwo mu bresil! Yoyoyoyo!! Ariko ntacyo tuzajya tubasengera tu! Ubu rero agiye guteza abarundi inzara... Wake up burundi!
26 Kigarama 2015, 15:34, par alias
yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma
26 Kigarama 2015, 15:35, par alias
yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma
26 Kigarama 2015, 15:36, par alias
yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma
26 Kigarama 2015, 15:37, par alias
yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma
26 Kigarama 2015, 15:39, par alias
yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma
26 Kigarama 2015, 15:40, par alias
yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma
26 Kigarama 2015, 15:44, par alias
yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma
26 Kigarama 2015, 15:45, par alias
yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma
26 Kigarama 2015, 15:57, par alias
yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma
26 Kigarama 2015, 15:58, par alias
yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma
26 Kigarama 2015, 16:00, par alias
yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma
26 Kigarama 2015, 16:01, par alias
yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma
27 Kigarama 2015, 00:02, par Kanyosha
Rekanibwirire abantu bariko baridabagiza bavugako ivyo nyakwubahwa Nyamitwe avuze arugutumwanya canke arukubura icakora, umvandababwire burya uyumusi abivuga kuneza mukamwita kwatabwengenge agira, ariko nihagera kuyindi step yitwa both countries wars nihomuzogarura agatima muvugati Nyamitwe yariyashatse ivyineza muti nuko yabuze abamwitabira ngobafatikanye gutezimbere ineza yibihugu vyose. Ibirero vyokuguma dusemerera atu Rwanda nirureke kuguma rushigikira ababangamira u Burundi suguta umwanya.
27 Kigarama 2015, 01:07, par Mariya Budangwa
@ miweto
Rekeraho kwiyemera harya ngo mwoza kwigisha Abarundi kurima bakeza vyinshi n’ibindi vyinshi wadondaguye mwotwigisha, mbega ko impunzi z’Abanyarwanda zabaye mu Burundi kuva 1959 kandi ko zishikira mu butegetsi bwico gihe ni giki cababujije kuvyigisha ico gihe ko Uburundi bubwa bwarabaye Paradizo, mbe ko nzanunva amakamyo yama aza gupakira ivyokurya i Burundi aba abijana hehe ko wunva muzi ubuhanga bwo gukora kurush’abandi.
27 Kigarama 2015, 15:42, par la voix du peuple
u Rwanda nawuyobewe ko arirwo rurinyuma yibibera i Burundi nyuma yo guteza akavuyo muri congo apfa bagapfa ku nyungu zu muntu umwe gusa ariko muri congo yahaboneye isomo no mu atazibagirwa aho yohereje umutwe wa bicanyi wiyise M23 ngo wigarurire Nord Kivu ariko uwo mutwe waboneye isomo ku butaka bwa congo aho wakubiswe iza kabwana ingabo zishyize hamwe zarawuranduye zirasa ibyo binwamaraso byirukira mu Rwanda no muri Uganda ubu niho yahungiye ariko se uwo muntu uharanira inyungu ze akabangamira izabandi ubu arashaka kugera kuki ? noneho nyuma ya congo amaso ayereke ku BUrundi ariko akiyiagiza ko Uburundi si congo yari yaragize agatobero .... nzaba najye ndeba iyo migambi afitanye nundi mugabo usaziye ku utegetsi ’ngo azashinga harya Empire hima tutsi ???? iyo Empire hima tutsi ko mbona abo bagabo bari gutuma itwara ibitambo yinshi amaraso akomeje kumeneka kubera iyo migambi yo gushinga iyo Empire hima tutsi........
27 Kigarama 2015, 18:26, par Bizimana Patric
Barundi mwisubireho,iherezo ryumwicanyi niribi cane,namuntu numwe wemerewe kwica uwundi,murebe kure,inzangano zishingiye kubucucu ntaco zizabagezaho.gushirahamwe nukureba akazoza kigihugu nico kizabafasha
28 Kigarama 2015, 08:53, par Ciza
Ikibazo c’Uburundi nikimwe gusa:"Petero Nkurunziza".
28 Kigarama 2015, 14:21, par migabo
ariko je ndiyumvira KO niba mufise ingabo zikomeye nkuko mubivuga mwaba mwaratoreye inyishu ikibazo canyu. kandi niba u Rwanda mushinja ibinyoma rucumbikira abo bansi banyu KO nta murundi wicigwa mû Rwanda babinjirana mureba he ahubwo nimusaba abo basoda bâ Africa babafashe
Naho u Rwanda ntago arirwo rwabwiye nkurunziza kwitoza hanyuma kandi niba mucumbikiye interahamwe nta mahoro muzigera muronka.
28 Kigarama 2015, 14:32, par niyongabo mady
rekabaze gukingira urwaruka kuko nitwebwe kazozakejo naho bashaka kutumara nkifuyimijira mbebarundi benewacu kazozakacu nakahe? icobatibaza ntibaziyuko barikobarasaza ariko twebwe turikoturakura mana garukira uburunda nabana bu burundi urubuzinkware ruvumbukanigihuna nibareke kubeshera benewacu burwanda ntanyungu bafise kuburundi ahubwo ikibazo numugabumwe gusa!??<<