IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umuryango wa Welly Fleury NZITONDA wamusezeye irya nyuma

Umuryango wa Welly Fleury NZITONDA wamusezeye irya nyuma

mardi 10 Munyonyo 2015, par egide

Welly Fleury NZITONDA umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA yahambwe mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri.

Umuryango wiwe wamusezeye irya nyuma, haca hakurikira inkuka y’imisa yabereye kuri paruwasi yitiriwe ababikira Bene Bernadetta.

Welly Fleury Nzitonda‬, umuhungu wa Petero Karaveri MBONIMPA yari yafatiwe ku Mutakura, abaporisi bamufashe bamutwara mu kibanza kitari bwamenyekane.
Amakuru y’uko yagandaguwe yahavuye amenyekana mu nyuma, ikiziga ciwe gitorwa ku Mutakura kw’ibarabara rya 12.

Petero Karaveri MBONIMPA umuvyeyi wa Welly Fleury NZITONDA akaba atashoboye gushika muri urwo rubanza rw’ugushingura umuhungu wiwe, kuko asanzwe ari kwivuza mu gihugu c’ububirigi. Ku musego aho ari, Petero Karaveri MBONIMPA akaba yamenyesheje ko yamaze kugirira ikigongwe abamuhekuye.

Aho ari mu gihugu c’Ububirigi, Petero Karaveri MBONIMPA, umukuru w’ishirahamwe APRODH yarungikiye ubutumwa abari bagiye guherekeza Welly Fleury NZITONDA. Yababwiye ati : Ndiko ndabikurikirana ku masanamu. Nagomba nshimire abo bantu bose bahambereye nk’uko nari nabibasavye. Kuko umuhigi ari kure atavuna imbwa. Ntihagire uwihebura kubera aya magogwa turimwo. Imana irabifitiye inyishu.
Nayo Welly wanje agiye kubana nayo imyaka idahera.
Aya magogwa ndiko ndabona azobere inyishu ikibazo c’Uburundi kandi ndavyizeye kandi atari kera. Imana yo mw’ijuru atariyo hejuru ihabwe icubahiro. AMEN"


IGIHE

Messages

  • abamuhekuye arabazi nabonyene yirigwa aratera intege mugabo ararinda gutaga umwanawiwe

  • abamuhekuye arabazi nabonyene yirigwa aratera intege mugabo ararinda gutaga umwanawiwe

  • niyigumye.bakokeza.intanbarabatazikonabakunzibarwamwo.ntaruganbarwijana.seyaraziko.ovuakokeza.atabuhonbe.azogiramwo

  • IMANA RUGIRA VYOSE imwakire mu bwami bwayo kandi iremesh abavyeyi yasiz muvyeyi BIKIRA MARIYA niwuzi kangah abavyeyi buwo muhisi kangah bamukunda kangah bamwitayeho gushika kururwo rugero yaragezemwo nubambariz ku Mana ubahoz ubabungabunge bo n’ibibondo bisigay ubafukish umutamana waw w’intamenwa ,abo nabo biyita WELLY na Junja IMANA irababona kdi ihora ihoz ntakiguzi mwatanz kugera iyi saha kandi iyo ziguhay ziyita umuhinga uno munsi nibo ejo ni mwebw

  • Ngira mbonimpa arabonye isomo.yamafoto ya vyabiziga yaza araja kudandaza kubazu ngo yabibonye kiriba ondes,baraba baramurungikiye amafoto y’umuhungu n’umukwe wiwe ashire hamwe niyiwe bamusudiriye igisasu mwitama ariko barondera mubwenge hama acashira ababirigi basha bazomuha agakwiye ngira azoronk ahagurira uwundi welly kuko azoba afise ryishi ashize kuyo bamuhaye kubiziga vya ondes

  • cakigwarudubi jacques bigirimana ngo aya n, amasanamu ya 93. emwe! kubura ijambo kubera inyaga n, ibara. ntamurundi n, umwe arekuriwe kwibagira amajambo avugwa n, uyomuhemu.

  • Kazibe Wamuja We W’interahamwe Abo Mutama Mbonimpa Bakorana Nabaporisi Kwaribo Bamuhekuye?

  • junja ntubeshye na Nkurunziza hamwe na Reveriyano babwiye abantu ngo nibicyane ngo azabakingira ubwicyanyi bakokeza nabo ababo barashobora kuburwamo,twese tuva amaraso

  • ortega urikijuju gambonimpa yatwa ye umwanawiwe ikuzimu

  • ortega urikijuju gambonimpa yatwa ye umwanawiwe ikuzimu

  • uyo welly niweyarimubarasa ntibita ganje yaguye kurugamba yatumwe nase mbonimpa ingaboziraguhereyeko wena kagame aboyarugitse bose bahenze atagu yekudedempa

  • uyo welly niweyarimubarasa ntibita ganje yaguye kurugamba yatumwe nase mbonimpa ingaboziraguhereyeko wena kagame aboyarugitse bose bahenze atagu yekudedempa

  • Ndavye ivy’abagira commentaire kurupfu rw’uwo mwana bavuga, bintera ubwoba! Abarundi benshi musigaye mufise umutima uva kuri satani! Ntamuntu afise umutima uva ku Mana anezererwa nuko umuntu apfa uko yoba ari kwose n’uko yoba yarameze kwose!
    Murabe neza musigaye muri abicanyi birenze urugero. Erega umuhero w’isi utanguriye mu Burundi! Uko vyahora bimeze kera naho umwasi wawe yopfa warababara cane ukicuza none ubu bigeze iyo hose? None muzokwica nde mureke nde? Hasigaye gato namwe ubwanyu mukiyahura!
    Mushaka mwokwihana mukareka amacakubiri ntaco bizobashikanako ciza kiretse kubashikana ikuzimu kwa satani mukabana nawe mu muriro utazima Imana yateguriye abakora n’abavuga nkivyo mukora kandi nkivyo muvuga. Ibibogaboga mu mutima w’umuntu nivyo akanwa kavuga. Isubireko bigishoboka!

