Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > indirimbo > Nakulove
Nakulove
lundi 11 Ntwarante 2013
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > indirimbo > Nakulove
lundi 11 Ntwarante 2013
Messages
30 Rusama 2013, 06:23, par igiraneza didace
muvyukur mbanje kubaramust ntakindi imana ibahezagir kandi musenger ugwaruk yari didace burundi
17 Mukakaro 2013, 05:24, par JEAN MARIE
NIBUMVIKANE BAKURE AKANYARO NIHO BAZOTERA IMBERE
26 Mukakaro 2013, 09:36, par Pascal super boy
FIZZO niyitonde yubahe lolilo kuko yaramutanze kuririmba
10 Rusama 2014, 22:18, par amini pako
fizzo na lizzo bokwumvikana.kbera nibo bakuru babandi nikindi bakore ikintu cukuri 2rabe k uburundi bobusonera biciye mundirimbo
21 Ruheshi 2014, 22:09, par khalid hakizimana
jewe nduwo bita Khalid ally nkaba nkunda lolilo bimwe vyananiranye nkaba mvuga ko fizzo atamutima agira gushwanira lizzo kuko ntaco amusumbije atarubwirajewe nduwo bita Khalid ally nkaba nkunda lolilo bimwe vyananiranye nkaba mvuga ko fizzo atamutima agira gushwanira lizzo kuko ntaco amusumbije atarubwirajewe nduwo bita Khalid ally nkaba nkunda lolilo bimwe vyananiranye nkaba mvuga ko fizzo atamutima agira gushwanira lizzo kuko ntaco amusumbije atarubwirajewe nduwo bita Khalid ally nkaba nkunda lolilo bimwe vyananiranye nkaba mvuga ko fizzo atamutima agira gushwanira lizzo kuko ntaco amusumbije atarubwirabure gusa.
11 Gitugutu 2014, 19:23, par ozil
bose ni bakure induru sat b arabarusha bose
21 Kigarama 2014, 19:46, par Innoncent
FIZZO.TURAMUKUNDA KANDI_NIMBA TUMUKUNDA NTACEYISHIMAKUBANDI.IMANA IMUJIMBERE BAKUNDANE KUKU LOLILO YARAMUFASHIJE INNOSA
18 Ruhuhuma 2015, 14:20, par fostin kwama
fizo ni bamureke ntuwambere turamukunda
6 Ntwarante 2015, 06:39, par NIYIBITANGA GABRIEL
Ahubwo Yuku Lolilo Bokundana Na Fizzo Guko Nibamwe Na Barundi Gusa Kandi Bose Rimwe Nibareke Amacakubiri
11 Ntwarante 2015, 14:06, par Desire
Ahubwo nagatangaza!!!!!!.jewe fizzo.na,lizzo nihamwe bananiranye. nibakundane.bareke confri.kuk Yoya.T mx.S tb,na band besh barukundanye.mais fizzo. anazalau.
2 Ndamukiza 2015, 22:51, par Nizigiyimana
Chaka Mumbarire Iyva Lolilo Na Fizzo
9 Ndamukiza 2015, 17:52, par NIMUBONA
NIPFUZA INDIMBO YA DIAMMOND.
16 Ndamukiza 2015, 22:33, par LEONIDAS.BIG-BEN(RUBAHO)
Fizzo Yari Hereje Gusa Ico Nomusaba Nuko Batopingana Na Lolilo Kuko Fizzo Arashushe.Mbe Ubu Abahe?Yarubatse Inzu?Irimajahe?
2 Rusama 2015, 07:08, par igiranezadidace
Ndamukund
6 Rusama 2015, 12:18, par NTIRAKIRWA Etienne
ICO NIYUMVIRA KURIYI NKURU NUKO NOSABA FIZZO NA LOLILO GUSUBIZA HAMWE KANDI BAKAREKA KURYANA NKUKO UMENGO BOBA ARI ABA FAUX-RASTA NATWE TUZI NEZA KO ARI ABA STARS BAGEZWEHO. MBERE NKA LOLILO AZE ARAREKA KWIGEREKA FIZZO KUKO AZI NEZA KO LOLILO ASUMBA FIZZO HABA MUMYAKA YAMAVUKA. THANK YOU.
6 Rusama 2015, 16:42, par Ezechiel
None Ga Yemwe Nibarabe Basubizehamwe Kukwibikorwa Biri Mwugwanko Atanyungu Bizana.
8 Rusama 2015, 20:00, par Jean Marie
Lolilo Arafise Umugore?Abahe Cank Afise Arubumuzinganagut?
