Accueil > Amakuru > u Burundi > Reta y’Uburundi yakuye icizere kuwuserukira Ububirigi mu Burundi
Reta y’Uburundi yakuye icizere kuwuserukira Ububirigi mu Burundi
samedi 10 Gitugutu 2015, par
Amakuru ava muri Reta y’Uburundi amenyesha ko ubutegetsi bw’i Bujmbura bwakuye icizere kuweserukira igihugu c’Ububirigi mu Burundi. Ayo makuru akamenyesha ko vyoba vyavuye kw’itituka ry’imigenderanire hagati y’ivyo bihugu vyompi.
Iyo ngingo Reta yafashe y’ukumenyesha ko itagifitiye icizere uwuserukira igihugu c’Ububirigi mu Burundi ibaye inyuma y’indwi imwe gusa igihugu c’Ububirigi kimenyesheje ko cahagaritse imfashanyo cahora gitanga ku migambi itandukanye yarangurirwa mu Burundi, mu kurindira itanguzwa ry’ibiganiro, hamwe n’ukwihweza ico ivyo biganiro bizoshikako hagati y’ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya n’Uburundi, ibiganiro bizoshimikira ku ngingo ya 96 y’amasezerano y’i Cotonou.
- Marc Gedopt, aserukira igihugu c’Ububirigi mu Burundi
Ukwo gukura icizere kuwuserukira igihugu c’Ububirigi mu Burundi bikaba vyoba vyavuye ku mugenderanire igenda itituka hagati y’Uburundi n’Ububirigi. Ababikurikiranira hafi bakaba bamenyesha ko igikurikira ari uko uwo aserukira igihugu c’Ububirigi mu Burundi yoca yibwiriza agataha, Ububirigi bukarungika uwundi, canke naho Reta y’Uburundi igafata ingingo y’ukumwirukana ku butaka bw’Uburundi (Personna non gratta).
IGIHE
Messages
10 Gitugutu 2015, 14:39, par wawawa
nipowa
10 Gitugutu 2015, 16:33, par junja
nagende.turazikaribobatwicira.abaprezida.nibagendeninyabovyose.abobocamyi
10 Gitugutu 2015, 17:30, par OKAY
Hahaha Mwanka, Mwemera, muzoriha ivyo mwononye, n’ubwicanyi muri gukora tu. Turabahutu, ariko izo nkino zanyu muronderera inda zanyu ntazo dushigikiye. Iyo muba mudukunda, mwari kubicisha mumatora meza. Ntimugire ngo tuzopfa twibagiye Intandaro ya vyose. Abahutu Ntituri ibiraro vyanyu!!
10 Gitugutu 2015, 19:33, par ndabarambanye jean claude
nateshw at ntajambo ryiw ni njati
10 Gitugutu 2015, 21:24, par Vya.
Bashaka Kugaruka Kudukoroniza Yamagi Barya Kugi Koloni Yabahezemwo.Ubu Ho Twarikukiye.Sha Umuntu Yiswe Louis Michel w’umubirigi Niwe Nkeka Atuma Twankana Nababirigi.Nagende Nakare Nibo Bazanye Amacakubiri Muburundi.
10 Gitugutu 2015, 21:47, par NDAMBEMBONE
NI Banyare hariya reta ndd vyayiburiy bananiw kwihanura nako yananiw kwihanura agahb 3èm m@nd@£ ngo bakura icizr kubataco babavuz!Mbga twoho amambassadfe yos dufs hanz boyugara mwokwifata mut?Ark ngira ntaco vyobatwara kuko ayo mwivye mwobaha ayo nyene!Ndambe mbone si DIEU le voudra mais pas....qui le voudra!
11 Gitugutu 2015, 00:56, par doudou
MURWNDA UBUJURA BWATANGIYE NITIMUGIRE ABANDI MUKEKA NABARUNDI BAHUNGA INZARA NUBUKENE BLIWABO BYABARENZE……NTIBAHINGA NTIBACURUZA NTAKAZI NIBIBAZO GUSA. ABANDI BIYITA IMPUNZI KANDI ALI IMBERAKURE ZA LETA. ...
11 Gitugutu 2015, 01:55, par fidelite
None ubu naho ko ata mfashanyo bakiduha bahakora iki mu burundi?Ubu on ne leur doit rien du tout ces abruptis
11 Gitugutu 2015, 07:32, par DEMOCRATE SAFI
HAHA!!NTAW MUKIGERA UMUTWE!AKO MANA!UMUYANG NTUCUBAHA UMUYAGA
11 Gitugutu 2015, 09:51, par Havyarimana Reonc
Natange Imihoho Haze Abashoboye Kuvugira Neza Uburundi
11 Gitugutu 2015, 09:53, par Havyarimana Reonc
Natange Imihoho Haze Abashoboye Kuvugira Neza Uburundi
11 Gitugutu 2015, 11:50, par Ntibakorako
Abo Babirigi Bibaza Ko Bazosubira Gukoroniza Uburundi?Ese Iyo Dukoronizwa Nubufasa Tuba Dutuze
11 Gitugutu 2015, 18:06, par Bonaventire
Reta nireke kwidadira kuko turacari bato mubutunzi kandi ntibikure kububirigi kuko badufasha vyinshi.twe abanyaghugu nitwe tuhagwa kuko abari muri reta bo baguma barya mumakori yacu twe dushonje bobo rero ntaco bibabwiye.
11 Gitugutu 2015, 20:46, par Cleaner Nivyimana
Ubu Burundi Bwacu Ababutabagura Nibenebwo Nibareke Kumaramarira Kubavuz Ukuri.Burya Nne Ko Bashigikir Inkozi Z Ikibi Bashaka Bizogend Gte?Banse Guhanurwa,nibemere Guhanwa Ntakundi.Ahubwo Bari Babatebeje!
12 Gitugutu 2015, 06:47, par None?
Twopfumadupfatwese hakwongera kudufata nkukobafashe basogokurubacu uburundi butatikukira ikiboko caboga Mana yanje! Rekanikuye umwaku nafunguye, ntanikigongwe bigezebadusaba nugukomezagusa badukinakumuvyimba wamabibadukoreye.
12 Gitugutu 2015, 09:52, par Dieudonne sindayikengera
Mbega yemwe tujahe tuvahe?mbona bigiye kugorana!
12 Gitugutu 2015, 21:27, par Majaliwa Petero
ABATWARA UBURUNDI BAFASHE NABI UWUSERUKIRA UBUBIRIGI BAKIBAGIRA KO ICO GIHUCU ARICO IMFASHANYO ZOSE ZIZA ARICO KIBANZA KUVYEMEZA, NONE TURIKO TUVA HE TUJA HE? ABARUNDI DUKWIYE GUHAGURUKA TUKIYAMIRIZA IYI NTWARO MBI IRIKO IRADUKWEGERA AMAHANO Y’UBUKENE BUTAGIRA IZINA ( MU KUBURA AHO DUSEGA) !
13 Gitugutu 2015, 09:37, par Admune
Ndasaba nshimitse Twitonde imbere y’abo twama Dusega kuko Ntaho uburyo buzova handi.Iyo usega Uba ukwiye guca bugufi
13 Gitugutu 2015, 13:54, par manirakiza
nibagende izombwa zabanyina barabe ko tutazoguma duhembwa aho dukura amahera twarahabonye kandi batatubwira ngo kora ibi
15 Gitugutu 2015, 14:13, par nyangoma
nibaveho tuzobaho namwe mwabigugu vyabarundi gume mwisamburirako muzokabona ibice nimwe muyikwega mwibuke izonzoka zababirigi zagandaguye abacu