Accueil > Amakuru > u Burundi > Uburundi bwahevye ikibanza c’ukuyobora inama y’abakuru b’ibihugu vya (...)
Uburundi bwahevye ikibanza c’ukuyobora inama y’abakuru b’ibihugu vya EAC
dimanche 14 Ruhuhuma 2016, par
Uburundi bwahisemwo guheba intebe y’ubuyobozi bukuru bw’umuryango wa Afrika y’ubuseruko (East African Community). Bitegekanijwe ko Uganda ariyo izoca ifata ico kibanza cahoramwo Tanzaniya.
Uburundi butakaje ico kibanza mu gihe aribwo bwari buramukiwe muri uku kwezi kwa Ruhuhuma gusubirira Tanzaniya mu buyobozi bw’inama y’abakuru b’ibihugu bigize uwu muryango.
Amakuru dukesha Ikinyamakuru The East African amenyesha ko umwe mu bayobozi bakomeye muri Reta y’Uburundi yabwiye Ikinyamakuru The East African ko Uburundi kuja muri ico kibanza atarico bushira imbere, ahubwo ko Uburundi bushaka kubanza gutora umuti w’ibibazo biri hagati mu gihugu ku rwego rw’igihugu, harimwo n’umutekano muke uri mu gisagara ca Bujumbura.
Jean Claude Nsengiyumva yigeze kuba umunyamabanga mukuru w’umuryango wa Afrika y’ubuseruko yamenyesheje kutayobora umuryango wa Afrika y’ubuseruko ku Burundi bitanyuranye n’amasezerano ashiraho uwo muryango, kuko vyigeze n’ukuba ku Rwanda, igihe ico gihugu cashaka kubanza gukemura ibibazo vy’imbere mu gihugu.
- Jean Claude Nsengiyumva yigeze kuba umunyamabanga mukuru w’umuryango wa Afrika y’ubuseruko
Jean Claude Nsengiyumva yabandanije amenyesha ko ibihugu bigenda birabisikanya muri ico kibanza, arico gituma Uburundi buzorindira akandi karyo, Jean Claude Nsengiyumva akavuga ko n’ubundi kuyobora ibindi bihugu bisaba ko uba uri imbere mu migambi yose ijanye n’akarere.
N’aho bwatakaje ikibanza c’ubuyobozi bw’inama y’abakuru b’ibihugu vy’umuryango wa Afrika y’ubuseruko, Uburundi burindiriye ikibanza c’umunyamabanga mukuru w’umuryango wa Afrika y’ubuseruko (East African Community). Biteganijwe ko mu kwezi kwa kane 2016 ariho Richard Sezibera azosozera ikiringo ciwe c’imyaka itanu.
Uburundi bumaze imyaka icenda mu muryango wa Afrika y’ubuseruko, bukaba bwinjiriye rimwe n’Urwanda mu mwaka w’2007.
IGIHE
Messages
14 Ruhuhuma 2016, 17:01, par maso
uburundi aho batwara batica abobatwara bapfuma bahaheba.
14 Ruhuhuma 2016, 17:05, par Musazawabo
Salama bavandi menya namwe mwitinya konabitekerezo mwigirira ese mwananirwa kuyobora igihugu cyanyu ngo muyobore east afrc nta nuwa barenganya mushobora kuba ntanaho mwabakirira big up rwanda dukunda
14 Ruhuhuma 2016, 18:09, par Bucumi Leonard
Baca Umugani Mu Kirunmdi Bati "nta Wuja Kuzimya Urwo Uwundi Mugabo Iwawe Naho Ruriko Rurasha.Biyumviye Neza Cane!Birambire.
14 Ruhuhuma 2016, 21:21, par P.Hakizimana
Muramenye u Burundi ntobuzorongore EAC kuko politike ya Nkurunziza ari ukwica abatavuga rumwe nawe.Murumva neza ko azoca yica abanyagihugu ba EAC bamurwanya.
14 Ruhuhuma 2016, 21:46, par lILI
nibashaka bawuhebe burundu kuko ntagihe bazabishobora. none president udasohoka munzu yayobora gute ?
14 Ruhuhuma 2016, 21:47, par Nestor
Burya Dufise Indongoz Zihabona.
14 Ruhuhuma 2016, 22:29, par Gabriel
Ni Ukuri Murakabona Muvyase! Kuko Nta Mpumyi Iyobora Uwubona Icambere Mubanze Mumare Umugogoro Uri Mugihugu Cacu Kugirango Muyobore Abandi.
14 Ruhuhuma 2016, 22:30, par Gabriel
Ni Ukuri Murakabona Muvyase! Kuko Nta Mpumyi Iyobora Uwubona Icambere Mubanze Mumare Umugogoro Uri Mugihugu Cacu Kugirango Muyobore Abandi.
14 Ruhuhuma 2016, 22:40, par Gabriel
Nivyiza Murakabona Muvyase Impunyi Ntiziyobora Ababona Ahubwo Mwisubireko Kuyobora Ntibita Umwaka Muzoyobora.Dusenge Imana Idufashe Twubake Igihugu Cacu.
14 Ruhuhuma 2016, 22:46, par Gabriel
Kwanza Mwige Kwiyobora Muzoyobora Abandi Hanyuma
14 Ruhuhuma 2016, 23:21, par kaja
Mwarabonye ko mutoshobora urongora abagabo binjunja sha muri abaswa koko.