8 Rusama 2015, 20:36, par Jean Marie
Nukuri Nct Turabasengera Cane Guko Nagahomerabunwa Kurwaruka Imana Ibaharire
8 Rusama 2015, 20:58, par Jean Marie
Fizzo Na Lolilo Ndabasabakobakundana Bere Bapiganenumuziki
10 Rusama 2015, 17:56, par Hatungimana
Bareke kuryana na barundi bose bakundane
10 Rusama 2015, 20:04, par elike
jewe iconobahanura
imana yosubira kubasubiza hawe bakunvikana nkuko bahora ntibankane
nururirimbo rumwe
guza ubugirigiri bugira babiri murakoze ok
26 Rusama 2015, 15:36, par ABUBAKARE
lolilo.numubeshi.kandinukomwanka
3 Ruheshi 2015, 11:24, par Nshimirimana Innocent
Bareke Gupf’ubusa Kuk Ivyisi Ntibihezwa,bose Nibamw Bava Kumana. None Karaciye Ingani Abaririmvyi Buburundi Bamere Nka Banyeporitik Buburundi? Ewee Muk Murabo Gusengegerwa Pe!
3 Ruheshi 2015, 11:25, par Nshimirimana Innocent
Bareke Gupf’ubusa Kuk Ivyisi Ntibihezwa,bose Nibamw Bava Kumana. None Karaciye Ingani Abaririmvyi Buburundi Bamere Nka Banyeporitik Buburundi? Ewee Muk Murabo Gusengegerwa Pe!
4 Ruheshi 2015, 22:16, par Mpawenimana Lambert
Fizzo Turamwemera Cane Ahubwo Nibareke Gupha Ubusa.
11 Ruheshi 2015, 14:00, par itanga ishaka yvain ronaldo
Nibareke gupfubusa fizzo ni generale lollilo ntagire bifu nawe.
2 Mukakaro 2015, 15:58, par ngabirano jean.claudejoe
Big Fizzo nibakureke kugumabakuvuga kuko ur general ukomeyenka RUSSU KA lolilo nako nakabwe karekekipfane kuko nakayoya
5 Mukakaro 2015, 04:36, par HAGAB.Claud.No Loud
Abasanangiy’umwuga Ntibar Bakwiy Kub Nkuk Ahbwo Bari Bkwiy Kujinama Ahumw Yihnze Bagaksoran Kand Bagahnuran Bakanungrana N’ubweng
15 Mukakaro 2015, 22:15, par HAPPY
ico saba nuk bosubirana
20 Mukakaro 2015, 11:02, par Emmanuel
Nagombakuyumviriza
21 Mukakaro 2015, 15:54, par Zachée Nahimana
Achana Na Lolo Sha!Fizo Ndo Akamuiba
19 Myandagaro 2015, 12:24, par ndayiziga yvan
ico jewe nifuza barikumviza kuko kuvamuri 2007 barikumwe kandi bose ndabakunda cane
24 Myandagaro 2015, 21:08, par Paul Hatungimana
Nibarekegupfubusa Naje We ndumuririmvyi Numva Izondirimbo Zidasa nagato Uhubwo Nyamba Haho Ibindibapfa
26 Myandagaro 2015, 20:13, par sibomana dj zizou
fizzo kumbuka siku uritoka makamba lolilo arigupokeya -akakwibiyacakura mumwabo leo unanzamuzarawu .Sogereyambali .Welolilo akuna muzikiarikwiba unataka urudiye makamba?
31 Myandagaro 2015, 17:58, par King net.b
Niba subize hamwe ntiba pfe ubusa
8 Nyakanga 2015, 22:03, par Burundi pro
lolo nimusazi
12 Nyakanga 2015, 13:44, par safi saana KING SAJ-B
nuko bosubirana bariko bapfa ubusa.
17 Nyakanga 2015, 12:17, par ndihokubwayo
nshaka kwumva nakulove ya big fizzo
30 Nyakanga 2015, 10:11, par NKURUNZIZA
NIYUMVIKO UWATANGUYE KUYISOHORA NTAKOSA IKOSA NI LOLILO YAYIKOZE MUNYUMA KANDI YUMVA KOZISA SINZICOBAHO NONE LOLILO YOYIHEBA?BIGAKUNDA?
1er Gitugutu 2015, 05:53, par VIANNEY
Iconobona nuko batopfa ubusa nibarabe basubze hamw nkuko vyahora.
