Accueil > Amakuru > u Burundi > Yoweri Museveni asubiye mu gihugu igikorwa agisigira umushikiranganji (...)
Yoweri Museveni asubiye mu gihugu igikorwa agisigira umushikiranganji Crispus Kiyonga
mercredi 15 Mukakaro 2015
Umukuru w’igihugu c’Ubuganda Yoweri Museveni akaba n’umuhuza mu kibazo c’Uburundi yasubiye mu gihugu iwe kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 15 Mukakaro.Igikorwa c’ubuhuza yagisigiye umushikiranganji w’Ubuganda ajejwe kwivuna abansi Crispus Kiyonga.
Agomba afate urugendo,umukuru w’igihugu c’Ubuganda yanse kugira ico avuze ku biganiro vyatanguye kuwa kabiri igenekerezo rya 14 Mukakaro inyuma y’umutaga hagati yawe na Reta,abatavuga rumwe na Reta n’abari mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike.
Yoweri Museveni yavuze ariko ko,umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi,abatavuga rumwe na Reta hamwe n’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike bose biyemeje kubandanya kuganira mu ntumbero yo gushika ku mwumvikano.
Bitegekanijwe ko umushikiranganji w’Ubuganda ajewje kwivuna abansi Crispus Kiyonga azotangura igikorwa asigiwe na Yoweri Museveni kuwa kane igenekerezo rya 16 Mukakaro,2015.
Yoweri Museveni yagenwe n’inama y’abakuru b’ibihugu vyo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko mu ntango z’ukwezi kwa Mukakaro,kugira abe umuhuza mu bibazo vya politike biri mu Burundi.
Van Naris Mugisha
Messages
15 Mukakaro 2015, 18:29, par GISIRIMU
Ntakizovamwo mugihe Pacifique N na Vital N batakibineka. Yari kubajijura akababwira ko bakoreye nabi urwaruka rutariko ruriga rusigaye rutinya kuja ahabona ngo rwofatwa. Bobo umugore n’abana baratahirije hanze abo basitse mumigumuko bariko bamererwa nabi cane. I Rahe harabarindiriye.
15 Mukakaro 2015, 18:31, par GISIRIMU
Ntakizovamwo mugihe Pacifique N na Vital N batakibineka. Yari kubajijura akababwira ko bakoreye nabi urwaruka rutariko ruriga rusigaye rutinya kuja ahabona ngo rwofatwa. Bobo umugore n’abana baratahirije hanze abo basitse mumigumuko bariko bamererwa nabi cane. I Rahe harabarindiriye.
15 Mukakaro 2015, 18:46, par Mahwahwa
Tuzoza tubona!
15 Mukakaro 2015, 18:47, par Mahwahwa
Tuzoza tubona!
15 Mukakaro 2015, 18:59, par Xérus Modeste
Ntabiharuro Vyiwe!Nne Yaraje Kuvuga Iki?Baramugena,akagena Abandi?Nzi,lion Story Yararivumereye Mr Rwa Ruririmbo Ruheruka!Nta Ma Diplomatie Ngaho Yo Gusamaza Amakungu,ntabiganiro Kuko Aba D.D Ntibarota Barekura!Nibareke Hakore Ama Judo N’amakofe!
15 Mukakaro 2015, 19:06, par EMMA
Ubwo buhuza ni nk’ubwabana.abahuza babaye 2 mukama.ivy’abanyepolitique ni nk’urugendo rwo mu bugaragwa
15 Mukakaro 2015, 19:32, par MSANY
Baramugenye none naw agenye abanda,!?so akwanka akuraga urwamunaniye uyo kiyonga arabe neza
15 Mukakaro 2015, 19:42, par NIYONKURU
TWABIVUGA,IBIBAZO VYU BURUNDI BIRAGOYE.
15 Mukakaro 2015, 19:48, par Scott
Narabivuze ato ndasara none ntivyigaragaje? Yaraje gusinyira ifaranga nayahandi ntamuntu arimwo nigipupe cita mumagoti ngo n’umuhuza.
