Accueil > Amakuru > u Burundi > Ukuja gukarisha ubwenge mu mahanga ku buryo bwa Reta vyakuweho
Ukuja gukarisha ubwenge mu mahanga ku buryo bwa Reta vyakuweho
mercredi 2 Ntwarante 2016, par
Ubushikiranganji bw’ikigega ca Reta bwamenyesheje ko ingendo mu mahanga z’abakozi n’abategetsi ba Reta zigiye gukurwaho, izindi zigabanurwe bimwe bibiboneka ku buryo hasigara hakorwa iz’abategetsi bakomeye cane, kubera ikigega c’igihugu kitifashe neza.
Mw’ikete umushikiranganji w’ikigega ca Reta yasohoye, yasavye ko mu ntumbero y’ikoreshwa neza ry’amafaranga y’agaciro, ingendo zo mu mahanga zogabanurwa bimwe biboneka, hagakorwa ingendo z’inzego.
- Tabu Abdallah MANIRAKIZA, umushikiranganji w’ikigega ca Reta
Umushikiranganji Tabu Abdallah MANIRAKIZA yamenyesheje ko ukuja gukarisha ubwenge mu mahanga ku buryo bwa Reta vyakuweho, amenyesha kandi ko hakuweho n’amafaranga yahora ahabwa abagiye mu mahanga kandi ababatumweko bateguye kubakira (Les frais supplémentaires sur les missions prises en charge).
IGIHE
Messages
2 Ntwarante 2016, 10:42, par KURI
MURINDIRE GATO
2 Ntwarante 2016, 11:04, par Icutarabona
Yayayaaaaah!!!!, tuzoba tubireba, akataraza karahinda. Icuka.com
2 Ntwarante 2016, 12:04, par Batwenga
Karabaye Noneho! Abari Bamenyerey Kwubaka Kumwaka-kumwaka Baragowe; Nishavu Rya Nkurunziza Nabamwegereye Kuko Amezi 10 Arakwiye Badacaruka; Uwuzobasanga Mubiro Atacafise NTAJAMBO BAFISE
2 Ntwarante 2016, 12:45, par ndiko jonas
ngo ngwiki ? ngo ntamahera ariho ntimwokoresha ayo mwivye canke mukagurisha zanzu zanyu hiiiiiiii.
2 Ntwarante 2016, 13:19, par Rusakumba
He we Ndiko Jonas, nikuber’iki tutotangurira kugurisha za baBuyoya n’akarwi kiwe, bivye urukombamazi ikigega c’Uburundi.
2 Ntwarante 2016, 15:32, par jean
na bado.ayo mugura ibirwanisho yo murayafise?hihihihihihi
2 Ntwarante 2016, 16:06, par powa
zazazazaaa!nama interne rindira bazoyugara ys,umwana na nyina bs nicokimw.powa
2 Ntwarante 2016, 16:57, par Muriro Claver
Ko Mwatwaye Nabi Amakungu Agaca Abima Infashanyo,nimwemere Ariko Mwikosore Kuko Akari Inyuma Karahinda.
2 Ntwarante 2016, 19:47, par Ntaco
Tenyenya Gat Uwuraha Ngokurambone Nanje Nti Twarembone Mugiye Mwab\\imana Idufashe
2 Ntwarante 2016, 20:04, par dody
Ubundi basohoka baja hehe canke ngo bimare iki ko n’ubundi ico bagenda gushaka ari ayo mahera nyene babafungiyeko robinet. Rindira n’ayo mu mufuko abaherane niho muzumva icarico gushirahamwe na democratie nyakuri, umengo nta matwi mufise.
3 Ntwarante 2016, 03:24, par M
Nimurindire nabado, ariko nuko muzi kuyasaka mubantu, nayundiho mworiyivu. abobategetsi nabonyene nibicare ntibavengaho bagenda hanze ngo batumaririki abobicanyi.
3 Ntwarante 2016, 06:13, par Eric
Nimuhumure nta gihugu na kimwe kiriho cobakira.
Nta nahamwe bakarisha ubwenge bwo kwica.
Kira noneho mweho mwarabivukanye.
4 Ntwarante 2016, 18:10, par KAR
AYOMAFRANGA NONE BOBURA KUYAKURAHO NONE BOBO KOBACIGA RETA YAYABATANGIRA ARIKO NTIBOBURA KUYAHAGARIKA KUBERA ABANA BABO BOBO BOZOBARIHIRA KUBERA BAZOYOKURA MUMAKORI DUTANGA ATARAJA KUBUTTSI YORHIY UMWNA WIWE ?
4 Ntwarante 2016, 18:11, par KAR
AYOMAFRANGA NONE BOBURA KUYAKURAHO NONE BOBO KOBACIGA RETA YAYABATANGIRA ARIKO NTIBOBURA KUYAHAGARIKA KUBERA ABANA BABO BOBO BOZOBARIHIRA KUBERA BAZOYOKURA MUMAKORI DUTANGA ATARAJA KUBUTTSI YORHIY UMWNA WIWE ?
5 Ntwarante 2016, 15:37, par turaje
gukarisha ubwenge, hhhh nabakozi ba leta ntibazongera guhembwa ,igihugu cobakira mbe nikihe ? haricigisha kwica? murasanga Peter abigishe puu.