1er Gitugutu 2015, 19:21, par Ferix
Jewe Ndamukunda Fizzo Kubera Yarasoboye Kuririmba Iyondirimbo Lolilo Bica Bimeyekana Yuko Ariwe Yivye Uwomuziki Kugira Bankane Ok
6 Gitugutu 2015, 08:27, par liv- b theking
nkunda lolilo kuko iyondirimbo ariwe yayitanguye nibumvikane barek kuryana
12 Gitugutu 2015, 19:20, par CHRIS
LOLILO YIGANA FIZZO
17 Gitugutu 2015, 05:00, par MWAMUZI
JEWEMBONA KOMWOBIBAMARIRA BICIYEMUKURI ASANTE
31 Gitugutu 2015, 21:10, par heat - v - pay
shaa big fison arashoboy ntaw yar kuyiyumvir .
4 Munyonyo 2015, 10:31, par TAIGA
GUTUKANA BICIYEMUNDIRIMBO SIVYO NIBICAREHAMWE BUNVIKANE
12 Munyonyo 2015, 09:42
Barikobapfa Ubusa Nubundi Fizzo Azokwama Ari Uwambere Lolilo Ntashoborakumu Cako Fizzo%
12 Munyonyo 2015, 18:34, par privat
jenibazakobig fizoariweyatanguyekuyisohora.
12 Munyonyo 2015, 18:36, par privat
jenibazakobig fizoariweyatanguyekuyisohora.
12 Munyonyo 2015, 23:59, par Claude
Iconovuga nuko fizzo ariweyatanguyekuyisohora
16 Munyonyo 2015, 11:33, par NDUWAYO.J.CLAUDE
JEWEMBONAKOBOKWUNVIKANABAKAJAHAMWEKUKOBARIKUKAZIKAMWE
28 Munyonyo 2015, 14:45, par GUIDO
LOLILO YASHASTE KWIGENZA
1er Kigarama 2015, 09:19, par Akimana gretta
Ok num borek urusak kuk ntah ruzobashikan nagot vrm vyiz bokumvikan bos nabarund basa
3 Kigarama 2015, 19:15, par Tunda
FIZO UBUARIHE?
7 Kigarama 2015, 15:50, par aziz Hassan.
acheni bifu jameni walahi haya maisha yakusengenya sio yenyewe inafaa mue kitu kimoja.
16 Kigarama 2015, 16:01, par Jirdas
Jew Nibaza Ko Bosubizwa Hamwe
18 Kigarama 2015, 22:59, par Manirakiz,isaac
Mbega,big,fizzo,hari,uwomwigereranya,arashoboye,cane,indirimboyiwe,turazi,kwiza,imbere,yiya Lolilo,narekekumugarako,
25 Kigarama 2015, 07:47, par issa
fizzo ndamwemera
2 Nzero 2016, 11:30, par Richard
Jewe Nibaza Ko Bosubiza Hamwe Kamba Bahora Bakundanye Ivyo Sivyo Vyobateranya.
10 Nzero 2016, 16:18, par Marcel Kirundo Ngagara
Bagomba Bapfiki?Ko Bari Aba Star Twemera
12 Nzero 2016, 10:24, par Colliste
Naho Bir’uko bari Bakwiy Kwumvikana Mugabo Fizzo Ntiyibagire Ko Lolilo Yamuboneye Izuba, Lolilo Uri Uwambere
26 Nzero 2016, 20:36, par AIMA PRO BI
jew niyumvirako nakulove ariyo yatanguye gusohoka
28 Nzero 2016, 15:43, par FABRICE
JEWE FIZZO NDAMWEMERA KUKO ARI JENERAL.com
31 Nzero 2016, 20:58, par saidi
ndashaka kuyumva
2 Ruhuhuma 2016, 19:53, par Chadrac
Mpa Indirimbo Nakulove Ya Fizzo
2 Ruhuhuma 2016, 19:59, par Chadrac
Jewe Fizzo Ndamwemera
8 Ruhuhuma 2016, 19:00, par DAMASCENE
FIZ TWES TURJMWEMER
12 Ruhuhuma 2016, 22:17, par Desire
Iyi Ndirimb Niya Fizzo Ntawutabz
12 Ruhuhuma 2016, 22:19, par Desire
Iyi Ndirimb Niya Fizzo Ntawutabz
13 Ruhuhuma 2016, 08:55, par BUCUMI Emmanuel
Jewe Mbona Yuko Boyongera Gusubiza Hamwe Kuko Ico Sico Botuma Bankana Kandi Bari Abagenzi P6
14 Ruhuhuma 2016, 16:44, par AFRICANO
JENERO NDAMWEMERA IJANAKWIJANA AHUBWORORIRO VYAMUNANIYEKURIMBAGWIWE NAVEKUNDIRIMBOZABANDI
20 Ruhuhuma 2016, 17:33, par RÉGIS NDUWAYEZU
JEWE NUMVA BOKUMVIKANA,UMWE WESE,AGASOHORA RWIW.NAKARE BOSE BARIRIMBIRA,IGIHUGU
23 Ruhuhuma 2016, 21:17
ndayiragije.Prosper
27 Ruhuhuma 2016, 06:40, par Bikorindavyi Aimable Be Cross
Bose Ndabakunda Ndobasaba Ko Bokwumvikana Ba Vyans Bakanigana Bakagombabakicana Kuko Ntanumwe Angaburira Ababipfa Nababisangiy
8 Ntwarante 2016, 13:06, par jolis kantungeko
jew mbon baph ubus mb fizzo ntakajamb kuwund muririmvy cank umudih wuwund muririnvy urakoresh mundirimb gwaw?
