IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uburundi bwasivye mu nama yabereye i Kigali ku mvo z’umutekano

Uburundi bwasivye mu nama yabereye i Kigali ku mvo z’umutekano

mardi 19 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, Alain Aimé NYAMITWE amenyesha ko Reta y’Uburundi yafashe ingingo y’ukutitaba inama igira iya 27 y’abakuru b’ibihugu vyo mw’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika ku mvo z’umutekano w’abategetsi b’Abarundi bari kuja i Kigali, akaba kandi kwari kugira Uburundi butange ubutumwa kuri iryo shirahamwe ko igihugu c’Urwanda kibaniye nabi Uburundi.

Alain Aimé NYAMITWE avuga ko abategetsi b’Uburundi harimwo n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA bari kwitaba iyo nama, ariko bakaba batashoboye kuja muri iyo nama yabereye i Kigali, kuko ata vyemezo bikwiye vyari bihari vy’umutekano w’Abarundi bari kuja muri iyo nama.

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa kabiri, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu yamenyesheje ko ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika ataco ryakoze kandi Uburundi bwari bwasavye iryo shirahamwe ko ryogira ico rikoze ku mubano mubi hagati y’Uburundi n’Urwanda, abategetsi b’Uburundi bakagiriza Urwanda ibikorwa vy’uguhungabanya umutekano.

JPEG - 91.6 ko
Alain Aimé NYAMITWE, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu

Uwo mushikiranganji wo muri Reta y’Uburundi avuga kandi ko bari basavye ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika ko ryotanga ivyizere bikomeye vyemeza ko umutekano w’Abarundi bazoja muri iyo nama i Kigali uzoba wubahirijwe.

Alain Aimé NYAMITWE yasiguye ati : "Mu gihe tuzi ko ico gihugu kiza kirafasha imirwi imwe imwe ihungabanya umutekano w’Uburundi, na cane cane mu kugerageza guhirika ubutegetsi mu mwaka uheze. Iyo mirwi imwe imwe iracari hariya, yidegemvya, kandi amabi abandanya akorwa n’iyo mirwi nyene."

Tubibutse ko intumwa za Reta y’Uburundi zari zarungitswe gutegura iyo nama zatumweko ubutarariye, mu gihe hari hasigaye umunsi umwe gusa kugira abakuru b’ibihugu biri muri uwo muryango batangura inama yabahuza.

Imbere y’aho gato, umuvugizi wa Reta y’Uburundi, Firipo NZOBONARIBA yari yamenyesheje ko Uburundi buzoserukirwa mu nama y’abakuru b’ibihugu bigize ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika yari itegekanijwe mu gisagara ca Kigali kuva kw’igenekerezo rya 16 Mukakaro 2016, akavuga ko Uburundi bwamaze kuronswa ubutumire bw’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika, akavuga kandi ko ubwo butumire Reta y’Uburundi izobwitaba.

Firipo NZOBONARIBA yari yamenyesheje ko ata mpamvu n’imwe yotuma Uburundi budaserukirwa muri iyo nama, akavuga ko Uburundi buzokwitaba iyo nama nk’uko yoba yabereye mu kindi gisagara icarico cose co mu kindi gihugu, kuko n’ubundi iyo nama itari yateguwe na Reta y’Urwanda.


IGIHE

Messages

  • stupid burundian hahahahahaahahhh

  • none kumutiba bizogenda gt?ark muraba mwitabe ibiganiro kk inzara iratwugarije san

  • Aliko noneho bajyaga bavuga ko abitwa abayobora uburundi bose bataye umutwe none ndabyemeye. Ndumiwe . Abayobora uburundi nibimaramara gusa.

