Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yateye umukono kw’itegeko rishiraho umurwi CNDI
Umukuru w’igihugu yateye umukono kw’itegeko rishiraho umurwi CNDI
jeudi 24 Nyakanga 2015
Umukuru w’igihugu yashize umukono kw’itegeko rishiraho umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro hagati y ‘abarundi CNDI.
Mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu nomero 100/34 ryo kuwa 23 Nyakanga 2015,umukuru w’igihugu amenyesha ko umurwi CNDI wegukira ibiro vy’umukuru w’igihugu ukagira icicaro mu gisagara ca Bujumbura.
Umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro bihuza abarundi,ufise ikiringo c’amezi atandatu yongerezwa,ukaba ugizwe n’abantu cumi na batanu bava mu bisata bitandukanye vy’igihugu.
Abo nabo ni batatu bava mu mashengero ,batatu bava mu migambwe iri mu nama nshingamateka na nkenguzamateka,babiri bava mu migambwe idafise abayiserukira mu nama nshingamateka na nkenguzamateka,babiri bava mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike.
Abandi bagize uwo murwi ni umwe aserukira ubwoko bw’abatwa,umusirikare,umupolisi,umucamanza,hamwe n’umwe ava mw’ihuriro ry’urwaruka. Aba bose bategerezwa kuba ari abarundi.
Iryo tegeko rivuga kandi ko umurwi urongorwa n’umukuru wawo,icegera ciwe hamwe n’umunyamabanga.
IGIHE
Messages
24 Nyakanga 2015, 12:03, par Bizonya
Ivyovyose birunvikanakwaramanyanga mbega mukubasirabarabunvikanyeko? Ivyomwisuraguzavyose mufativyatsibinodoka rindira,muzokwibonerako!!!
24 Nyakanga 2015, 12:53, par Madiba
Nibaze! Gusa Baz Baturosa Amahoro Kuko Twarushe.
24 Nyakanga 2015, 12:55, par Madiba
Nibaze! Gusa Baz Baturosa Amahoro Kuko Twarushe.
24 Nyakanga 2015, 13:02, par junja
komeramuze.urumugabowijunjanijanbo.ndakwera.vyukuri
24 Nyakanga 2015, 13:40, par nkeraguhiga
mutama ntakeneye intanbara ariko ararekura igihugu bukebuke ntarumwana turamurindiriye abanyagihugu turonke amahoro amezi atandatu nimechi narekure mumisi itatu turonke agahenbo dukorera amene arasenga ijanbo rgimana ararizi nawe arasenga imana arayizi nawenyene ntasunba imana nayubahe ntawurengera imana murakoze nimumuhanure mutama jtm
24 Nyakanga 2015, 13:56, par None?
Ndagukundagayemwe! Uri papa.
24 Nyakanga 2015, 13:58, par CHRISTIAN
MURABASUMA MUGONBA IVYOMUTENBANA NADOLOFE NTAVYOYAJANYE
24 Nyakanga 2015, 14:21, par CEC
IVYO NIVYO DUSHAKA.
24 Nyakanga 2015, 14:30, par NYUMVIRIZA
ndababwire harya abantu bambere bojamwo ni barya yanka ngo bagize kudeta nayahandi ntamahoro azigera aronka hamwe na amizero ya nditije bobo ni danger kuko nabaporona bacuditse gose na les militaire EX_FAB kuko amasezerano ya arusha niyo abubatse ok
24 Nyakanga 2015, 14:35, par kapo
.umugabo byamucanze arashakisha aliko byanze
24 Nyakanga 2015, 14:57, par Giswi
Hazbob Ibiganiro Vyiki?
24 Nyakanga 2015, 15:09, par RDB
Gufatana Mumgongo Vyoba Vyiza Kurusha Gufatanywa Namasasu Cnk Guterana Amajambo Yogutyozanya
24 Nyakanga 2015, 15:15, par papi
ntakuntu wayobora igihugu ufite ubwoba bungana kuliya ngo bikunde wapi.
24 Nyakanga 2015, 15:45, par nduwayezu
ivyo nibisamaza amarundi mbega. yibagiye ko ariwe ntambamyi ya demokrasi mu burundi. arerekanye ko ivyo audifax yavuze ari ukuri. nahinguvu kugira ako kagwi gahe amahoro abarundi.