14 Ntwarante 2016, 01:10, par betuel
jevrema ninkuguha nura abobaririmy.(2) icono bahanura nibumvi kane kuko imana yabashize kwisi yashaste ko abantu bokwu mvikana
16 Ntwarante 2016, 16:25, par HAKIZIMANA ERIC
iconobasaba nukobomenyako bose arabarundi kandi tuzikunda zose
17 Ntwarante 2016, 07:24, par RUTANA
RENOVA
17 Ntwarante 2016, 09:03, par Nkurunziza eddy kanyosha
Nibunvikanekuko uburundi bwobabuhonvye akaroreroni kidumu ntawobigeze bashwana non bafiki.
22 Ntwarante 2016, 12:27, par BIG FIZZO
NAKALOVE
23 Ntwarante 2016, 07:41, par Elissa
None Lolilo Yasubiyemwo Indirimbo Ya Fizzo?
31 Ntwarante 2016, 20:35, par jendamukunda lolili
elike
3 Ndamukiza 2016, 20:46, par NDuwumukama.Benjamin
JE.NDakunda abahanzi cane rwose naje mbuze uburyo nokwibera umuhanzi
3 Ndamukiza 2016, 20:57, par NDuwumukama
MURAZITWUMVISHA.TWUMVE.UKOZIVUGA
4 Ndamukiza 2016, 06:17, par NDuwumukama
JE.NDuwva ivyobakora biryoshe
4 Ndamukiza 2016, 11:36, par Nduwumukama
Naje mbuze uburyo nokwibereye umuhanzi nkamera nka FIZZO
6 Ndamukiza 2016, 21:44, par ally
lolo
10 Ndamukiza 2016, 22:07, par Nsenginzohabonimana
icOnzinukobosetubemera’ibigirwanabafanzi
10 Ndamukiza 2016, 22:09, par Nsenginzohabonimana
icOnzinukobosetubemera’ibigirwanabafanzi
14 Ndamukiza 2016, 00:23, par NZOBANDORA
NIVYIZA AHUBWO NDUNGIKIRA5
19 Ndamukiza 2016, 22:13, par Emery
Mpindirimbo Za Roliro
23 Ndamukiza 2016, 09:30, par NIYONKURUGERARD
RORIRO,AGEX9EKUGWEGURUHE?
26 Ndamukiza 2016, 18:56, par RAFIKI YVES BIHORORO
NN LOLILO YIBAGIY KURIRIMBA ARIK FIZZ ARAMENYA YUK ARI LOLILO YAMWIGIJE KURIRIMB NAMWUBAHE
28 Ndamukiza 2016, 11:25, par Nzinahora Emanweri
None Kuberiki Abo Basani Baguma Bahara Murarabaneza Aho Hazovamwo Urupu
3 Rusama 2016, 20:39, par ndayikengurukiye alexandre ruzib
jewe ndabakunda imana nibaje ibere kuko nibamwe pw
5 Rusama 2016, 16:54, par désiré witnesse
ico niyumvira nuko big fizzo ariwe yayisohoye ubwa kabiri
7 Rusama 2016, 15:48, par Mugisha Justin
None Indirimbo Zabo Ba Star Zirasa? Uri Uwambere Na Nakulove Ndazikunda Cane!
14 Rusama 2016, 20:46, par Isla
Fizzo Ahubwo Arasara Mbon Bos Barabir Kuband Bahanz
15 Rusama 2016, 17:00, par Havyarimana Sab T
Fizzo Na Lolilo Bakundane Kukobavuye Kure
16 Rusama 2016, 21:30, par CHRISTOPHA
JEWE,NUKO,NTARAZUMVA,BAZOSANGA,BIDASA,MUGA,MUZIMPE,NDAZITORE,NDAZUMVE,SAWA
19 Rusama 2016, 20:48, par Ndayizeye Dieudonné
Bosenzi Ari Abakash Money Sinumva Icobapha.Kandi Bôse Bagize Collaboration.
19 Rusama 2016, 20:49, par Ndayizeye Dieudonné
Bosenzi Ari Abakash Money Sinumva Icobapha.Kandi Bôse Bagize Collaboration.
