Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lolilo > inkuru > Iyindi reresi ya Lolilo iraja ku mugaragaro: amwe mu mafoto
Iyindi reresi ya Lolilo iraja ku mugaragaro: amwe mu mafoto
samedi 24 Nzero 2015
Umuririmvyi n’umukinyi w’amareresi Lolilo arashira ahabona ireresi yiwe ya kabiri, avuga ko yayikoze igihe gito kandi ikazoja mu rwego rw’amareresi maremare.
Inyuma y’ireresi ya mbere yise "Eagles", Lolilo arashira ahabona ireresi yiwe ya kabiri yitwa "Mwiba". Muri rusangi iyo reresi ivuga ibijanye n’urukundo. Lolilo avuga ko yayiteguye amazi ane kandi iri ku rugero rw’amareresi maremare(Long Metrage) kuko imara isaha imwe n’inusu. Mu gihe himirije isabukuru ry’amareresi FESTICAB, Lolilo ariko ashaka guhayanisha iyo reresi yiwe nshasha.
Iyo reresi nshasha ya Lolilo yerekanwa igihe c’isaha icenda( 15h 00) kuri Biso ba Biso
Cherif Nkeshimana
Messages
25 Nzero 2015, 00:34, par moshu
Ndamwipfuriza kugira umwete.komera
12 Rusama 2015, 16:39, par Levis Nig
Lolilo Ndamukunda 100% Kandi Imana Imwongere Imigisha Kanatsinda Yaramuhaye Nubumenyi Bukwiye Ntakwatagira Ngwatunezereze
12 Rusama 2015, 16:40, par Levis Nig
Lolilo Ndamukunda 100% Kandi Imana Imwongere Imigisha Kanatsinda Yaramuhaye Nubumenyi Bukwiye Ntakwatagira Ngwatunezereze
14 Myandagaro 2015, 16:29, par Fire ston
Mutama wacu natere imbere kuko turinyuma yiwe tera imbere mutama abakankwa ntibakakwandure ko.
17 Nyakanga 2015, 21:40, par sibomana
lolilondamu kunda ariko yariteshej. Agaciro kuva le30/08/2015 aho yaje muri congo mukamanyola . Akinjira munzu ,yisi nema agakini ramwo umuziki abantu ntitwane nezerewe kuko yarigayi shije kandi arumusani yateyimbere muburundi azwi nkumukur wigihugu tel:71056724/ 243840198255_69269082
4 Ntwarante 2016, 13:59, par NKUNZIMANA ERICK
LOLILO TWETURAMWEMERA SANA HABAKU NDIRIMBO NAFILM NTAKO ADAKORANGANEZEZE ABAMUKUNDABOSE NABAMWANKA LOLILO JEMWIFURIZAKURAMBA KUKONIWE MURIRIVYI NEMERACANE MWIFURIZA GUTERA AJIMBERE MUKAZIKE KUMUZIKI WIWE ASANTESANA
31 Ntwarante 2016, 21:28, par Manirakiza eric
Lolilo akora vyose nuwambere afise amahera sat.b nawe numwana muto kuri we natere imbere turi inyuma yiwe.
2 Nzero 2017, 08:29, par miradji
fizzo aragapf narek lizzo aramurut murivyos
2 Ruhuhuma 2017, 22:56, par leandre
jewe kwe ntuwonbaza ngo mubasani buburundi uzi inde?norahira kwatawundi atari lizzo
4 Ruhuhuma 2017, 17:46, par leandre
lolilo ndamukunda nkakurya nkunda mama yamvyaye
3 Rusama 2017, 12:12, par Ciza
Mbega Fizz Koyanka Lolilo Aribukakwariwe Amugejeje Ngaho
22 Rusama 2017, 15:37, par Mugisha
Naho Nzobandumwe Nzoguma Fana Dayamond