IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > AMASHENGERO > Eid-al Fitr : Umukuru w’igihugu yipfurije umunsi mukuru mwiza aba islam bo (...)

Eid-al Fitr : Umukuru w’igihugu yipfurije umunsi mukuru mwiza aba islam bo mu Burundi

vendredi 15 juin 2018

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yamenyesheje ko yipfurije umunsi mukuru mwiza aba Islamu mu miryango yabo , umunsi mukuru w’urukundo no gusabikanya mu munezero.

Ati : Inyuma y’ukwezi kwose kwo kwisonzesha, gusenga no kwegera Imana, aba Islam bariko barahimbaza Eid-al Fitr. Tubipfurije umunsi mukuru mwiza mu miryango yanyu, umunsi mukuru w’urukundo no gusabikanya mu munezero.

Kwizonzesha mu kiringo c’ukwezi kuba Islam, ni imwe mu nkingi zitanu zigize idini rya Islamu kw’isi ; muri ukwo kwezi aba Islam barasenga bubahirije ibiringo bitanu vyo gusenga basabwa n’amategeko y’idini, bagakora ibikorwa vy’urukundo n’ibindi.


IGIHE

Messages

  • jewe iconovuga kuri iyonkuru ntakintu kibabaje nkukwica umupadiri ariko abamwishe bose imana irababona izobaha ibihano bihagije gusa nuko tutazi abakoze icokibi nukumusabira imana imwakire.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.