Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umudandaza yarishwe arashwe n’umu polisi mu ntara ya Ruyigi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umudandaza yarishwe arashwe n’umu polisi mu ntara ya Ruyigi

Umudandaza yarishwe arashwe n’umu polisi mu ntara ya Ruyigi

mardi 29 Nzero 2013

Umyagihugu yari asanzwe ari umudandaza wo mu ntara ya Ruyigi yaragandaguwe mwijoro ryo ku munsi w’Imana igenekerezo rya 27 Nzero umwaka w’2013,akaba yarashwe n’umupolisi,intandaro ya vyose ngo akaba ari uko yanse kumuha igiturire.

Abanyagihugu bo muri iyo micungararo bakaba baciye basimbira kuri uyo mupolisi,baramukubita amahiri n’ibipanga ,ubu uyo mupolisi, akaba ariko avurigwa mu bitaro vyo mu Ruyigi,ariko akaba aremvye.

Buramatari w’intara ya Ruyigi hamwe na comiseri w’igipolisi muri iyo ntara bakaba basaba abanyagihugu n’abapolisi gukorana neza mu ntumbero yo kubunga bunga umutekano.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.