Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Urukundo > Urukundo nyakuri rumeze gute?
Urukundo nyakuri rumeze gute?
mardi 3 Ruheshi 2014
Urukundo nyakuri ni ubugenzi bukomeye buba hagati yumukobwa n’umuhungu canke hagati y’umugabo n’umugore. Muri urwo rukundo hakabamwo ivyo abo bantu babiri bemeranya bo nyene hagati yabo.
Urukundo ni rumwe mu ngabire nziza gose twahawe n’Imana. Iyo ngabire iramurikira ubuzima bwacu bwose, ihindura vyose ni nk’izuba ritanga ubushuhe, rigatanga ibara ry’ikintu, umunezero, urukundo rutuma kandi n’ibindi vyose umuntu akora bigenda neza.
Ariko rero urukundo ntirwama rworoshe, nk’uko benshi bavyibaza. Oya sivyo na gato kuko urukundo ntiruherera mu bishobisho gusa canke mu kubona uwo ukunda umutima ugatera indihaguzi, ntanubwo ruherera mu kubona umukunzi wawe ukamwipfuza mu buryo bw’umubiri gusa. Ahubwo rusaba ukwihebera uwundi n’ukumwigorera muri vyinshi, kandi vyongeye rurababaza kuko vyose bitama vyera, rusaba rero inguvu nyinshi n’ukwihangana kudasanzwe.
Urukundo nyakuri rubwirizwa gusukiranya ugutora hagati y’ibintu vyinshi n’ukwisunga akamaro k’ikintu mu gutora. Urukundo nyarwo kandi rugutegeka kugira indero runtu no gukora ibikorwa witumye wewe nyene ubikorera uwo ukunda. Abarangwa n’urukundo nyakuri bagira umutima wo kubona umukunzi wiwe atera imbere, umwe wese akitanga ku ruhande rwiwe muvyo ashobora kugira abone ko yagira ico aterera mu guteza imbere uwo bakundanye.
Iyo uri mu rukundo vyose birahinduka, ni nk’uko uba utanguye ubuzima bushasha kuko n’imyifato irahinduka mu gihe uri kumwe n’umukunzi wawe ndetse n’iyo mutari kumwe kuko ku bandi mu rukundo bamana umunezero umwanya wose. Kenshi usanga umuntu amara umwanya yiyumvira umukunzi wiwe yiyumvira urukundo amukunda, utujambo twiza bavuganye, umwanya mwiza bamaranye. Ivyo vyose biguma bimugarokamwo ku buryo naho yogira ikintu kimubabaza amaze kwibuka ko akunzwe canke akabona umukunzi wiwe umubabaro uragabanuka. Umunezero wukwiyumva ko uri umusore watowe mu bandi basore bose canke umwigeme yatowe mu bandi bose ugakundwa biratanga amahoro n‘umunezero bidasanzwe bikanatuma n’umuntu yamana ivyishimo.
Mukundanye kandi mugira indoto zimwe, nko kwubaka inzu, kugira ubugeni, abana muzovyara, ingene bazobaho, n’ibindi bitari bike. Bavuga yuko urukundo ari ibishobisho, nigishika kidasanzwe, ico gishika rero kikavamwo inguvu n’ubushobozi ariko kandi n’intege nke imbere y’uwo ukunda. Guhana umwanya wo kubonana rero birakenewe cane mu rukundo.
IGIHE
Messages
3 Ruheshi 2014, 19:05, par Ndikumana Dismas
Ico niyumvira, ni uko urukundo rufise iguvu nk’urupfu kuko rushora kwica canke rugakiza. Mutara bana kenshi biraryoha ;mumaze kubana bigatangaza,bikababaza canke bikaryoha.Kuba kirisu twizera k’Imana ariyo rukundo :umuntu yosegera urukundo n’uwakunze!
14 Ndamukiza 2015, 23:17, par VIANNEY
UMUKUNZI WAJE NKUNDA,NDABIMUBARIYE NTAVYEMERA NONE NOKORA IKI?
22 Ndamukiza 2015, 22:27, par VIANNEY
JEWE FISE UMUKOBWA DUKUNDANA.HAHEZE IMYAKA INE4 TUGENDANA ARIKO TURI ABANYESHURE.JEWE NDI 10èm UWUNDI MURI 8èm NONE MWUVA TUZABANA?
22 Ndamukiza 2015, 22:28, par VIANNEY
JEWE FISE UMUKOBWA DUKUNDANA.HAHEZE IMYAKA INE4 TUGENDANA ARIKO TURI ABANYESHURE.JEWE NDI 10èm UWUNDI MURI 8èm NONE MWUVA TUZABANA?
6 Rusama 2015, 14:30, par ngarukiye eveque
ndumva nukuri ntangiye gusobanukigwa urukundo icyaricyo kuko benshi barwitiranya.murakoze kubisobanuro
30 Ruheshi 2015, 19:58, par ERIC
NIMUDUHE IGISUBIZ UBONYUWUKUNDA UMUTIMA UGASIMBA VYOBABIVA KUKI?
