Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubuhorande bwahagaritse infashanyo bwahora buha Uburundi
Ubuhorande bwahagaritse infashanyo bwahora buha Uburundi
jeudi 17 Nyakanga 2015
Ingoma y’Ubuholande imenyesha ko ihagaritse imfashanyo zose yahora iha igihugu c’Uburundi,kandi ko atayandi masezerano yo gufashanya n’Uburundi mu bijanye n’ubutunzi izosubira gushirako umukono.
Nkuko biri mu rwandiko rwateweko umukono kuwa 14 Nyakanga 2015 n’ubuserukizi bw’Ubuholande mu Burundi,ingoma y’Ubuholande imenyesha ko ihagaritse guterera mu bijanye no kugura umwavu w’ikizungu,kandi ihagaritse gufashanya n’ubutegetsi bw’Uburundi kurongora imirwi ifasha mu burimyi.
Muri urwo rwandiko,Ingoma y’Ubuholande imenyesha ko igiye kugabanya kwitaba amanama atunganywa na Reta y’Uburundi,ariko ko ibikorwa bijanye n’intwaro ibereye bizobandanya,harimwo inyigisho mu bijanye n’agateka ka zina muntu,ibiturire hamwe n’amategeko mu kazi.
Turetse mu gisirikare n’igipolisi ingoma y’Ubuholande yemeye kugumizaho abakozi bamwe bamwe mu ntumbero yo kubandanya ibiganiro no gusubira kunagura ibikorwa mu gihe ibintu vyogenda neza, mu bindi bisata ingoma y’Ubuholande imenyesha ko imfashanyo zonyene zishikira ku banyagihugu arizo zizobandanya gutangwa.
Mu kurangiza,ingoma y’Ubuholande imenyesha ko izokora ibishoboka vyose kugira Reta y’Uburundi ishobora kugarukana amahoro mu gihugu,yake ibirwanisho urwaruka ruva mu migambwe itandukanye kandi ishireho icuka ciza cotuma abahunze igihugu bahunguka.
Van Naris Mugisha
Messages
17 Nyakanga 2015, 14:00, par jay z
nizomfanyo muduha twebwe abanyagihugu nimuzigumye ntawukunda umwana akanka nyina kandi turabiyamirije murabe ivyiwanyu muturekere ivyachu tuzovyimenyera u Burundi ntibubayeho kubwizo mfashanyo zanyu mutahure ko se barundi Peter nkurunziza atachananiwe izomfashanyo nimuzishire abatutsi benewanyu murwanda
17 Nyakanga 2015, 14:11, par Liberté
None tubaye abande?mana dutabare
17 Nyakanga 2015, 14:18, par junja
isiyacuiramera.nimugunyetuzorima.ukomyene.mugadutwarwenuwotwitoreye
17 Nyakanga 2015, 14:27, par None?
Jewe nzikohaheze igihebabivuze kobazihagaritse mbese bakababitaguriye kubishuramungiro mukutwima amahera baribaratwemereye yogukora amatora!? Ndaziko ivyobashaka kobiba mugihe amatora atarikuba nivyobakomeje gushakisha icoruma biba, ariko turaje tubabize intugita bazosugarebibazango’ mbega u Burundi!!!??? Ibifise impamvundabivugiye.
17 Nyakanga 2015, 15:04, par harageze
Nkurunziza; ifate mu jisho ukure meza ibintu bitarayangara.
17 Nyakanga 2015, 15:58, par yaya
Nabado just wait your will see nabandi barimunyuma
17 Nyakanga 2015, 16:21, par ruth
nimujane izonfashanyo zanyu ariko muduhe amahoro,nakare iwanyu ibibazo vy’impunzi ziva muri siriya no muri libye vyababanye umurengera.izonfashanyo abandi bazaziduza inshuro10.
