Accueil > Amakuru > u Burundi > Uburundi ntiburamenyeshwa ko abaporisi b’Abarundi bari Centrafrique bagiye (...)
Uburundi ntiburamenyeshwa ko abaporisi b’Abarundi bari Centrafrique bagiye kwirukanwa
jeudi 2 Ruheshi 2016, par
Ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu buvuga ko butaramenyeshwa ko abaporisi b’Abarundi bari gufasha kugarukana amahoro muri Centrafrique bagiye kwirukanwa. Ubwo bushikiranganji bwemeza ko ivyo ari ibihuha.
Umushikiranganji Alain-Aimé NYAMITWE avuga ko abeshuza ivyo bivugwa ko abaporisi b’Abarundi bagiye kwirukanwa, agashikiriza ko ababivuga ari abitiranya ingene bigenda.
« Kugira Abarundi baveyo, barabitumenyesha biciye mu nzira zirashe vyaciyemwo kugira bagende. »
Uwo arongoye ubwo bushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu amenyesha ko amasezerano y’ukurungika abo baporisi bagiranye n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU atarahinduka, agasigura ko hagize igihinduka Uburundi butegerezwa kubimenyeshwa.
Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa kane, umushikiranganji Alain-Aimé NYAMITWE yamenyesheje kandi ko imigenderanire iri hagati y’Uburundi n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya igiye gusubira kumera neza, akavuga ko rimwe na rimwe Uburundi bwarengewe akarimbi.
IGIHE
Messages
2 Ruheshi 2016, 16:32, par Vivi
Nimurindire Bazobamenyesha Kuko Ntakuzakwigisha Abandi Kugira Isukunawe Iwewe Huzuy Imyanda! Nayokuvugako Hagati Yuburundi Nubumwebwaburaya Bigiy Kumeraneza Ninkumwana Arotase Amuzanira Umukat Kandiyamukubise Aguma Agwa Agaruka Kuko Atahandi Aribwikore < Hehe . . . . . . . . . . . . . . . . . . % >
2 Ruheshi 2016, 17:05, par willynshimirimana
ntaco bavuga ibihuha
2 Ruheshi 2016, 18:34, par Lepnard
Mubareke nabo birire
Abanyarwanda ko barasaniye muri RCA ko batabirukanye?
2 Ruheshi 2016, 18:40, par None?
Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga! Burya rero banwanyi banje ndakunda kubashikiriza ivyogarura amahoro mu Burundi. Burya rero birakwiye ko abo bapolice bogarurwa mu Burundi bakarinda abanyagihugu kuko imbonerakure ziteza umutekano muke. Kandi burya Nyakubahwa Nyamitwe arabahenda.
2 Ruheshi 2016, 18:46, par noris
Ntakindi abarundi baba abari mu gihugu cankeabari hanze nibaza bipfuza atari uko iyo migenderanire yosubira kunagurwa gutyo intererano zahora ziza zigasubira kuboneka. Vyose ni ishaka rya politique hamwe no gukingira inyungu za bose tutibagiyeko habamwo no kumenya uwufise inguvu nyinshi kurusha uwundi mubiba bibatandukanya. Nimubandanye rero mukora ibikenewe vyose kugira ibintu bitere imbere.
2 Ruheshi 2016, 19:03, par NEYMAR JUNUA
NIBAGUMEYO BABE BARACA AMAHERA
2 Ruheshi 2016, 19:24, par JEAN CLAUDE
UBWO NTABINDIBINTU VYINYEGEJE INYUMA?N’UKURABANEZA,GUSA IMANA IDUFASHE
2 Ruheshi 2016, 19:25, par INTAGOHEKA
NIMUKOMERE KUKO INKONA NTIYARUZWA TUZOTSINDA NAKARE UMUGABO YIYEMERA ASUMB UBUGABO CUMI BWIMBUNDEGE
3 Ruheshi 2016, 00:52, par Ngorogojo
Ivyo Naje Ndabibeshuje
3 Ruheshi 2016, 04:57, par tari
Ahubwo jewe sinumva igituma ONU igikorako igasha kwirukana abapolisi gusa ntibihagije ahubwo niyirukane bose iyobavabakagera atanumwe isigaje iyobarihose kuko nubundi nivyo abarundi twakamye dusemerera dusaba kuko ntawutanga icadafise abasirikare naba polisi bacu ntiboja gucungera umutekano wahandi kandi nuwiwabo warabananiye mugihe muricogikorwa bisabako baba akarorero keza none bakaba batakiri akarorero keza kuko birirwa bakoreshwa nakarwi kabantu barikurushi kifitiye inyungu zako mukugandagura abarundi none wumva urworukundo badafitiye benewabo nabashiki babo bazorugirira abandi ikindi iyomisi babahaye jewe mbonako arimyishi baribakwiye kubaha amasaha iconobasaba nuko bose bovayo biteguye bagashika batura imbunda zabo imbere y umuryango kwa nkurumbi akabahereza agahembo kabo kuko bakora wewe agahembwa ikindi nagomba gusaba ONU konibavyoshoboka abobasirikare naba polisi koyoca iguma ibakoresha ariko bidaciye kumurwi wa nkurunziza mukuguma babandaniriza icogikorwa muburundi kandi comandema ntibayihabwe nabarundi babaronderere comanda avuye ahandi kandi bagume ba contororwa na ONU nakampi yabo azobe ayihariye ataho ariye nayibinywamaraso vya nkurumbi
3 Ruheshi 2016, 09:14, par kanyamyuga
nibabandanye igikogwa babe akarorero keza mumakungu abavuga ivyobatazi nabo , bitebebitebuke bazoteshwa bate
3 Ruheshi 2016, 15:48, par NIYONKURU EVARISTE’
ABOBABIVUGA NIBABANDI BATIPFUZAKO UBURUNDI BUTAVURWA NEZA MUMAKUNGU.