30 Ruheshi 2015, 19:59, par ERIC
NIMUDUHE IGISUBIZ UBONYUWUKUNDA UMUTIMA UGASIMBA VYOBABIVA KUKI?
14 Mukakaro 2015, 20:08, par nkurunziza
mfise umukunzi aranyereka ko ankunda ariko ndumva ndamukunda mugabo ntomwihebera.hoba hari ico atarankorera?nokora iki kugira ndamwiyumvemwo?
29 Nyakanga 2015, 19:34, par Emmanuel NDAYAMBAJE
Bemuretse abakobwe sibamwe kandi ntibatahura kumwe urakunda benshi wizere bake ha!ha!ha!muragabe.
17 Kigarama 2015, 10:57, par Antoine Dusabe
Nimbamwizerana muzobana gusamubi he imana.
19 Kigarama 2015, 14:08, par Niyonkuru Samuel
Turabashimiy Ariko Abandi Baramenya Ko urukundo atari bisinness,merci
27 Kigarama 2015, 22:00, par Jean Marie Niyibigira
Nukur Ninziz Kimw Gus Nabandany Ndamuteyinteg
25 Nzero 2016, 19:34, par Gafura Haragakiza Fleury
Why Urukundo Rubabaza Cane?
18 Ntwarante 2016, 13:21, par AVEIRO PASCAL DE SANTOS
Nivyiza Cane Nibakoze
20 Ntwarante 2016, 04:38, par Nkurunziza Chadrack
Mwaramuts mwaraye bagenz bakunz ba fc?munfashe nfise umukobwa dukundanye iyondamuterefonye aguma mbwira ngarankund muga ndamusavye kotwoyaga turikumwe aguma abwira ngorikarakoribikorwa minsiyose nikoyama tugize turaganira nta 5min tuganir vyukuri uwoyobankund? munfashijik?
20 Ntwarante 2016, 04:43, par Nkurunziza Chadrack
Mwaramuts mwaraye bagenz bakunz ba fc?munfashe nfise umukobwa dukundanye iyondamuterefonye aguma mbwira ngarankund muga ndamusavye kotwoyaga turikumwe aguma abwira ngorikarakoribikorwa minsiyose nikoyama tugize turaganira nta 5min tuganir vyukuri uwoyobankund? munfashijik?
3 Ndamukiza 2016, 09:36, par LAMBERT
NASAVYE URUKUND UMUKOBW ABWIRAK AKUNDANY NUWUND KAND YIG MUWICUM NARIMW NANJ NIG 9èNAW 8è MUGABO NTIYANYANKIY YABWIY KO NUWOWUND ATAMWEMER% AVUG AT DUKOR APRES UN MOIS NIH AZOTANG INYISH MUGAB NDAMUHAY RENDZ-VS NTAYITAB NDAMUSANZ MUHIR TUVUGAN UMWANY MUTOY NG AFIS IBIKORW VYISH KUK YIVUKAN NON MUFASHIJIK MWUKUKWEZ YAMPAYE MWUMV NOGIR ICIZER
3 Ndamukiza 2016, 15:36, par Marc King
Nkunzumukobwa.Ndamusavy.Kotuyaga.Ntampibiganir.Akavugako.Yipfuzakotuban.Nokoriki.Ngwape.Ibiganiro?
3 Ndamukiza 2016, 15:38, par Marc King
Nkunzumukobwa.Ndamusavy.Kotuyaga.Ntampibiganir.Akavugako.Yipfuzakotuban.Nokoriki.Ngwape.Ibiganiro?
3 Ndamukiza 2016, 15:39, par Marc King
Nkunzumukobwa.Ndamusavy.Kotuyaga.Ntampibiganir.Akavugako.Yipfuzakotuban.Nokoriki.Ngwape.Ibiganiro?
13 Ndamukiza 2016, 19:53, par innocent bizimana
gukunda bifatira kuri vyinshi mbega imigenzo yubu ukwabakobwa bitwara mubona bitanga icizere kurukundo?mbega ukwimyakihera ugukwundwa vyukuri biriyongera canke biratituka.?
16 Ndamukiza 2016, 20:23, par CELESTIN
NONE UYO UMWIGEME AGUHEVYE WOVYIFATAMWO GUTE ?
31 Rusama 2016, 15:15, par Irakoze Pacifique
None urukundo niki?
4 Ruheshi 2016, 22:31, par NDAYISHGMIYE Jean pierre
Nakundanye n’umukobwa munyuma ambwira ko ampevye kand bivuye ku bavyeyi biwe nanje maze kwumva yuk yampevye nca nkundana nuwundi arik nari namubwiye ko ngira nkundan nuwundi ubu uwo wundi naramuhevye nca ngaruka kuri wawudi none yaranse none nokora iki? kugira ng yemere dusubire gukundana
17 Mukakaro 2016, 22:55, par Léandre alphonse
MBE?IYUBWIYUMUKOBWAKUMUKUNDA NTAVYEMERE NAWEWOKORA IKI?KUGIRA AKWIZE?
