Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’ibiro bikuru vy’igisirikare Gen Prime Niyongabo yarokotse mu (...)
Umukuru w’ibiro bikuru vy’igisirikare Gen Prime Niyongabo yarokotse mu gitero
vendredi 11 Nyakanga 2015
Umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare Gen Prime Niyongabo yarokotse igitero cabaye ku modoka yiwe mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 11 Nyakanga 2015.
Amakuru ava aho mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura,amasase yatanguye kwumvikana nk’igihe c’isaha icumi na zibiri n’iminota 45 mu gatondo,abantu bataramenyekana bateye imodoka yarimwo.
Ayo makuru nyene amenyesha, ko abasirikare bamucungerera ubuzima bose boba bitavye Imana muri ico gitero cabereye ku kiraro ca Muha, hafi y’ishuri Internationale.
Gushika ubu,ibarabara rirugaye ntawurengana.
Ni inkuru tubandanya kubatohoreza.
IGIHE
Messages
11 Nyakanga 2015, 08:28, par kazi ipo
Nibongere bavuge yuko ari ibisuma vyubahutse chef d’etat major bazopfa biremesha
11 Nyakanga 2015, 08:59, par Nahimana
Mwa ba DD mwe! ntimubona ko urufunguruzo rw’amahoro y’igihugu cacu c’u Burundi ari ukuvanaho Peter Nkurunziza agaheba 3ème mandat? Mwabuze abagabo b’ijunja n’ijambo b’intwaramiheto zibushitse bo mukuraho hanyuma igihugu kikabona amahoro n’umutekano? Ntimubona ko amazi ariko ararenga inkombe kandi atazogaruka?
11 Nyakanga 2015, 09:01, par Senior
Ivyu bdi nakayobe bahinga
11 Nyakanga 2015, 09:08, par havyarimana serges
YESU WE!!
11 Nyakanga 2015, 09:14, par kwiza
Nn kugirabamugirukokose ntankohoyarafise naweyoboniki?bazosubiranamwompaka nn nabasoda barapfanabobafise ibirwanisho nkabiryanzivyamucungra
11 Nyakanga 2015, 09:41, par Eliane Kaneza
Mbega Nkurunziza ntiyoreka kuguma yisasira amaraso y, abantu ? N,ubu ni we nyene ntawundi. Ibimazi ntarabikwiza?
11 Nyakanga 2015, 09:56, par BUTOYI ERIKE
IMANA NIDUTABARE ABOBASI.BIGIHUGU.NONE BASHAKA KOTUJAHE TWEBWE.ABANTU.BATOBATO
11 Nyakanga 2015, 10:11, par Kinyinya
Nibateshwebate.Abobasibigihugu.Barajwishinganoguhekurigihugu.Letanihaguruke.Ikore.Atakubembereza.Atakigongwe.Ituze.Izonyankaburundi.Rekadushimiri Mana Yamurokoye.Imananiyonkuru.Rekadusenge.Izobagaragaza
11 Nyakanga 2015, 10:13, par Kinyinya
Nibateshwebate.Abobasibigihugu.Barajwishinganoguhekurigihugu.Letanihaguruke.Ikore.Atakubembereza.Atakigongwe.Ituze.Izonyankaburundi.Rekadushimiri Mana Yamurokoye.Imananiyonkuru.Rekadusenge.Izobagaragaza
11 Nyakanga 2015, 10:27, par ndayisaba richard
none abo bantu baza bavahe? Aho ntusanga baraho nyene mugisagara?canke iyo modoka ya prime bayibonye gute? Ivyuburundi biragoye,,, uhoraho nyene vyose, atariwe yisidukiye ntagishoboka. Kuko abo bantu uko biri kose sabanyamahanga.
11 Nyakanga 2015, 10:29, par Muco
Bandanya mudutohoreze,ariko kandi abakunda igihugu,murusheho kugisengera kuko mwansi Satani ,nje mbona yaratse indaro mu gihugu cacu,kuko ivyahaye muri kahise ,nta cigwa vyaduhaye!!!!
11 Nyakanga 2015, 10:32, par BWANA
KUVYO YAKOREYE NIYOMBARE YARAKWIYE GUPFA . UBU HABA HARI AMAHORO IYO ATABA ICO GIPFAMUTIMA NGO NI NIYONGABO .