17 Nyakanga 2015, 16:25, par Nduwayo
Wow! CNARED NTIYICAYE BENE BURUNDI MWESE MUKUNDA DEMOKRASI BE N’AMASEZERANO YA ARUSHA IBI BIREREKANA NEZA YUKO AKAMO NYANGOMA NABO BASANGIYE KURONGORA CNARED BAHERUTSE GUTERA AMAKUNGU KITABWE! HAMA BAMWE BAHENDWA NGO NKURUMBI YATEGUYE AMATORA MUTANGARE! PETER AZOKWIYOMORA MBERE MBERE YUKO CNARED ITANGURA KUMURASA! EGA MURIBUKE NEZA YUKO UBURUNDI DUSANZWE DUTUNZWE NINFASHANYO IVA HANZE! MURUMVA NEZA YUKO PETER BIDATEVYE BUCA ATANGA IMIHOHO! CNARED OYEEE BANDANYA MUKORA MPAKA TUMUTITIMURE PETER!
17 Nyakanga 2015, 16:32, par Hitimana
Aha! karabaye rero! Mbega ko ibihugu vyose vyahora bidufasha bituvuyeko,tugiy kuba hehe? Mana fash-uburundi! None Pierre Nkurunzaza,azoshobora guhemba abakozi ba Reta bose? Biragoye!
17 Nyakanga 2015, 16:36, par HARIMANA Mukizwa
Ivyo vyose ni ingaruka za 3ème manda illégal, maudit, teroriste,...
17 Nyakanga 2015, 17:23, par Ndababonye
Aba DD Ntibumva Bamenyereye Guhekenya Imwumbati No Kurya Amababi Yayo None Raba Ivyo Badukwegeyemwo. CNARED Tuyisavye Gukora Ijoro Numurango Kugirango Idukureko Nkurunziza Kandi Ntazokurwaho Nibiganiro Azokurwaho Numuheto Kuko Nigitimbayi Gikuru.
17 Nyakanga 2015, 17:24, par king
ayo batanze muri manifestations yabateje agahombo ntangere,andi barya ba organisateur babonye vyanse baca barayikorako burira indege niyo barigufunguramo iyobari za buraya.
17 Nyakanga 2015, 17:25, par Ndababonye
Aba DD Ntibumva Bamenyereye Guhekenya Imwumbati No Kurya Amababi Yayo None Raba Ivyo Badukwegeyemwo. CNARED Tuyisavye Gukora Ijoro Numurango Kugirango Idukureko Nkurunziza Kandi Ntazokurwaho Nibiganiro Azokurwaho Numuheto Kuko Nigitimbayi Gikuru.
17 Nyakanga 2015, 18:11, par Dodo
SIMWEBWE BASHA NI ABARUNDI TWABAYE NABI.NTAHO TWARI BWIGEZE.NTAKUNDI NTAWUHOMERA IYIYONKA.
17 Nyakanga 2015, 18:14, par Twababonye
None Ntibareke Karehoho Vyadushikira Kimwe Gusa Peter Ntarota Arekura Mbere Ubu Natwe Tugiye Kwihora
17 Nyakanga 2015, 19:49, par Grâce
Reka abarundi tugume mubibazo nimw mwabidushizemw mbega mutaraza abarundi ntitwabana nkabonse rimw?muj mugatandukany abant ngo abakene nabahutu nabatwa ngababazanira amata ngo nabatutsi ahubwo nimwihan mudusab ikigongw nahubund Imana igiy kubibabaza vyose nimw mwabiteye
17 Nyakanga 2015, 20:53, par Aime
aba barishajije mu Rwanda ngo bataye mumvuto Ingabire victoire avuye iwabo bamutekereye amagera yo gusenya reta y’urwanda, Kagame arabihoza none basigaye bamuha inkunga atazibasavye. mubihoze gato muzaba mureba ivyabo. gusa leta nirondererere umutekano abanyagihugu, ibindi bizikora.
17 Nyakanga 2015, 20:54, par Aime
aba barishajije mu Rwanda ngo bataye mumvuto Ingabire victoire avuye iwabo bamutekereye amahera yo gusenya reta y’urwanda, Kagame arabihoza none basigaye bamuha inkunga atazibasavye. mubihoze gato muzaba mureba ivyabo. gusa leta nirondererere umutekano abanyagihugu, ibindi bizikora.
