Accueil > Amakuru > u Burundi > Umumenyeshamakuru wa France 24 yatswe uburenganzira bwo gukorera mu (...)
Umumenyeshamakuru wa France 24 yatswe uburenganzira bwo gukorera mu Burundi
jeudi 4 Ruheshi 2015
Inyuma y’ukwezi kurenga ari mu Burundi,Thais Brouck intumwa idasanzwe y’imboneshakure y’abafaransa France 24 mu Burundi, yatswe uburenganzira bwo gukorera ku butaka bw’Uburundi .
Amakuru dukesha bamwe mu begereye uwo mu menyeshamakuru avuga Thais Brouck yatswe ubo burenganzira bwo gukorera ku butaka bw’Uburundi yagirizwa ko yoba akora inkuru zihengamye.
Umukuru w’urwego rujejwe kugenzura ibinyamakuru mu Burundi CNC Richard Giramahoro, yemeje ayo makuru, aho yagirije uwo mumenyeshamakuru gushikiriza amakuru afise aho ahengamiye.
Abicishije ku rubuga ngurukanabumenyi Twitter,Thais Brouck avuga ko atirukanywe nk’uko bamwe babivuga ariko ko yatswe urupapuro rumuha uburenganzira bwo gukorera ku butaka bw’Uburundi.
Thais Brouck yashitse i Bujumbura kuva mu mpera z’ukwezi kwa 4 aje nk’intumwa y’imboneshakure y’abafaransa France 24. Yari ku ngoro y’umugambwe CNDD-FDD kw’igenekerezo rya 25 Ndamukiza aho umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatorwa kugira azoserukire umugambwe CNDD-FDD mu matora y’umukuru w’igihugu.
Van Naris Mugisha
Messages
4 Ruheshi 2015, 15:18
Ndashimye Iyo Ngingo Uwundi Batebeje Nibarya Baserukizi Ba Amerika Ububiligi N,abandi Nabonyene Barahengamye
4 Ruheshi 2015, 15:39, par Hanugwa Wumve
Bamwirukana Bareka Amanyanga Y’aba D.D Azomenyekana!Reka Akore Hama Ububi Bwanyu Bugaragare!Bamusonera Abashitsi!P6
4 Ruheshi 2015, 15:53, par Kaneza Eliane
REKA ABO BAMENYESHAMAKURU BAKORE UMWUGA WABO ! MBEGA KO MUSHAKA GUHISHA UMWOTSI INZU YANYU IRIKO IRASHA? UUUUUUUUH. URUPFU N.IMPFANE BIRAGENDANA. BAREKE BAKORE KUKO NONEHO MUBANKIRA MWOBAREKA. IMANA DATA WA TWESE IRI MW. IJURU YOYO NTIMUYIBUZA KUBIBONA ! MUZOBIBAZWA MURABESHA !
4 Ruheshi 2015, 15:53, par INOCENT
NUKURI,IVYOMUBURUNDI,BIRAGOYE,AMARADIO,BARATURIYE,ABANYAMAKURU,BARAHUNZE,NONENUMUNYAMAHANGA,NAWE,NAHIMANAPE,NIYIGIRE,MUBURUNDI,HABA,ABATIMBAYI
4 Ruheshi 2015, 15:55, par manirakiza
Mbega mwebwe ntawo mugera umutwe ivyo mokora mushaka ntibimenyekan? oya basha murihenda pee ngir mugende amahoro muriko mucafuza igihugu gusa ntaciza mukora.
4 Ruheshi 2015, 15:58, par vuganeza
Jewe sinumva ico bari bararindiriye?Abo bantu b’inkoba zera ntakubatinya,baza batwigirako inzu z’amabuye kubera twirabura,bahengamira kubatwica,mbega ntimurumvako aribo qui organise les manifestations,bafasha kugumura,ils s’interposent entre les manifestants et les policiers ukamengo ni iwabo,ahubwo baramutebeje,ntimwibagire france 24 umunsi wa putsh!
4 Ruheshi 2015, 16:00, par 1223334433
dusavye leta ko yokora ibishoboka ubuserukizi bw’imbonerakure akaba aribwo buguma muburundi gusa.
