Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Urukundo > Abasomana bahana indimi bahana imigera myinshi y’udukoko
Abasomana bahana indimi bahana imigera myinshi y’udukoko
mercredi 19 Munyonyo 2014
Abahinga karuhariwe mu ndwara ziterwa n’udukoko dutoduto (bacteries) basanze gusomana bahana indimi umwanya muto ku bakundana bahanahana indwara ziterwa n’utwo dukoko zingana imiriyoni 80 zica mu mate bahana.
Abahinga bo mu kigo "Institut Micropia au Pays-Bas" baremeza ko mu mwanya ungana imisegunda 10, abasomanye bahana utwara duterwa n’udukoko bita "bacteries" tungana imiriyoni 80. Ikindi cigwa cakozwe kigatangazwa mu kinyamakuru Microbiome kivuga ko abasomana incuro 9 ku munsi batwara za ndwara co kimwe n’umwe yasomana amasegunda 10.
Kugira bakore ico cigwa, abo bahinga bararavye basanga abantu bakundana kenshi basomana ku bice mirongo icenda kw’ijana (90%) mu mico itandukanye y’abantu kw’isi. Icigwa cakozwe ku bakundana bangana 21 baca bapima amate n’ururirimi. Ni ko gushira ku rurimi umuti uraba twa dukoko(bacteries) ku ruririmi rw’umwe muri abo basomana.
Inyuma y’imisegunda 10, basanze imigera ya twa dukoko yari mu mate y’umwe muri bo yigwije na gatatu, baravye ku bandi basoma bahana indimi incuri icenda ku munsi bahana imigera ya twa dukoko ingana na bamwe bahana indimi imisegunda 10.
Muganga mukuru"Docteur Remco Kort" umwe mu bagize icigwa aza guhumuriza abasomana bahana indimi. Yagize ati:" guhanahana udukoko mu mate ni vyiza cane kubera guhana indimi ari ikintu ciza mu gihe c’imibonano mpuzabitsina kandi n’umwanya mwiza ku bakunda wo guhana utwo dukoko". Abandanya avuga ko guhana utwo dukoko ari ngira kamaro kuko natwo hari ivyo dufasha mu mubiri, hari igihe rero umwe muri abo basomana aba afise dukeyi maze mugenzi we akamwongerereza maze bagafashanya kurwanya indwara zimwe zimwe.
Cherif Nkeshimana
Messages
19 Munyonyo 2014, 17:58, par So
Ndakubwiye kw’ibararyaguye ahohoho jvuzehafi wamuntuwe!!!
29 Ntwarante 2015, 11:39, par KING
NUKURI NTABUBESHI BURIMW KANDI DUKWIY KUHAGABIR
MUBIKWIRAGIZ HAKIRIKARE NTIDUHON
11 Kigarama 2016, 05:26, par ndikubway
jewendumuhungunone guhanahana ururimi sikaresi mugihe umukobwacankumuhunguitsinaciwecansekudemara.ndibazasingwarazica?
30 Ruheshi 2017, 21:52, par Kagayo jean
non Utwodukoko Tugira Akamaro Gaki Kumuntu?
2 Mukakaro 2017, 22:04
NdihokubwayoELIAS.
12 Mukakaro 2017, 22:36, par ngabirano Désiré
Jew Nkunz Umukobw Arik Yarans ko Ndomuter Kares Non Vyogend Gut?
12 Mukakaro 2017, 22:44, par Ngabirano Désiré
guhana Indim Harimw Indwar Turavyemer Arik Murukund Gusoman Ntivyokund Ko Tubiheb Non Iciz Cogusoman Kumunw Nikih?Ikib Coguhan Indim Nikih?
18 Ntwarante 2018, 08:03, par Jean De Dieu
Utwo Dukoko Singwara Ahubwo Ninkabasoda Bumubir Gusa Mwibuke Gukor Isuku Mukanwa
22 Ruheshi 2018, 20:32, par Jonathan Ntunzwenimana
Andika hano Mmbega Ntazindi Ngwara Zandukira Bidaciye Mumate?
4 Nyakanga 2018, 21:22, par Eraste Diji Okitan Jean Ndayishimiye
Emw Ahubwo Hari Vuga Naziba Ndabuz Nicomvuga Ndadamw Kwakweli Mugabo Waba Swahili