Accueil > Amakuru > u Burundi > Uburundi bwatumiwe mu bindi biganiro i Bruxelles
Uburundi bwatumiwe mu bindi biganiro i Bruxelles
jeudi 22 Gitugutu 2015, par
Ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya ritegekanya kuri uwu wa mbere kurungikira umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA urwandiko rumutumirira kuzokwitaba ibiganiro bizobera mu gisagara ca Bruxelles, ku magenekerezo azomenyeshwa hanyuma.
Ubwo butumire bugiye kurungikirwa umukuru w’igihugu bumutumira mu biganiro ku ngingo ya 96 y’amasezerano y’i Cotonou ivuga ibivanye n’ugufashanya hagati y’iryo shirahamwe hamwe n’ibihugu vyo mu karere ka ACP (Afrique, Caraïbes et Pacifique). Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA azoba afise iminsi mirongo itatu y’ukwishura namba azokwitaba ivyo biganiro canke atazovyitaba.
Nk’uko ayo makuru yemezwa na Federica Mogherini arongoye imigenderanire y’ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya abivuga, ikete ry’ubutumire bw’ukwitaba ibiganiro rizorungikirwa umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA kuri uwu wa mbere, umunsi w’ivyo biganiro ukazomenyeshwa inyuma y’inama izoba kuri uwo munsi wa mbere nyene igenekerezo rya 26 Gitugutu 2015. Reta y’Uburundi, muri iryo kete, ikazomenyeshwa ku mugaragaro ko yananiwe gushira mu ngiro ivyo yiyemeje, bisanzwe biri mu ngingo ya 96 y’amasezerano y’i Cotonou, bijanye n’intwaro rusangi hamwe n’ukwubahiriza agateka ka zina muntu.
- Federica Mogherini arongoye imigenderanire n’intwaro mw’ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya
Mu gihe Reta y’Uburundi itokwishura iryo kete mu minsi itarenga mirongo itatu, amasezerano y’ugufashwa kw’Uburundi azoca ahagarikwa yose burundu. Reta ifashe ingingo naho y’ukwishura iryo kete, ikemera ibiganiro, impande zompi (ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya na Reta y’Uburundi) zizoba zifise ameze ane (iminsi 120) kugira bumvikane ivyokorwa kugira Uburundi buve mu ngorane burimwo, n’imfashanyo zice zisubire gutangwa. Aho mukibuka ko ibihugu nk’Ububirigi, Ubudagi, Ubuhorande vyamaze guhagarika imfashanyo vyatanga ku Burundi, mu ntumbero yo kugondoza Reta ko yokwubahiriza amasezerano ayihuza n’ivyo bihugu 28 bigize ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya.
IGIHE
Messages
23 Gitugutu 2015, 00:48, par william
hahahaha abazungu vyabananiye kumutembagaza kubutegetsi none bafashe amayeri kumufatira iwabo kugira igihungu bagitange
23 Gitugutu 2015, 03:42, par Marcel
Reka reka .Reka reka ako gasomborotso..President Pierre Nkurunziza ntagisubira gufata indege.None azoshika i Bruxelles gute?Baramusanga i Ngozi
C est la seule facon de dialoguer avec lui
23 Gitugutu 2015, 03:53, par Eric john
Baratize guhagarika imfashanyo iyo abategetsi bahaze bibagira yuko abaturange aribo nyirivyose uwo mukozi wa Peter Nkurikiye na Nyamitwe ni faranga zituma bavuga nibazibura tibazongera kuvuga ivyo Peter yabategetse
