Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Urukundo > Urutonde rw’indirimbo zumvirizwa cane mu gihe co gukora amabanga (...)
Urutonde rw’indirimbo zumvirizwa cane mu gihe co gukora amabanga y’abubatse
mardi 9 Kigarama 2014
Iyo abakundana bariko barangura amabanga y’abubatse, hari indirimbo benshi bahurizako kwumviriza kugira bagire umwanya mwiza wo kuryoherwa.
Uruganda rudandaza indirimbo "Spotify" rwaragize amatohoza ku bantu bagera ku majana 200 bafise hagati y’imyaka 18 na 91, intumbero kwari gutora indirimbo 20 zumvirizwa cane gusumba izindi mu gihe abakundana barangura amabanga y’abubatse. Kubera uruganda "Spotify" rukorera mu bisagara vya Stokholm, London, Suede... n’ibindi, hakoreshwa cane icongereza, indirimbo 20 zatowe zikundwa kwumvirizwa ziri mu ruririmi rw’icongereza, vyumvikana ko hari n’abandi bashobora gutora urundi rutonde rw’indirimbo nk’izo ruri zindi ndimi.
Indirimbo 20 zumvirizwa cane mu gihe c’amabanga y’abubatse ni izi zikurikira :
1. La BO de "Dirty Dancing"
2. "Sexual Healing" Marving Gaye
3. "Bolero" de Ravel
4. "Take My Breath Away" de Berlin
5. Les chansons de Tous les titres de Barry White
6. "Let’s Get It On" de Marvin Gaye
7. "Unchained Melody" des Righteous Brothers
8. "My Heart Will Go On"de Céline Dion
9. "Je t’aime, moi non plus" de Serge Gainsbourg
10. "I Will Always Love you" de Whitney Houston
11. "Don`t Want To Miss A Thing" d’Aerosmith
12. "Sex On Fire" de King Of Leon
13. "Sound of Music" de Rodgers & Hammerstein
14. "1812 Overture" de Tchaikovsky
15. La BO du film "Grease"
16. "I Feel Love" de Donna Summer
17. "I’ll Make Love To You" de Boys To Men
18. "Mama Mia" de ABBA
19. "Sex Bomb" de Tom Jones
20. La BO des films "Star Wars"
Izo ndirimbo nawe urazizi? Usanzwe uzikunda naho utoba uriko ukora amabanga y’abubatse?
Umviriza usome n’amajambo avugwa mu ruririmbo "Sexual Healing" rwa Marving Gaye
1)
Umviriza "Bolero" rw’umuririmvyi Ravel
2)
Cherif Nkeshimana
Messages
10 Kigarama 2014, 08:05, par Nduwimana Albert
Kurangura Amabanga Yabubatse Numukobwa ukunda Nawe Agukunda Biraryoshe Cane
10 Kigarama 2014, 14:35, par Ntiwihebure
Ariko ntimwavuze abarangura ayo mabanga abo ari bo, kuko aho Bulayi mwavuze hari menshi, ivyaho bisigaye...N’ababihuza babisangiye none ni gutyo? Ubundi bwo utwo turirimbo turashikira umushaha w’abakundana, nasanze naje tumwe nsanzwe ndadukunda. Nk’utwo Take My Breath Away na My Heart Will Go On, ntiworaba turahuye n’inzoka yanje.
19 Ntwarante 2015, 01:44, par THERENCE
jewe mbona icoza imbere sizo ndirimbo iyo baranguye amabanga mpuzabitsina bumvikanye jewe numva izondirimbozidakenewe iyo umugore anyongeye umugabo ntikibuza kobagira umwanya munini mbegako utatomoyn ntiyoba arabasangiye ibitsina
28 Ntwarante 2015, 22:23, par Dieudonne Sinankwa
Sha Numva nihatari
17 Kigarama 2015, 11:08, par Antoine Dusabe
Nenonentandirimbo ntivyoba?
17 Kigarama 2015, 11:09, par Antoine Dusabe
Nenonentandirimbo ntivyoba?
18 Ntwarante 2016, 08:33, par 76804781
iyonkuru irashushe
28 Ndamukiza 2016, 18:16, par DANIEL
ndashaka kumenya izondirimbo mukirundi.
28 Ruheshi 2016, 04:38, par yves bally
muriz ndirimb nsanzw nzimwo indirimbo 8,ziranduhur iyo narushe
14 Nyakanga 2016, 12:17, par Nsengiyumva Vital
jewe nanje ico mbona borondera izindi ndirimbo ziri mururimi rwikirundi
28 Nzero 2017, 11:21, par Michel NDAYISENGA
Ahubwo Kugira Umunezero Wiyôgere Turasavye Abahinga Mundirimbo Bazazishire Mundimi (kir.-kiny.)kugira Nabandi Bazumv.
19 Ruhuhuma 2017, 05:53, par Dieudonne Niyonkuru
Kuki Abantubenshibakunda To Make Love ?
20 Ntwarante 2017, 13:58, par Protais Nsanzerugeze
Non Atandirimbo,ntivyoryoha?
30 Ntwarante 2017, 03:21, par Aaron DUHAYIMANA
Nka Twebwe Tukiri Abasore Duca Tugira Apetit Yo Kubikora.None Kuki Ata Ndirimbo Zo Muri Kano Karere Zirimwo?
17 Ndamukiza 2017, 20:10, par Delphine
None Burya Ibibazo Tubaza Tubironkera Inyishu Gute?
29 Ndamukiza 2017, 20:41, par Ngabire Schadrack
Nivyo .Mugabo Mwarikuduha Izo Muburundi
5 Nzero 2018, 17:52, par Irambona Charles
Andika hano none usomana bisanzwe vyoba bifise ingaruka? mbega hoho kudakunda birafise ingaruka mu buzima bw’umuntu?
25 Ruhuhuma 2018, 10:31, par Ntibaruhisha Lambert
Jew Murivyo Vyo Ntanakimwe Ndagirigwa Canke Ngo Ngire.Gusa Ngiye Kuza Ndabigira.
5 Rusama 2018, 07:36, par Lavie Félipron
mfite ikabaza!umukobwa mukundanye,atokwemerako umuha calese,uwo yabagukunda?
23 Mukakaro 2018, 23:27, par Ndihokubwayo J Marie.
Umukobwa yobona gute kumukunda?Imibonano mpuza bitsina murukundo namakosa?
4 Nyakanga 2018, 21:34, par Eraste Diji Nidaten Ndayishimiye
Nfit Akabazo Gato! Mbega Umukobwa Naho Yoba Ariwenyene Kugitanda Nukuvuga Yama Aryama Wenyen Aridashobora Kurara Arigusa, Mbega Mugih Yoba Kumw Numugabo Vyogenda Gut? Mbe Vyokunda Gute Kwarangura Amabanga Ybbts Atiyanbuy Imyenda? Inyitsh Kand Mwoba Mukoze Ok Merci