24 Nyakanga 2015, 16:17, par kuma
Zancuti zawe zikuzimu zo kutazishizemwo?
24 Nyakanga 2015, 16:34, par BUHIRI.Com
Iyo ngingo yari nziza arko ndizey nez ko atakizovamw kko abarundi turazinanye.ivyananiy abahuza b’abanyamahanga abarundi nitw tuzovyishoborera?n’amasezerano y’iyarusha yararenzweko kandi ariyo yaratwubats.ahubwo nimureke guhenda abarundi n’amakungu twarabahinyuye.mbe nikuki mwirengagiza CNARED? ntigizwe n’abarundi mwomoye?
24 Nyakanga 2015, 16:42, par SOSO K.
Nimba bipfuza ibiganiro vyukuri nibashiremwo umuhuza kandi bibere hanze y’igihugu nkuko ibindi biganiro vyose vyahuje abarundi vyagiye bigenda.murakoze
24 Nyakanga 2015, 16:43, par SOSO K.
Nimba bipfuza ibiganiro vyukuri nibashiremwo umuhuza kandi bibere hanze y’igihugu nkuko ibindi biganiro vyose vyahuje abarundi vyagiye bigenda.murakoze
24 Nyakanga 2015, 16:50, par BUHIRI.COM
Ivyo biganiro turabishimye cane kuko bije hageze ariko vyoba vyiza cane bidakumiriye
24 Nyakanga 2015, 16:51, par BUHIRI.COM
Ivyo biganiro turabishimye cane kuko bije hageze ariko vyoba vyiza cane bidakumiriye
24 Nyakanga 2015, 17:12, par birahinduka t-box
umva uwomurw ntagishasha uzotuzanira ahubwo turabe neza akayibagwe kumugabo kavuye mukanw iwe
24 Nyakanga 2015, 17:13, par birahinduka t-box
umva uwomurw ntagishasha uzotuzanira ahubwo turabe neza akayibagwe kumugabo kavuye mukanw iwe
24 Nyakanga 2015, 17:14, par Gege
Nivyiza Ark Babe Bazotorera Ibibazo Vyigihugu
24 Nyakanga 2015, 17:22, par nkurunziza
uwo murwi nuce urondera abaturazamo amasasu ndetse nabishe adolph baganire baduhe amahoro batibagiwe uwatumye umutekano ubura kubera kutubahiriza amategeko
24 Nyakanga 2015, 17:38, par burundi kamikamuntu
mbe abo mugira mugire ibiganiro ni bande? yamashirahamwe ya ba njangwa beko na ba kazabukeye? abo muriko murasangira. na buyoya yatanguye kunana arik ume’nyr kuriko wic igihugu kuber iyonda yawe nyaku.bawa perezida! m imna niyo nkuru nabandi barabisize
24 Nyakanga 2015, 18:30, par jean de dieu irumva
hahahaha emwe kiramvu yakundakwivugirang uwuzomara 2 azobon non reka turindire
24 Nyakanga 2015, 18:55, par Ndikuriyo
Erega ivyo ukoze ntaco bimaze. Banza ureke kuguma wica abantu. kuko amaraso yose aseseka ari kugatwe kawe hamwe na kazu kawe mukorana. Reka gutekera amazi murukangaga ureke mucezo wandani. Kuko Imana ntihendwa twese iratuzi!!
24 Nyakanga 2015, 20:31, par BAGAYAWITUNZE celestin
Kubwaje huyo nimuchezo wandani.abahuza batavuye mubindi bihungu canke bakAva mur’UN.ubundibwo nimba bazova muburundi,kandi batowe napiter ntakizovamwo.
24 Nyakanga 2015, 20:49, par (-";#%"’
In peace or war must be more than 50 yrs SCANED get intersection .
25 Nyakanga 2015, 07:27, par pascal
kubwaj mbona ko ari gusamaza abarundi namakungu ivyo binganiro bitarimwo anyapolitike bari haze kwaribo bangize oposition wobwira kwariko anganira nande? emwe ivy’uburundi nahimana!
25 Nyakanga 2015, 07:33, par Viateur
Uyo murwi niwakora kumabwire yabawushinze ntakizovamwo ariko ugakura kuneza y’igihugu n’abenegihugu Uburundi buzokwogorora.
