Accueil > Ukwemera > AMASHENGERO > Gitega : Patiri MUDOMO Marcel yashinguranywe iteka
Gitega : Patiri MUDOMO Marcel yashinguranywe iteka
jeudi 15 février 2018
Patiri MUDOMO Marcel yarabaye kandi umumenyeshamakuru ku nsamirizi ’’Mariya Burundi’’ yegukira ekleziya katorika mu Burundi,aho yakoreye igihe kitari gito mu gisata c’ibiganiro.
Patiri MUDOMO Marcel arazwi cane n’abaciye kw’ishure ryisumbuye rya Lycee Gitega, kuko yabaye mu bapatiri basoma imisa kuri iryo shuri mu kiringo kitari gito.
Yari yavutse mu mwaka wa 1955, akaba yitavye Imana, kuwa mbere igenekerezo rya 12 Ruhuhuma 2018.
Messages
15 février 2018, 20:19, par Nsabimana Jean Marie
Imana imuhe uburuhukiro budahera.Yari incabwenge kandi twamukunda cane canecane mu nyigisho yashikiriza.
16 février 2018, 20:17, par erie
Andika hano nukurinatwetwamukunda ntakuntakundi vyarikub
26 février 2018, 08:28, par Félix nsengiyumva
Yoo patiri mudomo yaraphuy ? Non yishwe nik ? Nukur twebw tumwibukira ku kuntu yahora adushikiriza ijambo ry’imana kur radio maria burundi ikindi naco mbaz ibijany nukuganduka bizob ryar ? Mbere yavuka mur nde ? Mwoshobora kuduha histoire yiwe yagutse ?? Nukur mwob mukoz cane
14 juin 2018, 13:09, par ETIYENNE
Andika hano NDI ETIYENNE