22 Rusama 2016, 08:14, par Benjos
Man naho br’uko LIZZO yararoz ama pesa ayakorsha nab narek FIZZO turab inyifato yiw imber y’Inoti!!
22 Rusama 2016, 08:15, par Benjos
Man naho br’uko LIZZO yararoz ama pesa ayakorsha nab narek FIZZO turab inyifato yiw imber y’Inoti!!
23 Rusama 2016, 11:18, par Nshim
ILLI
26 Rusama 2016, 14:58, par ndacayisaba thadée
rarumvikana ntaco bapfa ni vzisi
4 Ruheshi 2016, 17:17, par FERDINAND
NIBUMVIKANE BIHELE
5 Ruheshi 2016, 14:20, par J.Claude
Jewe Iconovuga Nuk Muburundi Abaririmvyi Bashaka Kutumvikana Kandi Ari Bamwe Mbe Bakoreye Indirimbo Hamwe Nka Lolilo
12 Ruheshi 2016, 06:06, par Nyanza-lac’iwacu
fizzo ndamukunda
12 Ruheshi 2016, 09:54, par jefferson fendus
.nhatar nah bo
28 Ruheshi 2016, 22:05, par Jean Claude
Tworonja Gut Iyondirimbo?
9 Mukakaro 2016, 20:44, par NIyongabo Berckimas
big fizz damwemera san ntahor numurir
11 Mukakaro 2016, 20:37, par NIyonyishu chadrack
jewe iconovuganuko big fiz bokwumvikananalolilobakajahamwebakwumviriza indirimbozabo ukozitomoyehamabagahariranirakukonibeneburundibose ivyosibintubopfa mubisanzwenabone urumva amajamboyizo ndirimbozabonabonebayakuyekundirimboyumuhanziwa amerika nibumvikane ibibazovyabo abe aribonyenebavyikemuriramurakoze.
12 Mukakaro 2016, 20:43, par Nituyimana Reverien
Jewe nuva kuvikana kuko nibon Burundi nibasubize hamwe
12 Mukakaro 2016, 20:45, par Nituyimana Reverien
Jewe nuva bo kuvikana kuko niben Burundi nibasubize hamwe
14 Mukakaro 2016, 19:47, par Eric
Indirimbo Indoro Ya Big Fiso
18 Mukakaro 2016, 14:23, par Nkurunziza Abdul
Jewe Ico Nobabwira Nuko Bokuvikana Kuko Bose Na Barundi.
21 Mukakaro 2016, 07:33, par 0728561025
Didier ndayizeye
21 Mukakaro 2016, 11:50
CHISTAN BELLA
21 Mukakaro 2016, 15:06, par Niyoyandemye Thérence
inkuru imezeneza ahubwo nuko big fizzo bitumvikana hamwena lolilo
23 Mukakaro 2016, 01:40, par arcene
ko mutampa sex
27 Mukakaro 2016, 06:55, par FAFRIC
BIG FIZO ICOMBONANUKOBOJAHAMWEBAGAKEMURA IKBAZOCABONTIVYOBATANYA
15 Myandagaro 2016, 09:22, par LIONEL
BOHURIRA HAMWE BAKAGANIRA IZO NGORANE ZIGAHERA
17 Myandagaro 2016, 09:47, par Satub
Indirimbo
20 Myandagaro 2016, 11:23, par Jizzo
Harya Sicobapfa Nimbarikindi Kuko Lolilo Afisishavu Kubera Big Fizzo Baririmbanye Na Chanela
22 Myandagaro 2016, 21:10, par Dieuckel Habonimana
Jew Mbona Bobiheba Kuko Twebwe Abafana Nitwe Duhomba Jewe Nkubu Ndabakunda Bose.
22 Myandagaro 2016, 21:12, par Dieuckel Habonimana
Jew Mbona Bobiheba Kuko Twebwe Abafana Nitwe Duhomba Jewe Nkubu Ndabakunda Bose.
23 Myandagaro 2016, 21:12, par SISI Janatham
AHUBWO LOLILO AMARAMARA BUHOR IYO MBUNDEGE WOYIGERERANYA NA BIG FIZZO GENERAL: BIG FIZZO NTAHANGAGWA NAMUREK NI KING WA BRING BRING,MAM LOLILO KIRAZIRA KUGIRA APETIT UKENYE
29 Myandagaro 2016, 13:17, par DAVID
BIG FIZZO ARIRATA CANE KUKO ASHAKA KWIGIRA UWAMBERE MURUBU BURUNDI
1er Nyakanga 2016, 07:11, par Jonas
Fizz Nakubar Rorir Sigutaki
2 Nyakanga 2016, 23:50, par Nestor Irangabiye
Nabarundi Bose Nibakundane Turi Bene Mugabo Umwe
5 Nyakanga 2016, 18:10, par Issa
Nibumvikan Kuko Nabarundi Twikundira nivyo Bakora
7 Nyakanga 2016, 10:00, par EGEDE
NIBAKUNDANE NKUKO BAHORA
7 Nyakanga 2016, 10:05, par EJIDE
NIPFUZA KOTUBONANA
7 Nyakanga 2016, 12:20, par Ntakirutimana
nibumvikan kuryan sivyiz??