29 Mukakaro 2016, 20:59, par Ntakirutimana Ibrahim Révérien
Nkundanye Numukobwa Vraiment Nimutomuto Ariko Ndamukunda Cane Numva Umengotwokwamana Ntamubonye Sinezegwa Bivakukinone
2 Myandagaro 2016, 08:20, par Ntakirutimana Ibrahim Reverien
Umuntuyokora Iki Ari Umuhungu kugirango Umukobwa Agume Amwizeye Bahaye Babateranya Muhebane Kubwurusaku Umukobwa Yokwifata Gute? Umuhungu Yokwifata Gute?
2 Myandagaro 2016, 09:30, par Désiré Hatungimana
Amajamboyurukundo
16 Myandagaro 2016, 23:26, par Harimana Olivier
Narakunze Umukobwa Ariko Sindamubwirakondamukunda Ninamubarirabizokunda?
19 Myandagaro 2016, 23:43, par Bigirimana Maurice
Mubisanzwe Urukondo Rurihangana Kandi Urukundo Ruruta Vyose
21 Myandagaro 2016, 02:14, par Ferdinand
Nimumfashe Iyukunze Umukobwa Bimw Vyahatar Hama Abiwanyu Bakamwanka Kubera Atiz Woca Ukoriki?
11 Nyakanga 2016, 13:31, par Vianney
Ukunze Umenyakukunzwe Gute?
1er Gitugutu 2016, 15:20, par Sylvere Ndyaba
jew nakunz umusista umw tumarany 8an ndamusavy sumu ya mapenzi ntiyank kandi ntiyemera jamani arankunda?mpanura.
8 Gitugutu 2016, 22:48, par NSHIMIRIMANA JOACHIN
Jewe nkunze umukobwa ariko ntiyemera ko ndamukorako none koko arankunda nokora iki?
10 Gitugutu 2016, 18:38, par Nkundimana Jérôme
Iyinkuruninziz None Iyo Ukunze Umukobwa Iwabobakamabamukubita Ukamubwiramubanzemubireke Akankawewenkumuhungukandi Ukunda Uwomukobwa Arikoyakubwirakobamukarirabikakubabazawokoriki
11 Gitugutu 2016, 13:39, par Samuel NIJIMBERE
Urukundo nirwiza ahandi naho rukaba rubi,urukundo ni nk’ inzira ndende isaba kuyicamwo wibungeseye(ni ukuvuga avec attention) kuko iyo uyitwayemwo nabi ushobora kuhakura ibikomere vyinshi kuko muri iyo nzira irimwo ubunyerere n’ amahwa aziburana,niko no m’ urukundo bimeze iyo hagize ikintu mupfa n’ uwo mukundanye uraribwa cane m’ umutima ukarondera umuti ukawubura atari uko wiyujuje n’ uwo ukunze ushobora kuhagirira ikibazo gikomeye.
12 Gitugutu 2016, 20:56, par Eric
N’ ukuri Iyo Nkuru Niyo Kandi Yofasha
13 Gitugutu 2016, 12:09, par Kwizera jean Myo c
ivyo nanje bimbaho arukundo nahoze nibaza ko rutabaho ariko ubu narabonye ko rubaho
24 Gitugutu 2016, 12:49, par wilson ndayikeje
kugira umenye ko umukobwa agunz ?
25 Gitugutu 2016, 19:31, par Bibonimana Pascal
1)None woshobora Kunezerez Uwomukundany Gt? 2) Mbeg Nivyiz Kuyagir Uwomukundany Imigamb Ufis?Cank Kumubwir Ubuzim Ubayemw?.
26 Gitugutu 2016, 07:40, par Bigirimana
Womenya Gut Ko Umuntu Agukunda Vy.Ukuri?
28 Gitugutu 2016, 15:41, par BANYITA BATH COOL ME JOHN
JWENKUNZEUMUKOBWA NRMHEVYE KBERA ATAMBWIZUUKUR NDAMUSAVYE UMWNYA NTIYEMERA NON NUBU KO NDAMKUND NKANTABIMUBWIRA NKORE IK?
29 Gitugutu 2016, 14:38, par Sibomana Adrien Mfurayase
urukundo nirwiza na handi rukabarubi narakunze umukobwa turaryoherwacane arika twapfuye akantugato ubuturabana nka biba na kayabu mwompanuriki?ubu aguma ambarira durubirane nkiyankira ugira ico atera nagitere kuri nomero 69832756
10 Munyonyo 2016, 13:04, par niyongabo j bosco
nukur urukundo ruragoye
10 Munyonyo 2016, 17:57, par Ndagijimana Déo
Nivyiza Guhana Umwanya Ndababaze Iyo Ukunze Umukobwa Wahora Uzakumuraba Muhira Akakwakira Munyuma Akakubwirako Atarivyiz Kuj Kumurab Muhir Ko Abavyey Batabikund Mfash Mwokorik?Wokwibaz Kurukund Gwaheze?Mwokwumvikana Ahand Mwohurir?Mumfash
14 Munyonyo 2016, 15:11, par Nzorubazanira jean-bosco.
Iconogufash wotohoz nez ukameny ko bîvuy kubavyey nuko bivuy kuriwe! Usanz vyavuy kubavyey ntiyobayakunz uwund. Hanyuma mugaca mujinam mukavugana aho muzoguma muhurira.ivyo nogufasha nivyo.
