IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umugambwe CNDD FDD uza mu kibanza ca mbere ku biharuro nfatakibanza

Umugambwe CNDD FDD uza mu kibanza ca mbere ku biharuro nfatakibanza

mercredi 22 Mukakaro 2015

Umugambwe CNDD FDD userukiwe n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza niwo uza imbere mu biharuro nfatakibanza bitangazwa n’imirwi itegura amatora mu ntara.

Mu biharuro nfatakibanza vyatangajwe mu gatondo ko kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 22 Mukakaro,inyuma y’amatora y’umukuru w’igihugu,umugambwe CNDD FDD uza imbere ugakurikirwa n’Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi.

Mu ntara ya Rumonge,Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi,ruza mu kibanza ca mbere naho nyene indongozi z’urwo runani zari zasavye abanywanyi babo kutitaba ayo matora.

Bitegekanijwe ko ibiharuro ntabanduka bimenyekana iminsi itatu inyuma y’amatora.


Van Naris Mugisha

Messages

  • NTAWOBIDEHA VYAMA VYAVUZWE.AMATORA KU BAYASHAKA YABA KU MURONGO KANDI MU MUTEKANO NTANGERE.NONE IVYO BIHUGU BISHAKA KURONGORA U BURUNDI CANKE VYARI VYATANZE CANDIDATURES?UWUDASHAKA GUFUNGURA WOMUZANIRA IMFUNGURWA ATAZIKENEYE NGO BISHIKE KU KI?UCA UMUREKA AKARYA AHO ABISHAKIYE.

  • Abantu batukana nkuku bizagute ikikinyamakuru kibi publie bamubanza musoma canke namwe mushigikiye abatukana

  • Mana babarira CENI kuko itazi ivyirimwo. Cibitoke, Muyinga, Bujumbura Mairie/Rural, Kirundo, Gitega, na Ngozi. mu ma results yukiri Nyakubahwa Rwasa Agathon niwe arimbere na difference niniya cane. None DD yoza imbere gute?

  • reka gutukana kuk jew ndumurundi kand sishak kutukan kuk abashak kuduta mukag harigih woburimw kimw dusenge dusabimana idukiz ivyag iduh amahor kuk imana niyonkuru mana nibibenkukushaka

  • TUGIRADUSUBIRE MUNTAMBARA PIYERI NABAREKE IGIHUGU AGITANGE IVYAMUNANIYE NABO BABIKORE NAREKE KUBA NYAMWIGENDAKO

  • abifuza NICKEL y imusongati na petrol ya tanganyika yavumbuwe na AZ petroleum Ltd ku buntu baciye muri ba vital nabandi banyepolitiki badakunda igihugu banume nababafasha bose. ufise ibigwi byinsho bituma uruta aba presidents benshi muri afrika naba EAC bose. watumye: amoko abana neza mu burundi musangira ubutegetsi mu buryo bungana; ababyeyi bavyarira ubuntu; abana bigira gusa atavyagahimbazamusi batswe; abana bavurirwa ubuntu; imisoro ni mito kuburyo kwigurira umuduga no kwiyubakira inzu byoroshye nta mananiza; ntama patente ntaya ma secteur; umutekano uhembwa na budget gusa; ni wewe wizera abanyagihugu ku buryo wigendera ku kinga mukanafatanya kwikorera amatafari mwubaka amashule; niwewe wubatse amashuli meza igihugu cose amavuriro inzu z avakene; kuvugurura amabarabara no kubska amashya; kurima ibiti bifitiye abanyagihugu akamaro vynimbuto nimirimbobapana ivyomirimbo gusa. wemera concurence commercial iwawe masociete ya tel 8 inganda nyinshi. wemerera abantu kwogaragamvya; kukunenga ku maradio ntubafunge canke ubice nabapfuye nabarwanya police nama granade inkoho n amabuye. mbese uri igitangaza IMANA yahaye uburundi niyobmpamvu ivyo bihugu vya ILLUMINATE vyose nabo ba VITALbna PACIFIK naba SINDUHIJE bagupangira bisambuka. kandi bazanuma kuko namatora yabaye. viva PETER; viva UWITEKA IMANS