11 Nyakanga 2015, 10:38, par JAEN DE DIEN
MBE UMUKURU WIGISIRIKALE YARIMWO CANK YAROTSE.COM
11 Nyakanga 2015, 10:45, par EDWARD
ndabashimiye kuza muratumenyesha ibigezweho. ariko ,nkurunziza ntabona abana biwe baza guhera. umuhungu wiwe mukuru yaragiye namurumunawe arahastwe NAKUKURUKE NTAWUHORA KUNGOMA.
11 Nyakanga 2015, 10:47, par Oui
simb imanga general
11 Nyakanga 2015, 10:51, par EMMANUEL NTAK
NONE GA MANA DUTABARE WEREKE IKIGANZA CAWE ABIYITA ABANYABWE’GE NAHO ATARIBO
11 Nyakanga 2015, 10:52, par EMMANUEL NTAK
NONE GA MANA DUTABARE WEREKE IKIGANZA CAWE ABIYITA ABANYABWE’GE NAHO ATARIBO
11 Nyakanga 2015, 10:59, par MTAMA
NTA KUNDI
11 Nyakanga 2015, 11:00, par fardom
turahomvy iyapfa !!!!nkurunziza ko avuga ko hari amahoro ivyo nibiki???Opposition komera kurugamba
11 Nyakanga 2015, 11:03, par INTAGOHEKA
IZONKOZIZIKIBI ZIGUMA ZIGABIBITERO KUBAJENERARE BAVUYE MURI CNDD FDD TURABIYAMIRIJE KANDI DUSAVYE ABAHOZ ARINTAGOHEKA KWICUNGERA BIHAGIJE KANDI BARABE NEZA KWATARABAHOZ EBITWABAKOMAGU BARIKO BARADUHEKURA DUSAVY AMATOHOZA YIHUTA KANDI DUHOJEJE IMIRYANGO YABUZE KANDI ABANTU BADASHAKAMAHORO BAZOSHIRA NKIFU YIMIJIRA
11 Nyakanga 2015, 11:08, par arabamara nkuruziza
ariko arabikiza arabikiza asigare wenyene murabe maso
11 Nyakanga 2015, 11:11, par sikobizohora
twese turakeneye ubwami bw’Imana niwo muti wizi ngorane isi yoose irimwo. zaburi 37:9-11
11 Nyakanga 2015, 11:13, par Lieutenant General de Bujumbura
KOMERA MWA NTEKOMWE MUGUTITIMURA ABO BOSE BACUNGERA UYO PRIME KUKO NTIBUMVA BANSE KUVAVANURA NUYO MUMENJA ASHIGIKIRA INTWARO YUYO MUNYAMANYANGA PETER ICO KIMUBERE ICIGWA UBVAHA IL VA PERIR DANS UNE ATATAQUE A LA ROQUETTE COE SON SOIT DISANT GENERAL RUDOLUFE! TANQ QU’IL N’AURA PAS CHANGE SON AVIS POUR SOUTENIR LE CNARED POUR QU’IL AIT UN ETAT QUI RESPECTE LES ACCORDS D’ARUSHA ET LA CONSTITUTION BURUNDAISE!
11 Nyakanga 2015, 11:19, par kopo
Eee reka tubereke!urazi agasuzuguro nkurunziza agaya twebwe abasirikare bahoze muri leta!bamwe tuzoja mwishamba abandi tugume indani muri leta ariko dukorana.akataraza karinyume!wait and see
11 Nyakanga 2015, 11:20, par BIZIYAREMYE Vital
none yaragiyekukazi? haaa mu burundi n’imana gusakuko abantu twarahindutse
11 Nyakanga 2015, 11:31, par KABEZA Claudine
None ko ba somambike ba Nkurunziza babangamiwe ! Ikimbabaza n’uko baca baja kwihorera kunzirakarengane nzirakarengane kandi aribo bariko baramarana comme pour le cas ya Adolphe. Horihoze n’umwana w’Umurundi !!!
11 Nyakanga 2015, 11:31, par ICOYITUNGIYE
Ubwambere; birababaje caaaane kubona twimirije gutwagwa nabafise ivyiyumviro vyokumara abantu. Icakabiri; turateye ivyatsi ivyo bivume Imana itazokwigera iha nigwere kuko vyasheshe amaraso yinzira karengane bari bagiye kurondera umukate wabana nkaba mvuze nti murigumye ncuti zacu kuko icishe igihugu cacu kiri indani. Ndangije nshimira Imana ko Uwomukuru w’Ibiro bikuru vy’intwaramiheto yarokotse kandi Imana imufashe gutsinda kumwe yafasha YEHOSHUWE agatsindira igisagara YERIKO. Imana imuzigame.
