Fizzo yumvikanye mu ruririmbo yakoranye na Mr Champagne aho yatanze ubutumwa bwiwe mu rurimi rw’igifaransa ibitari bimenyerewe cane. Ururirimbo rwumvikana nabi cane nkaho rwoba rwasohotse hataragera.
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > indirimbo
indirimbo
-
Fizzo arahakana ko atari ikiburasoni, imburakimazi canke umusuma
21 novembre 2017 -
Ururimbo rushasha " NANANA" rwa BIG FIZZO Ft. KOLLY & KINGORONGORO rwasohotse
4 Gitugutu 2017, par Jean De Dieu -
Indirimbo nshasha "Konzi" by Big Fizzo
8 Mukakaro 2017, par Jean de Dieu M. -
Indirimbo nshasha "Urambabaza" by Big Fizzo
23 Ndamukiza 2017, par Jean de Dieu M. -
Fariouz aremeza ko imifuko yiwe yifashe neza mu ruririmbo "Niko Sawa Sawa"
20 Munyonyo 2014Fizzo yasohoye ururirimbo aho yivugira ati : "Ndeka nirire ivyanje kuko biva mu cuya canje." Fariouz ati : " Ndeka nibereho ubuzima bwanje, imifuko yanje iruzuye, umugore wanje ameze neza...."
Ururirimbo rushasha rwa Fariouz "Niko Sawa Sawa" abwira abaja ku nsamirizi bavuga ivyo bashaka ko wewe ameze neza ata ngorane afise n’abakunzi biwe.
Ururirimbo rushasha rwa Fariouz rushusha na "What’s my name", aho yavuga izina ryiwe. Izo ndirimbo ico zihuriye, n’uko Fariouz asa n’uwushaka gusigurira (...) -
Fizzo ati : "Ndazi ko wagendanye na benshi, gikuru n’uko unkunda"
19 Ruheshi 2014Big Fizzo yasohoye ururirimbo rushasha "I Lovu You". Uwo muririmvyi karuhariwe ati : "Ntaco mfise novuga atari...Love u, ntaco mfise nokora atari...Love u".
Ati : "Ndazi ko wagendanye na benshi, ndazi ko wakundanye na benshi, igikuru n’uko unkunda baby".
Mwomenya ko Big Fizzo amaze iminsi itari mike ari mu bihugu vya Buraya, ashobora no kutitaba ibirori vya "Isanganiro Awards 2014" kandi afisemwo uririmbo ruri mw’ihiganwa.
Umviriza "I Love You", ururirimbo rushasha rwa (...) -
Nakwisanzemwo, nakwibonyemwo : amajambo ari mu ruririmbo rwa Fizzo na Samantha
2 Ndamukiza 2014Abaririmvyi Samanta na Big Farious basohoye ururirimbo bakoranye bise "Who you are"
Uru ruririmbo ruri mu ruririmi rw’icongereza n’ikirundi. Samantha ati:"nakwisanzemwo, nakwibonyemwo, nyegera ndakwongorere kandi unyumve."
Bose bitabira mu congereza bati:"i don’t love you for what you have, simply i love you for who you are", bisigura mu kirundi ngo "sindagukundira ivyo ufise, gusa ndagukundira uwo uri."
Tubibutseko Samantha aherutse gutorwa hamwe na T-Max na Yoya n’inzu ihinyanyura (...) -
Kigali : Mu giteramo Explosion concert abantu bagwanira gukora ku kirato ca Farious
9 Munyonyo 2013Mu giteramo c’agakura cabaye ejo hahise, igenekerezo rya 08 Munyonyo 2013 ahitwa i HUYE mu gihugu kibanyi c’Urwanda, umuririmvyi w’i Burundi Big Farious yari yacitavye. Ico giteramo cataziriwe « Explosion concert »cari citabwe n’abantu isinzi, hamwe n’abaririmvyi nka Riderman, Social, Farious, Professeur Nigga eka n’abandi. Abenshi murabo bava mu gisagara ca Kigali.
Muri ico giteramo kiretse Queen Cha atitavye, abaririmvyi baraho bararonkejwe umwanya ukwiye. Mugani Desire azwi kw’izina rya Big (...) -
Muvyukuri
4 Nyakanga 2013 -
Nakulove
11 Ntwarante 2013
0 | 10