  • ndakej abagumyabang mut komer nturekur ivor ndakurinyuma naray ndaguhayijw naguhay nakanyamunez kesh imana ikuKUZIGAME NDA BAGUMYABANGA BOSE ABO BANDINABO nibabe baraharana

  • ARIKO NTIMWIBESHE NGO MUVUGE KO AZOSHIKANA 50% KUKO NTANAHAMWE YIGEZ AYARONKA

  • Ariko Aba Dd Bataye Umutwe Ngo Habaye Amatora Bugira Bahume Amaso Amakungu Nabarundi Kotuzi Amatora Yaheze Kera Bikaba Vyavuzwe Nababavuyemwo Yaba Muri Cn No Mumugambwe Bamaze Kumena Ibanga Muriko Muhenda Bande?Turindiriye Amatorora Arimwo Bose Azira Ubwicanyi Noguhonyanga Amategeko

  • aho mwiyumvira ik? mwambashezimwe

  • NTIBITANGAJE.NIWEYIYAMAMAJE.WENYENE.NONE.INGARUKAMBI.YAMATORO.YUMUGAMBWUMWE.REKATURINDIRE.IYONTWARO.YIWE

  • MWANTAMVUMWE NUBU NTIMURUMVA UYOMUGABO NTIMUBONA KO YATORANIJWE MUBANDI BAGABO BOSE?INKONA NTIYARUZWA KIRAZIRA.KANDI NGO UWUGEND NAMAGUR NTAHIGANWA NUWUGEND NIMODOKA.RWAS NASUBIR YOMOKE KUKO KOMOKA UMENGA YABIGIZUMWUGA!ABAKEB MWIHANGANE MUKAWUK BIRAHERA!!MUCE MUTANGURA KUDEDEMB KWAMATOR YIBW!

  • Mbe wewe wiyita Christopher ivyo udedemba ubivanyehe? Wewe wigira ceni? Rindira gato Peter abenurire ....abanyagihugu baritoreye indongozi yakoreye neza igihugu ishikana izina ry’Uburundi mu makungu. Ivyo vya rwasa wanyu vyo ni indoto zamaze guta igihe kuko inkona yamaze kwarara....ba muradedemba kabisa !!!!!!

  • Mwese Mworeka Guta Ururimi. Nizere Ko Mwese Mwemera Imana,kandi Murakwiye Gutinya Imana Kuko Ikorera Ku Mwanya Wayo. Nimureke Kwiganza,mureke Kwishira Hejuru,mureke Guhohotera No Kubwira Nabi Benewanyu. Buraca Bugacana Ayandi Benedata Twige Kwitonda No Gusoneranira.

  • Komera!!!Komera!!!Komera!!!Udushirire Mungiro Ivyo Watwemereye.Nayo CENI Iharure Amajwi Neza.

  • Eeee benedata guteranamajambo mutukana ntaho bizobashikana! muribenemugabumwe, uburundi nibwoso nibwonyoko, kwirirwa mutukana ntakamaro, ahubwo nimuze dufatane munda twubakigihugu tugitezimbere nkibindi,kuva muri mirongindwi nakabiri twicana ntanyungu vyaduhaye ntanvamakungu izotorera umuti ibibazo vyabarundi, ndangize nvuganti kundane wihorincuti ukamarumuryango Mungu ibaliki burundi.

  • iconshima nuko no muba dd harimwo abazi ukuri bahevy amanyanga kandi nivyo vyabona, abaharanira ukuri bandanye muzotsinda naho vyoteba.

  • Nareke Abana Bacu Nabo Batware Kuko Dushaka Amahoro Nayo Kuyabona Aruko Dusagira Duhana Atakwigungirako Erega Kwisi Nukubisanya. Dusabe Umwe Arimwijuru Ace Urubanza.

