Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > indirimbo > Nakwisanzemwo, nakwibonyemwo : amajambo ari mu ruririmbo rwa Fizzo na (...)
Nakwisanzemwo, nakwibonyemwo : amajambo ari mu ruririmbo rwa Fizzo na Samantha
mercredi 2 Ndamukiza 2014
Abaririmvyi Samanta na Big Farious basohoye ururirimbo bakoranye bise "Who you are"

Uru ruririmbo ruri mu ruririmi rw’icongereza n’ikirundi. Samantha ati:"nakwisanzemwo, nakwibonyemwo, nyegera ndakwongorere kandi unyumve."
Bose bitabira mu congereza bati:"i don’t love you for what you have, simply i love you for who you are", bisigura mu kirundi ngo "sindagukundira ivyo ufise, gusa ndagukundira uwo uri."
Tubibutseko Samantha aherutse gutorwa hamwe na T-Max na Yoya n’inzu ihinyanyura indirimbo IKOH Multiservice, mu mugambi bise "You’ll Love Changes". Farious nawe igihe yatahuka avuye i Dubai, Haruna asanzwe arongoye IKOH yagiye kumutegera, nawe Fizzo amwemerera kuzofashanya n’abo baririmvyi batowe mu gushigikira uwo mugambi.

Umviriza aha munsi amajambo aryoheye ugutwi arimwo n’impanuro ari muri "Who you are".
Chérif Nkeshimana
Messages
1er Mukakaro 2015, 22:11, par matay
yeeee barashoboye ilamala
17 Nyakanga 2015, 22:32, par fidele
Imize nezacane names
9 Ndamukiza 2016, 06:39, par ELYSE NIYURUKUNDO
Ntanguy Kubashimr Ukunt Muturngkr Ikibaz Jew Farious Ntawenz Shak Kumumeny Ndasavy Mump Ingen Bgrura Was Fcb Tw Paml Kokomuvy sbamumpa Ngondndre Kurivy Merci
6 Ruheshi 2017, 21:53, par Niyonkuru Josias
Ucamur Creér Un Compt Ukandika Izina Niritazirano Hama Nim Ya Fon Ucurungika Hepho Yaho, Mbe Witwa Gut?