11 Nyakanga 2015, 11:32, par ICOYITUNGIYE
Ubwambere; birababaje caaaane kubona twimirije gutwagwa nabafise ivyiyumviro vyokumara abantu. Icakabiri; turateye ivyatsi ivyo bivume Imana itazokwigera iha nigwere kuko vyasheshe amaraso yinzira karengane bari bagiye kurondera umukate wabana nkaba mvuze nti murigumye ncuti zacu kuko icishe igihugu cacu kiri indani. Ndangije nshimira Imana ko Uwomukuru w’Ibiro bikuru vy’intwaramiheto yarokotse kandi Imana imufashe gutsinda kumwe yafasha YEHOSHUWE agatsindira igisagara YERIKO. Imana imuzigame.
11 Nyakanga 2015, 11:36, par Nimbona Daniel
Nagende aburye!Bimuhe icigwa kuko yubaraye kusi sebuja,haro azo muzira,gusa icombona nuko UBURUNDI atamutekano dufise uhagije,naho koba ari agace ka 0.01km2 kadatekanye n,ubutaka bw,UBURUNDI.
11 Nyakanga 2015, 11:38, par NIMWIVANGURE
MWEBWEMURIMUBIKI DOROFE ARAPFUYE NAWEBARAGUHUSHIJE NDAGIRIYE INAMA NIMWIVANGURE KUKO MURASWANABO BOMUGISIRIKARE CAKERA MUTIVANGUYE BARABAMARA
11 Nyakanga 2015, 11:50, par Mututsimwiza
Ngo abicanyi ni abatutsi baturutse muri camp MUHA na camp PARA. NI byiza ko Nkurunziza asesa amasezerano ya Arusha agashinga igisoda yyiyumvamo. kuko bigaragaye ko abamurwanya ari kumwe nabo. Abatutsi ntibagira imbabazi
11 Nyakanga 2015, 12:17, par Jean claude
IMANA NI TUGARUKIRE TWEBWE ABARUNDI TWESE
11 Nyakanga 2015, 12:21, par MUSAFIRI
Yahuye ninjebajevyi ese iyahura nabarabiye Rudolfo shaaaaa!!!! Ntaco siwe yatumye coup d’etat itaba? Nawe ubu aricuza ico yabikoreye,ariko koko iyo mandat yoza irahitana benabonyene ikareka indushi tukipfira mumahoro ko nubukene butwishe inzara ikaza isongera isibe none nabategetsi nabo batwiraremwo? Nizirahitana abo, batureke kuko nurutwishe siruto, ko twabuze ingene twiga ngo amashuri nayagusa none batuzize n’ibijumbu twiyokereza mumabundi? Barakumbure bareke iyo mandat nayahandi ndabarahiye ONE by ONE ndabafinze ubutaha ninde azokurikira? Muramuzi!!!!!!!!!! Reta nitange itangazo ko umutekano wananiranye muburundi hama tuje murikongo gukotesha za mayimayi zidafatwa namasasu nayahandi ntayo twanze kabisa.
11 Nyakanga 2015, 12:22, par mupendamani
Komera General Prime umwansi agucira icobo Imana ikagucira icanzo;mu Burundi bakwiye gusubizaho igihano co gupfa kuko abantu ntibakigira ico bubaha.
11 Nyakanga 2015, 12:43, par Colonel general ntaho nzoja
yaracishij uburundi bwahomvye vyinshi ntaco bwaba buhomvye
11 Nyakanga 2015, 12:44, par STOP
EEH!NUKURI BATABAMARA.VYARANSE KO BAREKA IYO MANDAT.HAA REKA TUBIRABISHE AMASO.INTABWIRWA ....
11 Nyakanga 2015, 12:55, par kes
Aba sans echec bazashirwa aruko abahutu bi inshabwenge bose babishe!
11 Nyakanga 2015, 13:18, par Nice
Iyo Imana Itaragukurako Amaboko Ntaco Uba.Imana Ibandanye Ikuzigama Prime Niyongabo,gusa Murabe Neza Abo Batutsi Baratumara!