  • Pauvre Burundi, mbega tuzogeza ryari kwikumira tubeshera abaturanyi?? U Rwanda rwakiriye abakuru b’ibihugu bakomeye hafi 30 icarimwe n’intumwa z’ibihugu zitandukanye kandi zose zashimye umutekano wari uhari, NONE NGO INTUMWA Z’UBURUNDI NGO ZAGARUWE KUMVO Z’UMUTEKANO, ahubwo abategetsi bacu basigaye batinya guseruka mu bandi, kuko batagifise ico kuvuga ku maroregwa bakorera abarundi n’uburundi. Hari ubwo muherutse kumva Petero Nkurunziza yitabira inama?? None ni gute igihugu cobaho kititabira amanama mpuzamakungu kandi gikeneye amakungu?? Barundi kanguke mureke guhendwa ntaho turiko turaja!!! TUREKE KUBESHERA U RWANDA KUKO SIGWO RWAZANYE MANDAT YA 3 N’IMYIYEREKANO MU BURUNDI.

  • Abarundi noneho basaliye limwe. Umwe ati ntacizatubuza kwitabira inama undi ngo ntaho tuzajya. Mwataye ubwejye ntimumenya nabo mubwira.

  • Aliko iburundi ubanza ntabitaro byabasazi bibayo.

  • hihihihihihihihihihi, hahahahahahahah ,heheheheheheheheheh,

  • Vaho Werujongowe Yumuzeze Abantumwamaze

  • Ewe. Ngo bari biteze ingingo ruhasha bqzofatira igihugu cacu. Amaso aracaheze ma nzira

  • Ngobabalindira umutekano.hahahaaaa. mulibiki se kuburyo babataho umwanya ngo barabalinda.

  • Peter ntugire ubwoba ntiwari gufatwa ngo ujanwe IRAHE kuko na Bechir yaraje, gusa nuko ufise isoni zivyo ukora bitabereye umuyobozi wigihe ca none. Ba nyamitwe bobo nibagumye baguhende, ivyo bakora vyose niwowe uzobibazwa.

  • Erega umunyakibi ahunga atakimwirukana!none abarundi bonyene nibo baryoshe kwica canke nibo bariyo bonyene?bicura icobakora!

  • NIMUNDABIRE IMVUGO ZABA BANTU UMWE NGO TUZOKWITABA UBUTUMIRE UWUNDI NGO NTAMUTEKANO UHARI ABONYENE BIRIRWA BASAMIRIZA KO UMUTEKANO ARIWONSE NONE KUMVA BAVUGANGO NTAMUTEKANO BAFISE BAFISE NABABACUNGERERA UMUTEKANO MWUMVA ABANYAGIHUGU BIRIRWA BABOROGA KOBARIKO BARICWA BASABA ABOBAKINGIRA NTIBABUMVE UBU NTIMUBONAKO ABANYAGIHUGU BATARIRA BUSEMA TURASAVY,IMANA IDUKUREKO ABO BICANYI KUKO AMAKUNGU NTACAGISHOBOYE

  • Abarundi tuzomenya ubwenge ryari? Ngo imvo z umutekano? Mu ba Présidents 32 Bari I Kigali Ni délégation y Uburundi yonyene yaronderwa? On est dirigé par des dangereux incompétents, tuzoyora twasheshe! Quel leadership! Jewe niyumvira yuko indongozi dufise zidakwiye no gutwara I komine!!!! tuzoja mu buhutu no mu bututsi inganda Zizotikira hanyuma tuzokwicuza!!!! La médiocrité est la source de tous nos maux!

  • Ikimwaro n amaraso yabo murimo kwica niyo yatumye mutaja mu nama! Anyway nta numwanya mukwiriye mu ruhame mwankozi zibibi mwe! Ubundi mwari kuvuga iki muri iyo nama ibirofa gusa

  • Uburundi bwotera imbere mugabo abo bagabo bashaka gufonda empire humain nibo bashaka kwonona igihugu c’uburundi bakibagira ko kirimwo abagabo b’ingabo boba mw’ishamba imyaka n’imyaka barya indya zibayabaye batiyambaza udukoti n’udukaravati rimw na rimw bakirirwa no kurara inzara. Bobo bobishobora? Uburundi si co kimwe na DRC, bari bifatiye mu misi yahezee! Nimba biyemera baze bibonekeze ku muheto kandi bambay umwambaro ubaranga hanyuma umuti tuwubavugutire n’umunyagihugu muto azinjiramwo

  • Mwarakoze Kubimenyakare Bagomba Kubagira Nka Ntaryamira Wacu.