7 Nyakanga 2016, 23:09, par Olivier
nibumvikane,
12 Nyakanga 2016, 13:44, par Vianney
Nibakundane Kuko Bose Nibene Burundi
14 Nyakanga 2016, 15:36, par JOHN
EBAN BOKUMVIKAN KUK NIVY’ISI NTAHO BAZOBISIG AH.
14 Nyakanga 2016, 15:50, par J.Claude
Vyukur Ivyo Sivyo Vyobateranya Namba Arakandi Nibumvikane
18 Nyakanga 2016, 22:13, par NDIJELMIE.RAMA
NDABARAMUKIJEMWESE?AHUBWO.NIBUMVIKANE.NIVYOVYIZA.SAWA
19 Nyakanga 2016, 10:21, par ILANKUNDA,ELIE
NDABARAMUKIJE NIBARABE, IGENEBOBIVUGAN MURAKOZE
21 Nyakanga 2016, 13:39, par j.Claude mpawenayo
nukur bos 2raband nibarab ingen bobivugana
26 Nyakanga 2016, 11:26, par NIYITUNGA
NDABALAMUKIJE MWEGE MULI IBULUNDI. MUGIHUGU NAMAKI
29 Nyakanga 2016, 11:23, par Niyorugir
Vraiment Lolilo Ariko Arashwana Mubint Bitumvikana
29 Nyakanga 2016, 11:25, par Niyorugir
Vraiment Lolilo Ariko Arashwana Mubint Bitumvikana
30 Nyakanga 2016, 20:05, par surubare
Fizzo roriro nakureke kuko siwe yaguhaye
13 Gitugutu 2016, 23:26, par FIZO
AKUROVE
14 Gitugutu 2016, 06:47, par ISHIMWEADAMU
UMWANAYAKURIYMWISITEAZOKWAMAAMWEMEZAIBITANGAZA
16 Gitugutu 2016, 15:26, par Niyokwizera Fabric Love
Non Nimuziduhetuzuvyirize
22 Gitugutu 2016, 19:53
CôME niyonkuru
24 Gitugutu 2016, 21:49, par ARISTIDE
nibasubirane babe umwe
28 Gitugutu 2016, 06:49, par tuyishime j.claude
lolilo nibareke kumubeshera indirimbo yiwe niyo yatanguye gusohoka kuya big fizzo
29 Gitugutu 2016, 13:57, par Jean De Dieu
Nibategur Izindi
15 Munyonyo 2016, 18:10, par Ndayizeye AUGUSTIN
Jewenitwa AUGUSTIN nkabamvuka kurisante nonekobataziduha kuri you tube?
17 Munyonyo 2016, 20:23, par ELEVIS SHIMIRIMANA
Fizzo Ntiyirata, Kuko Arashoboye Lolo nakure Imihari Lolo Amuhorako Baririmbanye Na Chanala
17 Munyonyo 2016, 20:41, par Elevis Shimirimana
Braz Nuvako Batohuza Kuko Lolilo Nuwinduru Gusa Mbega Ankocress Bamfiki?Konawe Arimihari Na Fizzo
17 Munyonyo 2016, 21:43, par niyonzima
hewe lolilo yiyumvirako vyose vyoba ivye
17 Munyonyo 2016, 21:49, par licien
lolilo namureke big fizzo iyondirimbo niy
19 Munyonyo 2016, 05:51, par mos ilove
banyitwa jenelo iconovuga nuko bosubiza hamwe bagakundana kuk bose basangiye urugengo
24 Munyonyo 2016, 05:58, par di love
sinzi kweri
28 Munyonyo 2016, 11:47, par shukuru paul john kizito
lolilo nakure urwamo kurifizo mbere namubere umukoz’indirimbo nakulov niyirambire
6 Kigarama 2016, 23:33, par JAPHE
shaka kuba umusani
13 Kigarama 2016, 20:07, par Richard Irakoze
iyondirimbo ni ya lolilo ,Big-fizzo narabe ntamunyage.