23 Gitugutu 2015, 05:02, par INTAGOHEKA
MUTAMA MUKUGENDA KWITABIVYOBIGANIRO UZOGENDE WAPANZABANA BABIZEGWA KUKO INTUNVA NTAHO ZIRAJA,HANYUMA ABIRIGWA BARAVUGA NGO RETA YANKURUNZIZA NGONTIYEMEWE KOBAMUTUMIYE BATATUMIYE NYANGOMA?RAMBA MUTAMA UWUZOJAHEJURU TUMUMESE
23 Gitugutu 2015, 05:04, par Boniphace Mirenzo
MURAMBABARIRA NGOMBA GUHITISHA ITANGAZO HARUMURUNDI ABA CANADA YAFASHE IJAMBO RYAVUZWE NUMUKURU WINAMA NSHINGAMATEKA YU BURUNDI YITWA NYABEDA PASCAL RIRIMURURIMI RWI CONGEREZA ACAFATA NAMAJAMBO YAVUZWE NUMUKINYI UMWE MUBAKINYI BIKIGANIRO CITWA NINDE BI BURUNDI, NONEHO AKAREKURA IJAMBO RYARIKO RIRAVURWA NAWAMUKURU WABASHINGAMATEKA AGACISHAMWO AGAHAGARIKA AKAREKURIRAMWO WAMUKINYI WA NINDE YARENGEYE KUMAJAMBO YAVUVUZE NAMWENYENE MURAZI ABANTU BABABARIKOBARAKIRAKINA. ICAMBABAJE NUKO MUMAJAMBO UMUKURU WINABA SHINGAMATEKA YAVUZE UYUMUNTU NDABABWIYE YAHENGEREYE HAVUZWE IBIKORWA VYARANGUWE NA PRESIDENT PIERRE NKURUNZIZA ACA ARAHAGARIKA ACACISHAMWO IJAMBO WAMUKINYI YAVUZE RYITWANGO’ IRYAMBWA! MUNCAMAKE NDASHAKA KUVUGANGO HARIHO AHONASOMYE HABUZA KWIMURA IBINTU VYUTUNDIMUNTU UKABIKORESHA MUGURTYOZA CANKE MUGUCONGANISHA,GUKOKEZA NIBINDI. UBURERO NDASAVYE NIMBABOTWEMERERA ABAKINYI BA NINDE BADUHE URURUBANZA CANKE DUFASHANYE TURENGUKISHE IMBERE YUBUTUNGANE UYUMUNTU YABIKOZE KUKOTWAHEJEJE KUMUMENYA UWARIWE. ARIKO ABAKINYI BANINDE BATATWEMEREYE CANKE NAMBABABONA ATACOBITWAYE NTANAKIMWE TWOBIKORAKO. NDASHAKA KUBABWIRAKO UWOMUNTU YABIRENGANISHIJE KURURI FACEBOOK.
23 Gitugutu 2015, 05:08, par mahoro
Murabanza mwishure iryo twabandikiye ryo kurungika mu Burundi inkozi z $ ikibi 12 zahungiye muri belgique
23 Gitugutu 2015, 05:09, par NIYIBIRA
NIVYIZAKUJAYOARIKONFISAMAKENGA
23 Gitugutu 2015, 05:11, par NIYIBIRA
NIVYIZAKUJAYOARIKONFISAMAKENGA
23 Gitugutu 2015, 05:22, par Falcon
Nkurumbi twotombora akanka kwitaba ivyo biganiro agafatirwa ingingo burundu hanyuma tukaronka ingene tumutoza iminwe.
23 Gitugutu 2015, 06:18, par nema
nivyiza ubwo batanguye kwemanga ko Peter ari president wemewe muburundi, nibindi bazo vyemera. wait and see.
23 Gitugutu 2015, 06:27, par CEDRIC
UH EEEEH ASHA IBISAKA VY’IMBWA NKA NKURUNZIZA NA ALAIN NYAMITWE N’ABAJA BA PETER ASHA UBU TUGOMBA DUPIME UBUG.ABO PETER NTANKEKA MURI CNARED IRYA NGOMA YIVYE BENE BURUNDI NTITUGENDA TUTAYIMWATSE NTAHO AZOGENDA ARONSE AYIVUGIRIZA CNARED OYEEEE
23 Gitugutu 2015, 06:31, par MAHORO
AKO NYAKUBAHWA NIWIBUKE ABAWE.
23 Gitugutu 2015, 06:37, par MAHORO
AKO NYAKUBAHWA NTIWIBUKE ABAWE?EGA IVYOBIHANO BADUFATIRA NTIBIZIJANA.INGARUKA TUZOZIBONA.IBUKA BIMWE BAFATA KURI NYAKUBAHWA BUYOYA.NUKURI NIWO WASI YARASHIKIRIWE
23 Gitugutu 2015, 11:10
Ntaco Nikazima Bahaye Bemerako Ariperezida Noneko Batabwiye Yambwa! Nyangoma Aserukire Uburundi?Nahoyogenda Bihenze Nkakwakundi Yoca Abackira? Reta Nireme Turi Abasenzi!!
