Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza asaba abarundi bose kuja mu makomite (...)
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza asaba abarundi bose kuja mu makomite y’umutekano
mercredi 30 Kigarama 2015
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza amenyesha ko gutorera inyishu ikibazo c’umutekano umunyagihugu wese abifisemwo uruhara.
Mu kiganiro ku bamenyeshamakuru n’abanyagihugu biciye ku mirongo ya Telefone yatanze ari mu ntara ya Gitega kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 30 Kigarama 2015,umukuru w’igihugu yasavye abavyeyi,urwaruka n’abakuru b’amashengero kuja mu makomite y’umutekano nimba bashaka komumutekano ukomera.
Umukuru w’igihugu yavuze ko umwaka w’2015 wobera icigwa abavyeyi kuko muri uwo mwaka abavyeyi basahuwe abana bajanwa mu bikorwa bidahesha icubahiro igihugu,gushika aho bamwe bahabwa ibiyayura mutwe.
Umukuru w’igihugu yasavye abavyeyi basamaye ko mu mwaka w’2016 bogarukira indero y’abana babo kugira ntibasubire gutwarwa mu bitagira akamaro.
IGIHE
Messages
30 Kigarama 2015, 14:14, par Nihorimbere Fredence
Nkurunziz Agomba Ananyagihugu Bose Ttmushigikire Kand Yarahonyanz Amasezerano Ya Arusha Ahuabwo Nagirango Urashoboy Hamwe Nabaw Utanguye Kudutaka Ahubwo Rindira.
30 Kigarama 2015, 14:17, par John Mary
Nibareke Ntawerewe Nukwica Haryimana Uyizigiye Nubutegetsi Irabuguha.Sengimana Uzatogwa.
30 Kigarama 2015, 14:22, par Mututinwabana
NGAKO AKAMARAMAZA.MBEGA UBURUNDI BUTARA BUJAHE?KARASHIZINGANI TWESE ABANYAGIHUGU DUHERERE MUVYUMUTEKANO,HAMABANYAGIHUGU BASANZWE BAZOBABAHE.KOBAVUGA KWATANGWANUBURUNDI BURIMWO NONAYOMAKOMITE NAYIKI.BASHA TWARITWARIDADIYE GUKURIKIRA ABAHUNZE HAKIRIKARE UBU TUGIYE TWABAHAMVYA IYOBARI MUMAKAMBI PE!
30 Kigarama 2015, 14:23, par Mututinwabana
NGAKO AKAMARAMAZA.MBEGA UBURUNDI BUTARA BUJAHE?KARASHIZINGANI TWESE ABANYAGIHUGU DUHERERE MUVYUMUTEKANO,HAMABANYAGIHUGU BASANZWE BAZOBABAHE.KOBAVUGA KWATANGWANUBURUNDI BURIMWO NONAYOMAKOMITE NAYIKI.BASHA TWARITWARIDADIYE GUKURIKIRA ABAHUNZE HAKIRIKARE UBU TUGIYE TWABAHAMVYA IYOBARI MUMAKAMBI PE!
30 Kigarama 2015, 14:33, par che
Comité z’umutekano votre Excellence!! Hanyuma za milice mwazanye zizoheze zize ziratora bake bake muri comite zija kubica nkuko ziriko zirabikora. Nyakubahwa, abirigwa bicwa bose, abanyuruzwa ntibagaruke, abatotezwa bagatogwa ibiziga, vyose urabizi ariko ntaco ubikorako ahubwo umengo ubiha umugisha ukibagirwa ko biriko bikorerwa igihugu n’abanyagihugu uyoboye mu bwoko bwose! Abicwa benshi nta nubwo baba bari muri izo politiques harimwo n’abana bato!! Nyakubahwa kureka ubwicanyi nkubu wahaye imbaraga abanse ko uyobora iyindi mandat kandi namwe ubwanyu muriko murikura k’ubutegetsi mutabizi, mutabihagaritse aho bukera abo mwatumye mwahaye akazi nibo bazogaruka bakabatwara mw’igendereza nkuko bariko babikorere bene Burundi!! Mwikebuke ntimuze muhave mwibuka kuyora mwasheshe.