4 Ruheshi 2015, 16:02, par mugisha f
Nibapfe bipfane (DD) None ivyo bagira bibaza ko bitamenyekana naho bobikrukana bose Satelite nazo bazishirahe?????Yoooooooooooooooo, nibipfamutima, none barahevye bihe ibara kumwe kutavuga rumwe na CNDD-Fdd bamutoteza mbere naho bamwica. Harakagani ko mukuzimu ivyahabereye ngo vyaramenyekanye.
4 Ruheshi 2015, 16:15, par John
Umuntu Wese Adakurikizamategeko Nukabakwiye Kugirigwa Arikontibiyibagizeko Atariwe Ayarenzewenyene !!!Harinabamusumvya Icubahiro Bumirakuvyo Bumirako,wewentamanyama Atera Ac,agenda Ikosarigufashe Uzubwenge Ucabugufi Ukajahobakujanye
4 Ruheshi 2015, 16:16, par mutabazi
Baratevye kumwirukana. Iyo France 24 yashinzwe na famille ya Couchenar umwe muntumwa za Rukarabankaba Kagame. ICYO nzi cyo ibogamira cyane kuntagondwa z’abatutsi.
4 Ruheshi 2015, 16:23, par Avec
Dufise ibintu simusiga yakoze kandinawe ntabihakana mumisi bizoshirwahabona nihonuzobonerako Imana ikunda u Burundi nabarundi kuko imitegoyose ikomeje kwibobekeza.
4 Ruheshi 2015, 16:31, par Nkwavu Venant
Erega bamwirukanye ntibazoba birukanye abameze nkawe!niyahangane kuko yakora neza.ega aba DD babonye uwukoze neza baramwica.ariko uwukoze nabi bamwongera ipete.turafise umucamanza atarenganya naw n’IMANA dusenga.nidutabare
4 Ruheshi 2015, 16:40, par Ntawe
Richard Giramahoro.Ibuka Iyo Wavuye.Inyuma Y,ivyo Urimwo Wari Umumenyesamakuru! Buca Biguherana Ugaruke Aho Wakora Kera.Uzobimenya Uzanye Amakuru Nawe Bakanka Ko Uyavuga Uko Wayatohoje.Ubu Ugeze Kubuza Abanyamahanga Kumenyesha Amakuru?Buca Bikugora Ndakurahiye.
4 Ruheshi 2015, 16:47, par Jabe
Abarundi twaratewe ntimwabimenya, mwi week iheze mbereyuko habinama yabakurubibihuhu vyomuri EAC, habaye imyiyerekano maze nanje nzajubina uyumuzungu arihafi yabariko barigaragamvya ndahezandamwegera urazinye twebwe abarundi kotutigera twishiramwoko umuzungu ashobora kubogama, noneho nabonye abantu bariko barimumyuyerekano bariko barasunanguza umu polisi noneho araheba uwo mu polisi ariruka, maze kubera naboba uwomuzungu azarakamera ndaheza ndamubwiraningoga nti canerabariyabantu barikobariruka ku mu polisi kuko yariko arakamera ahandikurundiruhande, ariko yarandahiye abwirango biryantavyonoshira muri camera nihonaciye mbonako nabazungu bazamubihuguvyacu babogama ariko kubera nanje narimfise agasimu narikondakoresha mugujamera abobantu ivyotwavuganyevyose nuwomuzungu narabi rikoze umuniteguye kuzobishirisha kuri YouTube hariho hamwe muzosanga ntakintukiboneka kubera ndikondavugisha uwomuzungu iterefone ntiyariko irafata amasanamu ariko amajwu yanje nayuwo muzungu arumvikananeza.
4 Ruheshi 2015, 17:05, par renovat
iyo bamwica!
4 Ruheshi 2015, 17:15, par NDUWIMANA J M
BAMUHAGARITSE YAGIZENTE YATANZEAMAKURU ATARIYO
4 Ruheshi 2015, 17:38, par MATAYO
YOOOO!!!!! IBIBERA MUBURUNDI BIRAGOYE!
4 Ruheshi 2015, 18:50, par VENUS
NONE ABO BAMENYESHAMAKUR BABAHORA IKI?