23 Gitugutu 2015, 12:09, par Ngojeya tu
Mbega komboña yagizubwoba nabado ingoma yinyibano iragoye kuvuza peee
23 Gitugutu 2015, 13:43, par Jules Nijimbere
Mutama.Niwitaba Ibiganiro Uzugend Wapanze Akarere Kuko, Ba Niyombare Baracariho Mu Burundi.Hera Ubu Ubitegura.
23 Gitugutu 2015, 14:30, par Bizimana
Ha!!Mutama uriyumvira neza kuko ivyo bintu numva bigoye.wawundi ngo imbwa bayihendesha igufa,ntibakugire nk imbwa kuko ww urumugabo kandi ndazi uringabo.urabe neza ntibaguhendesh imfashanyo burya wosanga bafise imigambi yabo.1.wosanga bashaka kugufatirayo ngo bakurementanirize ibitaja ntibize.2,wosanga arintegura cteguye ngo bakwakire ubuzima mukirere kubera ndavye muri kahise kuburundi ntaciza cabazungu kuko vyaragaragaye ko bagize uruhara mwigandagugwa rya Rwagasore.mutama nimba munyumva,ndagusavye uje mucumba camasengesho usenge kandi winginge Imana yo mwijuru iguhishurire icinyegeje inyuma yibi bintu mbona nkumutego uhambaye.ntuzire imfashanyo kuko imfashanyo nyamukuru zitanga Uwurengey isi nijuru ariwe mana mushobora vyos yamyeho kandi azamaho ibih bidashira.Mutama ndababwire ikintu kimw nahishuriw cukuri:Igihugu cuburundi naco cimirije kuba ica rutura inyuma yibi bibazo.kuko nivyo vyaburaya biri kwisi yumuremyi nkiyi natwe turiko kandi ntivyari kuba ivyarutura iyo Imana itabisinyira ntatw tuzoshikirwa.
23 Gitugutu 2015, 14:53, par Avec
Hanoharihabantu bagitekereza ku Burundi bugikoronejwe nububiligi bumvise ivyu Bubirigi buvuze bacababona mengo nicakiboko bagombagukubita abarundi sikobimeze this is 2015 it’s not 60s. Umva harizina ryigihugu cu Bubiligi, hakongera hakabizina ryigihugu cu Burundi ivyigihugukimwe murivyo kubagikize ikindi kikabagikenye ivyontitwobipfa nabene ivyobihugu ntibanganya ubushobozi kubabatanganya ubushobozi ntivyotuma habaho abacabagendera kugakanu abandi ngumwe abariwe avuga ngoryijane uyundi avuze ntiyumvirwe. Umvarero mwabanyaburayamwe kubijanye nayomasezerano Cotonou twebwe duhagaze neza ntanakimwe twononye ivyonavyo mwobamwibazako haricotwononye mwazize kutamenya kuko abavyononye mwaciyemusimba mubabundako mubagira incuti zomunzu mbemurazikw’aimana yocizankubu yosanga arimwebwe mwononye ayomasezeranoyi Cotonou? Rekandababaze, nkumubirigi honyene yiketweko abakosa akacaza mu Burundi mwebwe mubimenye kwariburundi mwovyifatamwo gute? Ndabasubiriremwo gira icomugize abobantu munyegeje bakoze ibinyuranije namasezerano yi Cotonou mubarungikire ubutungane bwuburundi mbere munasabe ikigongwe uburundi nabarundi .
23 Gitugutu 2015, 15:25, par MAZA JONAS
"UMANIKA AGATU WICAYE MUKUKAMANURA UGAHAGURUKA" TUREMEYE DUCIBWE?