30 Kigarama 2015, 15:18, par bamenye ko?
ntub wumva umugab wukur nijamb mugihugu imana mushobor vyos izabikor bos batangar natw nih tur
30 Kigarama 2015, 16:13, par Festus
Mwihenz gato mwandits muti :Kuri uno wagatatu igenekerezo rya 30 kigarama umwaka wa 2018
30 Kigarama 2015, 17:51, par nzobahonya pe
ati vyabereyicigwa kubanababo wahonyeje atakinya go murasenga??nne imyaka 10 warutwaye tutabeshanya ntavyari kugushikana gushika gufagwawe utarize kwica abana buburundi.ukinjuye ukabisa ibindibisuma bikiba ntitwobaho utarize kwica abukorera akazi baraguhemba bakakwambika nivyufungura numuryango wawe wotse mukugira ubakorere neza.ariko sinogucira urubaza kuko nanj sinzi?ariko umugayo wabutwara nibo muzohagararana imbere y imana
30 Kigarama 2015, 18:11, par Enock Niyoyambere
Jenibaza K’Uvyo Nyakubahwa Petero Nkurunzizavuze Kuko Umutekano Ntumenywa Nabawujejwe Umenywa Numunyagihugu Mugani Icotwosaba Nuko Nareta Yogerageza Ikagira Uburyo Bwose Ikaduha Umutekano Ukwiriye Murakoze !
30 Kigarama 2015, 19:43, par Emmanuel Mpeba
Jewe Ndashima Ko Abarundi Twese Dufatane Munda Twubake Igihugu
30 Kigarama 2015, 19:43, par Emmanuel Mpeba
Jewe Ndashima Ko Abarundi Twese Dufatane Munda Twubake Igihugu
30 Kigarama 2015, 22:12, par yewe yewe haa
non ko wewe kurintabon wumva urik uravug iki? utemer umugambi wumutekan kor ico ushoboy urabek harih intambe nimw uzoduteran
31 Kigarama 2015, 03:02, par yaya
Wamubeshi wumwicanyi ivyo uriko uradedemba ngaho turazi ko wabihaye nimbonerakunya zawe arko imisi ya just now we count down
31 Kigarama 2015, 03:38, par Rose Hakizimana
Kuhamagara Abarundi ngo nibaje mu vy Umutekano vyerekana ko vyamunaniye
Iyo aba yahanugwa yari kuca abisa ababishoboye bagasubiza Igihugu k Umurongo
Kwubahuka kutanga ku mivyimba Abavyeyi bahekuwe birababaje cane kuko ntawokwibagira amajambo yavuzwe na Petero Nkurunziza we nyene na Reverien
Ndikuriyo ,Victor Burikukiye, Bukuru Moise, Niyomukiza Fidel
Abo bose bahamagarira aba CNDD FDD kwica abo batarikumwe cane cane Abatutsi Bimwe murivyo ni Twarabapfubije Tuzobapfubura, Ahandi ngo kora kugira muzoce muhembwa arya ma Parcelles Ahandi ngo Utazokora neza azoba asezeranye na Amsom nibindi nibindi
Ikindi twamye tubona n ukwo vyamye vyiyerekana ko Uburundi bukeneye Abarongozi n amajambo abaranga Nayo naya UKINDA WUBAMYE CANKE UGARAMYE, ahandi ngo ABO TUTARIKUMWE TUZOBIRUKAKO N IBIRENGE BIBASHUHANA ahandi ngo ABATEMERA NKURUNZIZA NIBOMOKE CANKE
BIYAHURE Abarundi relo bakeneye kuba mu mahoro nayo azozanwa nukwo Politique y Uburundi irimwo Abantu b Intungane bakunda Abarundi
31 Kigarama 2015, 08:24, par kamenge
none ko ayo makomite yari ayimbonerakure amahera yo kuziha yaheze? urabonye abuhenda rero hama niwava kubutegetsi birirwe baraduhiga nkinterahamwe zo murwanda kandi warariye wenyene
31 Kigarama 2015, 08:31, par Rusakumba
Hewe Rose, eka uri roza koko. Twagutahuye, ico ciyumviro cawe n’ic’ikigore koko. Mbe ntuzi y’uko umutekano ar’uwabanyagihugu. Mbe arazi neza y’uko kugirango abo ba terroristes kugirango bavugutirwe umuti ko ar’akigoro k’abanyagihugu badomye urutoke aho izo mburakimazi zihendwa zibona ngo niziteg’inkona. Roza we ndagusavye wigumire ku mashiga gusa, kuko ar’ivyo uzi gusa be nogusasa.