24 Munyonyo 2016, 19:04, par Niyonkuru Michel
Jew 6ntahura Nezako Aribyo Nyabyo.
24 Munyonyo 2016, 23:28, par Mushengezi Léonce
Nukur Biraryosh Kubakundan Vyukur Atabubesh!Turashimiy Mwebw Mwigoy Mukadusobanurir Kunt Urukund Rumez!Nibijany Narw Vyose!Muz Mwam Mutub Haf Mutubwir Murakoz!.
26 Munyonyo 2016, 10:28, par méd-pro ahishakiye
ikindi niyumvira nuko abakundanye bobwizanya ukuri muri vyose
26 Munyonyo 2016, 18:19, par Sabiraguha Bosco.Migongo Kibago
Nukuri Jew Iconoterera,n,uko Iyo Umukobwa Agukunda Nawe Ukamukunda,naho Abavyeyi Biw Bokwanka Ko Ugenda Muhira,mbona Yuko Utoba Umukunda.Woba Ukunda Abavyeyi Biwe.Wobandanya Umukumda Mugahana Ahantu Muzohurira Mwese Mukayaga.Nivyo Mbona Kubwanje Mwokomeza Kugira Ubucuti.Nimunfashe.
2 Kigarama 2016, 12:45, par Emelyne
Mbega Impanuro Nziz Muduha! Je Nagatima Kanje Twa Zemeye Kweri Zadufashije Kabisa .Bandany Mutwigish Kuko Birakenewe.
5 Kigarama 2016, 16:51, par Nahimana Aisha
Womenya Gute Ko Umuhungu Agukunda Vyukuri?
7 Kigarama 2016, 13:45, par siniremera blaise
bishitse umukobwa akaba akundanye nabahungu beshi wokora iki?mugihe wewe umukunda?
9 Kigarama 2016, 22:00, par Clater Nimubona
Murakoze Kuduha Inyigisho Twebwe Abajeune
15 Kigarama 2016, 08:13, par Sibomana Faustin
Nukuri Urukundo Nishuri Rihanitse.Ariko Murukundo Nukwihanganiranira Kandi Urukundo Rwihangani Vyose Rukaharira Vyose.
15 Kigarama 2016, 08:15, par Sibomana Faustin
Nukuri Urukundo Nishuri Rihanitse.Ariko Murukundo Nukwihanganiranira Kandi Urukundo Rwihangani Vyose Rukaharira Vyose.
19 Kigarama 2016, 19:55, par Ciza
Murakoze
20 Kigarama 2016, 20:20, par FENIAS
AKABAZ FIS UMUKOBW DUKUNDAN MUGAB SINDUBAK BAGUMA BAMUBWIR NGO NTIWOMUHEBA UBWO NTAZOVA AMPEB MUPANUY IKI?
26 Kigarama 2016, 19:51, par Nibimpa Sophonie
NN WOMENY GT K UMUKOBW AGUKUND??NINKIBIH BIMENYETS PRINCIPALE VYOVYEREKN?
26 Kigarama 2016, 19:52, par Nibimpa Sophonie
NN WOMENY GT K UMUKOBW AGUKUND??NINKIBIH BIMENYETS PRINCIPALE VYOVYEREKN?
7 Nzero 2017, 10:53, par Job Irabihindura
Jewe Numva Arivyo Umuntu ategerezwa Kwihebera Uwo Akunda.
13 Nzero 2017, 11:32, par Ndayirata J.Marie
Jewe Mfise Umukobwa Dukundanye Arankunda Nanje Ndamukunda Ariko Iyo Duhaye Turayaga Harimwe Ibibazo Bimwe Bimwe Atinya Kunyishur Afis Isoni Nyinshi Mubona Nokoriki Kugirango Izo Son Zimuheremwo Mfashe? Yari Jamari Makamb Gatumbugwe Nyange
21 Nzero 2017, 04:51, par Ndayizeye Jeannette
Jew Nshaka Kubaza Impamvu Zituma Umuhungu Akunze Umukobwa Cane Ashobora Kumugwara .Biva Kuki?
22 Nzero 2017, 19:59, par privat nitegeka
ahubwo ntukomey worinda ugwara habayik?ahubw gukund mwemuravyitirany ahoyorind aguteringwar ntiwopfuma umuheb.
22 Nzero 2017, 22:20, par zebulon
ivyo nivyo kwel! murakoze
23 Nzero 2017, 23:01, par Tuyisenge Augustin
Ego
24 Nzero 2017, 01:06, par Etiennesonlucky Nyandwi
None Ko Jewe Nkunze Umukobwa Mugabo Tukab Dukunda Gushwana,urwo Ni Urukundo Nyakuri?