23 Gitugutu 2015, 15:32, par emerusenger’igihugu
uko biri kwose niyitabe ubwo butumire nabe nkurunziza nkuko abavyeyi bari mwise nayo abo bosha ,barota guta igihugu mu manga bitembagarane Imana yari yabumuhaye niyo izomwongera n’iyindi mandat ariko arek gutukisha izina muhutu mu karere no mu makungu ,ego Urwanda vyarabay ariko i Burundi nabwo ntitwoshima ko bwoherekeza ,Rema,ugend kdi uzogaruka amahoro ariko ntute igihugu mu kaga kuko Imana ntizokureka uganz hari amarira y’impfuvyi n’abapfakazi
23 Gitugutu 2015, 16:34, par Munezero Bonaventure
Non Yoreka Kwitaba Ivyobiganiro Azoba Azi Ico Yiyotsa Amakungu Muzoba Mubibona Muraca Mufata Ingingo Zishoboka
23 Gitugutu 2015, 16:36, par Munezero Bonaventure
Non Yoreka Kwitaba Ivyobiganiro Azoba Azi Ico Yiyotsa Amakungu Muzoba Mubibona Muraca Mufata Ingingo Zishoboka
23 Gitugutu 2015, 19:31, par Burundi
Erega abaganira si babi. Ababi ni abafatira ingingo canke ibihano abandi batabanje kubumviriza. Nayo kwitaba si ngombwa ngo Prezida abe ariwe agenda, arafise abashikiranganji kandi arashobora kugena n’abandi bamuserukira mu manama. Ntampari rero zikenewe hagati y’abadika kuri runo rubuga. Mwibuke ko mwese muri bene Burundi, ikibi canke iciza kije mu gihugu kibashikako mwese.
23 Gitugutu 2015, 21:42, par yemwegayemwe
Yihende agende. Igiti ntigukora mujisho kabiri. Brussels si Arusha!!!
24 Gitugutu 2015, 12:22, par aimee
TURAGOWE BADUSHAKIRA IKI TWITOREYE UWO DUSHA ADUTWARA 5YEARS
Ariko abanyafrika naho mutwanka murabona akabonero
BUT GOD ALMIGHT IS WITH US.HE REALY HEAR OUR CRY. BLESS HIS MIGHTY NAME IN JESUS CHRIST I PRAY AMEN
AIMEE
BURUNDIA STUDENT IN SOUTH AFRICA
24 Gitugutu 2015, 15:11, par BIZPKUNDA Jean Jacques
Ni ukuri kw’IMANA ivyo bintu ni vyiza, gusa dusabe Imana ibituberemwo kugira ngo Uburindi n’abaarundi barronke amahoro. Imana ni vyose.
24 Gitugutu 2015, 15:18, par Hope
Ubwo azotinya gusohoka gushika ryari, no muri douche urupfu rwahamusanga. ahubwo nagume mu burundi kuko gusohoka yaca yihungira atabajijwe ivyo yakoze. abazungu bakamukingira ikibaba. ubwo bwoba bufite ishingiro !!!!
24 Gitugutu 2015, 20:21, par fidelite
falcon
Uragatorwa munigo kijuju,burya naho bobimufatira mwomara imyaka ataco muramugira,ama negociations yoyo wewe n’abo i wanyu ntiboba bakiriho,mbe ko mwihutisha ibiganiro ata na cinq ans zirahera ngo tubaze twumvirane,itonde ico twikorera bandes de couillons
@cedric
ingoma iri mu minwe ya bene burundi,wewe n’utundi duhutu tutagira umimitwe ntaco mushoboye,gupima amazi na bunga,reka gutera ubwoba ivyo ntibigikora mu bahutu,ni ivya kera
Ivyo biganiro azobijamwo kandi azobivamwo ,ntimwihende ngo ba niyombare mbe boca baza gutwara nde?na cnared nico kimwe ntawe bazotwara ba murota neza,ubu twarakenyeye dusigaje na twe kwamana umuheto hafi nkuko bwejeri yabivuze ahanura abatutsi b’abisirael baba mu burundi.
25 Gitugutu 2015, 00:09, par Akimandwa
Ariko sinanka abasenga ariko ba muraba n amstegeko.kuko abazungu baraba amategeko gusa!!! Natwe rero nidusenge canke tureke ico sico kibazo .kibazo ni ukudakurikiza amategeko yanditse twemeye !!!!