15 Mukakaro 2015, 19:56, par tuveko
Barabuze uwo bagena go numuhuza natembagenda ipuu
15 Mukakaro 2015, 19:58, par Samwel
Nakomereumuhuzawacuyirambire Nkijamboyrimana
15 Mukakaro 2015, 20:05, par Dusabamahoro
ahubwo nawe vyakunaniya ugiye atanakimwe usizuhanuye aha ijambo ryanyuma rizofata OBAMA kuko nakinyonga ntavyazosobora nahoyokinda agaramye canke yubamye haaaa !!!
15 Mukakaro 2015, 20:06, par Keza nicaise
Ntavyo baganira ngaho,nikurekura iyo manda.ashaka kwiha kunguvu.
15 Mukakaro 2015, 20:10, par NDARUSHE
WAGIZE NEZA GUSUBIRA,NAHO WEREKANYE INTEGE NKE ZAWE KUKO VYARI BIGOYE KO UBUZA PETER GUTWARA MANDAT YA 3 NAWE UTWAYE 30ANS.
15 Mukakaro 2015, 20:11, par Ndereya
Ivyo Muvugana Vyose,sitevia Yabasirikare Ntimurandure.Mukayirandura Mumenyeko,Uwuzotwara Wese Azobanza Kuyitera.(bibwiwe Uwitwa Umunyepolitique Wese)
15 Mukakaro 2015, 20:27, par Nduwayezu
Museveni,turamushimiye,yase,kugumura,bene,burundi,ntawundi,dukeneye,atari,sebarundi,turateye,ivyatsi,igihugu,curwanda,bariko,barungika,abarwanyi,muburundi,ariko,ntirwitaha,tura,shima,ukuntu,abasirikare,barikobaradufasha,muntara,yakayanza
15 Mukakaro 2015, 20:33, par Swingi LOV
Manayanje.Biramunaniye None Azanye Abandi?Ahoyamaze Gushikiriz Asigaye Gushikiriza.Erega Arazubwenge Araziko Atava,amahoro?
15 Mukakaro 2015, 20:34, par Cleo_king
Ahonone Mwunmva Museveni Yagize Iki? Yabaye Ntirumveko Ariko Arahumba Pe! Uwo yivyogoje we Yibazango Bizomworohera? Ndabarahiye Burya Iyo Inzoka Yizingiye Kukirahuri Mukuyikubita Uramenana Naco mbe 3em Mandat Womenya Yayivuzeko Iki? Mbe Uwundi We Azoyivugako Iki? Iyishure Nawe!
15 Mukakaro 2015, 20:36, par GERARD
MUSEVENI WE,IBIBAZOVYUBURUNDI VYOTORERWUMUTINABIBURUNDI NYE.NUWOWASIGIYNTAVYAZOSHOBORA.
15 Mukakaro 2015, 20:39, par katiyusha
Hivi kwnini hawa viongozi wa africa wanatuona wajinga sana wakati dam za wanainchi wasiyokuwa na hatia zikimwagika?? what is difference btween KAGAME,MUSEVEN,NKURUNZIZA????!!!!!how comes that Museven is mediatoR?
15 Mukakaro 2015, 20:42, par utunyoni
ndabona opposition ivyayo vyose vyanse, na rwarwaruka yahaga inkoho ngo baze barwana ingabo za reta zabamaze zibivuna mukibira, abasigaye barikwishikana kubwinshi, abandi ibisiga vyuzuye ikibura ibikoko biri kubafungura. abandi nabo bagiye kubashira kumuyagankuba mwigendereza bavuge vyose uko vyagenda iyo baribari, abandi bagarure amaberebere bonse bakiri utuyoya. ahubwo mushaka mwava muvyo murimo kuko Nkurunziza mumuzi 1%.
