Accueil > Amakuru > u Burundi > Rwasa Agatho arashima Reta nshasha yashinzwe
Rwasa Agatho arashima Reta nshasha yashinzwe
mercredi 26 Myandagaro 2015
Rwasa Agathon arongoye Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi akaba n’icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka ,amenyesha ko kuja muri Reta ari ukuja gukorera abanyagihugu.
Inyuma yishingwa rya Reta nshasha irimwo abanywanyi batanu b’Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi,Rwasa Agathon avuga ko kuba bahawe abashikiranganji batanu batabigaya ariko bashaka ko boronka abarenga abo.
Rwasa Agathon avuga ko nivyo bavyakiriye neza kuko ata kundi bari kubigira.Avuga ko kuja muri Reta ari kuja gushira mu ngiro ivyasabwe n’abanyagihugu.
Mwomenya ko mu bashikiringanji batanu bava mu Runani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi ari umushikiranganji w’iterambere ry’amakomine,umushikiranganji w’intwaro ibereye,umushikiranganji w’abakozi ba Reta,umushikiranganji w’ubudandaji,umushikiranganji w’urwaruka inkino n’imicokama.
Van Naris Mugisha
Messages
26 Myandagaro 2015, 08:38, par eveline
nakazii twagu tumye wa kijuju
26 Myandagaro 2015, 08:41, par joseph
komera kwibanga mutama kuja muri reta nivyo bizotanga amahoro ntayindi nzira ishika izisigaye ningwano gusa, Imana ibajimbere
26 Myandagaro 2015, 09:08, par Kariyo
Kuja Muri Iyo Reta, N’ Ukuyishimira Ko Yakumariyeko Abanywanyi. Kwemera Kuyifasha Kumarira Abasigaye. N’ Ukwemeza Ko Iyicwa Rya Musitamteri Wa Komine Isale Ryanejereje Rwasa
26 Myandagaro 2015, 09:53, par All Hasani Mwinyi
Aho Rero Ntubona Kuteturuy Abagutoye Natw Cndd Fdd Turaguhay Kaz Muri Reta Yacu
26 Myandagaro 2015, 10:49, par emma
emma
rwasa jewe ndagushimiye cane kukuntu wakinye poritike ukaba wibereye mugihugu cawe camavuko atabwoba.muze urakunda igihugu cawe na bandi nibigire kurimwe na gasto murintwari. Mugabo abanywany bawe bamwebamwe bigenza nabi, nukubahanur bareke turibamwe
26 Myandagaro 2015, 11:06, par MVUZO
Hahahaa bisigaye arihatari icegera ciwe murunani Amizero yabarundi ariyamiriza iyo reta nawe Rwasa ngo arashima ngo ntakobaribugire Birahererahe reka turore..?!!!
26 Myandagaro 2015, 11:17, par mutima
Ni muje kukivi mukorere abarundi mureke injavyi
26 Myandagaro 2015, 11:32, par Nimbona Daniel
Ngo ntakundi mwari kubigira?hahahaha!Rwasa iyo impene yamaze kubohwa aho bayizirikiye ntihikura naho yokwabira gute,gusa sinanseko uburundi mwobuteza imbere ico ntemeranya nawe nuko wewe utari ryumeko amatora waranse ko tugutora emera urye ubwo bakubegeye.
26 Myandagaro 2015, 11:37, par nduwimana
rwasaivyo sha ni gukorera abanyagihugu abatabishaka nabo nikubareka
26 Myandagaro 2015, 11:49, par Justice KURIBOSE
Aho Rwasa aribagiy abanywanyi biwe bataw muri RUSIZI agiy kuba umuja wa NKURUNZIZA? "Abahutu bakaza inzara ntibakaza inzigo"
26 Myandagaro 2015, 12:19, par BURUNDI BWACU
Rwasa ubukene bwari bumurembeje, none yahisemwo kurondera utwo ashobora kurya. Igihe cose yaramaze yitwa ngo aragwana, ce n’est que l’Assemblée nationale yagwanira? Quelle honte!
26 Myandagaro 2015, 12:43, par Lucky-boy
Komera muzeh igihugu ni rwawe bitebe bitebuk!Kk ukundwa nabarundi plus de 70% du total populaire izo ncuti nazo rekana nazo ruhuka waratuyoboy nyangoma nawe narabe ahindure umutima aje mu barundi yaharaniy!
26 Myandagaro 2015, 12:52, par Iragiryagahuturemy
Biranezereje ahorero komubashwe abenegihugu mugakora ivyovavasavye bimwemwavyabihugu vyatwigishije democratie bicabibabara! Jewe nibwobwambere mbona ibihugu vyateyimbere muri democratie bifata abanyagihugu barenga 90% ivyobifuje bakabirwizanubusa maze ivyobihugu twitako vyateyimbe bikifatira abarinusi 5% bikabarivyo bishigikira! Murikikinyagihumbi bizobagora kandi nukaramuka mwijuye kuri Afrika isabzwe irwiruyemwo abakenebeshi vyoroshe nokubahendesha udufranga nabobagatangura kubabansi kuko mwarimubasanganywe muyandi ma continues muzoshaka kubijagarika bitagukunda.
26 Myandagaro 2015, 13:17, par Falcon
Pore sana RWASA umusi bakwambitse akadumu k’amazi k’umavya yawe niho uzoshima tena.
