IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > AMASHENGERO > Iryungane ryo mw’isengesho ’’Dawe wa Twese’’ mu gifaransa ryahinyanyuwe

Iryungane ryo mw’isengesho ’’Dawe wa Twese’’ mu gifaransa ryahinyanyuwe

jeudi 5 avril 2018

Nkuko biri mw’itangazo ryasohowe n’abasenyeri b’ishengero katorika kur’uyu wa gatatu, igenekerezo rya 4 Ntwarante 2018, bamenyesha ko ibihugu bivuga ururimi rw’igifaransa vyahinduye iryungane “ne nous soumets pas à la tentation” hakavugwa ngo “ ne nous laisses pas entrer en tentation”.

Abo basenyeri katorika, bamenyesha ko, iryo ryungane ryahinduwe kuva kw’igenekerezo rya 3 Kigarama 2017, rizoja mu ngiro kuva kw’igenekerezo rya 1 Rusama 2018.

Abasenyeri ba katorika mu Burundi, basaba ko mu ntumbero yo kuguma mu bumwe, abahora basenga bakoresheje ururimi rw’igifaransa bohindura.


Callixte Carpe NDIKUMANA

Messages

  • None nomuri bibiriya baciye bahindura konzi riryajambo rivuga ngo DAWE WATWESE URI MW’IJURU ririmwo ?

  • Muribuka,nibwirizw,ryakabiri Murigarukane Kuko Bibiriya,iraritomora Neza,kotudakwiye, gusenga,ibishushanyo Kuvayo,20 "4,

  • Banyakubahwa Abasenyeri ndibaza ko muri ririya sengesho twigishijwe n’Umukama wacu Yezu Kristu nimba muhiduye iriya nteruro byaba byiza muhinduye na hamwe rivuga ngo : "Utubabarire ibicumuro vyacu nkuko natwe tubabarira abatugiriye nabi" iryo jambo rirakomeye caaaane, ese tudahendanye kweli Imana itubabariye nkuko natwe tubabarira murabona Imana yatubabarira ryari kangahe ! ahubwo jye narihinduye kera cyane nsigaye mvuga ngo : " utubabarire ibicumuro vyacu kandi utwigishe uduhe ninguvu zo kubabarira abandi" jyewe ndumva kuriya turivuga ari ukubeshya Imana kandi Imana ntijya ibeshywa na rimwe kuko ibona aho twebwe tutabona. Reka rero tuyisabe inguvu kandi itwigishe kubabarira abatugiriye nabi kuko ku mbaraga zacu ntitwabishobora.
    Mugire Kristu

  • ego cane.hubwo nimurabe muhindur nahamw havuga ngo *UBWAMBERE NAMBER JAMBO YARIHO KANDI JAMBO YARI IMANA ariko yezu s’Imana le tout puissant,rer majuscule nukuyikurako kuk hari Imana imw gusa,jean 17,3 yezu yavuz k se amuruta jean 14,28.kk yezu yasenga ati DAWE WATWESE WOMWIJURU...none Imana irasenga ?jw nahinduy kera

  • Yohana Yabony Handikwa Na Nshasha Ico Ntigitangaje Vrt
    Ivyahishuw13:18
    .
    Daniel Naw Yabony Gatolika Ihinduye Calendrier N.Amabwirizwa(10)
    Dan7:25
    Ivyo Vyarabay Bahindura Isabato Bakuraho N.Irya Ka2
    .
    Inkurikizi Nuko Bazohanwa Ntakindi.
    Yari Pierre 61001958

  • UGOMBA GUHINDUZA ABANTU UBWENGE BWAWE TWARABAHINYUYE YUKO INYIGISHO Z’IBINYOMA ZIFATIYE KUKARONGO KAMWE KAMWE,UGOMBA KUMENYA KO YESU AHAMBAYE UZOBIBONA KWA WA MUSI W’IHEREZO,BLOOD OF VIPER HOW DO U WANT TEST THE LORD GOD ?IF U ’VE LEFT JESUS CHRIST I INDEED TELL U THAT U ’VE GONE ASTRAY,INSTRUCT THOSE WHO ARE UPER AND UNDER,THANK YOU !

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.