Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ubuhinga bukoreshwa kugira abagore bagire ibisusu binini bwamenyekanye
Ubuhinga bukoreshwa kugira abagore bagire ibisusu binini bwamenyekanye
mercredi 21 Nzero 2015
Ubuhinga bwahora ari ikinyegezwa bukoreshwa kugira abagore bo mu bihugu vya Buraya na Amerika bagire ibisusu binini bwamenyekanye.
I Miami muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, hari uruganda (usine) rufise ubuhinga bwo gukuza ibisusu vy’abagore bikaba binini kandi bikamera nk’ivyibumvye (fesses rebondies). Ubwo buhinga bukoresha icuma citwa "Ventouse" aho gikwega umubiri wo ku gisusu. Mu gukwega uwo mubiri, ico cuma "Ventouse" bagishira ku ruhande rumwe rw’igisusu hama ca cuma kigakwega. Kugira ivyo bikunde, imitsi yo ku gisusu iroroha gukwega bigatuma umubiri woroha gukwega, ari nakwo gukwega ico gisusu gushika aho uwitavye ubwo buhinga abishaka. Ico gikorwa kimara iminota mirongo ine n’itanu (45 min), gitwara amahera angana amadorari 60 aharurwa mu marundi ashika hafi ibihumbi ijana. Naho biri uko, urwo ruganda ntiruvuga ido n’ido uko ico gikorwa gikurikirana.
Mwomeya ko abagore nka Nicki Minaj, Jennifer Lopez hamwe Kim Kardshian aribo bamaze kumenyekana ko batumye ibisusu vyabo biba uko bingana ubu.
Cherf Nkeshimana
Messages
22 Nzero 2015, 14:49, par iranzi
ubwo nubusutwa abo bagor nibik?
22 Nzero 2015, 15:12, par hatunga
hahahaha! Mbga abagore ko bipfuza kugira ivyobisusu vyabo binini,babibonyemwo inyungu nki? Nihagire uwumpa inyishu.
22 Nzero 2015, 21:38, par SHADRACK
IZONINGESOMBIKWIHAUBUNINIIMANAITABAHAYE
22 Nzero 2015, 22:24, par marius
eeeeh....ivyo bisusu ntavyo dukeneye,bâ muraba ivyo tuba dukeneye kobiri au top gusa,ntavyibisusu ngaho
22 Nzero 2015, 23:35, par laila
Igituma abagore bifuza kugira igisususu kinini Hatunga icambere iyo yakibanishije mwipantallon ariko aragitingisha yunva aryohewe caneeeeeeeeeee hama ikindi naco iyo arikumwe numukunzi wiwe akagikorako yumva yosara canke ari mukwiraba mukiyo akabona afise inyo nini arishima gose
23 Nzero 2015, 20:24, par CLAUDE NTUNZWENIMANA
EMWE GA,ABO BIGEME BARIYICIRA UBUGINGO!NTIMURABONA IYO UBUFU BABUSHIZE MU MAZI NGO BUKAKAME KO BUCA BUTANGURA KUBA NABI IYO BUTARIWE KARE?!NABONE BARAGABE!!IBISUSU SIVYO GUFYINISHA.
24 Nzero 2015, 11:46, par Ikijuju
Ibyo bisusu bivyibushe ni vyiza rwose, je ndabishima. Iyo umuntu ari kurongora abiraba bica bimuryohera rwose.
24 Nzero 2015, 13:26, par gakozi emmanuel
hano muri afrika yepfo ibini bikuza ibi susu biriho da kandi biva muri tanzania kumagendo. *
abikika mukiza muguhenda abagore bakaha ibitavyo nibenshi.muragabe ntibaze babande. mu kwiyunguza muri hiace ivyo bisusu bazohava babidugiriza inahuri,kuko vyaga mumu duga. Gakozi emmanuel I pretoria SA.
24 Nzero 2015, 13:27, par gakozi emmanuel
hano muri afrika yepfo ibini bikuza ibi susu biriho da kandi biva muri tanzania kumagendo. *
abikika mukiza muguhenda abagore bakaha ibitavyo nibenshi.muragabe ntibaze babande. mu kwiyunguza muri hiace ivyo bisusu bazohava babidugiriza inahuri,kuko vyaga mumu duga. Gakozi emmanuel I pretoria SA.
