IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yahinduye icegera c’umuvugizi wiwe

Umukuru w’igihugu yahinduye icegera c’umuvugizi wiwe

dimanche 25 Gitugutu 2015, par egide

Jean Claude NDENZAKO KARERWA yahora ari mu gisata kijejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu (Presse présidentielle), yagenwe mu mabanga y’ukuba icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

JPEG - 26.5 ko
Jean Claude NDENZAKO KARERWA

Kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu, Jean Claude NDENZAKO KARERWA kuva kuri uwu wa gatandatu agiye mu kibanza carimwo Louis KAMWENUBUSA.

JPEG - 9.1 ko
Louis Kamwenubusa

IGIHE

Messages

  • Buja news ya ciramunda iriko iratamba itarika ko ariyo yatumye birukana kamwenubusa,bakoze montage bashira kuri reseaux sociaux ngo araba films porno,ngo none ni la première dame yasavye ko bamwirukana.Igitwengeje si ikindi,nuko bigamvye ngo ce sont les règles du jeu,donc tout ce qu’ils nous servent sont des jeux ,àne pas prendre au serieux,la seule chose abahutu mugendana n’abatutsi mwino minsi mufise ikibazo nukubiheba,mbega nkivyo vy’ama porno ko ari jardin secret y’umuntu ,abo batutsi b’aba exrtemistes bo kuri buja news babimenyeshejwe n’iki,kumwe babesha vya onesime n’ibindi bigugu ngo bifise ijambo n’ijunja bikemera none ubu bariko barayerera,n’abandi bibabere icigwa ibi si ibihe vyo kuba très proche n’abatutsi,nabo bapolisi n’uko ivyo gusangira inzonga nabo mu ma quartiers contestataires n’ukubiheba,icibagiwe co ni ayo mashatani y’abatutsikazi mutayegeye inyuma murahera birabasha

  • Aho Kamwenubusa Boba Bamuhoyiki Kabasha! Ubwo Sumututsi? Haaa!!! Biragoye,ivyuwomugabo Wurupara!

  • Louis kamwenubusa genda urime ubwishaza ntakundi,mbe kusa na Rudolf canke niwe yazutse?

  • Louis kamwenubusa genda urime ubwishaza ntakundi,mbe kusa na Rudolf canke niwe yazutse?

  • Nkurunziza N’umugabo Urabona Ivyo Bihangang Vyabatutsi Yakuye Kukazi Numugab Pe!!

  • Nkurunziza N’umugabo Urabona Ico Bihangang Vyabatutsi Yakuye Kukazi Numugab Pe!!

  • EWE MANA YACU TABARA ABARUNDI BOSE!!!!!!!!!!!!!

  • NIVYIZA NIBA YAMUSUBIRIJE UMUGABO WIJUNJA NIJAMBO NABANDANYE ASOBANURE URURO NUGWAFU NAKARE DUKENEYE ABAGABO BIJUNJA NIJAMBO HANYUMA HARAMBE NKURUNZIZA NABAGUMYABANGA MWESEeeeeeeeeeeeee abakeba namwe muhungir igwanda

  • Aaaaah!!!!! Non Uko Niko Gusabikanya Ubutegetsi ? Ko Baguma Ara Badede Gusa Non Azoruka Abadede Bose Babaye Abategetsi??? Ew Nkurumbi Umusi Bakujany Irahe Ivyo Uzovyibuka !!!!

  • Aaaaah!!!!! Non Uko Niko Gusabikanya Ubutegetsi ? Ko Baguma Ara Badede Gusa Non Azoruka Abadede Bose Babaye Abategetsi??? Ew Nkurumbi Umusi Bakujany Irahe Ivyo Uzovyibuka !!!!

  • Nivyiza Guhindura Umuntu Bivanye Nukuntu Arangura Amabanga Aba Yarajejwe.

  • Nimba ariko aramubangamira yoreka kumuhindura gute ?ntituvuga rumwe tahe niko nkora .

  • Mbega uwo luis kamwenubusa kwasa na numukunzi wacu yagiye tutanka dolf

  • Fidilite we,buvuga neza sha uzopfa urukonyene,kuri conte yawe ntacufise.mugbo mugutukana uruwambere.ntabwoko bugicanamwo habanamba pfawipfane

  • Mbegayemwe abantumwabayegute? Ahokubaza uyumwanditsi mutinone kutatubwiye impamvu bamukuye mutanguye kwishiriraho utujambo twomumitwe yanyu? Erega arashobona kubayahawe ayandi mabanga, jewembona mugihe uwutanze inkuru ntashireko impamvu yivyatanganje vyabaye atawuca yishiriraho ngwazize ibinabiriya cane cane nkamajambo yokwankanisha abantunabandi.

  • azize ko yibarabiraga prono uwo avugira yaragowe nawe abigize neza tutarambara ibara yari kuzamuvugira akihenda akatubwira ubwoko bw amasex

  • BURYA UWO NTIYEMERA IKIRINGO CAMAGENDU IKIRINGO CAMAGENDU KIRADUHITANYE KIRATUMAZEKO IMIKANGARA IPYUVYI NABAPYAKAZI BARARWIRIYE KUMPAMVU ZIKIRINGO CAMAGENDU

  • yavuze ngo abanyamusaga banywa urumogi na essance, nawe araronse ajanya kokubinywa. kuko ntawokora canke ngo avuge nkawe atarumogi yanyoye. yihende asubire gujwegana n, abamalaya atariha turabe.

  • @Bakame ,
    ego ndazi ko ata vy’abahutu n’abatutsi bikibaho mu burundi kirofa,ariko ivyerekeye ama comptes bien garnis nibaza ko utarimwo sindigera numva umugiraneza yitwa Bakame afasha abatishoboye,hihihiiii.Idiot

  • Classement 2015 : Les 25 pays les plus
    pauvres du monde
    ACTUALITÉ 24 octobre 2015 ,
    ï µ45 commentaires ï ®26574
    Partager sur Facebook Partager sur Twitter
    Partager sur Google
    Selon le classement de Forbes, basé sur des
    données du FMI, le continent le plus riche du
    monde (Afrique) a les habitants les plus
    pauvres au monde. En effet, parmi les 25 pays
    les plus pauvres au monde, seuls trois ne sont
    pas africains.
    Ci-dessous, un tableau listant les 25 pays les
    plus pauvres au monde.
    Rang
    Pays
    PIB par habitant (en dollars US)
    1
    Burundi
    315,2
    2
    République centrafricaine
    338,7
    3
    Malawi
    352,7
    4
    Gambie
    384,2
    5
    Madagascar
    392,6
    6
    Niger
    403,4
    7
    Libéria
    469,1
    8
    République démocratique du Congo
    478,2
    9
    Guinée
    545,6
    10
    Togo
    578,1
    11
    Guinée-Bissau
    582,2
    12
    Afghanistan
    614,9
    13
    Ouganda
    625,3
    14
    Mozambique
    626,2
    15
    Erythrée
    630,3
    16
    Burkina Faso
    631,4
    17
    Mali
    672,2
    18
    Sierra Leone
    675,2
    19
    Ethiopie
    702,1
    20
    Bénin
    709
    21
    Comores
    736,8
    22
    Rwanda
    742,9
    23
    Népal
    751,1
    24
    Haïti
    829,6
    25
    Sénégal
    934,6

  • ohoooo Kamwe nubusa kakubayeho reka bagusubize muri rema uje ku rementanya hama UPN Ize igutuririyo,bangir’amaguru ingata ugende mu rwanda hakiri kare kuko bagira bagukorereko

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.