IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umuyobozi wa Radiyo y’Uburundi yoba yabogojwe

Umuyobozi wa Radiyo y’Uburundi yoba yabogojwe

vendredi 5 Ruheshi 2015

N’aho bitaraja ahabona, amakuru yo kwizera aremeza ko Freddy Nzeyimana yahora arongoye iradiyo y’Uburundi yabogojwe muri ayo mabanga.

Freddy Nzeyimana yahora arongoye iradiyo y’Uburundi yabogojwe, amakuru dukura aho kw’iradiyo y’Uburundi, akavuga ko yoba yasubirijwe n’uwahora yigisha kw’ishure rya Indépendante, mu mashure y’intango. Icatumye bamubogoza ntikiramenyekana kugeza ubu.

Inkuru tubandanya tubatohoreza.


IGIHE

Messages

  • Rindira nta banga rijamwo habay gukurwa ngo ntakabura imvo biracaza

  • Eeeh!aho wosanga adashigikiye 3 eme mandat!!!!Kazoza katubikiye vyinshi reka tubirindire!!!

  • nabogozwe nakare yavugisha ivyitiramywa namakuru nayo yavuga rero navemwo ajane na nkurumbi nabogozwe nakare yavugisha ivyitiramywa namakuru nayo yavuga rero navemwo ajane na nkurumbi we kweli

  • emma

    banyakubahwa banditsi buru rubuga dutohoreze icatumye uwo muyobozi wiradio yigihugu abogozwa

  • Ahaaa!!! Ivyuburundi ntivyoroshe!Dukenyereduseng’Imana ahandiho Abagabo cankabashinatahe;natnumwe bazosiga!

  • Kubabamukuye ntibitangajekuko,ntawutabona politike y’uburundi ingenimeze.arikonimba turimuri demokarasi nkukobivugwa bidashigwamungiro,uburenganzirabwamuntu nibwubahirizwe.ntihagiruwuhorwa ivyiyumvirovyiwe!

  • mwe mwihorere,uburund iman irabukunda,mbabazw nuwo mugabo batay murudub aba dd.azowota niw yafatishij imbabura.ntakinyegezw kirimwo tohoz muratubwir batama.ew nkurunziz ugez ahanyerera,usigaj gukur prime nawe,heb iy mandat hanurw wumve!!!

  • Nibamwihoze kuko nishavu afise kuko arabona ko ari mumuriro ikindi naco,mureke abaheze bose nabiwiwe mugabo ntazi ejo ninde azomuhitana. Amahera yahenze abenegihugu ngo abazaniye amavoca yoheba iyo mandat ntiyozomutunga? Imana imbabarire mvuze ngo yozomutunga kandi ifire yambere ari irahe,apres etre juge c’est la........!

  • Eheee week end irageze.toujours des surprises muri week end.mbegako batubwiy ngo vendredi ntihazogera hataratangwa calendrie nshasha y’amatora meomenyera igeze? Ndayicariye vyaramutaye kuwamazi gutunganya amatora,gusivya kabiri kwose amatora,ayo si amatora!!!ndabarahiye nta matora yimirije kuba i Burundi.
    Nkurunziza yatoye icabona Imana yo mw’ijuru ngo ntagisivya amatora azoba ukuri kwamye,none amaze guhindurwa kabiri.ayo si amatora ni akaziri ku Burundi

  • uwitwa Vuganeza arihe ahita ababwira ko yari umututsi hhhhhhaaaaaaa

  • Nestor we reka turinde kuk ababogozw nibeshi nabndi baracaza.kimwegusa twisengere imanagusa

  • Ubona umunsi yokombora nduwimana nawe? abo bakungu ni babambwe ahubwo

  • burya kugira commentaire mu rupfasoni nivyo vyokiza iki gihugu,abarundi turatey isoni,ntitucubaha abatware bacu.

  • EMWE DUKOMEZE GUSENGA GUSA NAYUBUNDI KARABAYE MBEGA BAZOGOBOZA GUSHIKA RYARI

  • ngira yahawe promotion!!!

  • Ico ariko akora Nkurunziza, c’est Totalement de la Folie, c’est de l’ignorance, c’est de l’ingratitude, c’est insupportable.!!!

  • ntagishasha niko bimeze muburundi bwanone igisigaye nukubusabira kumana

  • Eeeh!Rindira gato,mu kanya isase le régime #Nkurunziza izoba yasenyutse!