4 Ruheshi 2015, 19:19, par Minani evariste
Kubita uwo mushenzi urazi ukuntu atamahoro badushakira
4 Ruheshi 2015, 20:05, par Nkwavu Venant
Ariko gucira uwundi urubanza rwogupfa birabaryohera ga Renovat?sivyiza.nimba yakoze nabi.bamubwira koyakoze amakosa hama akikosora.erega ukoze neza ntibavyemera abo badutwara?ariko uhengamye baragukunda!nimuze tuvuge neza twubake igihugu cacu catwibarutse.
4 Ruheshi 2015, 20:14, par Hagabimana eric.
Ikibabaje nuko bo mwirukana bamuhoye ubusa. Ariko mugihe yakoze nabi nivyiza kumwirukana.ahubwo bagize neza cane jewe ndabashimiye kbs. Kuko nimba uhawe akazi nugakore uko bisabwa.murakoze
4 Ruheshi 2015, 20:22, par majo
Ndabatahura bomora benewabo boreka abaje gushirahabona ivyobakora bihishije ariko nibatifata neza ngobemer baganire basigaje umwanya muto kuko Imana. Iri muruhande rwabarenganywa
4 Ruheshi 2015, 20:23, par DIEUDONNE KGARI BUDI,
NI BAMUREK NAMBA YARAKOSHEJ NIBAMUKOSOR BOBO TUBAKONTOROY NTIBOKWIRUKANWA?
4 Ruheshi 2015, 20:58, par Ashjjya
Aho babuze ukuntu bamumesa aho bamumesa
4 Ruheshi 2015, 20:58, par DIEUDONNE KIGARI NTEGA BURUD
I CAN ADVISE THEM TO GIVE HIM AGAIN THE RIGHT FOR DOING HIS JOB.IF HE DID SOMETHING WRONG THEY WOULD CORRECT HIM INSTEAD OF CHASING HIM.THANKS
4 Ruheshi 2015, 21:13, par MUHUZO
NABAHOBARI NTIBERA NIBAMUREKE
4 Ruheshi 2015, 21:14, par rukerandanga
ariko uwo banamutebeje.haruwundi was RFI urya Sonnia ibintu ashikiriza vyose avugira opposition gusa,ndavyibuka LA fois passe Ku Musenyi hafashwe abasore batatu bari baje gutera ama grenade kandi baremeye ko bari baje guhungabanya imyiyamamazo ya CNDD kandi urya Sonnia niho yarari...kwatabivuze none?kuki atigera avuga kubatuririwe canke basizwe amazirantoke nibindi...muzoze murakurikirana muzombwira amakuru atanga,
4 Ruheshi 2015, 21:26, par rukerandanga
ariko uwo banamutebeje.haruwundi was RFI urya Sonnia ibintu ashikiriza vyose avugira opposition gusa,ndavyibuka LA fois passe Ku Musenyi hafashwe abasore batatu bari baje gutera ama grenade kandi baremeye ko bari baje guhungabanya imyiyamamazo ya CNDD kandi urya Sonnia niho yarari...kwatabivuze none?kuki atigera avuga kubatuririwe canke basizwe amazirantoke nibindi...muzoze murakurikirana muzombwira amakuru atanga,
4 Ruheshi 2015, 21:50, par mutabazi
Mbese imyiyerekano iracyabaho!! Abashutwe ngo bajye mwibarabara ngira ubu baricuza. Umwicanyi bari bizeye ngo arabatabara( Kagame) nawe yifitiye izindi ngorane kandi guhera uyu munsi bamenye ko ntangufu zo gutera uburundi afise. Natangira intambara kubarundi izarangirira iwe.
4 Ruheshi 2015, 21:59, par Bizohinduka
Ahaaaaaaa!!!.uwonuwobaboneye!.Emwe! Imbwa irya uwizi.ahorero babonyeko,ahava abasesera agafu ngobabonyeko ahengamye!.mugabonfabatahura.ehengabo abarundi isinzi babirukanye,bonanigwa nuyimuzungu.nibamureke.bibajije ngonuko baturiye amaradio yigenga ayandibaraturira.ngontituzomenya ivyobakorera murufuri.barahumba.nuwendeye nyinakuru musiy’urutara vyamenyekanye.