25 Nzero 2015, 02:26, par Mike
Jewe natohoje nsanga kumbe ufise ibisusus atari orginal urabimenya bagenzi ...nunvinse ngo uriri kuraba umwigeme ariko aratembera kugira umenye ko afise igisusus orginal ntahinyinyiza mugutambuka ..hanyuma mukurangura amabanga yabubatse ntakwihereza wese ..kuko ngo aramutse akwihereje wese nukuvuga ko aba ari ico inyongera ,,,hanyma nomu gutambuka urabimenya nukuvuga ntiyirya mugutambuka ...Murererwe bene wacu
1er Ruhuhuma 2015, 12:21, par West life
Yooo!isiyahezepe kuki batoguma ukw imana yabaremye?
7 Ruhuhuma 2015, 18:02, par BAHATI
UBWO BARAZIKO UMUBIRI ARI URUSHENGERO GW.IMANA?
5 Ntwarante 2015, 09:50, par Joseph Bucumi
Mana Yanje.Erega Bazokwikwegera Igihano C Imana.Nibibuke Imana Yo Mw Ijuru.
27 Rusama 2015, 20:53, par Vianney
SIvyiza Guhindura Umubiri
11 Rusama 2016, 22:59, par NDAYIZERE Gédéon
iciza nuko umuntu yoguma uko yavutse bakareka kwihindura
7 Mukakaro 2016, 17:17, par Niyomwungere j nclaude
Buryivyobakora imani izobibahanira bandanyemuteri yonkuru
12 Gitugutu 2016, 20:48, par kagara ocaïd
vyarivyiza nuko bizimvye Imana Irabona
17 Gitugutu 2016, 16:33
Trà ïphon%BOY
19 Gitugutu 2016, 12:04, par Revirien ndayikengurukiye
Ndamazekumvaninomuburundi kobiriho ngobabaha ikinini cingurube vitamine nihatari Imana izobahana
12 Munyonyo 2016, 20:17, par Anicet Niyomwungere
Birababaje ,nibara! Imana Izobibahora
17 Munyonyo 2016, 07:32, par Innocent Nteziryayo
Biragahera Muri Amerika Ni Iburayi Kuko Bahiriwe
24 Munyonyo 2016, 09:54, par Rukundo Sadiki
Iryokuzwa Ryibisusu None Bituma Imibonano Mpuzabitsina Iryoha Kurusha ?!. Ahubwo Jewembona Aribihevyanyuma.
6 Nzero 2017, 22:52, par Télésphore Ngendakuna
None Bakwega Ivyabagore Gusa?
6 Nzero 2017, 22:54, par Télésphore Ngendakuna
None Bakwega Ivyabagore Gusa?
6 Nzero 2017, 22:57, par Télésphore
None Bakwega Ivyabagore Gusa?
16 Ruhuhuma 2017, 22:04, par nono
ni ibihe bindi bakoresha
24 Ndamukiza 2017, 23:59, par Claver Niyomukiza
Ivyobint Ntakintu,bisa Nabamw Barya Imiti Npo Bavyibuhe,abakobwa Babuze Iyobakwirwa,noe Ga Ubwiza Bwumwigeme Buri Kugisusu Gusa?Bazomera Nka Machel Jackson Yibagishije Izuru Ngo Risongore Aca Arwara Cancer.Puda! Ivyo Bintu Ntamari Irimwo.
27 Rusama 2017, 08:20, par Jean Berchimans
Mbe Muburundi Umbuhinga Bwoguhira Ibisusu Bikaba Binini Buriho ? Cank Bakoresha Amavuta Cank Ibinini Vyi Ngurube? Nimunyishure
29 Rusama 2017, 07:19, par Jean Berchimans.
Mbegako Boba Bavugako Hariho Amavuta Akuza Ibisusu Yoba Yitwangwiki Ayo Mavuta? Mbega Yoba Ari Mumuburundi .
9 Ruheshi 2018, 16:24, par Pontien SABUSHIMIKE
mbega none ubwo buhinga bwokwongez ibisusu bwoba bufise ingaruka kuwubikoze?
9 Mukakaro 2018, 10:25, par EDMOND NDAYISENGA
Ariko Mana garukira Iyisi. Mbega ntibazi Kwabahungu dushima vyishi hariho abataraba ibisusu sihubwiza buri IBUKA.
IMANA