24 Nzero 2017, 23:16, par Nimbona
Nukuri Jw Ndipfuza Umukobwa Twubk Ukwarikwose Mugb Akora Nimr Yanj 76386119 Azondondr Dupange Ibikurikr.
1er Ruhuhuma 2017, 15:03, par Niyokwizera Blaise
Jewe Nakunze Umukobwa Twabonana Gake Kubera Umwanya Aca yiyunvira Kumpeba Oho Yarankunda?
3 Ruhuhuma 2017, 09:27, par KWIZERIMANA damien
ivyobintu binkozeho pe ariko mbabaz wobana gut kuwo ukunda atakwemera aguhnda?
3 Ruhuhuma 2017, 09:28, par KWIZERIMANA damien
ivyobintu binkozeho pe ariko mbabaz wobana gut kuwo ukunda atakwemera aguhnda?
9 Ruhuhuma 2017, 17:42, par Nikobiri Egide
Ayo majambo uranyibatse gosi nahora nkekeranya murukundo emwee birashitse kunyota kweri pe!
18 Ruhuhuma 2017, 14:05, par Niyongabo Fanuel
Mumfashije Vyinshi Sinarinzi K’umukobwa Arota Indoto Zimwe N’umuhungu Nahora Nkekeranya Kwivyo.
19 Ruhuhuma 2017, 10:50, par Aisha
Nukr Kuri Jew Bimpaye Impanturo Nini Can Kuk Uwonkunda Ntabwo Na Mwitaho Can Kand Ndamukunda Ark Simeny Igituma Ndamukunda Ark Sindamuhe Umunezero Wurukundo Rwac
21 Ruhuhuma 2017, 23:55, par PETER
Noneurukundogokwiterephonenigo?
21 Ruhuhuma 2017, 23:57, par PETER
Noneurukundogokwiterephone nigo?
22 Ruhuhuma 2017, 11:34, par SAMUEL NIYUKURI
MURAMFASHIJE MUGA UMUKOBWA AKUNDA ABAHUNGU 2 KANDI BOSE AKA BABWIRA KO ABAKUNDA UWO MWOMUFASHA GUTE?????
24 Ruhuhuma 2017, 21:04, par Em
Ikibazo Habaye Umukobwa Yari Kukiyaga YaraKunzwe Nabahwungu Bane Umwe Yari Umuririmvyi Uwundi Yari Umurovyi Uwundi Yari Umucuraranzi Uwundi Yari Umuganga Uwo Mukobwa Imvubu Ica Iramumira Hama Umuririmvyi Aca Araririmba Yamvubu Ica Iraduga Umurovyi Aca Aramuroba Umucuraranzi Aca Aramurambura Umuganga Nawe Aca Aramuvura Nn Mwabo Bose Ninde Yomutahira ????
25 Ruhuhuma 2017, 13:11, par Emmanuel
jewe niyumvira ko iyo umuntu afise uwo bakunda yogerageza kumuba haguf akamurinda irungu kuko bituma aja muvyiyumvir bibi
4 Ntwarante 2017, 14:37, par J MARIE
WOKUNDA GUT?
7 Ntwarante 2017, 22:31, par nkunzimana
jew nkunda umukobwa mugabonabuze ukonobimubwira nimungir inama
8 Ntwarante 2017, 19:11, par René
Ubwoko Bwa Caresse
13 Ntwarante 2017, 20:12, par NDUWAYO Elie
Nutuhe tujambo dusosa tw’urukundo
23 Ntwarante 2017, 11:40, par Ndihokubwayo
Vyukuri Ivyiyumviro Vyanyu Birarashe Kandi Birakenewe kubandanya Muduha Impanuro Mbere No Mububatse Urukundo Rwukuri Ningombwa.
23 Ntwarante 2017, 12:56, par bonfils
vraiment nanje narakunze umukobwa ndanka kubimubwira nn mumpanuye iki ?
23 Ntwarante 2017, 22:43, par Nzogahimana Steve
mwambarira ubwoko bwo gusomana hamwe nisiguro yatwo
24 Ntwarante 2017, 15:48, par Niyongabo Salvator
Ivyo Nivyo None Burya Urukundo Rugaragara Guke?
27 Ntwarante 2017, 06:08, par Ndayiragije Etiene
Nivyihe bintu wokora canke ukundwe womwegeragut? ngumubwire kumukunda.wovyifatamwo gut akwankiye
29 Ntwarante 2017, 12:34, par Jérémie Mix Bikorimana
Hewe Jewe Nashaka Ndababaze None Konkunze Umukobwa Akaba Antinya Nikubera Ikisinigera Ndamukorako Narimwe Aca Yiruka Mwumva Gut?Mwobimfashamwo?