  • BANTU B,IMANA NIMU NDABIRE IMVUGO ZABABANTU NGO NABATEGETSI UMWE NGO TUZOKWITABIR,INAMA UWUNDI NGO NTAMUTEKANO BAFISE KANDI BAFISE ABASODA NA POLIS CAMWUMVA UMUNYAGIHUGU YAMA ARIKWARATABAZA KWARIKWARICWA NTI MUMWUMVIRE TURASAVY,IMANA YO MUSHOBORA VYOSE IDUKUREKO ABO BICANYI NAYA MAKUNGU NTAVYAGISHBANTU B,IMANA NIMU NDABIRE IMVUGO ZABABANTU NGO NABATEGETSI UMWE NGO TUZOKWITABIR,INAMA UWUNDI NGO NTAMUTEKANO BAFISE KANDI BAFISE ABASODA NA POLIS CAMWUMVA UMUNYAGIHUGU YAMA ARIKWARATABAZA KWARIKWARICWA NTI MUMWUMVIRE TURASAVY,IMANA YO MUSHOBORA VYOSE IDUKUREKO ABO BICANYI NAYA MAKUNGU NTAVYAGISHOBOYE

  • Ibijuju gusa. Ni isoni mwagize. Umutekano wanyu se murakomeye kurusha President Fattah Sisi, Eyadema, Jacob Zuma, Alassane Ouattara, Mugabe, Kabila, Museveni, Macky Sall, Omar Al-Bashir, Ngwesso, Idriss Deby, Kenyatta, Omar Bongo, Obiang Ngwema n’abandi ntavuze. Nkurunziza ntaruta tous ces presidents kandi bishimiye Kigali cyane. Gusa Kagame na Nkurunziza ntibakinira muri division imwe, uwa mbere ari mu cyiciro cya mbere, uwa kabiri akaba mu cya kabiri nyine. Ajye akina n’abo bangana.

  • Ingegera... ubwo baribaza ko bakomeye kurusha abandi baje ari benshi! nibajyanye iyo mitwe yabo ahandi

  • HEMWE KUVA NATERWA NKAMERA NIHONKIBONA LETA YIBIJUJU KWELI!!!MBEGA UYO NYAMITWE NYAGUTURIKA NUYO AZOBONARIBAYE BAKORERA LETIMWE CANKE NIZIBIRI?MBE KOBAVUGIBIHUSHANYE?NIMBA IVYO YADEDEMVYE KWARIYOMVO,KUBERIKI BARIBARUNGITSE ABAJA GUTEGURA?EWE BURUNDI BWACU WISHWE NABOWAVYAYE!!!

  • Mwe Ntimubna Kuburundi Buhagaze Kumanga

  • Injiji ziragwira baramwaye kubera ibigambo birirwa bavuga ku Rwanda . Ntawitaye kumatiku yabarundi AU irabizi ko muri abanyamafuti

  • Nabafite icyo bamaliye africa nabulinzi babahaye. None mwebwe mudafite nicyo mumaliye igihugu cyanyu murashaka ubulinzi. Muteye iseseme.

  • Nabafite icyo bamaliye africa nabulinzi babahaye. None mwebwe mudafite nicyo mumaliye igihugu cyanyu murashaka ubulinzi. Muteye iseseme.

  • Bitebe Bitebuke Ico Abo Babisha B,i Buja Bicura Kizoteba Kiranguka

  • Umuntu agaya abarundi ntabwenge afise canke ariko akorera abakoloni muzobibona muminsi iza ko uburundi nabarongoye uburundi unomunsi batihenze nagato kanatsinda Genocide mwahaya yarabahinyukanye kuko mwayigize iturufu, abadashigikiye Genocide mubita ibikwarasha.