  • mumureke atware hanyuma mube murategura uwo muzohashira wundi. Kandi imyaka itanu simyinshi. Ntimuratwereka uwo mwimirije guhashira, ndabarahiye iyo myaka itanu izohera mutaranatwereka uwo mwateguye; erega ntituzopfa kwemera uwo muvunduruye mutateguye neza, ngo nuko ari uwuzoba yatowe n’umugambwe, dushaka uwukunda abarundi bose tukabanza tukamwishimira. Tukumviriza imigambi yiwe. None gushika no kuriyi saha ntimuramutwereka, donc mumureke rero abandanye. Hanyuma abo nabo bakoranye kuki mutari mwarakoze atention imbere yigihe kuva constitution ishingwa, canke kuva mumutora ngo abe umukuru w’igihugu. Mukirirwa muratujuragiriza ubusa twebwe abantu batobato ni ukuvuga rero ko mutazi kuraba kure. Canke muma manifestation ni ukuvuga rero ko mutari muzi la suite, none abo bantu bazoza baradutwara badashoboye kugira des suppositions bagakanguka kabaye, hariho abavuze ngo ntibari bazi yuko ngo hazobaho abantu baturirwa, imiduga iturirwa, inzu ziturirwa, none ko numva ngo hari imbonerakure, twarabonye nuko hari imbonera hagufi. None turakenyeye tuzoze turatwagwa nabantu batashobora kugira des analyse, des estmations, des suppositions. None ibiharuro mwize vyamasupposition na za si est seulement si mwumva vyabamariye iki, mupfa gukora ibintu mutazi les conséquenses. Iyo barengera muri ayo ma villa mwubatse bakayatwika niho mwari kwibuka ibiharuro mwize. Nkarangiza mvuga nti barundi ntaho tuzoshirana. àmoins que mushaka ko tuzoguma muri vuruguvurugu. Nimwige kwemera akabi mwakoze, kwihangana, gusaba ibigongwe, kureka kwicana ko ariho amabi yose aturuka. Kandi mureke kuja murapfunga amarobinet kuko hariho abazobabwira bati ayo mazi yava muri robinet ntayo nigeze nwa. Ntayo narimenyereye, namenyereye amazi yo mumwonga. Abahora banwa ayomazi nobabwira yuko mutoba muriko murahomba kubera mureke bayapfunge abe aragwira hanyuma nibayugurura muzosange ari menshi gusumba ayo mwahora muvoma. Ariko mushobora kuyavoma mumubindi wamenetse. Tugire ubumwe muburundi nkaba ndabisavye umuvyeyi wacu bikiramariya abicishe kumwana wiwe yezu bibone gushikira imana yo se wa yezu. Kugirango amadayimoni yinjiye mubarundi kuva na kera narindi turabe yuko yobavako.

  • IKIBAZO CAMANDA TWARAYE TUGIKEMUYE INDURU IVE MUNZIRA KUKO VYARI VYATUGASHANYE

  • CNDD-FDD BASURIRE AKAVUMBI!
    BENURIRE!

  • MANA UTABARE ISI YAWE KUKO ABANA BAWE BARAYIGOREWEMWO.

  • Turasavye dishimitse uwuzagutsinda ayamatora azoce agerageza ukwashoboyekwose ubutunzi burimugihugu cacu cu Burundi twokwitakama azoce aburonderera abahinga babutunganye kugira imfashanyodusaba zisanizigana nicakabiri ca budget igihugu kibagikeneye izogabanuke kugezanaho dusivara dukenera imfashanyo irimusi ya 20% ntibisubirekuba 50% yimfashanyo ivahanze. Kandimuzoce mwiga ikintugishasha kizokwereka umwenegihugu Ko twateyimbere vyukuri, nkakarorero kurondera ibintu bitanga akazikeshi gatandukanye ariko uryamuntu atararonka akazi akabazwikwari mu Burundi hakabahariho ikade reta iza iramushiriramwo udufranga ukotwibatungana kwose, utwodufranga reta yogerageza kuza irakura udufranga dukeya kuruwowese amazekuronka akazi kwisheke yiwe mazetukagenda ahagenewe abatagira akazi mucamwumvanyeneko burikwabantu biyongera baronkakazi nikotwadufranga dukeduke babakurako tujagufasha abatararonka akazi natwotwiyongera umweyahorafashwa arosakazi twadufranga bahorabamuha tugaheza tugahabwa uwutaragiramahirwe yokuronkakazi. Arikorero nubwobirukwo amafranga meshiyogufasha abarundi batararonkakazi purusantaje nini mukagerageza kuyijuri mwavyabikorwa vyogutunganya umutungo kamere irimugihugu cacu. Ivyobintu ndababwiye mubihaye abahinga bakabitunganyaneza ntamunyamahanga yobakiza muburundi agaha ikirwanisho umurundi rwagituritse ngohampe abantu ngononeho haboneke abahunga ngubukazi buboneke iyobahungiye. Ikindi ubutunzibwacutubukoresheje ntivyobuzakotugira abashaka kubutuziza arikonatwe twovyitegurira kwitegura guhangana kuburyobwose bushoboka tutibagiwe nokwiyegereza incutinyishi ariko zemera kotwikukiye ziduhanura ariko atari kudutamika ijambo canke kudutegeka ngodukore ibinibi vyasebikunze.

