IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubumwe bwa buraya ntibwashimishijwe n’iyugarwa ry’amashirahamwe (...)

Ubumwe bwa buraya ntibwashimishijwe n’iyugarwa ry’amashirahamwe yigenga

vendredi 27 Munyonyo 2015, par egide

Ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya mu Burundi riranegura ingingo yafashwe y’uguhagarika ibikorwa vy’amashirahamwe 10 adaharanira ivyicaro vya poritike, hamwe n’ukwugara ububiko bw’amafaranga y’ayo mashirahamwe.

Ubumwe bwa buraya bumenyesha ko iyo ngingo iteye amakenga, kuko ayo mashirahamwe afise uruhara rukomeye mw’itsimbatazwa ry’intwaro rusangi. Ubumwe bwa buraya bwibutsa Uburundi amasezerano mpuzamakungu bwateyeko umukono mu bijanye y’iyubahirizwa ry’ubwigenge bw’ugushikiriza ivyiyumviro.

JPEG - 167.4 ko
Patrick Spirlet, aserukira ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya mu Burundi

Itangazo ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya ryasohoye ririyamiriza ubwicanyi ndengerabutungane bubandanya kwibonekeza mu Burundi, cane cane i Bujumbura, igitigiri c’abapfa, abakomereka n’abahunga kikabandanya kwiyongera. Ubumwe bwa buraya buriyamiriza aboshaka gukoresha inguvu, yaba mu majambo canke mu bikorwa, impande zose zikibutswa ko ubugizi bwa nabi butigera buba inyishu y’ibibazo.

Iryo shirahamwe rimenyesha ko inzira y’ibiganiro bihuza bose ariyo yonyene ishobora gutora inyishu y’ibibazo vya poritike biri mu Burundi. Ubumwe bwa buraya bubandanya kumenyesha ko bushigikiye ubuhuza bw’umukuru w’igihugu Yoweri Museveni yizewe n’umuryango wa Afrika y’ubuseruko, hamwe ubumwe bwa Afrika.

IGIHE

Messages

  • nibayafute gose , ntiyaramashirahamwe ataho yegamiye muri poritike ahubwo yarimigambe ikorera mukinyegero. hama murirya migumuko yaciye yigaragaza kwarimigambwe, aryamashirahamwe abayagize bose nabanyapiritike. bazoze biyandikishe nkimigambwe bemere ko arabanyaporitike, kuko nivugoyabo irabaranga.

  • Leta Yari Yaratevye Gufata Iyo Ngingo Kuko Bigir’abari Hejuru Y’amategeko!Ahubwo Nihafatwe Ingingo Yokuyugara Burundu!

    Uwuzokenera Gusubira Gukora Azoheza Asabe Gushasha Yerekana Cahier De Charge Yiwe,asinye Engagement Ayirenzeko Azohanwe N’amategeko.

    Nibamenye Kwubaha Bakunde Igihugu Cacu Dusangiye Twese Uko Amoko N’intara Vyacu Bitandukanye!

    Ndahiye Uguhoraho Kw’ Imana Yacu:"Nta Burundi Buzorongorwa N’ Abahutu Gusa Canke Abatusi Gusa Buzobaho". Twese Turabusangiye!

    Nimuze Twemere Aho Abenegihugu Benshi Bashize Mumatora!Mana Tabara Uburundi Bwacu!Amen

  • Ntawurya inzoka ngo ananigwen’umurizo. Igihe kibi uburundi bumazemwo sico gisigaye. Nayo ivyo gutwara ikiringo ca gatatu, nagombe abikure no mundoto ziwe. Hano ni mu Burundi si M Rrwanda.

  • None aibu bacavugiki? Koaramashiramwe adaharanira ivyicaro vya portiki kandi ba naze guhamvya ba Nyangoma na ba Sinduhije basigaye burikiye muri cobise sinahead nibabugarire kandi ubwo bugabwe butisunga amategeko babusubireko babwereke umurongo bwofata naho igihugu kizoja mumahoro iyo nuwuraye agangabutse aca avyuka ashinga umugambwe. Uwanse kurima wese insuka akayibona mumugabwe. Mdhibiti Wa vyama uwe Marco na hao wavurugaji she ria I hue mono washeria nchi yetu ipate amani.

  • Ndasavye Nshimitse Ntihagire Uwusubira Gutanga Iciyumviro Akoresheje Izina Ryuwundi Ababijejwe Musuzume Neza Nk Uwo Atanga Iciyumviro Kw Izina Rya Kamaro Sigwiwe Niyongereko Ayandi Mazina Uwutanga Iciyumviro Akwiye Kucemanga Kw Izina Ryiwe Bwite.

  • None bonezerwa gute kandi muri ayo mashirahamwe ariho bacisha amafaranga n’ibigwanisho vyokumara Abahutu. Nkurunziza azobabera ifuro ry’igiti.

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.