1er Ndamukiza 2017, 17:38, par ntakirutimana ereneste
komfis umukunz kand ankund arik jew ntamwiyumvamw mwomfash ik? kand har numukobw twagirany ubugenz arik akab ariw yakor misiy kuruw mukobw arik akab nyen ashak dukundan mwomfash ik?Non hamw twokundan uw yakorer misiy ntiyomwiyumvir nab? nashak inyish yivy bibaz
2 Ndamukiza 2017, 14:03, par MUSHIMANTWARI THEOGENE
NUKURI IVYOBINT UMUNTU ABIKURIKIJE NIVYO NANJE VYAMA BIMBAKO
2 Ndamukiza 2017, 20:17, par P.T
Jew Fita Umukunzi Dufitaniye Urukundo.Arankunda Knd Nanj Ndamukunda.Kandi Tumaranye Igihe Kinini.Ark Kugeza Ubu Aguma Anyereka Amakosa Ngo Nkora Amubbza Imisi Yose.Ark Nanj Nkasang Kuvyto Abwira Ntanamwe Niyagiriza Mumutima Wanje.Nkagerageza Kumubwira Uko Bimeze Ark Akaguma Bonako Ndiko Ndamubesha Nanj Nkacambura Uko Nifata Kuk Ivyomba Ndiko Ndamubwira Aba Arukuri.Akabwirang Ndamupinga.Non Mwofasha Iki Kuk Kugeza Ubu Fise Umubbro Udasanzwe.
2 Ndamukiza 2017, 20:31, par P.T
Non Inyishu Tuzibona Gute Kuvyo Twoba Twabajije.Fita Ibibazo Bitaribike Nashaka Kubabaza Kubijanye Nurukundo Dubitaniy Numukunzi Wanj.
2 Ndamukiza 2017, 20:47, par Nduwayo
Jewe Nfise Uwo Dukundanye Ashaka Ko Dusomana Nanje Atavyonzi Mwombwira Ubwoko Bwogusomana Ninsiguro Yavyo?
3 Ndamukiza 2017, 07:43, par Evariste Gently
je mfita ikibazo mfise umukunzi kandi ndabona kwashobora kuba ankunda ariko iyo turikumwe ntacabwira uretse kwishura ivyo ndamubajij gusa nanj birambabaza kubona ntumva ikimuvamwo mwomfasha iki?cogukora ngoyuguruke ayage nkabandi murakoze
5 Ndamukiza 2017, 13:30, par Iracanyibuka Joseph
Jewe Nfise Umukunzi Kandi Ndamukunda Cane Kandi Nawe Arankunda Ariko Arantinya Ntashaka Ko Abantu Babimenya Atinya Abavyeyi Biwe Nkoriki?
14 Ndamukiza 2017, 08:18, par Appolinaire Mbonigaba
Murakoze Cane. Naje Ndiko Ngerageza Iyo Nzira.
14 Ndamukiza 2017, 12:12, par Aboubakar
ncuti namahoro? je nfite ikibazo umukobwa ndamukunda ark ntitwegeranye mvuze ngonje kumuraba nsimba intara 2,ark je ndamukunda nawe ndamubajije ambwira ko ankunda,none nkore iki inyishu kwiyi numero 69206194.merc
25 Ndamukiza 2017, 21:02, par Irankunda Cyprien
Ego Vraimment Murukundo Bisaba Kubahana Kenshinakenshe Ukitaho Uwukunze Ukamuha Umwanya Munini Mubiyago Vyanyu Kugira Urukundo Gwame Rumeze Neza Kenshi Nakenshi Ukamwereka Kumukunz.Ukamubwira Imigambi Yawe Canke Yakazoza.Kugira Mwungunganye Ivyiyumviro.
26 Ndamukiza 2017, 19:41, par Love
Nagomb Kubaz Bizou Central Ico Isigura Mwobamukoze
27 Ndamukiza 2017, 20:40, par Mpabwanayo Nicodèm
Jewefite Umukunzikandiaranyerekakwankunda Mugabondamubajije Anyishurango Sinzi Cank Ngondaz.Nonmbandanyendamukunda?Mungira Inamaiyahe?Kandintanarimweyigerambazaicatumva.
4 Rusama 2017, 20:03, par Vianne
Jewe Fise Umudemu Ariko Yarampishije Kwayaga Nuwundi Muhugu None Mwo Mpanura Iki Ndamuhebe
7 Rusama 2017, 20:43, par Gaston
Nayagishije Umukobwa Tuyaga Ivyurukundo Ndamuhaye Rendez-vous Ngo Ntamwanya Afise Ubona Nosubira Kumuraba Ngo Tuyage?
14 Rusama 2017, 17:54, par Wilson Nijimbere
Uko nukuri kuzuye vnt.
20 Rusama 2017, 19:51, par NDIZEYE
Nukuri ndashimye kuriyo nkuru
24 Rusama 2017, 12:26, par Shimi
Umukobwa Iyo Umukunda Nawe
26 Rusama 2017, 22:25, par clovis
asha nimpanur ikwiy pe!
28 Rusama 2017, 22:40, par MISAGO EMMANUEL
30 Rusama 2017, 20:11, par Niyonkuru Claude
Mukuri Inkuru Nkiyi Ninziza Kandi Irampaye Inyigisho Zo Gukundana Mukuri
31 Rusama 2017, 08:51, par Orivye
none hagati mumukobwa niho hari urukundo?