  • @gghkk
    Nta commentaire nari navuze kuri iyi article,ariko ndabonako izina ryanje warifashe.None mvuzeko ari umututsi sivyo,ariko nibazako yakombowe ku bijanye na putsh,yashakako radio ifatwa na cyrille ndayirukiye,nimba arivyo nibamucire urubanza rumukwiriye

  • hahahah ikibabaje nuko bakuyeho umuyobozi yigiye ivyaterekomunication maze baciye bashiraho umwigisha wo muri primaire kw’iradio nkuru y’igihugu...sha Peter Nkurumbi n’ingurube ziwe baraduteje isoni kw’isi yose kabisa,,,ariko ntagitangaje kirimwo,sinumvise ngo ADOLPHE NSHIMIRIMANA yahoze ari umu convoyeur yama HIACE aduga ruguru kuri GARD du NORD mu kamenge ariko ntivyatevye bamuha gutwara documantation yigihugu,ivyo rero ntibitangaje kunwaro yaba CNDD FDD

  • Ni msalit icitso mukirundi

  • Nasaba Abari Muri Adc Kutazo Sokorakk Gutsinda Kwa Peter Kurikur Nkivyo Munda Raba Abiw Arabamaz Ugirabaryabo Basigay Baramwemera Reka Sha Reka Urambazajw Tuganira (ntacovuz.....)

  • ivyuburundi nakamuna
    pee

  • nta gishasha turabimenyerey. ni mubandany muduthorez. har impamvu.

  • Ikibabaje Nukobakuye Uwavyagiye Bagashiraho Umurezi Nkurunzizanabiwe Nukubasengera

  • BANYAKUBAHWA BANDANYA MUDUTOHOREZA NAYO PETER IBISAKA VYAMUSHANYE

  • vuganeza yiyise gutyo kugira arabe ko yoshobora kuvuga neza arko vyaranse. umututsi mupfa iki? yakugiriye iki? bohoka kuko utabohotse gehinomu irakurindiriy. kandi nawe ntuzi ico uri, urakumbura ubakunde sha

  • Vuganeza turi abavandimwe gusa ndagukunda uraryohera ariko ujye ugabanya ishavu

  • bayihaye umurezi wo kw’ishure ritoyi? nne namw mwibaze agiy kw’iradio gukrayo iki? wob wariz ibijany nukumenyesh amakru ugac ugend kwigish mur primaire?nakamuna

  • AbantumutukanakungurukanabumenyimwihanurekukoijamboryiMANArivugangomwubahabaganzakukontakuganzakutavakumana abaganzanukubasengeranicogikuru kubatukasivyizanibibicanegose

  • Jew Bira Ntangaza? Kk Imana Imurinde Ntakundi Ok

  • rekadukomegusenga,napresident,nawenyeneararakwiyekubazaiyomana,asenga.bamwebiwenibobazomutera,amakunguyonagireico,adufashauburundi,bwobwahiye,MURAKOZE.

  • Jewe ndabona bitagiye kworoha. mu burundi ntakizira kikihaba? uwuzoramba azobona!

  • ndumiwe ntaco mfise novuga;umuntu atazi BS icarico niwe agiye kurongora iradiyo?

  • @Ongeya
    Reka ishari ,dolofu yagiye mu bufu après 11ans de guerre mwamurungitse mw’ishamba,mwamwiciye se arashobora kubaho mu bu kokayi nimba ari vyo kubera ivyavuzwe na karya gakecu k’akabiligi ntawovyemera atabanje gutohoza karya kavuga ngo kazi ivy’i burundi la petasse ni vya dolofu navyo ngo karabizi,mbe kabishakako iki?Ngirango kamushirye urukoba rwera rushaje aragwanka ni ho kamucafuza,muveko reka yirire,nawe ja mu kibila,noneho wewe usya utambaye kugira amatora ntabe uce utarukira muri transition urye ivyo udakoreye,hiiihihiiii,uracapfushe,gabanya ishari kumbura nawe uje gukoka mu ngagara canke ku musaga,ariko nibagiye hari imigumuko!!Kumbura ukurikire abandi batutsi bagiye kwa kagame kwiga kurasa batere u burundi,nimba atavyo waruzi ndabikubwiye ,ariko ndaziko ubizi,n’abandi bahora ba manifesta bari mu rwanda gukora rebellion.Nico gituma bamwe baja ngaho biterura ngo vuba cnddfdd irafutwa,mwiterure neza !!!

    Ewe Ondeya sha,umwigisha wa primaire ko umugaya,mbega benshi mwibazako tutazi ko mwaronse ama diplomes kuri magendu,mwivye ama certificats y’abahutu mukagendera ku mazina yabo,ubu umuntu aza asanga afise umuntu bitiranwa yamwivye ubuzima,abanyeshuri b’abatutsi baronse ama diplomes y’amafuti dans les années 93 jusque 2005 mwirukanye abahutu kuri université ico gihe bangana iki,ntimwafashe mugatanga ama licence mu ma facultés yose de prestige,ntimwayahaye ibijuju twari tuzi ngo ni combat intellectuel muriko muragira,canke mwibazako tutabizi,nuyo ntawuzi ko yari yaravyigiye ,ntaco asumvya uwo mwigisha nimba arivyo,ama diplomes mwarayihaye izuba ryaka y’amagendu ntimuzongere kuturirimbira amshuli twebwe abahutu?Twebwe dolofu turaziko afise diplome ifadika nimwe mutayemera on vous emmerde!!!