  • ABATWENGA NIBATWENG KUKO BAVUGA BATI RURIY ABANDI RUTABIBAGIY.ABO BAPOLISI HAZOGRAHO URUHIGI RUHINDUKIRA.

  • uru rubuga tuzoruheba kuko mwakira ibitandero ntamuntu numwe mwakiriye yavuze ivyakamaro .abantu.nkabo ntimuba mukwiye kubakirira ibitekerezo vyabo namwebwe ayomakosa ndayabaharurako nimwebwe muturerekera ivyo bitandero!zamurakira abafise ivyiyumviro vyubaka! mugabo birumvikana usanga bavyariwe mwibarabara bareregwa mwibarabara nonewumva iyondero bazoyikurahe?

  • Ndasavye amara7o ziwe aze acahumire.ABA DD MUSAG6WE GUKO MUZOBAzwa 8YISHH

  • Uyo maso ava amaraso?Ntanyungu n’umutahe bizova mumaraso !Mbonimpa n’umugabo naho utamwemera agateka agwanira n’akawe karimwo.Mana dusenga yo m8juru atariyo hejuru cambu ca mutama turengere udutabare!

  • imana yo mwijuru no mwakire mubwami bwiewe ariko bamenye ivyobakora imana izabahora ayamaraso yirigwaarsseseka bamenye ko.mwijuru hari mana izikuhora imsna nire here igihugu ciburundi sawamurakoze

  • @ WELLY

    Ntakinryohera nko gutahura ko twese tuzocirirwa imanza kandi tugahanwa atagiturire. Ijambo rigukunze rikuguma munda. Wewe usanga umunezero mw’iseseka ryamaraso y’inzirakarengane, wumva vyukuri wimariye iki?

  • Uwitwa welly nivyiza gutamba kumivyimba mwaratakaranga mukirundi bavuga sakirimikibi yatanze umurozi gupfa kandi ngo ruriyabandi rutakwibagiye za muravuga make

  • Emwee barundi mbeko muterana imiragwe!!Ninde Muri Twebw Abarund Azomar Imyaka 100 Ans?Zenibaz Yuko Nkuko Twes Tuva Amaraso Twomeny Ko Umunt Ari Umunt,tukareka Kwigra Intumva!Bamwe Tubakingra Aband Tukabahohotra!Jenibaz Ko Khadafi Atananiranye.

  • Niyigira mahoro, nabamugandaguye nabonyene ntamyaka 1oo bazomara.rurabarindiriye.

  • Muzehe Mbonimpa ’umuryango wose mwihangane nta mvura idahita, Imana yo mw’ijuru dusenga irababona kandi ntizoreka ngo igihugu gikomeze guheranwa n’agahinda.!

  • mutama claver ihangane kuk imana niyonyishu kimwe gusa ntamvra idahita nawe welly fleury imana nimwakir mubwami bwayo amen.

  • nyakubahwa humura ntakiba Imana itakizi gusa willy Imana imwakire mubwami bwayo gira aho uba wubahwe urware ukira.

  • ibiri muburundi bizohera

  • mbega iyo mutakura yari mubiki?ku rugamba?guhiga abapolisi ahorere se?intambara ntagahimbo kajamwo,ndabarahiye ntamuntu yavukiye aha i bujumbra yoshobora ikiroberi ndetse no mugisoda c’amategeko ntabarimwo kiretse umwana wa nyakubahwa nkurunziza,mbonimpa nabone ko urucira abahutu rugatwara abatutsi,ubwoko butirwanira buragapfa buhone ivyo na bible iravyera.abahutu twarashitse kuhava s’ejo,ubuho na twebwe inkoho turazifise sinkakera,72,88,93.

  • None Abarundi Murantwenza! Nane Mbonimpa Yarungika Abarundi Mwibarabara Azi Ko Ruzohitana Umwansi Gusa? Numukunzi Rurajana!! Gupfa Nako Twese Tuzopfa Mugabo Mbon We Azopfa Yaratunturiye Kwisi Kuko Niwe Yabikwize!

  • wa muntu wanditse ko mbonimpa azopfa atuntuye isi ntayo uzi haraho weho ugutuntura kwiwe kwogwizwa kenshi wewe ko ukiri kw’isi nyakuvumwa .....Imana yo ntiraba nkawe...

  • ndababay umukama ati baharire kuko batazi ico bakor

  • Wili Imana Ikwakire Mubwami Bwayo

  • Muhoza wewe bira boneka ko woba uri mubirirwa baragandagura inzirakarengane, kuko nimvugo yawe irakuranga biraboneka kowabamazepe. Murabesha basha naho mwirirwa murica benewanyu, ikinogo canyu kirarindiriye.

  • Nsubiy Kubabara Nibuts Uwo Mwana.Nkah Bamuhoy Iki? Imana Nibaharire Ntibaz Ico Bakora.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.