  • Abo baribagiye bakagaruka babonye umutekano Atari sawa? Mbegujuju

  • HAHAHAHAHAHAH,,,Ariko Mana ubwo uriya muntu yubahutse aravugako babuze umutekano? ahubwo babuze umutima nu bwenge. naho mwontera urushinge runyemezako nyamitwe yubahutse kuvuga birya bintu ko akomeye sinemera. ko bari bamazeyo iminsi ninde yari yabakomakomye ? ubwenge nahora nibaza ngo buva kwishule wapi nsanze ari impano y IMANA

  • muranyumvira ubusobanuro bwuwujejwe ububanyi namahanga hhhhhhhh ngo umutekano wabarundi bazaza munama hhhhh muruta iki aba presidents 32 baje ? muraziko na Joseph kabila wa RDC yaje ahubwo muvugeko mwagize isoni zibyo mukora naho umutekano mu Rwanda niwose 100% kuko twawusaguriye amahanga muzabeshye abonyene mufatanyije gukora amabi

  • Nimurebe abo bali bohereje ukuntu bareba . Nabo byali byabayobeye .. ndabona nubundi bali babuze uwo bavugisha. Ibikote bambaye wagirango nibyo bali baguze muli caguwa nyabugogo. Baragaaapuuuu

  • Ukwobirikwose abakora mu bureau vya AU barifashenabi kukibazo cu Burundi nurwanda kandi mukomeje kwifata guryo navyo bizobabiri mubisuma Africa ikomeza kutubahwa.
    Umva namwe uburundi bwatanze ikirogo burasiguriraneza kurwanda rubabaniye nabi ariko AU aho gushira muri agendar ko bazoreberahamwe ivyimibanire yu Burundi nu Rwanda buca bwishiriramwo ngo tuzoreberahamwe ukotworungika abasirikare mpuzamakungu mu Burundi Yezu wanje!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
    Abarundi baravuga bati nubwomudutumiye murabizi kohariyahantu ari danger kubarundi atimurazoduha umutekano AU ntanukubishura kugezanaho abambere baribamaze kugereyo batanguye kubona ibimenyetso vyuko umwanya wariwowose bashobora kugirirwanabi baraheza bamenyesha igihugu cabo ngo kibakure murugendo babarungitsemwo ngokuko babona bari mumazabira, maze barabahamagaza barokoka guryo.

  • Uwutotegera Uburundi yoba ari mubashaka ko ibara risubira kugwa. Vous avez raison. Abarundi ntidukeneye ko uwundi mukuru w’igihugu agwa mu minwe y’abicanyi b’abanyarwanda. Nuwo bishe ntibaratubwira ingene vyagenze.

    Ntaco dukeneye mu Rwanda ni bagume iwabo, tugume iwacu.Ntawuyobewe ko atari genocides ataco bafise baha abandi. Iryo tungo ryabo ni barigumye.

    Biramaramaje iyo bavuga ngo bariko bubaka ariko tuzi ko amagorofa yabo aduga ari ay’amaraso y’abanyecongo.

  • Hahahahhaa which kind of minister is this ? Which kind of explanations is this ! Sha nta Nyamitwe nta sebuja bose ni aba sans idee kabisa. Ubu kweli ibi ni bisobanuro bikwiye kuva dans la bouche d’un ministre d’affaire etrange koko? Pauvre burundais murambabaza kabisa . Imana ikwiye kubasanga. Ngo yashaka kwereka AU. Lol iki AU itazi se niki kweli? Ubu se mumateka y’u Rwanda vs Congo and Rwanda vs Burundi. Ari nkurunziza na Kabila uwari kugira impungenge nyinshi ninde ? U Rwanda ruragendwa mwabaswa mwe na Israel PM yararusuye nkaswe iyi mihirimbiri y’i burundi kdi yarinzwe neza. So mind your business and kill your poeple , the judjment day is very soon

  • BAKABONA BARETSE KUJAYO KUKO UKONATWETUBIBONA SIHEZANAGATO

  • abo baswa babanya kamenge nibo bashaka ko babarindira umutekano bararuta iki premiere minister wa Israel
    u Rwanda ruragendwa 24/24 ntampamvu yo gutinya abo Bantu bakanura gutyo kweri bari bavuye mu mwijina bageze mumucyo hhhahahahah
    muzavuga paka muruhe muzatora 0%