  • Twavuze kera ariko intumva z’uwo mugambw ni nyinsh,ibijuju gusa atanumw yize asigayemwo?hagiye gusigara imburakimazi gusa arizo twokwita imbonerakure, hahahaaaa kazoz kabitse vyinshi@

  • Abarundi twaribakecane noneho bagirabatumarire,nonekobavugango reta,igizwe nabantu,iyomigambwe yindi ntiyogira,icikora kuruyomugabo,umwe.

  • @ vuganeza uri igitangaza ibyo uvuga birarenze ngira uwakubaza aho waciye uvuka wakwemeza mu zuru ry irihutu none niba batiyerekana nuko bagiye mu rwanda haaaa rwanda nawe warigorewe uteye ubwoba benshi

  • VUGANEZA wewe inzira wifuza aho uganisha ibyo uvuga byose byerekana ko ushoza intambara y uburundi n urwanda ariko imana ikuturinde urwanda warwishyizemo ikibabaje nugukokeza ntaniyo warwana kuki umeze uko wifuza amaraso ariko ntayo uzaronka

  • Tohoza Muratubwira Icatumye Bamukura.

  • @kio et joe
    MWavyumvise nabi nta rwanda ruduteye ubwoba twebwe abahutu b’i burundi,kandi ni mwebwe mwama mudukangira ngo muzodutera,moindre we will kick you!!si tu savais ko ntazi naho u rwanda ruri sindigera mponyozayo ikirenge,mwikoreye publicité mwebwe nyene muhaya inkotanyi aho muciye hose si jewe!
    Ewe icoba cababujije kwiyerekena sinzi icarico ni bo nyene barata rebellion kandi nibo bivugira ku ma site ko bari i rwanda!

  • hemwe barundi, mureke kuvuga ugwanda nabi rutazatumara,inkotanyi ndazizi.

  • Ariko vyukuri uyo muyobozi mu shasha wa radio y’igihugu mucafuza ngo ntaco agiye gukora ubwo uwamuvuze aramuzi neza jewe ni baza ko atawe uzi kuko nimba ari umuntu wincabwenge dufise mu burundi ari mubambere kira none afise Licence en droit urabaza naho yaciye hose baramwikugura bisigura yuko atonanigwa nugutwara iyo radio afise ubwenge budafise abarundi benshi akagira nurukundo rw’ishi abarundi benshi basigaye badafise ndamwifurije akazi keza ko gutwara neza amabanga bamushinze.

  • Jewe ndatangazwa n’abarundi uko bameze pe? uwo muyobozi mushasha wa radio y’igihugu cacu mwumva bavuga nabi nuko abarundi bakunda kuvuga gusa genda mubaze neza nimba mutamuzi ariko jewe ndamuzi reka ndamubabwire neza nongera mbwira abakozi ba radio y’igihugu barahiriwe peeeeee, kuko naho w’unva abatazi icari bavuga ivyo bigombeye uyo muyobozi mushasha ya nonosoye amategeko kandi mukagira impari baza neza aho yagiye araca hose nu muntu w’Intwari pe ubaze kuva yiga ntasibira mwishure n’umusi numwe nayo iyo école Independante mu vuga bamutinya caaaaaane kubera ubutwari bwiwe n’ubwenge bwiwe icibagiwe co nu muntu yanka akarenganyo, nubu jewe imisi amaze muri ayo mabanga mashasha uwobaza abakozi bakorona jewe nibaza yuko ba maze ku mubona kuko n’umugwaneza caaaaaaaaane naho wo mushavuza apfuma akuvyinira, igihugu cacu kirahiriwe kironse umuntu aciye ubwenge n’ubuntu n’urukundo rwishi mu kaba muzi ko ahatagira urukundo naho vyose woba ubifise vyose vyoba ubusa abazi ijambo ry’imana baratahura, bravoooooooooo.

  • Bakundwa bene Data mwese mukuvuga mube mwibuka ko tu ri mwisi mwasanze ibako abandi, harabo twabonye batakiriho, kandi natwe tuzoyivako, muga twirinde twoye kugomba kuyivako tutayisizeko umuntu numwe umuntu aririmba amacakubiri mukanwa kiwe igitondo n-umugoroba nubwiwe ntaba abukunda, munyumvira uwiyita vuganeza ntakekeranya kwatariryo zina ryiwe arakwiye kwihana ingwara yamacakubiri yanduye akamenya ko nawe atasavye kuvuka arumuhutu

  • Twokwama Twiteguye Kukotutazi umusinisaha

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.