25 Nyakanga 2015, 07:35, par butoyi pascal azzaiz
kubwaj hatarimwo cnard ntakigenda munzoba mwtmbarira!
25 Nyakanga 2015, 10:08, par Nimbona Daniel
Uwo binaniyf ashinga umurwi,imirwi yose imaze gushingwa ntakamaro yazaniye abanyagihugu.Emerako hariho ingorane zatewe n,ubutegetsi bubi bwawe,aho rero warahemukiye abarundi warukwiye kwegura kuko waratakaje ukwizerwa,politique yawe en 2005 narayikunze wari werekanyeko wohindura isura y,UBURUNDI mais de 2010_2015,ntaco wazanye atari amarira,ubukene,ubwicanyi muri Safisha,gufungira ubusa abantu,kuduza ibiciro,etc.uwutabizi n,uwutaba i BURUNDI.Genda,genda warananiwe.Nah,Imana Gusa.
25 Nyakanga 2015, 10:28, par Yayo
PITA Reka kwitwenga :! Ntakizovamwo bitarongowe n’abanyamahanga. : Akarere, UA, NU, UE, etc.
Iyo souveraineté yawe urayirya wongere uyihembe abakozi n’abasirikare.
Hanyuma, ntukumire witwanje ngo abagize imyiyerekano canke ngo bagomba gusenyura ubutegetsi bwawe.
Wibagiye ko wewe wari waraciriwe urubanza rwo gupfa. Mugabo warahamagawe mu biganiro!!!!
25 Nyakanga 2015, 16:01, par Kanyosha
Atintakizovamwo! Wewejene ubona kwatakizovamwo birazokubera gurtyonyene ariko ababonakurebobo nububamaze kuronkamwo ikintugikomeye. Mbemuribuka ayomwavuze nyumayamatora 2010?
25 Nyakanga 2015, 17:05, par Mugisha
Dutahure kand tumenye Ko peter na Letã yiwe bakwiye kumenya Ko tudashaka ibiganiro nawe ahubwo amenye Ko kananira abagabo ntiyimye......
26 Nyakanga 2015, 08:49, par Kirimo edwadi
Uwomugabo wigiha ategeye gupfa nyaguswera nyina tuzomwereka
26 Nyakanga 2015, 12:38, par Ngendakuriyo
Manaaaa!!Tabara uhagurutse abahizi. Turizeye ko hari ba Gideyone naba Dawidi bakiriho wibikiye. Naho hari abahswiragijwe hirya no hino abandi babandanya bicwa. Mana niwivuge iyo wivuze intare zitarizo ziranyegera. uhagurutse abawe ubakoreshe. Turagusavye urabe amaraso ya bantu waremye baguma basesa babica nabi. Nuce urubanza harageze amazi yarenze inkombe. Ubwicanyi bakora ntanizina bugifise. Horera abawe ntawundi duhanze amaso!!!
26 Nyakanga 2015, 15:56, par rugamba
wewe ibiganiro bihagaze ah ahanini KO uva ku butegtsi i KK wivye ubutegetsi none ngo utore abaganira ,WW ahubwo Wo ganira ukugenda kwiza kwawe canne uce lu fashion wali ça n’y Uwe.
28 Nyakanga 2015, 17:34, par Karikurubu
Bac’umugani mukirundi ngo <<agatoki gakomb’inkono kama gahese>> bamwe mukumbuyeko abahutu bongera kuba abagererwa. Ariko iconzico abahutu ntabwenge nafise ubwengebwabo buracuritse. Kubera babifatira ngo banke manda ya3 kandi ar’umuhutu abatwara. Bibagiwe buyoya incuro yatwaye. Bagaza akuye ubugererwa kubahutu abatutsi vyarababajecane gushikaho bahenda abantu ngo yatwayenabi. Ariko ubu niho bavuga amatekayiweko arimeza. Reka ko abahutu twatomboye tukinjiranamwo mubatutsi dufise n’inkoho nibazeko atanakimwe kizoba kunguvu z’abohanze,canke inguvu zabake bitwaje kugumuka.Tuzobarasa twongere tubarase nokuwanyuma.
3 Gitugutu 2015, 14:01, par rutumo
kinyoni
3 Gitugutu 2015, 14:08, par rutumo
kinyoni