Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Urukundo > Kubera abagabo bamuhemukiye, yahisemwo kugira ubugeni n’imbwa
Kubera abagabo bamuhemukiye, yahisemwo kugira ubugeni n’imbwa
mercredi 12 Ntwarante 2014
Umuhumure w’umugore yarambiwe n’ukwahukana kw’iminsi yose n’umubano mubi w’abagabo, yahisemwo kugirana ubugeni n’imbwa yiwe. Kubana nayo bimuha amahoro kuko arizeye ko itamuhemukira nk’abandi abo.
Amakuru dusoma mu Kinyamakur 7sur7.be, umuhumure afise imyaka 47, yaramaze imyaka irenga 20 ata mugabo bari kumwe. Kubera akabonge kaho yahukanye amaze amezi makeyi agize ubugeni, vyamuteye kudasubira kwizera umugabo n’umwe. Amanda Rodgers yahisemwo kwibanira n’imbwa yiwe Sheba yoyo itazomuhemukira. Amanda Rodgers ati:"nta wundi mbona twokwibanira akampa icizere atari Sheba". Ati:"Sheba iranduhura, ikandemesha".
Abandanya avugako yasavye ashimitse iyo mbwa yiwe ko bobana. Nayo irazunza umurizo, Amanda amenyako yabimwemereye. Amakuru dukura mu kunyamakuru 7sur7.be, amenyeshako ubugeni bwabareye i Split mu gihugu ca Croatie mu mwaka w’i 2012. Ayo makuru amenyeshako abantu 200 bari batumiwe muri ubwo bukwe, imbwa Sheba yambaye ikanzu yera de, yambikwa impeta mw’izosi y’ubutakivana na Amanda Rodgers, abaraho batera amashurwe.
Mu kinyamakuru 7sur7.be handitseko, Amanda avugako ubwo bugeni yagiranye n’imbwa butarekuwe n’amategeko, ariko ko yashatse kwerekana akamaro iyo mbwa imufitiye.
Cherif Nkeshimana
Messages
12 Ntwarante 2014, 17:54, par willy
Murakina n’abazungu!aho yashatse kubishira ku mugaragaro ko iyo mbwa yari isanzwe imushimisha mu gitanda
12 Ntwarante 2014, 18:17, par Sivyubu
isi iriguhera Mana dufashe
12 Ntwarante 2014, 18:34, par Tollo
Welly ivyuvuze n,ukuri nko kurima buriya yamurigata neza hariya ari mumihango mugabo nawe ni mbwakazi ntabwo akiri umugore.nibagenda abazungu ni abahemu.
12 Ntwarante 2014, 19:16, par bazogenda bararwira
si uwagize ubugeni n*iyo mbwa,s*uwasomye imisa y*ubwo bugeni,s’abitavye ivyo birori,bose ni ibivume nka wa wundi yanyuruza akongera akaka ibirwanisho abapolisi b’igihugu, bambaye umwambaro w’igihugu,kandi ivyo dusanzwe tubibagurira amafranga menshi.
12 Ntwarante 2014, 20:37, par Ndababaye
Numiwe ntakindi nkivuga!!!Mana waremye isi vyukuri yigarukire!aho iyo atuma ampamagara sinari kumugirira vyiza akaryoherwa gusumba iyombwa itazi iyibintu biri?
12 Ntwarante 2014, 21:59, par Gaddy
Ivyobintu ntivyorosh Sinobishgkira Nukurengamabwirizwa Y Imana Mana Dutabarisirashaje.
5 Rusama 2014, 16:53, par BURUNDI BERTHLAND
AHOSE ABO BATERA AMASHURWE BARI BAZIMA!BURYA HARI ABAPFUYE BAGENDA NTIMUZE MUBONA!!!IMBWA N’UMUNTU NGO BABANE?KO UMUNTU ABANA N’UWUNDI KUGIRA HAZOHAVE HABONEKA IKIVUTSE MU RUKUNDO RWABO,AHO MUNYUMVIRA HAZOVUKA IKI HAGATI Y’UMUNTU N’IMBWA?
27 Ruheshi 2014, 07:10, par godefred20@yahoo.com
ntacaha mbona yakoze cane na cane cane ko izo mbwa Atari zimwe zacu.namba ariyo yoroye ntakibazo.naryoherwe mugabo nizigiye ko uburyohe azokuramwo ataricokimwe nubwo yokura ahandi.
2 Myandagaro 2017, 05:36, par Nizeyimana Radjabu
ni Hatali Kweli Amanda Rodgers Aracobereje Umuco N’akaranga Ka Kiremwamuntu Kuryamana N’imbwa Kweli! Aho Hoho Na Papa We Aramusuzuguje.
29 Nzero 2018, 11:21, par Ndabakunda Aimable
Nubugesera! none babanye gute
niyo mbwa? isi yarahumanye.