  • GUSA AMATORA YARAYE ABAYE YANYERETSEKO ATA OPPOSITION DUFISE AHUBWO HARI ABANYAMAJAMBO GUSA.

  • MU RUMONGE TWARIKUKIYE DUTORA IVYO DUSHAKA

  • Agatho rwasa arabaye uwambere nibice 55%
    nkurunziza abaye ecegera ciw nibic 30% komera nimutwar rwasa bayobore rero ntawugukoreramwo tsinda ikinyoma zana iterambet rero kybanyagihugu

  • Uwishra Hejuru Azoshigwa Hasi Arko Uwishra Hasi Azoshirwa Hejuru Niyo Mpamvu Dukwiy Kwizera Imana Yonyne,kuko Hatabay Ndiho Vyos Nubusa Gusa!

  • gewe mbabazwa na Rwasa bahora bahenda,ibi vyerekana ko anayoboye igihugu baja baramuhenda uko bishakiye,ubu iyo aja mumatora agahamagarira abanyagihugu kumutora niyo yari gukoresha iradiyo,ubu aba aronse inzinzi,none baramuhenze aremera dore uko bigenze,bigira bimere nka 2010. namugira inama yokuja muri reta akazoyikura ayirimo nkakurya aba DD bagenje Domitiano, naho nareke abamusakuza mumatwi wewe afate umwanzuro abe responsable.

  • uzojana nayo uragaheruka iryo

  • uzojana nayo uragaheruka iryo

  • CEN NTAWOKUGORA NGAGUTEHI SHAVU VYUKURI UKO MWATONDAGUYE NTAKURIKURIMO UGIRANGO HARUWARIKO ARABARABA VYUKURI URIKO URAKORA \,KUGITSURD NUBUKUNZIBWINDA BIRAGOYE GUSA UKURI KUZOGARAGARA IGIHE NICAGERA NTAVYIZA BIHORAHO UKOWOBA URIKOSE .

  • mutama wacu turakubona guma kumuheto tukuri inyuma

  • America,imanze,ibashireko nati,ahasigaye,ita,ace,agendakurima

  • None mwiteze ko CNDD FDD ib’ iyakangahe???? Har’uwundi mugambwe muzi bahiganwe woz’ imbere none. Ntibikenewe kwirigwa mubitubarira kuko niko bitegerezwa kugenda. Agatho Rwasa yamaze gutangura gutakamba ngo Petero Nkurunziz’ amushire muri retta ye. Niko ndabibonye kuri www.afrototality24.com

  • Nabishimwe N’iyamekungoma Ibihevyose Murakz

  • Yewe MU urababaj wewe uvugako arintor ubwobutore niwewabubonyewenyene abavutsekubuntu siboyiciyemwibarabara bandi arabomora ngo IMANA imuhezagir ahubwo izobimubaza naho ELUMUNAT wesiwe ivyobimazi ariko aratanga ugira ntibizomuhumira IMANA izigame abasigaye uwabaye ikinywamaraso yama ayanyotewe muntu ushigikiye ubwicanyi witegereze wibaze iyobigerakubawe MANA ZIGAMA UBURUNDI NINZIRAKARENGANE ZIBURIMWO AMIN

  • IMANANISHITSE IMIGAMBI YAYO KUBURUNDI

  • indongozi nziza twaraye tuzitoreye bavuga tuguma kukivi.komera kumuheto mutama.