  • BACUMUGANIMUKIRUNDI,AT:INGOMAYAGUKANZE,IRAHURUZA UGAHUNGA.MUTAMAKOMERA KUMUTEKANO,W,IGIHUGUCAWE.WAGIHAWE N,IMANA.MUZEKOMERA.ABARUNDI SINZITUKURINYUMAPEE.KAGAME NABIWE.NIBAKUREKANENAWE. IGIHUGUCIKUKIYE NTIKIREKERA.KIRIMWABAGABO.

  • Ariko abntu barasetsa wogereranya urwanda nu burundi! erega abarundi nabo ntibanzi iyo bari bizabasaba imyakamyinshi kugira bakanguke. nibabanze bicane nibaruha ubwo hazavuka abandi bagabo naho ubu ntamugabo mbona iburundi ikiruta nuko bogiha abagore basi.

  • Inzara nimbi koko!!! ariko kwemera ubukene si icyaha nyamara iyo mwikopesha byari kuborohera ntanuwari kubimenya ko mwabuze ayo kwishyura amahotel yari asigaye atarafatwa ntanubwo muba mukora ibiganiro kumaradiyo mwisobanura mubinyoma. Ba uretse tubafatire embargo rero, Tanzania yatangiye natwe nidufunga imihanda muzarya imisigati.

  • Ndakeje Abategets,buburundi, Bobo, Babonyeko Iyakariye Itagata! Iyomitwe Yakagame Nabobarund Baba,kamambwa! Baryoherwa,nukwicara,murugoguwundimugabo, Yahinyutse. Ndabatwenze! Ahubwo Nibazebubake Igihu,basenaho Bazopfe, Bazerinze! Muburund Ntamokodukeney,dukeney Abadufasha,kubakigihu! Inzego Zigihugu Nizibemagabo Natwe Abenegihugu, Trinyumayanyu%

  • Ndakeje Abategets,buburundi, Bobo, Babonyeko Iyakariye Itagata! Iyomitwe Yakagame Nabobarund Baba,kamambwa! Baryoherwa,nukwicara,murugoguwundimugabo, Yahinyutse. Ndabatwenze! Ahubwo Nibazebubake Igihu,basenaho Bazopfe, Bazerinze! Muburund Ntamokodukeney,dukeney Abadufasha,kubakigihu! Inzego Zigihugu Nizibemagabo Natwe Abenegihugu, Trinyumayanyu%

  • Mwiriwe mwese bantu b’imana? Ka mbibarize?, buriya gutukana niwo muti w’ibibazo? ko nzi neza ko mumyemerere yacu twese nziko gutukana ari icyaha. Ese niba umuntu atinyuka agatuka mugenzi kurubuga nkuru ubwo uwo niwo musaruro aba asaruye kururu rubuga ? Ese umuntu yibajije kumvugo nyandagazi mucisha hano ababonamo uwuhe musaruro ? Ubwo utinyuka agatukanira aha ku mbaga yabose murugo iwe cg mubuzima bwe bwose aba yitwara ate mu bantu ge icyo nzi nubwo nkiri muto nakuze numva abakuru bavugako kuva kera u Rwanda n’uburundi bari abavandimwe gugera naho ibi bihugu byombi ngo bishobora kuba byari igihugu kimwe nubwo ntari ndiho ariko niko mbyumva none abavandimwe nuku bakagombye kubana ? Ese niba hari n’akabazo kajemo niko kakuraho ubuvandimwe ? Kuko umuntu iyo yifata agatukana ,akazana amacakubiri , ntakindi aba abiba kitari inzangano z’urudaca ninaho usanga hari aba byeyi babi usanga baremamo abana babo amacakubiri ugasanga amaherezo yayo n’ubwicanyi. Si byiza si byiza si byiza pe ,,,, niba harimo abemera bible nimusabe umwuka wera abakuremo imvugo mbi ,,,, niba harimo abemera qor’an nimusabe Allah abakuremo amacakubiri no gutukana ,,,,niba harimo abemera izindi mana nimuzisabe urumuri rw’ibyiza naho ubundi nimumara gusaba bitewe nimyemerere yangu nibwo muzabona ukuri kw’imana mwemera nimutihana gutukana muzamenye imana abatukana basenga atari iyo kwiringira kuko imana itagukuramo ibitutsi ,gusebanya, guharabikana, ivanguramoko, ivangura rishingiye kw’idini ishyari n’ibindi bibi bisa nkabyo ,,,, iyo mana ibinaniwe kubibakuramo muzamenye ko ntakindi yashobora ntimuzongere kuzisenga,,,,, Kuko nazo zizaba ntacyo zimaze .mugire amahoro n’urukundo mwese