15 Mukakaro 2015, 20:44, par Therence
mbega ko bivgwa ko yoweri yoba ashigikiye ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu,ubwo ntazohava ahengama?ndi n’ubwoba.
15 Mukakaro 2015, 20:45, par cugazo
WAKOZE YOWERI MUVENI
15 Mukakaro 2015, 21:07, par HUSSENI
BIRUMVIKANA
15 Mukakaro 2015, 21:08, par jean.marie
akananiye umugabo kananira nuwundi!!! nka we ntagishash twari twitez wodufashz
15 Mukakaro 2015, 21:12, par NTAKIRUTIMANA RICHARD
TURASHIYE CANE YOWERI MUSEVENI KUKUNTU ARIKO YITANGA MUGUHUZA ABARUNDI. AHOBWO TUMWIPFURIJE GUSHIKA AMAHORO MUGIHUGU CIWE CA UGANDA.
15 Mukakaro 2015, 21:19, par RUSENGO.com
YAAA!!! ARIKO YOWERI MUSEVENI NAWE! KUKI ACIYE YIHUTA BURIYA UWUHANURA ABANZAKUNVIRIZA !ARIKO NUWASIGIYE NTACAZOHINDURA KUKONA MUSEVENI YIKUYEKO NAGENDAMAHORO NTITUGITWAGWA NAMAKUNGU! TWARIKUKIYE PEE!
15 Mukakaro 2015, 21:20, par RUSENGO.com
YAAA!!! ARIKO YOWERI MUSEVENI NAWE! KUKI ACIYE YIHUTA BURIYA UWUHANURA ABANZAKUNVIRIZA !ARIKO NUWASIGIYE NTACAZOHINDURA KUKONA MUSEVENI YIKUYEKO NAGENDAMAHORO NTITUGITWAGWA NAMAKUNGU! TWARIKUKIYE PEE!
15 Mukakaro 2015, 21:22, par Bigirindavyi
Naravuzeko atavyo azoshobora kuko ntaburya woja gusakara inzu Yuwundi kandi nawe iwawe iriko irava.ari muri bamwe bipfuza gukugwa kubutegetsi nurupfu ariko hano iburundi suko ubutegetsi bwigikenye tuzobugwanya kugeza kurusoro gwanyuma.Intwaro Y,Inuma niyo dukeneye kandi mukirundi ngo so akwanka ngwakuraga ivyamunaniye ko hari hagenywe hatari hagenye umushikiranganji none nawe agenye uwundi gute.uwuranvye azobona vyishi.
15 Mukakaro 2015, 21:30, par RUSENGO.com
YAAA!! EWE MUSEVENI NAWE NINKO KUBIPA KABISA WENDE SALAMA UKIFIKA ULARE UNÓNO INCI YA BURUNDI INA SIASA KALI MUZEE!
15 Mukakaro 2015, 21:45, par hakizimana Christohope
Nukurijewentakindimbonacokogwa Ataramasengesho.Kandinabanye pritik bonyene Ubwabonibunvikanetwebwe Abanyagihuguturonke Amahoro
15 Mukakaro 2015, 22:06, par NZIRAKARENGANYO
Ahubwo Naw Urasa Wangu Mbega Aho Uvugako Babajanye Kubaturiza Umuyagankubanaw Urmwo? Ahubwo Urikijuju 3è Mendat Ntikabeho Kandi Vyagaragaye Yuko Museveni Ashigikiy Iyomanda Twamusabayuko Yobaratangimihoho Hakirikare
15 Mukakaro 2015, 22:22, par Ruhwa
Nagende.Imana.Yomwijuru.Ntizabura.Uko.Ibigenza.Tugakira
15 Mukakaro 2015, 22:33, par elade
nonekobavugakujamubiganirokandi amatorayegeje ibiganirobizobavyaheze
16 Mukakaro 2015, 00:24, par Kadoyi
None Ga,uburundi Haza Baniryo?Canke Nawe Vyamunaniye
16 Mukakaro 2015, 00:25, par Kadoyi
None Ga,uburundi Haza Baniryo?Canke Nawe Vyamunaniye
16 Mukakaro 2015, 01:47, par Ikibazo mu burundi,kizotorerwa inyishu n’abarundi.urwaruka rwasutswe mu (...)
Igarure mwemere i NKURUNZIZA.
