Accueil > Amakuru > u Burundi > Umunsi mukuru w’abakozi uzohimbazwa kuwa 2 Rusama
Umunsi mukuru w’abakozi uzohimbazwa kuwa 2 Rusama
vendredi 29 Ndamukiza 2016, par
Umunsi mukuru w’abakozi n’akazi wahora uhimbazwa kw’igenekerezo rya 1 Rusama 2016 uko umwaka utashe, uzohimbazwa kw’igenekerezo rya 2 Rusama muri uwu mwaka w’2016. Imvo n’uko igenekerezo ry’ihimbazwa ry’uwo munsi mukuru uwu mwaka rihuriranye n’umunsi w’akaruhuko kuw’Imana.
Nk’uko vyashikirijwe na Zéphirin Maniratanga arongoye umurwi ujejwe gutegura iminsi mikuru mu Burundi, umunsi mukuru w’abakozi w’uwu mwaka uzohimbazwa ku civugo « Dushire hamwe tugire urunani rw’intamenwa dutezimbere igihugu cacu »
Uwo munsi mukuru uzohimbazwa mu ntara zose, abaserukira Reta bakaba bazokwira mu ntara zigize igihugu c’Uburundi, kwifatikanya n’abakozi bazoba bariko bahimbaza umunsi mukuru wabagenewe, abashingamateka n’abakenguzamateka nabo bagasabwa kuzohimbariza uwo munsi mu ntara batowemwo.
- Zéphirin Maniratanga arongoye umurwi ujejwe gutegura iminsi mikuru mu Burundi
Abakozi bazohura igihe c’isaha imwe n’iminota mirongo itatu, abo mu gisagara ca Bujumbura bakazohurira imbere y’ahakorera OTB (Office du Thé du Burundi), ibirori bikazobera ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore.
IGIHE
Messages
29 Ndamukiza 2016, 09:52, par Nene Nesta
Ivyo vyo murabizi ahandi barasezeranye nukwonona ubutunzi mbe iyo misi mikuru imaze iki abantu bariko barahona?
29 Ndamukiza 2016, 09:53, par tari
Umusi mukuru ukoreka kandi ukaryoha iyigihugu gifise umukuru wigihugu nizego zikirongoye kandi abarundi bari mumahoro numutekano none ahomwiseka Ngo mutegura imisimikuru kandi muziko igihugu kitagira perezida nizego zigitwara mukaba muziko abanyagihugu bararara ntibuca kubera amaraso yirirwa arameneka ivyo bisiguriki ivyobavyita ukwihera impundu mukigunda kuko ivyo ntawubikeneye
29 Ndamukiza 2016, 10:35, par neza
uwonumunsi mukuru wabicanyi bahabwa udushimwe kobazikwica niwowuwomunsi muburundi abakozi bagirumunsi iyo igihugu gitekanye
29 Ndamukiza 2016, 18:46, par MUYAHUDI
ABANTU BASHIKIRIZA IVYIYUMVIRO NIMWIYUBAR KUZA MURATUKANA! NNE NTABWENG BWOKWIYUMVIRA IVYOMWANDIKA MUFIS GUTUKANA BIMAZIKI?
29 Ndamukiza 2016, 20:25, par Emery Bizamana
ne uwo muns mukur wateguw gt? natw tutegerey ibisagar tzowuhimbariza he?
29 Ndamukiza 2016, 23:19, par moto.
Muratumutwe ngo mutegurimisi mikuru, mwirirwa murasahura nutwumuntu abayaronse mugakwegera mumifuko yanyu mwabisumamwe, muzikunwa amaraso ya bantu gusa hamwe nuwo nkurunziza.
30 Ndamukiza 2016, 13:05, par Niyonzima
Noneko Umukuruwigihug Yavuze Ko Atakazigahar Abize Ngobagende Kumesa Amashuka Mumahoter None Tudakora Tuzowuhembaz Dushonje?Nibreke Kudukora Munkovu.
30 Ndamukiza 2016, 13:05, par Niyonzima
Noneko Umukuruwigihug Yavuze Ko Atakazigahar Abize Ngobagende Kumesa Amashuka Mumahoter None Tudakora Tuzowuhembaz Dushonje?Nibreke Kudukora Munkovu.
1er Rusama 2016, 08:42, par NDIHOKUBWAYO ISAAC
Jewe Ndibazako Uwomunsi Mukuru Ari Uwo Abakozibareta Bobo Bahebwa None Natwebanyarucari Twowuhimbaza?
2 Rusama 2016, 06:38, par NDUWIMANA
NONE,KATWE,DUKORA,BAGUMABATUNYAGATOGENDAKURAIVYOBIHENDAMASOKUBUNARAYEUBUSASINDIBUGENDEKUWURABA,HARINAHONDABWIRIRWANAMWENGONINGENDEKURABAIVYONDABABURYAARINKAMWEMWOGENDAYOMAZEAMEZIATATUNTARONKANAKAZI,AMANDENIYOYONTAVURWANAMWENGONININANINI
2 Rusama 2016, 15:39, par Yadumda
Murabeshabashamugomba ahomubafatiranimute
3 Rusama 2016, 16:35, par Nîbizi
umunsi mukuru wimbonera kure zozo zihemwa
5 Rusama 2016, 22:28, par irankunda j.bosco
none ntumuntu wariwese azoza?