4 Ruheshi 2015, 22:19, par JV
Ntibitangaj arik ukuri kuzomenyekan bitebe bitebuk,ntako batagra mukuhamb ukir.
4 Ruheshi 2015, 22:33, par mpawenayo
nkumvo ayombavugiyekobanzowungururira epereya? amatohozantarahera? ariko muburundi amatohoyaho arangoye umungabwe urikubuntegetsi amatohozantazahantangiho uwundi ntuzoridirantubure
5 Ruheshi 2015, 00:09, par mutabazi
Nibabirukane. Abazungu iyo ubatinye
Bakunnya kumutwe. Gusa muri Africa hari abantu babatinya. Icyo
nzicyo batinya itangazamakuru. Nkuwo wirukanywe kubera aba abeshya iyo bisohotse mu binyamakuru by’i Burayi biba ikimwaro kuko n’abaturage baba bashaka kumenya impamvu. Nimubahambirize kuko babangamiye umutekano w’uburundi
5 Ruheshi 2015, 01:19, par Nzobandora
Bwana Richard,ushaka avuge iki?Mbega nta muntu numwe yitwa ngo arafise icatwara muri ico gihugu agifise umutwe n’umutima!!!!Niho musigaye muvuga ko 1 1=1!!!!Rondera sha abavuga ivyo ugomba ko uwo mu Francais avuga,umureke wewe avuge ivyo abona,wewe nawe ivyo ubona ubivuge.Ntasoni mugira,ariko mwese mwigira abazi ubwenge gusumba abandi mugiye kubona amahano.Muribuka ko mufise ubuzima kandi mufise imiryango.Bandanya mwiyimbira .
5 Ruheshi 2015, 01:32, par vuganeza
@hanugwa
Abashitsi b’abazngu ni mwebwe abatutsi mubakeneye kuko muzi ivyo musangiye,nous on peut s’en passer,ikindi ayo manyanga yacu aramenyekana,on assumera le moment venu ariko atari izo mbwebwe z’abazungu zisutsemwo mabisi,ahubwo harabuze n’umuolisi yari guhusha akamuha inembo yumvikana,abirabure turacatinya inkoba zera kandi umuntu amaze kubamenya abo ni imihimbiri trop,il faut kwigisha aba polisi bacu ko bari dans leur pays,bariko bacungera umutekano ko ata muzungu wo kuza kubatera inkwahakwaha ababuza akazi,il faut ko biga kubegeza inyuma n’inkoni izo mbwebwe zari zishigikiye putsh,ata gutinya!!
5 Ruheshi 2015, 06:41, par itonde uzabaze uzaperereze
Mutabazi , uri igicucu kugeza kukibuno ninde wakubwiye ko kagame afite umwanya wo kwirwa mu burofa nkubwo ntamwanya yabironkerera twe duhangayishijwe n iterambere namwe muhangayishijwe n amazuru mubanze mugire isuku basi yonyine irahagije none ko icoroshe ari isuku nayo ntimushoboye mbe mutabazi wumva ari iki kiza kiri iburundi kagame abuze presidence nziza, ntayo mugira inzu y umukuru w igihugu uraraba iyo abamo ingabo zimurinda urazarabe uko arindwa na securite ye ni ki amahoteli meza uzabaze ari mu rwanda inyubako nziza karibu irwanda woze amaso imihanda nge mutabazi hari ibyo bagerera nibitagereranywa , ngirango iyo kagame atabatangira cotisation muri EAC ntimwari no kujyamo urwanda urwita iki kimwe naguhanura kwihenda bibaho ariko ntuze wihende kuri kagame nagato ntamwanya w ibirofa nkuwo agira uzabaze isi yose kandi twe adasubiye kudutwara ahubwo twamubwira adutware k ngufu kuko n umugabo w ibikorwa nako ngira unazi ko akubwiye ko aza iburundi urabizi ko n imihanda yugarwa kugeza ashitse mureke sha urya arazi icyo ubutegetsi ari nta mwanya wo kwirwa afite latte apima amazuru ikindi impunzi izaza izashika yakirwe abe ubwoko bwose karibu ntuze usubire kugereranya izo comedie mwirwamo na kagame jamais gusa umbwire kimwe wumva murusha urwanda kimwe gusa ntasoni