  • Ndababazwa,nabarundi,bamwebamwe Bibipfamutima! Bagayigihugucabo, Kandibamenyeko Mumahanga,arimumahanga. Bategetsi,buburundi, Shishikare Kubamagabo% Kagame Nibipfuvyiye Tumwerekeko Abarongora Uburundi Batowenimana! Uyu Pierre! Ni Ibuye Ryagawenabubatsi, Arikubu Ryabay Irigumya Infuruka Y,uburundi,nabarundi, Amen! Ntamwa Akomeyemumutw, Yokwanka Konka Nyina Ngwagwayamahere!!??!! Uburund Ntamuntu, Yaburemye Yabumuhutu,cankumututsi! Imana Irikumwenatwe. Nimureme Urugamba Iyorushushe Rubarugiyekurangira.

  • ahubwo nishari kubéra ugwanda gwabasize muvyiterambere mwabakunzibindamwe!!!!!!! mudakunda igihugu canyu idolale igeze kurangahe komurabagabo???

  • ahubwo nishari kubéra ugwanda gwabasize muvyiterambere mwabakunzibindamwe!!!!!!! mudakunda igihugu canyu idolale igeze kurangahe komurabagabo???

  • Bacumugani ngo uwo biburiye ntabura ivyo yi twaza, jewe ndabatahura bariyizi yuko batakiri abategetsi bari mukuri. nukuri ntanubuntu bagifise, nahora bona abagabo beshi baneserwa guteramira ahabandi bari kugira bungurane mubitaribike, uwutubahuka kuja ahabagabo bari, yaba arigicibwa mubantu. nabo niko babaye! ahubwo barateyisono kabisa, arugupfa naha ibujumbura uwomusi wawe, washitse kwoba gucamwo uwobakubita yo bumuntumwe gusa. noneho ntawokwiterimikoshi yo kwica nkabo.

  • Bacumugani igiti ntikigukora mujisho kabiri nabaguye iyo ntibaribagigwa.

  • Njyewe Lili i maraya y’i kigali nakira gitanu gusa 5000 frw
    Ubu maze kurya amahera yabene wanyu b’i Mahama nayamaze.

  • i Burundi niho umutekano uri? Aba genereaux n’aba deputes bakaba birirwa bapfa?

  • Bacumungani mukirundi ugayahuba,rikarenga arihuri ahogutenzimbere igihugucacu turikotugitabaguru gwemama gurwanda nimwiparadizo eka ! kuramabokomumpuzu dukore iwacu niburundi simugwanda.mwirambire.

  • Ndashimiye abategetsi b, uburundi kubona butemeye kuja muriyo nama !Mbe ivyo biganiro vyabereye mu rwanda kuber, iki? Ko arico gihugu ca mbere muri grand- lac kibuze amahoro kikanayabuza n, ibihugu bibanyi! Turabasavye bareke kwita muvyacu!

  • Ariko ga NYAMITWE mutaduhenda mwene na so wanyu mwari kubahuka kugenda murwanda mujanye iki ? vya bitutsi vyanyu nkabimwe KAYIBANDA yiragwa aratuka abarundi ku ma radio murakabona mwigumiye iwanyu ntaco mufise mubarira amakungu ico muzi co murakize bandanya munigagura abantu mugabo bitebe bitebuke muzobibazwa !!!!