31 Rusama 2017, 19:23, par Irakoze Joël
VYOSE NURUDUBI
6 Ruheshi 2017, 21:28, par Nyandwi Emmanwel
Jewe Mfise Umwigeme Twarakundanye,amaze Kubona Agatsina Kanj Kwari Gato Aca Arampeba Ngo Ntaco Nomumarira Kuko Kakingana Ukwo Navutse Ni Nkakamenyetso.Mumpanuye Iki Cank Nzokoriki Kugira Igitsina Gikure Nongere Ndamwitatureko.Hoba Hariho Imiti Barya Kagakura?
8 Ruheshi 2017, 17:38, par nzoyikorera josué
murakoze cane .
9 Ruheshi 2017, 21:50, par Charles Ndayishimiye
none Konshaka Umukobwa Mwiza Wumutima Mwiza Nomukurahe?Mwofashiki?Nitwa Charles Ndayishimiye W’igitega Imutaho Ku Muzenga.
19 Ruheshi 2017, 13:57, par Harumukiza Justin
mbamje kubashmr munkur muduh bur kanya,oe nivyah bimenyets bikurubikur vyo mwereka umkobwa ko yakunzwe? nitwa Justin mba kanyosha
30 Ruheshi 2017, 21:30, par Kagayo jean
ndanze Ukunt Mutwitwho,mukomez Kutugezah Nibind,
Ese Niryar?Nihehe Umunt Aboneraho Ko Urukundo Rwononekaye?
2 Mukakaro 2017, 21:40, par EMMANUEL
6 Mukakaro 2017, 21:25, par HAMENYIMANA CLAUDE
NDABASHIMIY KUMAKURU MEZA Y URUKUNDO MUDUHA BANDANY
9 Mukakaro 2017, 14:41, par NTAKIRUTIMANA JEAN
10 Mukakaro 2017, 09:05, par Niyogushima J.Marie
dufashe.Iyo Urikumwe Numukobwa Ukumva Biranse.Muruwomwanya Wokora Iki?Umukobwawe Yogukorera Iki?
27 Mukakaro 2017, 14:21, par Pontien Abba Kabaveng
murakoze Cane Kumpa Insiguro Y’urukundo. Thanks!
4 Myandagaro 2017, 21:39, par cyriaque
turabashimiye cane
6 Myandagaro 2017, 08:47, par Jonson Nelly Shimirimana
nkuko urukundo arirwza niko natw dukwiy kuba beza niyongabire twarazw n’imana
6 Myandagaro 2017, 11:12, par ELIAS
Turipfuza gusigukirwa .mbega iyo uri mu rukundo wokwifata gute?Imbere y’umukunzi wawe.
17 Myandagaro 2017, 14:27, par Habiyambere theophile
wokwubaha cane kandi ukama werekana urukundo umufitiye
13 Nzero 2018, 09:47, par jamari et Alice
kumenya kuresha
4 Ruhuhuma 2018, 15:21, par Bigirimana Patrice
Mwe Turabemera Cane.
16 Ruhuhuma 2018, 20:37, par riyazimana simple
je kweri dukundanye n’umukobwa mugabo biramubabaza cane kubera tudakunda kubonana kubera akazi mwompanura iki?
19 Ruhuhuma 2018, 02:55, par Didace Brown
Ese Nkumuntu Agukunda Atarakubwira Ko Agukunda Wabimenya?
23 Ruhuhuma 2018, 20:39, par Jean_marie Ndayihimbaze
Murakoze Can Kutwungura Ubweng Kumbur Uwariw Wes Arahakuy Vyinsh Atarazi.
8 Ntwarante 2018, 11:37, par Bigirimana festus
Jewe nshaka mumbire nkunze umuko ndamusavye umwanya tuyage ivyurukundo ntanyemerera acambwirango arimubikorwa vyinshi mwofashiki?
12 Ntwarante 2018, 21:54, par Eric Ndayishimiye
Jewe Nanje Nasavye Umukobwa Urukundo Mugabo Yambwiye Kwafise Uwundi Mbajije Abagenzi Biwe Bakambwira Ko Atawe Afise Yoba Yase Kunyemerer Kubera Ariryambere Naringiyeyo? Nanje Ndamukunda Rwose Nobigenza Gute?
25 Ntwarante 2018, 22:05, par JACK NIYO
urukundonirwiza ariko iyowanzwenumukobwabiraryanacyanepe!
28 Ntwarante 2018, 16:26, par Ferdinand
Jew Nkunze Umukobwa W’umu Police Arankunda Cane Knd Nanje Ndamukunda Kweli!Ariko Abantu Bavugango Bagoye Ibana!Nanj Ndi Umu Chômeur Mfise Inzu Ruguru Yansavyek Twoc Dukota I Buja.Mumpanuyiki?Urukundo Nihatari
6 Ndamukiza 2018, 09:21, par amissi freddy
mfise umukobwa dukundane ariko arambesha gos
20 Ndamukiza 2018, 21:53, par Elie Niyonkuru
Ndakunda Jojo
22 Ndamukiza 2018, 14:42, par OLIVIER NIYONKURU
Harumukobwa nasavye urukundo,munyuma ambwira ngafise uyundi akunda kandi bazokwubakana,abandi bambwira ngo baracanyemwo barashwana nawenyene arabimbwira kobashwanye,kuko twarafashanya mukurima,munyuma abura umwanya ndabikora nkuko turikumw,none ndamubwiye koshaka tuzobane kugira twitegure,akambwira ntivyokunda,vraiment ndamukunda atakubesha namba niwe mwigeme wurukundiro yitaho ibintu,kubwanyu nukuri mfatiki katawundi nshaka?murakoze
29 Ndamukiza 2018, 08:42, par Aghapé moses
None n’iki umuntu yakorera umukunzi we kugira ngo iteka azagukunde urutaryarya?