31 Kigarama 2015, 08:38, par Mpozamarira Erias
Nyakubahwa Mukuru wi gihugu, guhamagarira abanyagihugu mumakomite yumutekano! ntibishobora gukura UBURUNDI mungorane bufise,haba nintete. nuko nawe wo kwibaza mumutima ati nozingorane zazananyehe? mbega zobazavuye kurijewe? wewe unomusi uhagurutse nkumukuru wi gihugu ugatangaza ati guhera unomusi sinsubire kumva umuntu ya pfuye mugihugu cose. vyobukwonyene, ukongera ugatangaza ati icatumye ibibibazo turimwo,guherunomusi ndabitunganije. amahoro yo ca sasagara mubenigihugu,none namwe muraduhenda izongorane arimwe muzikwega. urworwaruka narwo wa shikirije korwahezwe nabanye poritike rukaja mumabarabara wi buke na wewe ukirimwishamba wikoze kurwaruka nirwo rwabica bigacika,rero Nyakubahwa Mukuru wigihugu,nonerero abobanye poriteke, bakuye akarorero iwawe.
31 Kigarama 2015, 08:54, par Jean.damour
Jewe ndikumwe nuwuvugako twokwiyubakira igihugu tukareka kwisamburirako nkihene ijambo nyakubahwa yabuze niryiza twirindire umutekano kuko igihugu nicacu ikindi ibndi ibijanye namasezera nyasezeranyeko azorera abazota?mwemwirigwa mwiyahura mwese mwashaka kubaprezident? Nobagira inama nimuze twiyubakire agahugu kacu gato nkibindi bihugu tuvemuvyapolitipue tugwanire guteza imbere igihugu vatuvyaye twoye kugisenya. Museveni. Mugabe. Batwaye imyaka ingahe? Pita yahawe nimana nimumureke imyaka itanu nsimyishi harakeye amatora abe babatore namwe arikose. Mbaze? Ko.abobatoye mwemugwanya pita. Abanyu murimwo kubicisha abandi mubaa
31 Kigarama 2015, 09:31, par ndayiragiraje
Ndabwiye benewacu tupagase tupasiriza igihugu cacu tureke kwisamburirako nyakubahwa.igihugu. Sishamba ryokuberamwo nkinda ngirango indaya murazi ivyozikora. Ndabwiye abakunz buburundi barekeguhendwa nabazungu babacangero twebwe abanyagihugu nitwe igihugu. Ugwonugwitwazo ngopita yagunze ubutegetsi imyaka itanu nsimyishi kukimutareka kwiyica mukarindira agaheza utwotwaka. Abanisangiyee bagaheza bagahigwanwa. Noneho twebwe tukihitiramwo uzoturongora afise imigambo kwicana. Kuja mumabarabara kugumura abanyagihugu bagahunga ataco nahunga. Ntaco bizotarira kiretse kuzohora. Twinu bwa. Bihugu twirigwa dusheramwo
1er Nzero 2016, 09:55, par Bacemwo
Mutama wacu komera uwutunva amategeko yawe tuzomumesa OMO ziruzuye