  • @Lili. Urakoze kutubwira ko uri indaya niyo mpamvu wanga Nkurunziza kubera ari umukozo w’Imana. Gusa wowe naso wanyu kagame muzajya mumuriro udashira kuko muri abambari ba Shetani

  • Mbe iyo ndaya yitwa Lili ahari igwaye igiswagu

  • Condo ili icyondo..iyo mvuga nkurumbi mba muvuga ukwali ..naho uwo wiyita lili. Unyita indaya nuko azi umwuga wanyina.abemera ibyo avuga nabafite ubwenge nkubwe.

  • mwibwira lili nabi kuko ibyo ababwira birumvikana kabisa mwa njiji mwe

  • @Lili. Uburaya mwarabuvukanye kimwe no kumena amaraso nka Kanjogera..
    Niyo mpamvu nubwo ndi umututsi nkoresha ukuri. Ndakwamaganye wowe maraya tsindwa mwizina rya Yesu

  • umutekano w’abarundi gusa? aba president barenga 30 bari mu rwanda ntaco babaye mbega nyamitwe yashakaga kujana imbonerakure ikigali? hohohohoho

  • Uwo Maraya Lili ntatunga ryiwe twe abarundi dukeneye nakomeze arisangire na KAGAME SHITANI yomu Rwanda

  • ni ukwitez utunyoni!mbe hoho kubera iki ikibazo co kwihagira ubutegetsi kitari categuwe muvyo boganiyeko?tube tuvugana ukuri n,ubu intambanyi iracariho!

  • Abarundi bazi kwihagararaho gusa,ahubwo batinye ko bazabazwa ubwicanyi birirwa bakora aho gukora ibyabateza imbere,kandi kutaza mu Rwanda kwanyu ntacyo byatwara u Rwanda,mwarakoze kutaza,nuwo mwanda wanyu

  • Aba barundi bazi ko kutaza mu Rwanda halicyo twahobye . Nukuza kwanduza umujyi wacu bajugunya amashashi aho banyuze nkuko bamenyereye iwabo. Nibagende izo mbwebwe.

  • uyo wiyita Lili ntumumuteko umwanya ni umu DD wa nkurunziza ashaka ko abasoma comments babone ko i Gwanda bicika ariho hafise ibibazo alors que non. ariko arandika comments akoresheje many accounts just to disturb people. abanyarwanda ndetse nabarundi bimfura benewacu bariyubashe ntabwo bakora ubucafu nkubwo so uyo wiyita ni lili ni DD witeshamutwe waho.

    ahubwo sinzi niba mumaze gutahura ko mubitangazamakuru vyose bikorana na leta y’uburundi muri iyi minsi basigaye vyirirwa kuri internet bashakisha kw’ ISI amakuru yose arebana n’intambara, indyane z’ubwoko bwose then bakaba arivyo nabo batangaza murivyo binyamakuru vyiburundi kugira bereke abarundi ko ibiri kuba i burundi atari ho honyene biri kuba ahubwo ari isi yose then bagahera aho babwira canke bacecekesha abarundi , babereka canke bogandagura abenegihugu nkibisanzwe nkaho atari ho honyene biri kubera. this must stop.

  • Ntakuntu nakumw wokwemera kuja munama yabantu atakintu nakimw bafashij uburndi mubihe vyimigumko.umugbo winkorabara kagame yakanguriy abarund gutigihugu cabo ngo bagira bakor ihônyabwok.arko imigamb yiwigayits yamupfany.none nkuwo mwok8carana gt?hoh hariho icemezako iyonama itariyo kugirira nabi uburund nababurongoy?amase yakera ntaghoma urutaro

  • Ntakunuyarikujamunama,iberamurwandan,uburundi,n,urwanda,bidahuza.Ntantama,yokwicaranan’imfyisi.

  • jewenibazakobosubizahamwe kukoturibamwetwoyekuryanirubur

  • jewenibazakobosubizahamwe kukoturibamwetwoyekuryanirubur

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.