5 Ruheshi 2015, 06:59, par kalibu urebe igihugu
mutabazi kura kagame mu kanwa kawe namwanya w ibirofa nkuwo afite w ubugoryi twe duhangayishijwe n iterambere akarorero gato mu burorero miriyali nakubwira ko urwanda ntaho ruhuriye n uburundi ubu bus zitwara abagenzi bazishizemo internet y ubuntu iwacu aho iburundi wayishyira muri za bus igenda ureba hasi mw ikaburimbo mufite iki murusha urwanda ariko ndagutahura buriya nta mupaka urarenga ngo woze amaso kimwe muturusha kumenya ubwoko bwa amazuru umuhutu umututsi muri abambere mubanze mumwishure ayo yabangiye kugira mujye muri EAC murababaje muteye agahinda iyo ataba umugabo kagame ati aba nabavandimwe mbarihire mwari mutwambitse ibara urya mugabo kagame ariyubashye ngira urabizineza ko nta mwanya w uburofa bw amazuru mandats ufite icyo wakoze mandats irakwishakira siwowe uyishaka ubu nguhe urugero twe ahubwo twe atadutwaye mandants yindi ahubwo ntiyadukira uko mwiyamiriza ibiringo ahubwo twajya mu mabarabara tumurondera sha abana bacu computer ni sawa, mwembwe mbona akibashakira yeboyebo mugihe abandi biga iterambere reka amazuru mwubake mureke ayo matiku y amoko igihugu cyanyuma ubuken cyambere mukumenya ubwoko n izuru
5 Ruheshi 2015, 07:01, par kalibu urebe igihugu
mutabazi kura kagame mu kanwa kawe namwanya w ibirofa nkuwo afite w ubugoryi twe duhangayishijwe n iterambere akarorero gato mu burorero miriyali nakubwira ko urwanda ntaho ruhuriye n uburundi ubu bus zitwara abagenzi bazishizemo internet y ubuntu iwacu aho iburundi wayishyira muri za bus igenda ureba hasi mw ikaburimbo mufite iki murusha urwanda ariko ndagutahura buriya nta mupaka urarenga ngo woze amaso kimwe muturusha kumenya ubwoko bwa amazuru umuhutu umututsi muri abambere mubanze mumwishure ayo yabangiye kugira mujye muri EAC murababaje muteye agahinda iyo ataba umugabo kagame ati aba nabavandimwe mbarihire mwari mutwambitse ibara urya mugabo kagame ariyubashye ngira urabizineza ko nta mwanya w uburofa bw amazuru mandats ufite icyo wakoze mandats irakwishakira siwowe uyishaka ubu nguhe urugero twe ahubwo twe atadutwaye mandants yindi ahubwo ntiyadukira uko mwiyamiriza ibiringo ahubwo twajya mu mabarabara tumurondera sha abana bacu computer ni sawa, mwembwe mbona akibashakira yeboyebo mugihe abandi biga iterambere reka amazuru mwubake mureke ayo matiku y amoko igihugu cyanyuma ubuken cyambere mukumenya ubwoko n izuru
5 Ruheshi 2015, 08:55, par JOHN
Jewe burya nabumvirije kuva kera nsanga mwese mufise buri muntu aho ahengamiye!Nka itonde uzabaze uzaperereze we ivyo avuga avugishwa n’ishavu gusa , emotions, kubera yikundira Kagame,kumukunda ni uburenganzira bwawe kuko ufse ico ubikurako.Abamwanka nabo bafise ico bamukurako (Ubwicanyi bwiwe buteye ubwoba: Yishe Habyarimana Juvénal, yica Ntaryamira,
5 Ruheshi 2015, 09:07, par vuganeza
@itonde uzabaze.....Reka mutabazi
jewe sinumva ingene utwingingira kuza kuraba u rwanda,abumva bahashima gusumba u burundi igihugu cabo nibazako baguma baza kandi nta mwondo wabo,abavandimwe!!,ayo mahera mwadutangiye mwe mwayakuyehe?Mwabaze abacongomani inyama zabo mwanika ku gahinga muriba muracoka!