15 Ruhuhuma 2016, 01:01, par Mp
Ntabitangaje bashoboye kuja mumihanda gukinda izuba ryaka. Burundi urahabishijwe. Igihugu cafashwe n’abamenja inyamaswa
Ariko burira ntibutera ku mpeshi
15 Ruhuhuma 2016, 04:30, par ernest
Jewe ahubwo ndasubiriye gutakambira ivyo bihugu vyo mukarere Ngo bidufashe gutamuriyombi uwo mubisha ataratumarira abantu ahakuguma biyumvira ko yohabwa amabanga yo kurongora abandi kuko ukutamucakira ngwatabwe mugasho ntaho vyoba bitaniye no kurerera ibingira muntama uravye igihe bagahereye bamuhanura ko yoreka iyo manda3 bakamusaba guhagarika kubandanya yica inzirakarengane gupfungira ubusa gusizikariza igufa inzirakarengane nibiganiro akaba yaraye avyase nukuri jewe ndatakambiye igihugu vyo mukarere ekambere namakungu Ngo badufa gutamuvuto uwo mwicanyi hama igihugu ntigipfakara uburundi buracafise abashingantahe nabapfasoni bijunja nijambo boshobora kurongora igihugu none baremeye igihugu cacu gitabagare kubera akagagazo kumuntu umwe yitwa pita nkurunziza turatakamvye nibadufashe uwo muntu atuvireho turarushe namaraso yirirwa arasesa mugihugu
15 Ruhuhuma 2016, 08:48, par ntawe
mbe uwananiwe n. igihugu kimwe gusa, yoshobora gute ibihugu bitanu?
15 Ruhuhuma 2016, 10:49, par mushingantahe
ahubwo mwomenya u Burundi bushobora kurungika amahera ya contribution muri EAC???? Burundi genda ugeze ahatemba :-(
15 Ruhuhuma 2016, 12:51, par Abel Iranyibutse
Mbega Ko Batanguye Biyonjorora,bzohereza Hehe? Ubwo Nubwob Gusa Bwo Kumaramazwa Nakatagari Kivyo Bakora?Bmeny Ko Imana Itigera Isinzira Yamir Maso
15 Ruhuhuma 2016, 12:51, par burundi bwiza
unva rero bantu mwandika ndababwire ikintu kimwe nkurunziza ntiyoyobora EAC guko abarundi yabamaze yoca atandukira abandi kandi mumenye kwafunzwe arikumwe nintwa ndayirukiye haruwomubona mugisagara ko président ari Bunyoni
15 Ruhuhuma 2016, 13:58, par WASAFI
MBEGA ABARUND TURAVAHETUKAJAHE? ARIKONTAKUNDI REKATWEMERE DUTWARWE UKOBASHAKA MBE IYONTEBE BARIBAROSE BARABONA BAZOKONGERA KUYIBONARYARI? MURAKOZ
15 Ruhuhuma 2016, 18:29, par turaje
hahahaha ubwo koko mwoha peter kurongora ikiringo muri EAC hahahaha ibitekerezo yobaha nibihe , keretse arugutera amavoka muri EAC
15 Ruhuhuma 2016, 21:40, par Ango
Yaya Pita Yarahenze ABarundi Ariko Birase.Ko Afise Umwina Wubutegetsi VYagenze Gute?
16 Ruhuhuma 2016, 10:18, par M
Nicokibaza cubuyobozi bukuru ntibakakijemwo ntaco bakwiye,sabantu boguhagarara imbere ngo barongore abandi ahubwo nibafutwe burundu ibitagisubirwamwo.baheberwa kuryi nyama zabantu gusa, haaaaa baragowe nukuri kwimpamo.
16 Ruhuhuma 2016, 12:15, par Fidèle Bangezakure
Ndatangazwa N’abantu Mukuvuga Barongorwa N’ubujuju Bwabo!Burya Umenya Akamaro K’ibisusu Hagez Kwicar Mbe Uwo Asaba Ko Uburundi Bukurwa Mur EAC Ngra Si Umurund Kko Simbona Ic Yokwunguka Gusumba Gusumba Igihe Bugumyemwo! Imana Irakbona Burundi Ibibazo Ufse Bizohera Maze Uroranirwe!
16 Ruhuhuma 2016, 13:35, par bien
uratumaramaje kibondo!
18 Ruhuhuma 2016, 10:27, par kasongo.wazekwa
Va ku Kijuju Peter gifise umucafu mumutwe gusumba uri mugisagara ca Bujumbura , ntivyokundako ayobora EAC
18 Ruhuhuma 2016, 20:50, par Fesitus
Nkirumbi Ubu Nimbwa Ntiyomuhaga Hanyumango Arongore ,EAC,,,
18 Ruhuhuma 2016, 20:52, par Fesitus
Nkirumbi Ubu Nimbwa Ntiyomuhaga Hanyumango Arongore ,EAC,,,
17 Mukakaro 2016, 15:45, par hatungimana jonas
Ndabasavye,muze.mwakira.ibitekerezo vyubaka.kubera.ngahak’aruno rubuga.sahimbita,ndero.vyose b’itaronse.munzu k’wabanyina.