26 Myandagaro 2015, 13:24, par Fulgence
Uwo Mushikiranganji w’akazi n’abakozi twomusaba gukura munzira ikibazo c’abigisha nkuko umukuru w’igihugu yarivumereye kugira abanyeshure boye kujabaragwa mumporero.
26 Myandagaro 2015, 13:51, par NAHIMANA ERNEST
JEW KUBWANJE MUTAMA YAGZE ICIYUMVIRO CIZA KUJA MURI LETA KND KUBA YASHIMYE ABO BASHIKIRANGANJI NABO NYENE KUKO YAR KURONKA ABASUMBA ABO IYO ATATUBUZA KUJA MUMATORA ICO NOMUHANURA YORABA ABAHANUZI BIWE KATARIBO BABI
26 Myandagaro 2015, 13:58, par Bimana
Komera mutama mufashnye kurongora neza igihugu.erega umwana wubwenge agaya arya nibindi bizoza.arko muduhe amahoro twebw’abanyagihugu batobato.Mana hezagira uburundi.
26 Myandagaro 2015, 15:34, par Kigangabuko
Muta.Ntuzosubirekumvabaguhenda. Bababagombabahaje.Nditije Gendankukowagiye
26 Myandagaro 2015, 17:31, par NZOJIBWAMI
Nivyiza cane gushira ahintahe ishize,
26 Myandagaro 2015, 18:41, par Hanohanze
NDUMURUNDI MBAHANZE KU BURUNDI ARIKO UKOMBONA IMYITWARIRE YABAMWE MUBARUNDI BAGENZIBANJE TUBANYE MWABINOBIHUGU UMUNYE POLITIKE AZOTWISHINGA AZORWAKURE KUKOKUGERUBU BAMWE MURITWEBWE BIGEZEYAHO UWUBA UMUGENZIWACU ARUMUNTU YUBAHUKA AGATUKA YIVUYINYUMA RETA MBERE MUKUMWEREKA KOYAGIZEVYIZA MUKUMUSHIGIKIRA TUCADUTANGA NKIGIHUMBI CANKE BITANU CANKE AYARENGA MUMAFARANGA YABURAYA CANKE AMERICA NGONAYO DUTEREREYE KURUGAMBA RWOGUHANGANA RETA UMUNYEPOLITIKE RERO AMAZE KUBONA UMUNWANYI AREKURA AMAHERAMESHIMESHI WEWE UYATANGA USIGARA UMUKONTORORA UKOWISHAKIYE, NGIVYO IBIRIKO BIRAKORAKO ABANYE POLITIKE AHO RWASA YAHUMIRIJE KANDI BIMUVIRIYEMWO KUBA UMUGABO WIJAMBO.
27 Myandagaro 2015, 11:13, par Claude B
Ndi umurundi,ndashima kubona Rwasa yinjiye muri Leta ariko ntaco azohindura kuko Leta nshasha ntaco ize gufasha abenegihugu narirya aba CNDD-FDD basubiranyemwo bakican,nabandi barinyuma na Rwasa adasigaye inyuma kuko batanguye kumumara kwabiwe!!!!!
27 Myandagaro 2015, 11:34, par Matien
Ego Ntaco Nyamba Rwasa Bamuhaye Abashngamateka Batanu Ntaco Nashme Nabo Muga Rwasa Yibuke Ko Hariho Abarund Twari Tumuhanz Amaso Acaraduhemukira?Niyimererw Neza Hamw Nankunziza!
27 Myandagaro 2015, 12:14, par Valentin
Nne Mutama Agathon Kuki Utosaba Abanywanyi Ba F.N.L Yawe Bapfungiwe Mumabohero Atandukanye Ari Mugihugu Yuko Nyakubahwa Umukuru W’igihugu Ngo Abarekure ?
27 Myandagaro 2015, 15:30, par Sani-Stars
Rwasa We! Nagomba Ndakubwire Ko Hariho Abarundi N’abarundirundi,rero Wewe Mbona Ko Uri Umurundirundi Kuko Umugabo Yihindukiza Mukirago Ntiyihindukiza Mw’ijambo.Ahubwo Ntabwenge Ufise Kuko Inkuru Atari Nziza Kuri Jewe Sinkuru Kuko Umutwe Utagira Ubwenge Uruhisha Amaguru. Uri Ikigugu Pe!!!
27 Myandagaro 2015, 16:31, par Alphonse
Uwomusaza Naburire Mugenziwe Amanike Amaboko Yegure
28 Myandagaro 2015, 09:41, par Emilien Nitunga
Arakabon’agiye Muri Leta Abanywanyi Biwe Imbonerakure Zari Ziturembeje.
29 Myandagaro 2015, 06:16, par lolo
rwasa yaciye akenge yapize ikorosi nkiryo bamucenze 2o1o.nabo nibabwerabwere.NYANGOMA numushenzi nicitso cabatutsi twaramubonye,niyihende arabe ko hari umututsi asigara kwivu ryuburundi duca tubafyeka.
29 Myandagaro 2015, 06:32, par Zikonwazirira
Mutama Agathon Mwirambire.Hama Nimushire Hamwe Mutware Igihugu Bose Bikika Inyuma Twarigihugu.
21 Munyonyo 2015, 19:08, par Jack
Nimurabe Muduhe Amahor Mutama Agatho Ntuzusubire Kureka Kwitoza Ubu Uba uricegera Cambere C’umukuruwigihugu