IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubuhorande bwerekanye aho buhagaze ku matora y’umukuru w’igihugu

Ubuhorande bwerekanye aho buhagaze ku matora y’umukuru w’igihugu

jeudi 23 Mukakaro 2015

Inyuma ya Reta Zunze Ubumwe za Amerika,Ubwongereza n’Ububirigi, ingoma y’Ubuhorande nayo yagize ico ishikirije ku matora y’umukuru w’igihugu yo kuwa 21 Mukakaro 2015.

Ibicishije ku bashikiranganji Bate Krondes na Lilian Promen,ingoma y’Ubuhorande imentesha ko amatora y’umukuru w’igihugu atari akwije ibisabwa vyose kugira abe mu kuco,mu mutekano kandi yitabwe na bose.

Ingoma y’Ubuhorande imenyesha ko ayo matora atemewe kuko Reta itahaye ikibanza ibiganiro,kandi amaradiyo yigenga amwe akaba yarugawe.

Mwomenya ko umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makugu Aime Alain Nyamitwe yamaze kubeshuza ivyavuzwe na Reta Zunze Ubumwe za Amerika n’Ubwongereza.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Uwo nyamitwe ga niki?niwe avuga ukuri kuburyo abeshuz AMERIQUE,UBUBIRIGI?yemwe aranitonda biragoy.

  • Abarundi Nitwenducurubanza Amakungunayo Akorera kumiteyabatavugarumwe Nareta YUBURUNDI arikivyo Nubusa.

  • ABANDANYE ABESUZA IMISAHARA NAMAVOKA
    IGITORO NI JUIS

  • Uwo mukehaweng avuga k’amakung akorera kuvyo abatavugarumw na leta bashikiriza,nibaza ku’bweng bwiw bur mumano?nind yokwemera ivyarya matora atar umukehabweng nkaw?

  • emma

    buhorande wanka wemera amatora yabaye meza cane, mbega mwebwe abazungu muraba gute? amatora yitabwe nabarundi beshi bakunda igihugu cabo. Hama namwe ngontimwemera ivyavuye mumatora namwe nimugezaho urusaku gwanyu ubu twarikukiye.

  • abo badashaka ivyavuye mumatora kwarabazungu natwe abarundi tukaba tuvyemera ingorane irihe uwo yunva ishigikiye abo badashaka ivyacu uwo sumurundi nakurikire abo yemera natwe tugumane ivyacu kandi baramubesha bavuga birya ejo bazovuga ibindi uzunva bamuhamagaye bamuha ubushimwe iyo misada nayo nibatayizana abandi bazoza akaryoshe muriyimisi kariwacu ubu natwe turategeka dufise ivyo bashaka kandi vyishi bizizana ntawubahamagaye

  • Jew hariho ibimenyeshamakuru bintangaza. Vyitaho kuvuga amakuru ateranya abarundi mugabo ugasanga ibiraba igihugu cabo ntavyo bavuga. Ivyo binyamakuru nobisaba ko biza biravuga n’ibiriko biraba iwabo kuko s’urukundo kuvuga Uburundi gusa ntibavuge ivy’iwabo. Abarundi dukeneye amakuru yubaka atari ayaza gucanishamwo abarundi. Bibwigwa benshi bikumva bene vyo.

  • ewe emma wewe ubona ko amatora yabaye ko arivyiza eka ubona aho wicaye amatora araba mugabo igihute umunsi kizomeneka kizomeneka ntusye bwose niwaba wironkera utwo baguha sha umenye ko umunsi umwe uzotubura kandi niwewe wambere uzotangura kugwana hiiiiiiii

  • muradutabarakumbure imana izobashimirakobisizeho abantubagirabapfishigufa cndd sihezakubarundikukontibasigusesamaraso mudutabare ibwirizwashingirontiripfe kuko ahotugezetwotumatubona igikoronihakohaba cndd

  • Ntamatora azoba ariko! Zansoresore zari muri Greve zirihe?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.