17 Nyakanga 2015, 21:45, par DUSENGE.DUKORA
MWARACEREW,GUHAGARIKA,EREGA NAKAR,AKIMUHANA,KAZA,IMVURA IHISE!NTAMUCERI UVAMUBUWORAND,NTABIHARAG BIVAYO NIBINDI VYINSHI BIFITIYAKAMAR,ABANYAGIHUGU NAKAR,NIMWEMWATEJ,IZIMRYAN MWISHIMIKIJ IMFASHANYO MURANANIW NAMASANSU MUSHIZ MUFASHANYO??? IMANA ISUMBA AMAJAMBO!!!
17 Nyakanga 2015, 22:52, par liLi
NABANZE ABONE AYO GUHEMBA IMBONERAKURE NINTERAHAMWE CYAGWA BAMUMESE . NTACYINDI BAPFANA NI CASH . KO AYO BALI GUHEBWA YOSE UBU AFITWE NU MURYANGO WA NSHIMILIMANA A . UKENDA UGARAMYE WUBAMYE URAGOWE. NUKUGULISHA IMVOKA ZINGOZI NTAKUNDI
17 Nyakanga 2015, 23:04, par fidelite
@nduwayo
Mbega ivyo uguma udusubiriramwo tutazi ni ibihe,u burundi dtunzwe nimfashanyo,pffff,turabizi,cnared izoturasa haheze igihe mubitubwira ,kura induru ingo turasane
18 Nyakanga 2015, 11:05, par Ephraim
jewe kuruhande rwanje nrya ndirondereye ivyagusa bitera ubwenge buke rero ubuhorande buribaza nibo baturemye imana iriho none ntabakene babayeho gusa twironkere amahoro tuzironderera ibidutunga ububirigi barabahenda cnared
19 Nyakanga 2015, 00:11, par fidelite
@ndababonye
weho iyo myumbati nta niyo uzoronka mu minsi iza,ariko wotangura kurya gitaminsi ça te ferai un régime,ivyo bida abatutsi mwagiye mugasugumisha mu vyo mwatwivye vyoheba bigapunguka
19 Nyakanga 2015, 05:56, par papi
Je ndatangazwa nabantu bavuga ngo ntibatunzwe nimfashanyo.mbega bibaza ko habuze imishahara izobura kuri bamwe gusa.NKU.P ayo yivye ntazobaha namba.
19 Nyakanga 2015, 21:04, par nkdn
nimuzigumye mureke guteranya abarundi twebwe tuzokorana nabandi kuko uburundi dufise ubutare bwinshi muduhe amahoro tubuhe abo dushaka mureke kuduteranya mushaka ubutare bwacu mushaka kutugira nkuko mwagize havyarimana kugira muze muri kongo gusahurayo ubutare akaba arico iuma kagame yigira ivyashaka mukamushigikira nimuduhamahoro tuzokorana nabandi mureke gushigikira abagumutsi kugira ngo mugere kuvyo mwifuza twarabahinyuye
21 Nyakanga 2015, 14:28, par axelndayizeye
ntimba vyobakundira boheba vyose aho kuducanishamwo
22 Nyakanga 2015, 15:49, par cumacindubaruba
nohamagarira abanyagihugu kuraba utuntu dutoduto bakora ariko twimbuka ningoga, irengarenga, itomati, umuceri, amashu, .......... ntibate umwanya kwivyo bita ngo nibiterwa njabukamazi kuko ntaco bivuna umunyagihu, abanyagihugu bijukire imwuga mitomito hamwe nokwiga kuziganya mudusandugu bakoresheje umutahemuto, bakore nuducooperatives nacane cane hagwizwe ico bita entrepreneuriat uzorabeko ayo makungu atamaramara nkuko vyakozwe kumatora abarundi tugume tugira umutima wogufashanya no guhana ivyiyumviro hama abize ntibakengere akazi uzorabeko ivyobihano amakungu yitwaza bidasendwa, izomfashanyo baturatira nico bita cadeau empoisonné mu gifaransa nizokuducura bufuni nabuhoro gusa. vive le travail et entraide sociale.
23 Nyakanga 2015, 08:45, par Nyambere Benoit
Jewe Mbona Yuko Ibiganiro Ko Vyotangura.