11 Nyakanga 2015, 13:30, par Nkwavu
IMANA ishimwe cane koyagutabaye!ariko uronderwa nuwo watabaye ariwe presidant!!nurabe igikwiye nawe uhacire ubwenge.kandi aba bavuga kwari igisoda cakere nibahebe
11 Nyakanga 2015, 13:38, par Betty.
Agashimwe bamuhaye nako?nukungene yarwaniye presidant?hinge ejo naho bamukure ndabe iyazoja NIYOMBARI niyaza.abonabo bagavy icogtero nabahoz mumyiyerekano?murahumba nabashigikiye presidant murahona barabimarira!!ariko IMANA iragukunda
11 Nyakanga 2015, 13:43, par NIYONGABO ALEXANDRE
jewe ndabona amakungu ataco agishoboye gukora,gusa abarundi twese tugikunda igihugu muze dusenge kuko 1993 nuko vyaje.
11 Nyakanga 2015, 14:04, par Nsavyimana Pascal
Mana Yanj Dufashe Knd Udukize!Karashizingani Ahumuntu Asigaye Yicwa Nkinyamaswa?Ewe Burundi Bwacu!Urabajeje Pe?Arkurabay Urubuga Rwabicanyi?Knd Ab’eli Shabab Tubaronderera Kur Kand Barashts Iwacu!Nzoba Ndora!
11 Nyakanga 2015, 14:16, par nsavyimana pascal
mana we dufashe pe!
11 Nyakanga 2015, 14:53, par deep
Niwihe pole nyagusweranyoko wahatse!!!akanyaro kawe,iyo wapfa nanwa natamba,naswera !nkurangira iyuja kwiha pole?genda ahobita iwabo wabasigaye nikwa adolufu hariho indaya za 2000f uzisweragure hamwe imboro ivyimba
11 Nyakanga 2015, 15:00, par MIGALI FABRICE
SHA IMANA ISHIMWE KUBA YAROKOTSE ARIKO MUREKURE MANDA YAGATATU
11 Nyakanga 2015, 16:13, par Nduwayo
HAHAHAHAHA ASHA PETER ASIGAYE YARATOYE UBUÃŒNDA BUSHASHA BWO KUZA ARARASA INTWARAMIHETO ZIWE MUGA JEWE NUKURI NDABIKENGURUKA BASI KUKO AHAYE ARASA ABAMUTERA IGITSURE NGO NTAREKURE 3EME MANDAT UHEREYE KURI RUDOLUFE! HAMA ABO NABO BIHENDA NGO BOSHOBORA KUVANGURA IISODA CA FDD NA EX FAB USANGWA MURI ABAHINGA NI MUGERAGEZE NIMWABISHOBORA MUZOBA MURI ABAGABO BASI! HAHAHAHA MBE MUBANGURA MURABISHOBOYE HAHAHAHA ASHA NDACAGUTWENGA WE UHAYE UROTA INDOTO ZIDASHOBOKA MBE MWOKIVANGURA MUKORESHEJE UBWAHE BUHINGA? Hahahahaha Pole CANE KUKO UHAYE UROTA UHAGAZE HEWE!
11 Nyakanga 2015, 16:13, par Imaniriho
Ewe Mana Waturemye Ibuka Abagororotsi Bawe.
11 Nyakanga 2015, 16:19, par Pascal
Mutama niwihe pole kabisa,hanyuma izobwa zabatusti nimutureke tunyukurane nimisi 2 ikiba kibe kuko turarushe nivyo bigira izobwa za batusti,ayoma Zoni bavamwo turayazi.