16 Mukakaro 2015, 01:55, par COTOMO Pageodos
Kugira amahoro asasagare igihugu cose,igarure mwemere i NKURUNZIZA !!!
16 Mukakaro 2015, 04:49, par muzabien
mbe baganira iki?nibamubuze ikiringo c,agatatu gusa.impari zihere.
16 Mukakaro 2015, 06:31, par MATHOS
IMANA YONYENE NIYO IZOTORERA UMUTIWIKI KIBAZO,KANDI IZOCA KUBARUNDI
16 Mukakaro 2015, 06:43, par Gaheba Donatien
Ndashima aho museveni agiye agejeje kuko impande zose zirashima
16 Mukakaro 2015, 06:47, par burundi
museveni niyigire kuko abize ninjinji gusa ese ngigiki ?giteje umutekano muke mugihugu? manda ya 3 nayireke amahoro aboneke mukoraho musha ntamahoro muzogarukana muburundi manda yankurunziza ikivurwa
16 Mukakaro 2015, 06:52, par RUSENGO.com
MUSEVENI YANYARUTSEGUTAHA KUKO YABONYEKO ATOTEBA, ATACO YOTEBASHOBORA! NIYIGIRE NAKARE TURIMUKWIGIRA MUMATORA KUKO ITARIKI NDABONA ISATIRA KUGERA TWITORERE PEREZIDA
16 Mukakaro 2015, 07:11, par Karikurubu
Niyitahire yabirangije kuba yabicaritse hamwe gusa
16 Mukakaro 2015, 07:26, par kiroho
murimake jew ivyo nari ndavyiteze kuko ivyo biganiro bikwiye kubera hanze kuko aha mu burundi beshi bashira imbere indazabo ntabwo bakunda igihugu? ariko twebwe abarundi turahakanye intambara ntituzobemerera uzovyumvira wes
16 Mukakaro 2015, 13:21, par Hanugwa Wumve
Barundi Barundikazi Rindira Gato Imana Igiy Kwisidukira Hama Iki Kibazo Kive Mu Nzira!Museveni Genda Kuko Na Ww Urimpumyi Muzindi Nukuri!
16 Mukakaro 2015, 13:32, par Jean Claude
Abanye politike Bose Boja Mubiganiro Guko Abarundi Bararushe Nakare Umyumvikano Niyo Nkingi Yamahoro Niterambe Rirama
16 Mukakaro 2015, 20:23, par mutabaro
emwe ivyuburundi biteye agahinda.museveni vyamwankiye kwavuga ivyavuye mumubonano?aah!reka turindire.
16 Mukakaro 2015, 20:24, par mutabaro
emwe ivyuburundi biteye agahinda.museveni vyamwankiye kwavuga ivyavuye mumubonano?aah!reka turindire.
16 Mukakaro 2015, 23:05, par alain trésor
alain trésor
17 Mukakaro 2015, 13:34, par Nd Isaac
Itahukir N’amahoro Ivyiwacu Tubitez Amaso Kk Vyaratunaniy Knd Artw Twovyihereza
17 Mukakaro 2015, 21:02, par fatukobiri
Haaa numunyabwenge,ahobigeze,museveni niwewanyuma mubiganiro,biri muburundi,ahasigaye zabike,amapine reta yiyemeje kurwana nabanyagihugu barundi mubemaso.
20 Mukakaro 2015, 13:22, par Jeandedieukwizera
Yemwe je mbona umutama waband bashaka kumuta mukaga muga basanze afise ubwe ati yasigye umushkiranganji erega ya yaboshobey ahubwo ntibzosubre kumugor