Accueil > Amakuru > u Burundi > Centrafrique : Umusirikare w’umurundi yagirijwe gushurashuza umwana ku (...)
Centrafrique : Umusirikare w’umurundi yagirijwe gushurashuza umwana ku nguvu
mardi 29 Ntwarante 2016, par
Ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryagirije abasirikare babiri bari mu bikorwa vy’ukugarukana amahoro muri Centrafrique ko bashurashuje abagore ku nguvu. Muri abo basirikare babiri, umwe ni umurundi, uwundi nawe akaba ari uwo mu gihugu ca Maroc.
Stephane Dujarric, umuvugizi wa ONU, yamenyesheje kuri uwu wa mbere ko muri abo basirikare bagirizwa ivyo vyaha, umurundi yagirizwa gufata ku nguvu umwana w’umukobwa w’imyaka 14, umusirikare wa Maroc nawe akaba yagirizwa gufata ku nguvu umugore.
Stephane Dujarric avuga ko abo basirikare babiri biyongereye ku gitigiri ca 25 bamaze kwagirizwa ico caha muri Repuburika ya Centrafrika kuva umwaka w’2016 utanguye.
Uwo avugira ONU amenyesha ko ibihugu vy’Uburundi na Maroc, aho abo basirikare baturuka, bamaze kumenyeshwa ivyo birego, agasigura ko igihugu cose gishobora kwigirira amatohozwa ku ruhande rwaco canke kikareka ONU ikaba ariyo iyakora.
Umunyamanga mukuru wa ONU Ban Ki-Moon yaheruka kumenyesha ko ashobora gufata ingingo yo gushobora kwirukana mu butumwa bw’ukugarukana amahoro igihugu vyogaragara ko abasirikare baco aribo baregwa cane kurusha abandi mu bijanye n’ugushurashuza abakobwa hamwe n’abagore ku nguvu.
IGIHE
Messages
29 Ntwarante 2016, 10:31, par turaje
ntakindi bashoboye
1 kwica
2 kubeshya
3 gusambana , gushurashura,
mubirukane kabisa.
29 Ntwarante 2016, 11:15, par Protais
Murarabe neza kwatari inyendamuvano ya ndyogo kugira babirukaneyo!
29 Ntwarante 2016, 12:44, par Bucanduga
Mwabarungits Kugarukan Umutekan Cank Mwabarungits Gukor Ivy Mfur Mbi?Mug Ndabitahur Na President Wab Ntander Afis Yihagiy Manda Bis Yuk Nawenyen Yakoz Ivy Fura Mbi Atander Ufis Nab Utwar Ab At Nder Bafis
29 Ntwarante 2016, 12:54, par irakize
Je pense que mieux c’est de punir selon la loi les militaires qui commettent des viols parce que c’est un crime grave.
En plus sont des militaires envoyés pour protéger pas pour commettre ce que les criminels allaient faire sur ses victimes.
Les punir sans pitié , voir même les emprisonner
29 Ntwarante 2016, 14:19, par Gezaho
We Buca Nduga Bawubaha Abagusumba Jewe Ntamugambwe Numwe Ndimwo ariko yaba uwutwara yaba uwushaka gutwara bose ntanumwe inda yiwe iri nyuma bose ziri mbere ibi ubona rero turimwo abarundi twabivukiyemwo tubikuriramwo tuzobipfiramwo nimba abanyeporitike atabuzi sivyiza gutukana
29 Ntwarante 2016, 15:42, par Aferky
Ino iburundi abakobwa nabagore baragowe. Barafatwa ukuri kwamye, ababizi nabo dolph yateye ingwara
29 Ntwarante 2016, 16:10, par JOSEPH
NONEMWOTWEREKAABOBASIRIKARE
29 Ntwarante 2016, 16:14, par kagame paul
Hama ngo Urwanda, muramaze kumva hari umusirikare w’Urwanda akora aya mahano! Mureke Kagame ayobore mwebwe mukomeze kudurumbanya.
29 Ntwarante 2016, 17:05, par Mohamed
Ntaco Yahombeje Igihugu Mumuhanure Yareng
30 Ntwarante 2016, 09:05, par Ingabo
Reka gucafuza ingabo zacu...les centrafricains eux mêmes ont manifesté le professionnalisme des soldats burundais.
Vous essayer de souiller l’image de nos soldats, vous n’y parviendrez jamais.
30 Ntwarante 2016, 13:23, par jean claude ngendakumana
k arimw mub mwabafash mwumva vyakund gt k igihug bavamw aric cogr amatahoz ataric cabafash ahubw mwebw nyen mwar mubar haf nimurab ikibaberey
30 Ntwarante 2016, 15:31, par kinyenyi
umugambwe urikubutegeste wase kohaza baducungira umutekano ngobobabaje guterinda abakobwa ahubwonibarungike abobarundi baze biragaragaye icobikeste kuri maporobu kiboneste kubarundi emwe nibara
30 Ntwarante 2016, 17:02, par Ruhuranya
ahubwo batarevye yo. nibagaruke bagarukane umutekano iwabo.ahandi ho bazoguma batumaramaza!!
