Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Fariouz aremeza ko imifuko yiwe yifashe neza mu ruririmbo "Niko Sawa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > indirimbo > Fariouz aremeza ko imifuko yiwe yifashe neza mu ruririmbo "Niko Sawa (...)

Fariouz aremeza ko imifuko yiwe yifashe neza mu ruririmbo "Niko Sawa Sawa"

jeudi 20 Munyonyo 2014

Fizzo yasohoye ururirimbo aho yivugira ati : "Ndeka nirire ivyanje kuko biva mu cuya canje." Fariouz ati : " Ndeka nibereho ubuzima bwanje, imifuko yanje iruzuye, umugore wanje ameze neza...."

Ururirimbo rushasha rwa Fariouz "Niko Sawa Sawa" abwira abaja ku nsamirizi bavuga ivyo bashaka ko wewe ameze neza ata ngorane afise n’abakunzi biwe.

Ururirimbo rushasha rwa Fariouz rushusha na "What’s my name", aho yavuga izina ryiwe. Izo ndirimbo ico zihuriye, n’uko Fariouz asa n’uwushaka gusigurira abantu y’uko ata ngorane wewe afise aho hari ababona ko yoba ariko asubira inyuma.

Umviriza ururirimbo "Niko Sawa Sawa"


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.