Ariko iyo uvuga ngo mu burundi hari umwanda,impunzi ziri i wanyu zafashwe no gucibwamwo na malaria,wumva bisigura iki?Mubona hari umwanda mbega ntimwokwugara frontière n’abandi banyarwanda baje kumata i burundi bagataha,uburundi nibazako dushobora kuronka abagenzi ahandi nukuri!Ushaka tukubwire iki?Nta mazuru akiba mu rwanda c’est normal les pauvres hutus rwandais est un peuple qui est en voie d’extinction,ntanuwibukako bakibaho c’est normal!!!
5 Ruheshi 2015, 11:47, par kio
hhhhaaaa uwo mutime arabemeje na kagame wiwe arabemeje kabisa mukore wangu murazi ubuzima sha courage mujenge inci mua cane na bajinga
5 Ruheshi 2015, 11:57, par gahutu
vuganeza uri umuhutu gito za mpunzi watukaga ubu urazivugiye ko zarwaye malaria hhhhhaaaa wagira zize bazishire mu mahoteli hhhhuuuu uratangaje ubugu bwawe iyo buva nta burundi bwagiye congo abo bunyoni bari he nshuti abahutu b irwanda turazi ahi isi igeze ni iterambere twasanze izuru rini atari doctora nshuti mbe kagame niba uvuga ko yishe peter wawe ujya wibuka ubuhamya impinja nshuti kimwe kuko wowe nturi nu umuhutu ahubwo uri umunazi utukisha abahutu kuko wuzuye ingangabitekerezo y genocide
5 Ruheshi 2015, 15:49, par Muco
@Gahutu ubu ndakwemeye!!Vuganabi nimuze muramushira hasi ariko wibuke na mutabazi!!!kandi ico wamenya Vuganabi ni interahamwe sinumurundi!!uzokwitonde urabe neza yandka nikinyarwanda!!!amabi yakoze canke abiwabo bica abatutsi muri 1994 au Rwanda vyaramucanze vyanse kumuvamwo burya aho agiye hoose aguma ababona bamutonze imbere nkakumwe kwashebuja Peter nyene umuzimu wabo yishe uguma umukurikirana!!!izo ni interasi Peter yazanye!!
5 Ruheshi 2015, 16:03, par ndikuriyo
Abo bagabo bitwaje inguvu mugukora ikintu cose bagomba ivyo bakora ntibimenyekane.abobafata ubu benshi bicirwa kwa Gnl Adolf Nshimirimana.Abandi nabo bakicirwa kwa Ndadaye.abo bose baja guta ibiziga muri Rusizi.
5 Ruheshi 2015, 16:31, par niyonzima come
reka abanyarwanda mutugaye twarishe igihugu cacu,mwembw intambara yahagaz kare muronka akanya ko kugira iterambere tweho dutanguye 2005 none dusubiy kuvyonona,muga iyo tutisamburirak tukamara imyaka mumaz mwaravuy muntambara mwebwe tuba tubaruta incuro10,ntimubesh ngo iwanyu ntamazuru turabizi,knd ntimuturuta mwebwe ndakurahiy,ninde yoza hiyo kuraba iwanyu mwabashenzi mwe,ntimunshavuze mungayira igihugu!uraz k mugayana,abanyarwanda bari iwacu k mbona ari benshi?ntimwinjire muvy’iwacu.
5 Ruheshi 2015, 21:24, par vuganeza
@gahutu et muco
Et je ne sais pas qui d’autres,ndabiyamye ,munshirahasi mu biki!Izo mpunzi ntazo navugiye,je rigole un peu d’eux kuko nabo nyene bagiye badusuriye umukungugu ngo bagiye aho bateye imbere,diarrhee ibanza irabakira,nabo bahenzwe n’abavuga ngo karibu urabe u rwanda,ubu bihaye uburaya ,nta na kazi mufise mubaha nta na aide social mubaha,mama we muteyimbere mu biki?Abo banyarwanda baje kwuzura mu gihugu cacu gikenye kandi c’umucafu bahakoriki ko umuntu aribo atsitarako gusa?Uwobumva n’umunwa wanyu muremure!Abarundi twebwe tubamarira mu ngohe gusa iyo mwirata,ababamenye nubu bahuye namwe batabazi baricuza,muri abasuma ,des mafieux abatabazi nibo babitega.Jewe ndi umunyarwanda vyontangaza cane!Franchement,uzobaze abazungu bazi ico bafise ntawe binginga ngo ingo,nimba ari heza reka tuzovyibonere,agahugu kacu kareke,ni gato ni akacu,dufise bike bidukwiye,uwumva bitamuhagije naje hakurya ya kanyaru ,ariko gashiga izobagarukana,na ka Rugurika kama ngo kadoboka kakagaruka!!