10 Rusama 2018, 14:19, par J.Marie kubwimana
Fisumukobw afisinda agomb ndamutware iyonda sigwanj mufashij ik
11 Rusama 2018, 21:47, par Niyomukiza Spés
Umuntu Iyo Akundanye Nuwundi Ntagatosi Kumwe Numunezero
27 Rusama 2018, 12:09, par Aaa
Urukundo Niki?
24 Ruheshi 2018, 13:52, par Nibimpa Posi
Jewe Ndinumukobwa Turiko Turayaga Araba Hirya Kandi Akampa Umugongo
24 Ruheshi 2018, 20:39, par Chris
Ivyo nukuri kutagabanijwe
28 Ruheshi 2018, 23:20, par Jonas Nijimbere
Nukuri Urukundo Namayobera Kuko Harabakundana Bavyitiranya Bisaba Kwitonda
6 Mukakaro 2018, 16:28, par didace brown
urukundo ruragoye kuko ntiwapfa kuronka
umukunzi wukuri
8 Mukakaro 2018, 13:43, par nduwimana festus buruhukiro
jenakunze umukobwa none akamampenda namubwiy ahoduhurora akamlenda nkagrubusa none ubona nobifatagut
10 Mukakaro 2018, 19:53, par festus
nkunzumukobwa ariko sinamwitaho kandiwe aranyitaho kugirangonamwiteho vyogendagute?
10 Mukakaro 2018, 23:01, par Ndayikengurukiye Pérès
Jew Iyonkur Yany Irampimbay Can Kuber Ndahigiy Vyish Ntarinz
23 Mukakaro 2018, 11:43, par chancho Amissi Muhubiri
Nikuberiki? Umukobwa Umwereka Ko Umukunda Nyavyo Nyene Ntabibone Agakomeza Akubabaza.
23 Mukakaro 2018, 11:43, par chancho Amissi Muhubiri
Nikuberiki? Umukobwa Umwereka Ko Umukunda Nyavyo Nyene Ntabibone Agakomeza Akubabaza.
23 Mukakaro 2018, 23:31, par Ndihokubwayo J Marie
Umukobwa yobona gute kumukunda?Imibonano mpuza bitsina murukundo namakosa?
27 Myandagaro 2018, 20:55, par Butoyi Jean Bosco
Urukundo Niki?
5 Nyakanga 2018, 07:53, par Aimablesisq’oirambona
Icigwa Ciza Cn
17 Nyakanga 2018, 19:05, par Irankunda Eric
Woshobora kumenya ko umukobwa agukunda?
2 Munyonyo 2018, 10:55, par olivier ndayikeza batazira olynda
Nkunze umukobwa nawe arankunda nagomvye kumugurira ikintu maze mbura ayakwiye aca arayongereza none ubwo ico sikintu kizima cemeza ko nawe yamfiriye?
4 Munyonyo 2018, 08:33, par Désiré Buregeya
Jew Nkunz Umukobw Ashak Uk Tubnany Nam Ndamwabir Knd Sinkimwitah Nkore Ik?
4 Munyonyo 2018, 08:42, par Désiré Buregeya
Umukobw Nkunz Agum Ansab Ibnt Knd Ashak Konkor Imigamb Ndumw Wumv Noshishkar Kumukund Cank Ndamuheb?
5 Munyonyo 2018, 18:45, par Glodien
Andika hano Jewe Nfise Umukobwa Twahora Dukundanye Namuhay Ibintu Vyinshi Non Ariko Aranyikawusha Ntashaka Kunvugisha Ndabigenze Gute Kugira Dusubiran?
10 Munyonyo 2018, 05:58, par Niyomwungere Vincent
Umukobwa Nita Ngo Ni Umukunzi Wanje, Iyo Ndamvuye Iruhande Nkaja Kwiga Kure Ntabwo Asubira Kumvugisha. Iyo Naho Turikumwe Ambwira Ko Ankunda.nimungire Inama Nimba Azonkunda Aruko Turi Kumwe Ndamuvuye Iruhanda Bigaca Bihera.
16 Munyonyo 2018, 21:38, par nkurunziza
kugira umukobwa agukunde cane birenzo wokora iki?
17 Munyonyo 2018, 06:53, par NKURUNZIZA
Andika hano . nasaka kubabaza umukombwa kugira ubune kwagukunda wokora iki?