Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Igisagara co muri Afrika kizimvye kubamwo kurusha ibindi kw’isi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Igisagara co muri Afrika kizimvye kubamwo kurusha ibindi kw’isi

Igisagara co muri Afrika kizimvye kubamwo kurusha ibindi kw’isi

jeudi 22 Ruheshi 2017

Muri ubwo bushakashatsi bwashizwe ahabona kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 21 Ruheshi 2017, ikigo Mercer cerekanya ko umurwa mukuru w’igihugu ca Angola ari nawo uzimvye kubamwo gusumvya ibindi bisagara vyose biri ku mugabane wa Afrika.

Ubwo bushakashatsi bwerekana ko igisagara ca Hong Kong arico kiza mu kibanza ca kabiri kw’isi mu bisagara bizimvye kubamwo.

Mu bisagara bizimbutse kubamwo, ubwo bushakashatsi bwerekana ko ibisagara vya Cairo,umurwa mukuru wa Misiri hamwe na Tunis umurwa mukuru wa Tunisie, arivyo bizimbutse kubamwo kurusha ibindi.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.