13 Kigarama 2016, 20:54, par Samuel
Barumvikana
20 Kigarama 2016, 22:39, par Fredence Cokumpa
Niyunvir Ko Bosubiz Hamwe Bagasubir Gusangir Akabisi Nagahiy Nkuk Vyar Ker
23 Kigarama 2016, 15:00, par Hakizimana nestor
ni bumvikane ni abagenzi gusa umukuru hagati yabo arazwi ko ari big fizzo kuko indirimbo ze ninziza ziri nakanovera iciza ni bumvijane bongere babandanye ubugenzi nkambere ariko mbivuze mba muri Rumonge mu Minago naje nipfuza kuririmba kuko izotampano ndazicaranye
23 Kigarama 2016, 15:06, par Nestor HAKIZIMANA
fizzo arashoboye kurusha lolo kandi nipfuza ko twamenyana na fizzo kuko nanjenicaranye impano
26 Kigarama 2016, 11:16, par CALEJON
lizzo ni so man
29 Kigarama 2016, 20:32, par jean marie
fizzo kumuziki nuwambere kuko aramurusha lolillo
30 Kigarama 2016, 17:38, par Chinois
Lolilo ni umwana natekereze agre icoyubaha
1er Nzero 2017, 07:10, par masta claude gtg!
lolo acanana Génelo! anakwambia et mutoto akikosa adabu! razimaacapwefimbosawasawa! Bu gp GNL!
4 Nzero 2017, 22:48, par Eric Ndayisenga
Lolilo Nareke Fizzo Kuko Niwe Mukuru Mukuririmba Aririmba Neza
12 Nzero 2017, 23:17, par nzokirantevye
no ko fizzo yaziketse yuko zoba ariziwe zose rollio namureke aririmbe iyiwe bavuga at.umbato bwitangi nibwo?.......
13 Nzero 2017, 05:20, par jean baptiste
tous les 2 sont des musiciens à lord je ne vois pas ciment l’olilo peut être se excuser chez fizzo .ce que vs lui fête ce pas claire .laissez les ils vont terminer leurs problème
23 Nzero 2017, 08:39, par MATHIAS
FOTO
10 Ruhuhuma 2017, 14:26, par NTIRAMPEBA
Jewe novugako indirimbo ya lolilo ariyo yatanguye kunvikana hama iya big fizo lolilo nibamureke kuko lolo azokwama aruwambere kandi aho ndi mukuri Lolilo niwirambire
17 Ruhuhuma 2017, 16:57, par beaugar
fizzo ni musani wa mbere mu burundi kandi aruta bose lolo ni ruswahiri mugabo fizzo ni generaux
26 Ruhuhuma 2017, 23:47, par Lolo Uwukuri
Iconiyumvir N’uk Bos Ar’ab Stars B’uburund Twmer! N’uk Bshir Hamw Ham Natw Abasan Batbat Kumbur Twgir Integ Tgatez Imber Ighug Cac M’urkund N’amhor.Nakar Umuhng Yorwan N’inzar Ntigr Bif K’uwund.Ok P6 Kr Bos
8 Ntwarante 2017, 22:16, par EZEKIEL
nuko bokumvikana
9 Ntwarante 2017, 11:50, par NGENDAKUMANA
NN KOMUTASHIZEKO AHA TUYIKURIRAKO JEWE VYANSE NDABIGENZE GT MURAKOZE!
14 Ntwarante 2017, 16:48, par alfred nduwamungu
Big fizzo nibamurek I Burundi azokwama ari number one mubaririmvyi Bose so lolilo naj hariya shaa yama yigany fizzo kubera iki adasohora rwiw aguma yigana Big Fizzo???cank abura amajambo yokoresha???Fizzo number oneeeeeeeeee forever
I love so much Big Fizzo he is my preferred singer
15 Ntwarante 2017, 16:09, par augustin
Jewe Niyumvirako Iyondirimbo kobayifonteye Hamwe kuko Ntibotahamwe Bose Nivyo Mbariranamwe OK
23 Ntwarante 2017, 21:33, par FABRICE
ICONZI NUKO INDIRIMBO YA FIZO ARIYO YATANGU GUSOKA AKA NONEHO INDIMBO ZABO ZIGOMBA GUSA SICOCOMA BANKANA NAKO BAFITANIYE
26 Ntwarante 2017, 10:53, par Mayer aimable
Muvyukuri fizzo ndamuzi nkumuririmvyi adahubuka muvyo avuga .nkumukunzi wiwe rero ntarira busema indirimbo yiwe niyo yabanje mbere kuya lizzo.