11 Nyakanga 2015, 16:49, par HATARI
Barundi b’umutima nimukomeza gukina n’ubuzima mushobora kubura igihugu canyu peeee.. prezida HABYALIMANA yapfuye atinya kuvuga yuko UBUGANDA BWATEYE U RWANDA hano mu RWANDA tuzi yuko hari ABARUNDI bitoza gutera igihugu cyabo ari KAGAME ubukoresha. MUGARAGAZE yuko ari KAGAME uri kubakorera amabi yose muri kubona naho ubundi na NKURUNZIZA mushobora kumubura kubera EMPIRE HIMA TUTSI ishyigikiwe na USA
inkotanyi za KAGAME N’INGOME kabisa zitwaza GENOCIDE kandi arizo zazanye uwbicanyi zitutse i BUGANDA . Muhaguruke murwanye umwanzi kuko afite AMAYERI MENSHI MUZIRINDE KUGWA MU MUTEGO WE WO KUMARANA W’AMOKO KUKO ARIBYO KAGAME yifuza hanyuma azaze ahyigikiwe n’amakungu ngo aje GUTABARA AMABI ABERA MU BURUNDI
security ya NKURUNZIZA N’ABAFASHE muyikomeze cyane.. turabasabira ku MANA
11 Nyakanga 2015, 17:00, par NDAMBEMBONE
abategetsi nabo bararamukiwe? ko mumisi iheze hapfa banyarucari.
11 Nyakanga 2015, 17:24
Nkurunziza azobamara izo ni za garde ziwe zirirwa zirica abantu yishe Dolph ubu naho yagira yice Prime
11 Nyakanga 2015, 17:25, par OLIVIER
Aho murimwishamba muza mwica muriko muta umwana.Aho mwokwica abategetsi bose ugira twebwe abanyagihugu tuzobareka!
igihugu ca fashwe kera n’abanyagihu . Nimwice muvyita ngo " Murimana ngo mwanka akagayo" . Democratie yarasinze si piter nitwebwe twigifise Nta dictature yanyu tuzokwemera naho yozana iterambere itagira democratie kuko ihereza guzambuka .Na Kaddaffi yarateje imbere igihu ....
Nkuko mwamwe mutwicira incabwenge ntibagire umwanya wo kuduteza imbere ariko muribesha ngo mudutege ngo tuzogira ihonya bwoko murondera turabakunda nkuko Imana ibidusaba . Twarabamenye ntabenewanyu mukunda
NABAZUNGU BO MURI AFRICA YEPHO BAKOMEYE KUBARUTA BARATAYE BAKIREKERA ABANYAGIHU .TOT OU TARD AKO KAGAYO KAZOHERA .ibibabaje nuko nibitabo bizokwandika nubuzima bwabana banyu.
11 Nyakanga 2015, 17:27, par Faustin
Yooo!Mana Y’uburundi Garukira Uburundi Pe:kuko Abarundi Turarushe Pe!Ibitero Vya Minsi Yose.
11 Nyakanga 2015, 17:28, par Faustin
Yooo!Mana Y’uburundi Garukira Uburundi Pe:kuko Abarundi Turarushe Pe!Ibitero Vya Minsi Yose.
11 Nyakanga 2015, 17:31, par aime
ubundi iyo general arokotse nibwo amenya kurwana vyanyavyo,nkeka umwansi buriya yamumenye ntankeka.
11 Nyakanga 2015, 17:36, par Cola
Ko muzana ibyabatutsi se Rukomagu yari umuhutu!!! abarundi mwaba abahutu cyangwa abatutsi mwese muri abagome.
11 Nyakanga 2015, 18:07, par Mututsimwiza
@deep. Uri intagondwa uzapfa ubundabunda. Nawe uzasango so wanyu Bikomagu kwa shitani kuko ibiganza byawe byuzuyemo amaraso. Ese abatutsi mutishe ntimwishima wagisahiranda we cy’icyomanzi . Uvuga ubusa nk’umwana w’indaya . Ntibyantangaza na nyoko ari indaya kabuhariwe dore ko abatutsi uwo muvumo mwawuvukanye.
11 Nyakanga 2015, 19:38, par GIGI STAR
IGTUMA NI MANDAT YA 3 MUTAYIREKUY ,NTIMURIHO!
11 Nyakanga 2015, 19:38, par jumonge
Niyihangane ntakundi niko bimeze muri mucezo wandani NB: ariko abobantu bazana ivyamoko muraraba neza ivyabaye 1994 mwarabibonye musenge ivyo ntibigaruke kuko twese turibene mugabumwe abo nabo bapfindazabo murabareka ababipfa nababisangiye.
11 Nyakanga 2015, 19:57, par KIKONKE
Sha nagend ashim imana ariko bimuh icirwa kko hama ntazohushwa.
11 Nyakanga 2015, 20:41, par Cyambarangwe
Uyu wiyise Deep ni imbwa ubanza afite n’umurizo!! Intagondwa.com
11 Nyakanga 2015, 20:42, par HABIMANA cyriaque
J MU BURUNDI ARIHATARI
11 Nyakanga 2015, 21:13, par Niyonsaba Claude
None ko abarundi turifuriza amahoro igihugu cacu koko?