30 Ntwarante 2016, 20:41, par Gerard
Nibabirukane Ntandero Bafise Bagiye Gucungera Abantu None Bagiye Gusambana
30 Ntwarante 2016, 20:43, par Gerard
Nibabirukane Ntandero Bafise Bagiye Gucungera Abantu None Bagiye Gusambana
3 Ndamukiza 2016, 15:26, par 25775756288
Uwushaka kukurya ntabura aho aguhera ingabo zuburundi ahozagiyehose barata amacumu ntibanipfuza ko zovayo nibareke gucafuza igihugu cacu abasoda bacu bararezwe batandukanye cane nabandi bahandi uwubagiriza nawe anyihanganire ivyuburundi vyose mubireke birye abarundi mureke gusuka amakosa kubasoda nabatware babo nimusubize amero mwisaho mwabonye ko intambara twagomba kuyimara none muriko mwitoza utunyoni muturekurirako abo bicanyi babashababu ubunaho mukeneye ubutare nibitoro vyabarundi nimuyore ivyo murisumari ivyuburundi ndabarahiye bizobahagama
9 Ndamukiza 2016, 21:06, par Désiré
Mwaragerageje Hose Biranka None Ubu Mugomba Mucishe Muriyo Nzira Gusa Munye Kwikinyoma Gisambura Kitubaka .
16 Ndamukiza 2016, 19:50, par Damasi
NTAKUNTU,ABOBASIRIKARE,BOBARUNGIKA,GUCUNGERA,UMUTEKANO,HANYUMA,BAKACA,BAJAKUWUHUNGABANYA,MWOHO,MWUVWA,NIVYO?
19 Ndamukiza 2016, 15:04, par Nshimirimana
Nibareke Kwiha Ibara Batumaramaza Bibagoye Basabe Amakonje
22 Ndamukiza 2016, 03:02, par NZO
ABO NA BAHOZE MWI SHAMBA .ABA CNDD FDD.NIBO ATACO BIBANGA.BATAYE UMURONGO.
25 Ndamukiza 2016, 20:19, par Turabategereje 444
Ziba Wesha Wama Wiyita Turaje , Mwena NZOka , Ngo Nabahora Mwishamba ! Mwabashizeko Ibyapa ? Hakiri FAB Ntabafatwa Kunguvu , Noneho Nakenge Ko Kwirukana Abarundi Mumakungu , Kumvo Zukugira Ubugome Ngo L’etat Y’Uburundi Ngo Yoronka Akarusho
28 Ndamukiza 2016, 14:36, par Nzeyimana thadee
Nihakorw amatohz akwiy apana kurengany abant
28 Ndamukiza 2016, 14:38, par Nzeyimana thadee
Nihakorw amatohz akwiy apana kurengany abant
10 Rusama 2016, 19:59, par donat
arikontukabe umwikeko
23 Ruheshi 2016, 06:32, par BARANKAKA FRANCOIS
YOOOO BIRABABAJE KWAGIRIZWA IBITAGUHAZA !! NIVYABA ARIVYO NIBABA BARASAMBANIJE ABAGORE KUNGUVU BAZOBA BATUKISHIJE IBIHUGU VYABARUNGITSE .ABABIKOZE NIBABAGARUKANE UBUTUNGANE BUBAKOREREKO,
23 Ruheshi 2016, 06:33, par BARANKAKA FRANCOIS
YOOOO BIRABABAJE KWAGIRIZWA IBITAGUHAZA !! NIVYABA ARIVYO NIBABA BARASAMBANIJE ABAGORE KUNGUVU BAZOBA BATUKISHIJE IBIHUGU VYABARUNGITSE .ABABIKOZE NIBABAGARUKANE UBUTUNGANE BUBAKOREREKO,
23 Ruheshi 2016, 16:28, par semabi jean
apuu muhamed ntukagereranye u rwanda nuburundi nusanzwe ntaho bahuriye, ubwo se ubona discipline y`aba nyarwanda bose ari nkabarundi?Isuku igira isano, ari president wabo agira discipline, ari abaturage b`urwanda bagira ikinyabupfura urunva se ingabo na police aribo babibura?Ntibibaho, ntabwo ari abicanyi.
14 Myandagaro 2016, 15:26, par ank jay charles
nibabatire ibino bibakwiriye kuko icaha co gufata kungu ari kinini cane
24 Myandagaro 2016, 18:24, par nduwayezu
emwe ! bagende kugarura amahoro bace baj amurivyo!!!!?
7 Nyakanga 2016, 21:52, par NDUWINGOMA THEOPHIL
nibarabe igihano kibabereye abe arico babaha kuko ico caha ni kibi
28 Gitugutu 2016, 14:29, par Fidèle KWIZERIMANA
Kwagirizwa Gusurasura kwabo basirikare kuvurwa n’icaha ku MANA ariko niba vyashitse kobivurwa ko igihugu lzoba imbere mukwagirizwa ubwo bususasuzi kizoca cirukanwa mbe ubusurasuzi buzoba bwirukanwe murico gihugu bararaba neza kuko tuzineza kwigicina gore gikunda kwicira amafaranga ntituce tuvyitiranya no kunguvu uwupfashwe nawe afata abagore kunguvu nahanwe kuruhande rwiwe kuko kwirukana igihugu sico kiba casurasuye
28 Munyonyo 2016, 15:23, par Innocent Ntakarutimana Muco
Mu Bisanzwe mu Bihe Vy’intambara Ntawohakna Ko Ayo Mabi Abaho,igikuru Nuko Hatoba Ugukingira Ikibaba Bene Abo Bakora Ivyo Kandi N’amatohoza Akaba Mu Mwidgemvyo Ata Guhengama Canke Ngo Hajemw Izindi Ntumbero.Amatohoza Akzwe Uwagiriw Ni Icaha Akabihanirwa Hisunzwe Amategeko.Arko Ntihabe Kwitiranya Ikosa N’uwarikoze Canke Uwarikoze Ni Igihugu Avamwo Guko Sico Kiba Camutumye Gukora Ico Caha.Murakoze.
30 Munyonyo 2016, 06:20, par DIYOMDON
OYANTA.WOVYEMERA.BITEYISO.