@niyonzima comme ivyo uvuze nivyo,ntakwibagirako bafise fond de commerce ibaha amahera:genocide,nibatureke turye bike turyame kare!!
6 Ruheshi 2015, 08:36, par itonde uzabaze
@vuganeza mugenzi si intambara y ibihugu ikiriho kiravugwa none kuba genocide yarabaye mu rwanda byarakuryoheye ikindi nibuka nibuka nkurunziza arahira gutwara 2010 nibaza umuprezida umwe wari uhari nuwu urwanda gusa none kuba impunzi zijya murwanda nibibi iza tanzaniya congo na ahandi ziri ho naho mupfa iki nshuti suko kuba urumuhutu sikete wanditse ubisaba wavutse wisanga uko urumva naho wakwanga abatutsi nabo ntubamara none ga mugenzi ko numva ushavura ugashavurira na amaleta y ahandi ntubonako ugire usare cisha make bakureke peter agutware kandi niba ubona abandi barakijijwe na jenocide nawe jako ubamare none tukugire gute ariko hejuru y ibyo byose uri umuhutu mwiza wize nziko nta mupanga wafata wica
6 Ruheshi 2015, 08:45, par gahutu
@ vuganeza sha ndakwemeye uri umunyarwanda nibyo kabisa niyo mpamvu nkabona wishyiramo abanyarwanda uko hhhheeee sha nibyo n inyandiko niyo uzanga uri muri babandi kuko uko wanga abatutsi nibyo ukuntu wanga urwanda ntakindi gihugu numva wanga uko nibyo wowe uteye amakenga kabisa courage ariko nibyo ubufite uburenganzira bwawe urabe icyo wifuza ukore ikiguhaye amahoro
6 Ruheshi 2015, 10:35, par moïse
iyi leta mana yifashe! utabare abanyagihugu ndabona bitoroshe pee! amaradio baturire abasigaye batuvugira birukane vyayangaye kabisa amakungu abe ariko arabona ko leta ya peter itavugwa tweho ga da tugiye guhona atabatuvugira.
6 Ruheshi 2015, 13:32, par elvis harerimana
Naho bazogira gute ikinyoma ntikizotsina iciza, bamwirukana bareka tubwirizwa kubwira amakungu ibiriko biba kandi ababikora bamenyekane
6 Ruheshi 2015, 21:34, par kim
igisekeje baramwirukanye ariko iyo television y uburundi yerekana amakuru yo hanze ikoresha aya france 24 ibaze biteye isoni uburundi bugeze ahabi kabisa
6 Ruheshi 2015, 23:46, par nshimiyumukiza d
ok.nanje ndabitangaho
imanuro nokubandi niyi.
ntabwo aribyiza ko umunt
u wese aphamagambo avu
ze, ok?,ku itangazamakuru
sibyiza ko uvuga inkuru ir
ema umujinya hagatiyumu
ntu nundi,canke mumpande
byiri ngo uvuge inkuru iha
va ikaza amakimbirane ha
gati ,iyo ugeze aho hantu
mumenyesha makuruwe!
ahohantu sahawe have.
nahabashinzwe umutekano
bazane nibahagera nawe
urabubonye uburyo bwiza
,hanyuma ufatumwa nya
wokwiga kungaruka zaya
makuru ugiye gutanga icy
azagukora kumpandezose,
ejo cyenke ejobundi,
murakoze,
7 Ruheshi 2015, 06:17, par vuganeza
@Itonde ubaze
Ivy’imipanga bireke,simbabajwe nuko mwakijijwe na genocide,navuze nti reka kuturatira ngo muratunze,ntaco muturusha!
8 Ruheshi 2015, 09:13, par NDAYIZEYE
Bit?ahubwi bari barautembeje abantu bigira ngo nabanyamahaga bakaca bachaka kwi koza ibindasazwe.murakonze