IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > Amasanamu > Isanamu y’ururirimbo rwa Fariouz na Q Boy ibonekamwo abatamba basa (...)

Isanamu y’ururirimbo rwa Fariouz na Q Boy ibonekamwo abatamba basa n’abapfumu

lundi 16 Ruhuhuma 2015

Hasohotse isanamu y’ururirimbo "Chinette" Fariouz yakoranye na Q Boy umurwi utambira Diamond Platnumz.

Isanamu y’ururirimbo yakozwe n’umuhinyanyuzi Kent P akora muri African Sound Record, amajwi nayo agahinyanyurwa na Lizer Classic yasohotse. "Chinette" baririmba urukundo. Umurwi Q Boy canke Wasafi Classic uzwi cane mu ndirimbo za Diamond aho baboneka cane batamba mu ndirimbo ziwe.

Uwo murwi nyene uramaze gukorana na Sat B mu ruririmbo "Agacerere"

Raba aha munsi isanamu aho abatamba basa n’abapfumu


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.