26 Ntwarante 2017, 22:43, par sun light
lolilo niwe arimwukosa
28 Ntwarante 2017, 13:04, par Peter Nsanzurwimo
Nikweli Big Fizzo Hana Bifu Kwawapumvavu Wanawokosa Chakuongea. Hata Na Lizzo Akijalibu Atapotea. Sio Sili Lizzo Nimutoto Mbele Ya Fizzo. Hangalia Namajina. Lizo Linatoka Wapi? Linafika Wapi? Sanajalibu Kupata Jina La Fizzo? Mwache Fizzo Anaweza Anazidi Kutufulahisha Akazidi Kuwashangaza. Fizzo!!! You Are Number One
2 Ndamukiza 2017, 21:23, par mbonimpa
ntibishoboka
3 Ndamukiza 2017, 22:21, par Jonas One Love Icomming From Geita
Mbemwabireremutamenyakwandikaigiswahili ngomuvugira Fizzo Mwigiyehe???Mii Nimushabiki wa Lolilo100%namuombeameema To Evry Day100%washabiki Wa bg fizzo NYOKO SANA!!!!!
8 Ndamukiza 2017, 19:34, par SUMAIL
KURYANA NACO BIMAZE TURI BENUMUGABUMWE
13 Ndamukiza 2017, 15:03, par innocent
jew kurivyo mbonako yomureka kuko bose baribateguye
18 Ndamukiza 2017, 07:44, par lolilo
ndashaka kumenya izondirimbo
18 Ndamukiza 2017, 07:45, par lolilo
ndashaka kumenya izondirimbo
7 Rusama 2017, 11:28, par havyarimana.innocent
mbonako.bosubiza.hamwekuberabakor.akaz.kamwe
14 Rusama 2017, 20:47, par FIZO
nshaka indirimbo
18 Rusama 2017, 12:03, par FIZ-B
wapi namwe reka ivyo?FIZZO indirimbo mwakoze.ivugango harihageze ko tubana harihageze ko twumvikana.harico yatubariye abanyagihugu.ubaha ayo majambo yiyo ndirimbo.LIZZO nawe?umviriza genéraux wumuziki nimba yarakoze iryo kosa naryemere.hama mubandanye kumvikana.mbe ko muryana nibande bazoserukira igihugu?simwebwe nyene?ndakeneye kumva mukoranye umuziki.siko?nakare turi bene umugabo umwe.
28 Rusama 2017, 08:57, par Nzoyikorera Samuel
Nukofizzo Yokwihangaubugenzibwabo Bukagumaho
3 Ruheshi 2017, 21:43, par Kabisa
Nawasarimia Ndugu Ndi Kabisa Mu ntara Yakarusi Nahitaji Muka Erewana Ndi da re Sarama Kariyakona
13 Ruheshi 2017, 09:10, par Eric Hones
bose bosubiza hamwe kuko ari abavukany!
17 Ruheshi 2017, 23:30, par Munezero Jonathan Azwi Kwizina Rya Jonasi
NAWASALIMU WANA NDUGU! NIKWA NINI MSIELEWANE ?NYIE WOTE NI WANA MZIKI KWAHIYO HIYO NICHANGA MOTO FLANI , KUMBUKENI HIYO NISEHEMU YENU YA MAISHA, ELEWANANI JAMANI, 2NAWATEGEMEENI NYIYE , KUMBUKENI KILICHO NA MWANZO , KINA MWISHO. REKA KURYANA MURI BENE UMUGABO UMWE ! MURYANIRE MUNSIBIZO? ACHENI TABIAMBAYA NYIE NDO VIKONGONGWE WE2! IMIGABW’ IRYANE! AMOKO? NA BALILIMBYI?? DU!!! MUNA2FUNDISHA NINI WADOGO ZENU? NDANI DAR -ES ,TANZ.. MUTOYI WANYU JONATHAN INTARA YA KARUSI -GITALAMUKA. USUKU MWEMA ABARUNDI N’UBURUNDI OYEE!!!!
20 Myandagaro 2017, 04:06, par Acheni bif
21 Myandagaro 2017, 12:44, par Sadock
11 Ruhuhuma 2018, 07:55, par Niyongabo ?charles
Nuko big fizz yokwihangana kuko nuwambere kundirimbo?nureke lolilo numubono ?fizzo ndagufana?uracari uwambere?
6 Ntwarante 2018, 23:12, par ndagijimana juriyusi nyrere
fizo nibamuveko kukoarashoboye uwônijenerare ndamufana
6 Ntwarante 2018, 23:12, par ndagijimana juriyusi nyrere
fizo nibamuveko kukoarashoboye uwônijenerare ndamufana
15 Ntwarante 2018, 20:04, par ndagijimana
Andika hanoumuhungu
15 Ndamukiza 2018, 13:55, par Regis
Bose Naba Manyanga