Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Fizzo ati : "Ndazi ko wagendanye na benshi, gikuru n’uko unkunda" - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > indirimbo > Fizzo ati : "Ndazi ko wagendanye na benshi, gikuru n’uko unkunda"

Fizzo ati : "Ndazi ko wagendanye na benshi, gikuru n’uko unkunda"

jeudi 19 Ruheshi 2014

Big Fizzo yasohoye ururirimbo rushasha "I Lovu You". Uwo muririmvyi karuhariwe ati : "Ntaco mfise novuga atari...Love u, ntaco mfise nokora atari...Love u".

Ati : "Ndazi ko wagendanye na benshi, ndazi ko wakundanye na benshi, igikuru n’uko unkunda baby".

Mwomenya ko Big Fizzo amaze iminsi itari mike ari mu bihugu vya Buraya, ashobora no kutitaba ibirori vya "Isanganiro Awards 2014" kandi afisemwo uririmbo ruri mw’ihiganwa.

Umviriza "I Love You", ururirimbo rushasha rwa Fizzo


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.