3 Ruheshi 2016, 15:49, par NIYONKURU EVARISTE’
ABOBABIVUGA NIBABANDI BATIPFUZAKO UBURUNDI BUTAVURWA NEZA MUMAKUNGU.
3 Ruheshi 2016, 16:35, par Mututsiwiyubaha
Uyu wiyita TARI ubanza ari ntakandi kazi agira. ni umwe muri bwabwoko butavana amaboko mumpuzu/tutsi. ni ukwirwa yandika amanyembwa ye gusa. hari igihe yandika ukagira ngo ni bibiliya aba yandika.yandika ibishenzi gusa kuburyo utanabisoma ngo ubimare.
3 Ruheshi 2016, 21:08, par Mapos
Ibihuha Nkivyo Turabimenyerey Mu Burundi, No Kubasirikare Bar Somalie Niko Vyenz
4 Ruheshi 2016, 19:21, par toto
si ibihuha @Mapos
http://www.jeuneafrique.com/331207/politique/centrafrique-lonu-met-terme-mandat-policiers-burundais-accuses-dexactions/
5 Ruheshi 2016, 20:50, par h
Ese ubundi ni gute abapolisi babarundi bajya kubungabunga umutekano ahandi kandi iwabo ntawuhari, UN nibirukane kuko mwica nabarundi
5 Ruheshi 2016, 20:58, par jishoryinyare
@Toto: abantu nka mapos ntukabateho umwanya ntabwo bazi aho isi igeze ntanamakuru bajya basomosa ayo bazi nayo willy nyamitwe ababwira nubuhanuzi bwa muka peter
6 Ruheshi 2016, 04:03, par mzoyihera intagoheka
Rindira buraca biraza,aribihuha atari bihuha tuzobibona.
6 Ruheshi 2016, 06:17, par Bijuju
Jew murantangaza? FOCODE mwibazako
ariki? mbega aba police bavuyeyo muri centrafrique hazoca habiki? Ako niko gatego musigaranye? ngira FOREBU izoca ijayo datawanje. Baryita igere ryanyuma
27 Ruheshi 2016, 22:03, par KIBONGE OSCAR
ndi oscar nagatukisha ku burundi mbe?bagirabaduharire ivomo?
28 Ruheshi 2016, 17:23, par Happy
Mamaaa Ese Haricobagirizwa Kibi bakora Mwicogihugu Emwemwisinumva Atamuhigwe Umuhigw Nuwokwibera Muri Yesu Nibakorakazi Neza Gusa Nimana Izobibahembera
28 Ruheshi 2016, 17:25, par Happy
Mamaaa Ese Haricobagirizwa Kibi bakora Mwicogihugu Emwemwisinumva Atamuhigwe Umuhigw Nuwokwibera Muri Yesu Nibakorakazi Neza Gusa Nimana Izobibahembera
29 Ruheshi 2016, 19:55, par NIYONGABO ,VENISTE
NIBAKORE ,ICABAJANYE ,IBISIGAYE ,IMANA ,IZOBAHEZAGIRA
7 Mukakaro 2016, 21:37, par Claude
Mbega Onu Ntikunda Abarund Bagir Bongerez Abatwic Ega Turagow Haaaa!Muracunge
12 Mukakaro 2016, 16:48, par kigali
Nta mpamvu yo gukoresha abicanyi mu kugarura amahoro,babanze bakemure iby’iwabo.