Accueil > Amakuru > u Burundi > Uwahora ari icegera ca Général Prime NIYONGABO yasubirijwe
Uwahora ari icegera ca Général Prime NIYONGABO yasubirijwe
mercredi 4 Munyonyo 2015, par
Général de Brigade Ndayishimiye Joseph niwe yemejwe n’inama nkenguzamateka y’Uburundi kugira ashingwe amabanga y’icegera c’umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare.
Général de Brigade Ndayishimiye Joseph agiye mu kibanza cahoramwo Général Major Fabien NZISABIRA, akaba yahoze ari umukuru w’ingabo zirwanira hasi.
Yarabaye kandi icegera c’uwutwara ingabo z’Uburundi muri Somaliya.
IGIHE
Messages
4 Munyonyo 2015, 12:47, par momo
Wew wasubirijwe uragaba!!! Hunga hakiri kare ndakuburiye!burya bamaze kugutekerumutwe!!
4 Munyonyo 2015, 13:21, par Tijos
Uwo Gen Fabiano bagiye kumumesa, aba dd kubakorera ninkugukorera shetani
4 Munyonyo 2015, 14:31, par RAPIDE
imbere yo guhindurira umunt amabanga nibisunge ivyo yakoze
4 Munyonyo 2015, 17:44, par Iyumenya
Abarundi muzorota kumena amaraso mugeze dyari?mbe ko muraba ibi vyubu kera kose mwari murihe?uwushaka kumenya ukuri azaze aribariza Imana ibisigaye muri koshanya Fabien kora ukorere ica kuvyaye nayo abo bakubarira ko ugiye kumesugwa nuko ataribo babihawe.
4 Munyonyo 2015, 17:52, par karorero
kuramwo abamenja Bashir aho bataronka amakuru yibanga kuko Ubu birakomey Nkurunziza komera kumuheto mama barundi gumakumavi natw tugume kwizamu dukenyure izi mbwa izi ntovyi iyimisega bicitwa vuba.
4 Munyonyo 2015, 18:56, par Vincent
Haaah Ko Biteye Amakenga N Ubwoba!.Ubwo Fabien Ntiyari Intambamyi Ku Mugambi Prezida Na Reveriyano Bagiye Gutanguza Wo Kumara Abantu Kuva Le 8 Novembre????.Twame Maso Kuko Hagira Hababe Pe!.
4 Munyonyo 2015, 18:58, par NORBERT
IMANA IMUJE IMBERE MURI AYO MABANGA ASHINZWE
4 Munyonyo 2015, 19:00, par NORBERT
IMANA IMUJE IMBERE MURI AYO MABANGA ASHINZWE
4 Munyonyo 2015, 19:00, par Vincent
Bagira Batangunze Wa Mugambi Wa Prezida Wo Kumara Abantu.Burya Fabien Yari Yaravyanse.
4 Munyonyo 2015, 20:41, par nabuhor
uwahahorayiketsekoiki?
6 Munyonyo 2015, 09:49, par kelly yvanna
mana yanje ubu rero uwutemera ihonyabwoka n’ukwicwa?mana tabara uburundi abarundi turarushe
6 Munyonyo 2015, 09:51, par kelly yvanna
mana yanje ubu rero uwutemera ihonyabwoka n’ukwicwa?mana tabara uburundi abarundi turarushe
7 Munyonyo 2015, 16:52, par NTARE
Komra
7 Munyonyo 2015, 16:53, par NTARE
Komra
7 Munyonyo 2015, 21:12, par Bitagirira
Komera mzee General ,,uwukwanka aze akuzire.Abakwanse baz batsindw n ukuboko kw Imana.