25 Gitugutu 2015, 21:10, par Ntakarutimana
Ashiii !!! Ubwo Azitaba Ubwo Butumire Ga Yemwe?Ibiganiro Niwomuti Wingorane Zir Mugihugu
25 Gitugutu 2015, 21:12, par Ntakarutimana
Ashiii !!! Ubwo Azitaba Ubwo Butumire Ga Yemwe?Ibiganiro Niwomuti Wingorane Zir Mugihugu
26 Gitugutu 2015, 03:09, par Regine Rwego
Nta kintu na kimwe azoba. Bibiliya iravuga ngo iyo uhaye umukene uba uguranye Imana. Nta muperezida yigeze yitaho abana b’abakene, abarwayi n’abasaza nka Peter. Uravye amashule, amavuriro, imigambi y’iterambere myinshi amaze kwegereza abakene b’abanyarutoke, Nyangoma na Sinduhije ntavyo bigeze batwereka. Tuvugishije ukuri, kuva kuri Micombero gushika kuri Ndayizeye, mwari bwabone Uburundi busa n’ubwo kuri Pierre Nkuru nziza? UWO N’IMANA YAMUDUHAYE, N’AGENDE, AZOTAHA KUMWE NYENE YAGANUKA AVA i DAR ES SALAAM. Abo bamugwanya, bo ntibashobora gutumbera mu gihugu ngobatahe mu Burundi ku mugaragaro kuko bafise ubwoba bw’ibikorwa bibi bakoze. Kandi naho boza, bakareka ako kaguma kabo nabo nyene ntaco boba. Pierre Nkuru nziza Oyee
26 Gitugutu 2015, 10:58, par Kanyange
None kashize ingani tugire Psdt atarenga imbibe. Jewe ndamwemera mugabo n’uko yafashwe n’umutima w’ubugunge kandi niwo wamukuyeko iteka. Niyemere avugane n’abandi. Jewe nd’Umugumyabanga mugabo si numva ingene abatuboneye izuba mu mugambwe nawe arimwo yobomora ngo agume mu mahoro. Mbe umugambwe agira awuhe bande? Ubwo aribuka abamwakiye igihe ahunga avuye campus Kiriri agaca i Sororezo ku Kamazu akimukira mu Coga abamwakiye abaribo? Aribuka imisi yamaze i Buyengero musi y’umusozi Mutambu? Abo bose bamugaburira n’’ingabo bari kumwe arabangaje koko? agira afate koko ibere yonse acacure koko? niyikebuke haracari kare umugabo yogwa hama akavyuka aganire inzara afise n’iyo abandi bafise kandi ivyo kurya biriho habuze imitima myiza n’abariye indege ntibarayimara canke bamwe barapfuye bikazorya abandi.Kananira abagabo ntiyimye naho yoguma mu Burundi atinya pusch ntaco yotumarira twamutoye ngo arinde urukamvye si ugusyegenyera aho yicaye nk’agasurira. Vugana n’abandi ikiyago ni ciza
26 Gitugutu 2015, 12:50, par peter
Ntakuntu Denise yokwerekwa peter akaja mubiganiro tukaronka agahengwe. Canke nyamitwe ntaco yovuga?? Peter ntaco agishoboye vyose baramutamika akanura amaso gusa!!!!
26 Gitugutu 2015, 14:12, par JEANDODIE
NKURUNZIZA NTIYOKWEMERA AHINTAHE ISHIZE UBURUNDI BUKOGORORA YOHEBA ICOKIRINGOGITEYE INGORANE YOBIKI??
27 Gitugutu 2015, 20:25, par Mpozenzi
Falcon,bite? Fidelité avuga aya muhe nk’uwugira apfe. Amacakubiri aramwishe. Yibuke neza ko i Rwanda abafise ivyiyumviro nk’ivya Fidelité vyo kumara abatutsi ariko vyarabataye ku w’amazi,bapfuye bayerera nka kayini abandi bariko barafatwa iyo binyegeje bagacibwa imanza za génocide. Menya ko Imana ikunda inkehwa. Iyo Mana nyene bama babeshera ngo barasenga kandi ngo niyo cabona cabo igiye kubamaramaza. Ahasigaye, Ko Imana iri ku ruhande rwacu ni nde azoturwanya ngo adushobore?
29 Gitugutu 2015, 10:19, par jojo
nimusenge imana gusa ibindi mubireke!!!
Imana niyo yobarwanirira,Imana niyo itora umuyobozi ukwiye.
29 Gitugutu 2015, 12:08, par niyonkuru
Ico kirofa fidelite carataye umutwe kubera urwanko rwakiremereye. None wewe ubona umuntu ufise ivyiyumviro nk ivyiyo shetani fidelite hari ubuzima afise ni igikenya kirirwa kiramoka amajambo amuvamo ni uburozi