  • NI MUTUBWIRE NAYIKIREMBA KUKO NA TWE TWITOREYE RWASA .WACU

  • NI MUTUBWIRE NAYIKIREMBA KUKO NA TWE TWITOREYE RWASA .WACU

  • NI MUTUBWI RE NAYI KIREMA KUKO TWATOYE RWASA WACU

  • murabesha muri mwebwe ntimuzoshikirwa igihe camagaburanyama

  • Vyarangiye intsi ni kash komera komera

  • Hahah! Ndagomba kubaza abantu bamwe. Mbese mwoba mucibazako igihugu c’Uburundi kimeze nk’isahani y’ubugali umwe abega uwundi uko?? No,ahubwo nobwira intelligency y’igihugu gutangura akazi kayo gakomeye yimirije nivyakenegwa naho ,we are here to help them find out!!!!

  • nivyiza kabarundi bariko bitorera uwobarongora bataravye hirya nohina abonabo bagomba kuronka igihugu batagikoreye murababwira uti ntigitangwa nkumukate .abonabo munyakabiga na ngagara namusaga na cibitoke uti murimaramaza uti babaziko ibibi vyinshi cane kuva 1993 mwica abahutu nubu nivyo mwagomba uti ntakama gasongoye higanwe mubandi mwipime inguvu mufise .umutama wacu tugiye kumwongera komera komera

  • Nibazakatamatorayabayekwabayukwemeza Bimwebita Referandum

  • Komera Mutama Niwigumire Kwivora Nabajejw Umutekan Turinyumayawe Kirets Imburamutima Zitaz Agaciro Kamahoro Tuzokurambararako Kuk Turagukunda We P6

  • KOMERA MUTAMA NKURUNZIZA URAGAHORAKUNGOMA IMANANA MURIKUMWE,NABARUNDISINZI TUGUSABAKUGARUKANUMWIZEROMUGIHUGU IMUSIGATI DUHAGAZENEZA

  • Birababaje kubona akahise katigisha ikintu na kimwe ku barundi, abatusti batwara bakoze amakosa menshi ariko ntanakimwe bashisteko noke raba abahutu baronse akanya ko kugira ico bahinduye ngo batware igihugu mwiterambere bacambike iteka none bongeye kugitabura no kucambika isoni, agahindi niko kuzuye umutima wanje

  • Yemwebarundi Nitubwigwetwuve ,turabe Tubone Turimuvyagezwe,endanimuzetwizerimana,nayumuntu,numukungugu,

  • Petero Nkurunziza Mwirindecane Kumumvunganabi Canecane Mutandukanenikibi,mukorivyiza,umuntuwese,azobazwivyoyakoze,imburi Kubantu Batubahimana,mwese Kumwumwewese Arikwikimenyetso,shishikare

  • emma

    CNDD-FDD sangwa intsinzi muburundi bwose. Nyakubahwa president sangwa intsinzi wayihawe nabo wakoreye ivyiza nko guteza imbere igihugu nokuturonderera amahoro muburundi bwacu, nyakubahwa nkurunziza hakurubuki nubwo wirondereye komera.

  • Ariko murantangaza kweli nkurumbi ntanumwe yamutoye kuko incabwenge zose zaramuhinyuye umuntu yishe ababikira babakecure ayo maraso yabo yayajanye kwa rusiferi hamwe ikuzimu kugira aronke ubutegetsi .erega ntamuntu yamenye IMANA yo mwijuru akora ivyaha nkurumbi akora natembe abarundi ntawe dukeneye kirya kidayimoni

  • SINDUMUJA WE!! AHUBWONSANZURUMUJA BASI URUBAHUTSE URATUKUMUKURUWIGIHUGU ARIKONDAGUTEGERA UMWANAREZWENEZA ASOHORUKUBOKO NGONTANUMWEYAMUTOYE MBEKOYABAYUWAMBERE WAKIJUJUWE AYOMAJWIYAVUYEHE??NAMBAYARISHABABIKIRA<<IMANA IZOBIMUBAZA>>TWETURABIMIGAMBI AFITIYIGIHUGU.Atantion USUBIYEGUTUKANA WITEGURIRE INKONI 300

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.