11 Nyakanga 2015, 21:30, par BARA HINDUKA .ARI
NONE BAMUZIKI?NABOIMANA IRABABO
11 Nyakanga 2015, 21:33, par General major kayibigi
Nuwo yamuteye akamuhusha yajase pee ndiwe nocanja kwirega kabisa idiri nkiryo ribaye rate ntiwumva ko harabahomvye bantu mumesa muranyukure neze ntimuntaburire agashati prime nawe urabaye ntahonkiriye mwena peter mwarawucanye hageze komuwota ngurababa
11 Nyakanga 2015, 21:43, par Gerard Ndayisenga
Imana irazi abayo
11 Nyakanga 2015, 22:05, par General major kayibigi
Niwatumma ibihere birara birarya nne ngo bamuhushije?
11 Nyakanga 2015, 22:15, par Nzisabira
Ahubwo ntimusubir kuguma mutohoza abateye icogitero!Bwiranyabuna nkurunziza ahebe,Agende gukora vyabindi yavuga kwabazungu,bamubwiye ahevye manda yagatatu bazoca bamuha ibindi bikomeye.Utiheba ujehahandi bakwemerera?
11 Nyakanga 2015, 22:36, par obed
Ariko umuntu arandika ibintu nkibi MIGALI FABRICE yanditse mukamureka bikagaragara ku rubuga rwanyu nta soni bitesha agaciro ikinyamakuru ahubwo namwe mwari mukwiye kwugarwa mugasubira mu RWANDA. ibitutsi nkibi mukamureka,!!
12 Nyakanga 2015, 05:35, par babu
ego cane muburundi hari umutekano ijana kwijana abonabo barasa aba jenerauxnibisuma vyitwaje ibigwanisho?
12 Nyakanga 2015, 05:47, par Kaka
Icatumy Mushigikir Mand 3 Rekababahimpembo Presi We Bazomuryameny Bamufash Ntibazomuras Cank Amasashi
12 Nyakanga 2015, 06:54, par KADURUVAYO
nimureke gufyondera enemi ahohoho baracadukora munkovu betanay
12 Nyakanga 2015, 07:06, par BIG ROCK
Ahubw babuz kumukuraho,kuk niwamusazi atuma twangara.
12 Nyakanga 2015, 07:18, par serval
Erega Ntayindi Mpembo Ya Nkurunziza.Abamufashij Bose Azoruhira Kubamara.Iyo Mwe Nagaciyubwenge Mutatugurisha Muhahamamiy Ama Fo Billet Ntituba Tubay Muri Ubu Buzima.
12 Nyakanga 2015, 07:37, par PIERRE
NTAMAHORO MUBURUNDI
12 Nyakanga 2015, 07:39, par PIERRE
NTAMAHORO MUBURUNDI
12 Nyakanga 2015, 08:09, par Ndabivuge
Uyo muja w’iminoni iyo bamukerera. Igihe yishe aba exces FAB agahenda NIYOMBARE agira ngo bazomuhama dollars ? Baca barayamwimama ubu naho iyo mbwa ni bamkerere bamter’irocket!! Uno munsi yakize ejo azohwera!!!!!
12 Nyakanga 2015, 08:12, par Ndabivuge
Uyo muja w’iminoni iyo bamukerera. Igihe yishe aba exces FAB agahenda NIYOMBARE agira ngo bazomuhama dollars ? Baca barayamwimama ubu naho iyo mbwa ni bamkerere bamter’irocket!! Uno munsi yakize ejo azohwera!!!!!
12 Nyakanga 2015, 08:31, par Mugisha
Nukurikwimana Nihari Muburundinihatari Dusengimana Irinde Igihuncyabu
12 Nyakanga 2015, 09:05, par iblahim ramazan
mana garukira uburundi buve mubihe burimwo.
12 Nyakanga 2015, 09:53, par Cambarantama
Kumuhusha nibyiza kuko ubu agiye gukubura umwanda uri mugisoda akawuvanamo. Abo ba
Ex FAB. Iminsi yabo irabaze bagakubitwa urusoro.
