Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Aba isiramu batanguye ukwezi kweranda kwa Ramadhan - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Ukwemera > AMASHENGERO > Aba isiramu batanguye ukwezi kweranda kwa Ramadhan

Aba isiramu batanguye ukwezi kweranda kwa Ramadhan

Thursday 17 May 2018

Muri uku kwezi bita ukwo gupfunga, abaisiramu bagabanya ibiringo vyo gufungura abahora bafungura gatatu canke karenga bafungura ku mugoroba izuba rirenze, kandi bagahagarika no kunwa, kurangura amabanga y’abubatse ku bubatse.

Muri ico kiringo kandi abaisiramu bagerageza gukora iciza , mbere mu bijanye no kwemera bagasenga incuro zitanu nk’uko bisabwa n’igitabo ceranda bakoresha ca Korowani.

Gupfunga mu kwezi kweranda kwa Ramadhan ni imwe mu nkingi zitanu idini rya Isiramu ryubakiyeko.


MUGISHA Van Naris

Forum posts

  • Nifurije aba Isilamu bose igisibo ca Ramadhan ciza.Imana ikigire icamahoro n’umugisha.mbisibira gukomeza bafatanye munda bakarangwa n’urukundo n’impuhwe zakivandimwe,ntibazihutire imigambwe ahubwo bazihutire gusari nogukora neza murukundo rwakisilam.IGISIBO CIZA.

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.