12 Nyakanga 2015, 11:29, par erges
Abatutsi murasubiye nkivya 72 aho mwahonya abahutu bose bincabwenge?muhumure ubu tuzorwa miswi.muzica umwe namwe tubicemwo uwundi.nimwashaka amahoro tuzobana kuko ntanabi tubashakaho.ubu ntabwo muzosubira kuturekerezaho ibiseru.
12 Nyakanga 2015, 12:16, par william claude
sha namabang kbs muriki gihugu cyacu imana irakwiye kubiraba
12 Nyakanga 2015, 16:54, par nzambimana
burya abo bishimira ubwicanyi nkubu ubwo barafise akaranga mutima runtu?aho rero ico nobabwira nuko uwiyumvirako ariko araronderera igihugu ineza arinze gusesa amaraso y’abarundi uwo numwansi wabarundi.
12 Nyakanga 2015, 20:17, par freedom
ngaho falao arataguje ivyiridwi nakabiri
12 Nyakanga 2015, 21:25, par Ishimwe
Biteye Agahinda Kumabi Akorerwa Mu Burundi No Kubadashaka Amahoro Mugihugu Cacu
12 Nyakanga 2015, 23:47, par Irakoze Egide
Jews iconiyumvira nuko abarundi twese ahoturihose dushire imitimayacuyose kumana dusengere igihugu cuburundi abobabifpuriza inabi uburundi abobatakaye barakwiye uwobazimurura uwo ashaka guhonya abahutu nawe yicunge twaribijuju kera ubu dusuvya ubwenge abatutsi kagame uraga hura nimodoka yacitse mafire ariko umunsi wawe urahari
13 Nyakanga 2015, 12:19, par yaya
Abarundi mugifise agatima kamacakubiri nka Peter nkurumbi ikibanza canyu gitera gisije igihe gito
13 Nyakanga 2015, 20:15, par NSENGIYUMVA FOUFOU
SHA BARABAMARA PE NONE SE NTIBOHEBERA ABANDI NABO!
14 Nyakanga 2015, 05:48, par KING
SHA YAYA MWOSHAKA MUKITONDA KUKO PETER N UMUKURU WIGIHUGU AKUNDWA N ABENEGIHUGU HAMWE N IMANA.
14 Nyakanga 2015, 07:30, par J Claude Bigirimana
Ku Bwanje Novuga Nti:<Abo Bose Bica Babihagarike Nta Mugisha Uri Mu Kwica Atarumuvumo Gusa Kandi Ingero Yicaha Nurupfu>
14 Nyakanga 2015, 07:32, par J Claude Bigirimana
Ku Bwanje Novuga Nti:<Abo Bose Bica Babihagarike Nta Mugisha Uri Mu Kwica Atarumuvumo Gusa Kandi Ingero Yicaha Nurupfu>
14 Nyakanga 2015, 22:09, par Mpanuro
Muri vyose twihangane dushire ineza imbere abasirikare murafise uruhara rwo kuzana amahoro.kimwe tuombe .
15 Nyakanga 2015, 09:54, par AMOSS
NTAKUNDI.NIBO.NKWEZI.YAMARERE.AGABIGIRA.KABIZI?NAWE.SIMUTO.ATAHIYE.YABABUTSE.NARABE.NDAVUGA.SINVURA.
15 Nyakanga 2015, 16:00, par Nkunzimana Félix
Burya barazinanye reka babe baricana!
15 Nyakanga 2015, 16:31, par Nkunzimana Félix
Burya barazinanye reka babe baricana!
17 Nyakanga 2015, 13:21, par kajagari wewe
ntaconvuze
12 Kigarama 2015, 05:46, par ERIC
NONE MURI MAKE ABOBANTU BIPFUZA IKI?NINDE ABARONGOYE?MBE ABOBABIGIRA N’ABAHUTU CANKE N’ABATUTSI?
6 Rusama 2016, 08:58, par Elysé iradukunda
Jewe sindavyumva neza ukuntu nyene icubahiro Gén.Prime NIYONGABO asanzwe akore muri reta kandi akaba ari somambike n’abategetsi,aho ni nka nyenicubahiro umukuru w’igihugu cacu Pierre NKURUNZIZA.Ico gitero kirimwo igipfungu giteye ubwoba.mukirundi bavungo "ABABIPFA N’ABABISANGIYE"araraba neza munzu ntahave agwa muruzi arwit’ikiziba.murakoze.